UMVIRIZA IJAMBO RYA PRESIDENT BUYOYA ATUTSE PRESIDENT NKURUNZIZA IZUBA RIVA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 15 січ 2020

КОМЕНТАРІ • 136

  • @ArseneNahigombeye
    @ArseneNahigombeye 19 днів тому +1

    Iryojwi sigwiwe vrt miratubesha Sha ukonuguryoza

  • @harimenshialexis2563
    @harimenshialexis2563 Рік тому +7

    Bwejeri arimwo impwemu mbi atawundi yozisenda ngo azishobore uretse Yesu wenyene

  • @user-to6kc5rm4i
    @user-to6kc5rm4i 7 місяців тому +3

    Nihatari sana uwo si buyoya.ntaco muba mubesha abantu nkukwo.ntawuzi ico muba mushaka.rero abantu turaciye ubwenge rero mukure ngaho ubwo bubwa bwanyu.

  • @ArseneNahigombeye
    @ArseneNahigombeye 19 днів тому +1

    Ukonukubesha siwe nukubesha abarundi ariko sivyiza

  • @nsabimanafrederic5249
    @nsabimanafrederic5249 4 роки тому +4

    Iryo jwi sirya President Buyoya muratubeshe kandi ivyo ntavyo akunda kuvuga arabirengeye

  • @kanao2007
    @kanao2007 4 роки тому +2

    Iri jwi si Buyoya namba. Uwushaka gushikiriza opinion yiwe yobikora atabishize kuwundi. Kandi imvugo zicanishamwo abarundi sinibaza kohari abakizikeneye kuko zifise kahise kabi. Twikebuke

  • @AsterNsengiyumva
    @AsterNsengiyumva 29 днів тому +1

    Nuhwer wari mubi kuva kera uteza intambar Ay macakubir YESU azoyakubaz ahur uragowe

  • @cricencianalavwe9770
    @cricencianalavwe9770 4 роки тому +2

    Uwo si Président Buyoya muratubesha

  • @jeanmarievianneynshimirima1079
    @jeanmarievianneynshimirima1079 4 роки тому +8

    Abatutsi birirwa bicana bangana iki? Abahutu birirwa bicana banana iki?
    None uwo bwoko uvuga bweranda ni ubwahe? Mbe burya ntabatutsi bakize kubw'abahutu?ntabahutu bakize kubw'abatutsi?
    Nokwifuriza kwiha Imana, ikagukiza amajambo apfuye mwene ayo.

  • @clementirakoze5314
    @clementirakoze5314 4 роки тому

    Sha aravuze m s'Imana ivuze ariko abarundi nagira nibamwe none uriko ubacamwimigwi ivyo mur 2020 biracavugwa Imana iturinde akokabi kabishe ntikazoshike kand mugihugu camenywemw amaraso atagirigitigiri

  • @JeremieNdihokubwayo-zp4qd
    @JeremieNdihokubwayo-zp4qd Місяць тому

    Imane iratubona iratabara

  • @thierrybigirimana2675
    @thierrybigirimana2675 Рік тому

    Iyirofa yumugabo uragowe umuriro w,Imana uzogutongora sha!!

  • @mugabepierro5813
    @mugabepierro5813 4 роки тому +1

    Uyu mugabo uvuze ibi ntarindi zina akwiye ni IKIGUNIRA:Igifuka kirimo ubusa

  • @jeanmariendayishimiye2799
    @jeanmariendayishimiye2799 4 роки тому +5

    Nanje ndemezakoiryojwi atariryiwe vraiment !

  • @chrisoneilniyungeko839
    @chrisoneilniyungeko839 3 місяці тому +1

    Uwo si Buyoya

  • @MFATAMUGENZI-mg5fj
    @MFATAMUGENZI-mg5fj День тому

    Ubwo uzunguka iki kuvuga ibyamoko

  • @bizimanathadee2591
    @bizimanathadee2591 4 роки тому +5

    Yesu akubabarire

  • @desire5211
    @desire5211 Рік тому

    Akabonge karabasaza sha, none nkuyo ntimwumva ko atari muzima

  • @jeanmariendayishimiye2799
    @jeanmariendayishimiye2799 4 роки тому +1

    Uwomuntu arinamacakubiri abushitse pe!kandi aravuga nabi pe!

  • @jesuskwizera8578
    @jesuskwizera8578 4 роки тому +1

    Uwo si Buyoya nagato.ark mugihe tugezemwo inyigisho utanze yoteza imbere abarundi muri ivyo vyose uvuze n'iyih?ahukuvuga ivyubaka.

  • @euphratenduwimana9008
    @euphratenduwimana9008 Рік тому

    Uwariwe were yoga yaravuze ivyo Imana I mubabarire

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 Місяць тому

    Mbwejeri, ntibavuga ngo :"lible."
    Bavuga :" libre."

  • @harikazuno6644
    @harikazuno6644 3 роки тому +1

    Ahubwo ni bwa itagira umurizo mujeri ayo namaraso yabana babandi y iciye ntega n amarangara niyo yariko aramusaza uyo muhimbiri uzofa nka mobutu ahabwe na barozi nkawe wakivumewe.

