#Kenya
Вставка
- Опубліковано 22 вер 2024
- Inyuma yokwitorera Indongozi zibarongora abarundi baba mu gihugu ca Kenya baritangiye inyubwa ya Diaspora Ndundi igiye kwubakwa mugisagara ca Bujumbura. Abo barundi rero Bari basidukanye niyonka batanze imiriyoni zirenga amajana 200 z'amafarnag y'amarundi kugira zifashe mukwubaka inyubakwa ya Diaspora Ndundi.Abari bitabiriye ikoraniro rya Bose barashima ko Indongozi zashizwe imbere vyukuri ari Indongozi zidasinzira ahubwo zibahamagarira gukora ibikorwa vy'iterambere harimwo no guterera mw'iterambere ry'igihugu c'uburundi kugirango kizoshike kumbonakazoza y' 2040-2060.
Muraho neza barundi nitwa Ange ndumunyarwandakazi bavandimwe barundi nimukomerezaho mwubakw igihugu cyanyu kizatera imbere
Mukomerezaho lmana ikunda abafatanya . Mukomerezaho
Verry good to show everybody's love from our country
Mutere imbere bana bigihugu ❤❤❤
Very very good ❤❤❤❤ diaspora
Bwabundi Aba patriotes burabafise❤🎩
Esprit Burundaise
✊🏾🇧🇮
🇧🇮Mwubahwe cane benewacu bo muri kenya ,twebwe turi i Dar 🇧🇮
Nawagotea nikiwa NYC(New York city)🇧🇮
Mwubahwe imana ikomeze kubazigama🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Diaspora ndundi muri Kenya yubahwe turabakunda natwe turi mu Burundi twese hamwe birashoboka,courage munarondere muronka mubuzi mukora bavandimwe mwese🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Haaaa ndumiwe Kenya yubahwe iratunze abarundipeee aho babatahashitsenabo basumbaho najendimwo
Ndumiwe kumbe Kenya iratunze abarundi beshi
Hari abeshi turi Kenya tutamenye ino rendez-vous🤔🤔🤔
Nimewapongeza sana muipende ichi yenu popote mulipo warundi mpendane
Imanihezagire uburundi nabarundi
❤❤🇧🇮🇧🇮
Nomuri south Africa
Kataje Mombasa naho
Komera kndi courage ndongozi yiyemeje kutuvyura ntidusinzire
Komera turabant bany 🎉🎉🎉🎉🎉
Mumenibariki
Good
Nomuri Eswatini muzoze
komera
Twubake uburundi bwacu karibu mozambique.
Dent TV turabakurikirana a 100 100
Murazoza muri mozambique
Vyiza cane
Sauda murihe🇸🇦🇧🇮
None ibi nibiki mutubarire 🇴🇲
Gahunda imeze gute muzoze muri Malawi
None karibeshi cane bari muri kenya abarundi yoooo
Mukomere cane
non ayomahera nayiki azokoriki inyungu kwabobiyemeza irihe sinatahuy
Mwabagabo nimwitonde..mushishoze neza..Bazobarya musigare muribipara.
Abarimbere nibo bazi ibanga.
HANO USA🇺🇸 nitwetubazi.
Abagiye batangabose basigay barimwiza ibamfu....namwe nuko mufise ayoguta...Uwutabazi Arababwigwa.
Ariko yemwe abarundi ubwenge bwagiye hehe. Babibe mubona pe.
Babibye iki? Ariko nubwambere mbona abantu banga iterambere ryiwabo, uburundi burimo gutera imbere kd bigizwemo uruhare nabarundi ubwabo, rero singobwa ko ugira imigabane muriyo nyubako. Ikingenzi nuko uteza imbere igihugu cyawe cyikavaho igitusti
@KaburaNamani my friend ntiwirigwe uvuga nkuwuraga..
Umuntu nimuremure..Kandi Akaboko kamenyeye gukomba kama gahetamye..Kandi Imbeba ntibatizwa
Nubwoboyibatiza iguma arimbeba..
Ugirango bazocababa imvugakuri kuko bageze murikenya?
Aha USA ibintu vyararumunezero bagitangura twese turavyishimira..Ariko havuyemo ubusuma bunuka..Abobantu bāragutse. ..rero ivyutazi yurabaza.
Enjoy..Abarundi turazinanyi..
Kwitanga nikimw kubaka nikindi..
ishyari niribi nuko mwananiwe none diaspora Kenya ikaba ikoze ibyabananiye
turikumwe cane
Ibivyabereyeh?
Haha ntacomvuze jewe reka nshishikare nironderera ninayaronka nzogenda nitezimbere ntezimbere nigihugu canj ciza cuburundi ariko kuberako reta itampaye passport kubuntu kandi ibonako ngiye gushaka akazi mumahanga kandi iyoreta nyene ibona kwatakazi ifise yompa singomba kwindungikira abarongozi iyonagiye kuronderera nibandeke nibeko nkuko nibayeko mukwironderera tiket yokuza abatanga nimutange haryanyene muburundi hariho ibihagije vyotezimbere uburundi bwacu ababirimwo nibo babituganya nabi mburakoze niciyumviro canje
Ntitwabimenye nibiki ivyo?
None NTABANTU batarose AKANYA bari muri Kenya boronka Kano kanya gute
No muri belgique muzoze!
Uganda
Niryari?
Natwebw turisaudia muzohashik
200 vya kenya😂😂😂
No muri Australia muzoze turabiteze cane
Nimutubwire ntitwatahuye