  • @salumsalum5712
    @salumsalum5712 4 роки тому +2

    Si Buyoya kabisa

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sq 25 днів тому

    Ntamuntu n'umwe kw'isi yatoye kuba icarico cose twese twavutse twambaye ubusa Kd ntwashimwe ngo mvuke ndiki wa Mutama uvuga ibyo usigaje imyaka ingahe kw'isi ?

  • @ghamalntwari4412
    @ghamalntwari4412 4 роки тому +1

    Uwo si buyoya kbs ijwi ryiwe siryo

  • @fidelenkingi3875
    @fidelenkingi3875 4 роки тому +3

    Urabesha Uyumugabo Yitwa Bwejeri Atuye USA Ntabwo Ari P P Buyoya ,Buyoya Ntashobora Kuvuga Ibibintu Vyabasazi

  • @NiyoPierre-nm6oi
    @NiyoPierre-nm6oi 25 днів тому

    Kukimubesha uyunibuyoya

  • @aimabiz8393
    @aimabiz8393 Рік тому

    Abarundi au lieu de development economique ibidafis ikimazi nivyo mwishinga ababirigi babahenze munyungo zabo bwite.

  • @Mudageelevisnduwayo-tx2ws
    @Mudageelevisnduwayo-tx2ws 26 днів тому

    Iyombwa nkuyo numuntu aragahwera iyombwa irikidedembiki?

  • @zobidazobida2353
    @zobidazobida2353 4 роки тому +2

    siwe kabisa ntamwambik urubwa

  • @irakozejustin9522
    @irakozejustin9522 29 днів тому

    Uyo si Buyoya ba mureka kubesha!

  • @emmaminani2747
    @emmaminani2747 4 роки тому +1

    Uyu si Buyoya ntimutubeshe

  • @nijenahageraaugustin5895
    @nijenahageraaugustin5895 4 роки тому +1

    ja muburundi ubivugireyo wa musazi wimboregwa ninde atakuzi ko ugenda barakwatse uruhusha rwokugendesha umuduga kubera akaborerwe kawe wamburu we. ntubayeho nkumuja kandi ukora atanico wimariye , iyo uborewe uja kuri whatsapp ukavuga ayakaboregwe wamugesera we.

  • @jacquesntabagara3091
    @jacquesntabagara3091 3 роки тому +1

    This guy he got covid 19 that is why he is in quarantine.

  • @RandryRaphinha
    @RandryRaphinha Місяць тому

    Ako kagabo ntakindi karigafise ataramjambo yubugugu gusa uburofa gusa ibinyoma gusa amacakubirigusa agasuzuguro gakumbuye ntega ind marangara

  • @alexisberry6542
    @alexisberry6542 4 роки тому +1

    *ariko si BUYOYA ahubwo ni **_BWEJERI_*

  • @jorammanirakiza2223
    @jorammanirakiza2223 4 роки тому

    Nyakubahwa buyoya gabanya inzigo. Ego nukuri kuzima intwaro turimwo ihurikiyemwo Bose kndi icowomenya kuva cndd yinjiye kubutegetsi gushika uyumusi umuntu yapfuye wese numurundi sumuhutu sumututsi nuwubabaye sumututsi gusa kndi sinumuhutu gusa. Mbere waranashima abahutu barishwe gusumba cne abatutsi

  • @SedricMugisha-wx4pv
    @SedricMugisha-wx4pv Місяць тому

    Uwo si Buyoya reka kubesha

  • @Mkel890
    @Mkel890 Рік тому

    aha harimwo abijuju bitumva ko iryo jwi atari irya Buyoya.

  • @nahayoserges6640
    @nahayoserges6640 4 роки тому

    Muvyombona kwibimucisha kumbuga ngurukana bumenyi .dufatiye kwibi president Buyoya yavuze kubwanje mbona mwokwishira mumaboko ry'Imana kuko uwakoze ikibi canke uwakoze inabi akwiye gufukama bere ry'Imana agasaba imbabazi mutitwaza ibi canke biriya

  • @sadamunzisabira1022
    @sadamunzisabira1022 4 роки тому

    ntawudapfa twarabimenye nimurye ivyo Imana yabageneye mwibuke icatumye habaho abahutu abatutsi nabatwa muheze mukunde Imana

    • @kuefd5201
      @kuefd5201 4 роки тому

      Nibamusega musege lbisigaye mubireker lmana

  • @hermesbashirahishize6307
    @hermesbashirahishize6307 4 роки тому

    Ahubwo aragwaye mu mutwe yibaza ko tutazi ijwi rya Président Buyoya. Uko n'ugusamaza abantu uwubuze ico avuga yopfuma ahora.

  • @frenkmakoba510
    @frenkmakoba510 Рік тому

    Reka guteranya abarundi barikundanira baraciyubwenge barize ivyo ntamuntu agifise amacakubiri

  • @cesariehakizimana429
    @cesariehakizimana429 Рік тому

    Uyu muntu numvise afise inkuru nyinshi ariko mugabo yotubwira icatumye yitwa umunya Israël d'origine akoongera akaba umurundi , Murakoze kuko kahise gategura kazoza.
    Mbega none,munsigurire KO uwo yuda avugwa yoba ari umwe yagura yezu .

  • @harimenshialexis2563
    @harimenshialexis2563 Рік тому

    Uyu mutypes arimwo amashetani y,umurengera arenze ukwemera

  • @jeaninendayizeye4070
    @jeaninendayizeye4070 4 роки тому

    Urahenda abana bavutse uyu musi nibo batazi ijwi rya Buyoya, none nko kumubeshera bikumariye iki?? Wungutse iki ww ko abantu benshi baguhinyuye ko atari Buyoya, gendukizwe kubesha

  • @tatienbimaziki6435
    @tatienbimaziki6435 4 роки тому +1

    Urakaryama amavyi yumy nabacu wamaz ndagufash urworuzur nzorushikura

  • @Sirila18
    @Sirila18 4 роки тому

    Amateke ,iswa ni zo ndya z abahutu?Ubu ho n abatutsi bararya iswa ,ibizinu ,eka vyose. Mbe nk ubu abatutsi bagutumye? Abahutu ni abacakara .... Reka gukora mu gisebe abahutu ngira film d horreur y ivyo wakoze muri 1972 abarundi turiko turayibona ku Ruvubu . Uyu muntu iperereza rimurondere rimufate iyo azoba ari hose .. Bishoboka bashireho petition abarundi basinye iyo yoba hose bamurondere bamusubize Uburundi aze kubivugira ngaha. ABAHUTU BASANZWE BASUZUGURITSE.... Murumva n ukuri ayo majambo?Imana yo irabakunda.

  • @muhebuza
    @muhebuza 4 роки тому

    Abarundi ndabakunda bavugisha ukuri si indyarya NK abanyarwanda ariko nabo ni abicanyi

  • @muhebuza
    @muhebuza 4 роки тому

    Ashake abe Buyoya CG undi ibyo avuga nibyo abagabo b abahutu bagizwe utugoryi n abatutsikazi

  • @nindoreranadia7057
    @nindoreranadia7057 4 роки тому

    Uyo muntu yisonere yibazako abarundi turibijuju tellement que tudashobora kumeny ijwi ryumuntu nahimbe ahishe

  • @feliciteniyongere800
    @feliciteniyongere800 4 роки тому +1

    Huuuuu uyu yadutsehe?
    Siwe

  • @clairegirukwishaka4241
    @clairegirukwishaka4241 4 роки тому

    Warasazeeeee!!!!!! Umuntu akuze aravuga ibintu nk'ivyo?????

  • @desirenzambi1524
    @desirenzambi1524 4 роки тому +1

    Umutama yashaje ntakivuga nkumunyeporitike . avuga nkuwo ubwenge bwaheze

  • @user-pv5nf1hg3o
    @user-pv5nf1hg3o Місяць тому

    Ayomabyi buyoya ariko aradahwa iki iyombwa buyoya tucariko tuguhiga aho winyegeje wampene nkeneye nzokuribate mumuhoho Kandi nzokumena amabya wewe buyoya

  • @jeanniyibaruta6039
    @jeanniyibaruta6039 4 роки тому

    Ikigwarudubi. Ntakibanza ufise mw' Isi.

  • @mariet978
    @mariet978 4 роки тому

    Hahahahaha. Watanguye uvuga ijwi rya BUYOYA. ariko. Ubu birakunaniye reka kwambika. Buyoya nuwakwanka uru Kwavu nti yovugako rutazi kwiruka. Urimbura kimazi gusa Uzomenyekana tu bitebe bitebuke.

  • @sylvainhabimana4298
    @sylvainhabimana4298 3 роки тому

    Ikinini kibabaje hano, nuko buno buyobe butambutse kurubuga rwa honarable depute uhembwa imisoro ya leta. Naho kuba bwejeri ari umurwayi, rwose ni ibisanzwe. Abatambutsa ubu buyobe namwe nimutisubiraho, muzarabukwa namwe byabasandaranye pe!!! Inama: bene bwejeri nimujyane umuntu wanyu kwa muganga pe!!!

  • @alesnema9596
    @alesnema9596 4 роки тому

    Urimbwa buyoya wee urimbwa ndabivuze Kandi uburundi urabona uko busa ubu Atari vyabindi waguma wiba igihugu wica abene gihugu uragaruka ko urinda uhonyore iburundi urabe ayo ubonera kumugenzi

  • @davidnduwimana553
    @davidnduwimana553 4 роки тому

    Buyoya yogufata womubwira neza ingene ushaka kumuteranya na Nkurunziza n'ingene bariko bamurondera kuvyo yagirizwa. Burya wewe uramuzi neza Gustave kweri? Aho yokumangura n'aho wiyita umututsi kandi uri umbunuza.

  • @marleneakimana2597
    @marleneakimana2597 26 днів тому

    Ce n est pas son excellence …. Il était intelligent pour se rabaisser à répondre à de tels accusation ou insulte … 😂😂😂 les tutsi ou hima nabantu binumiye respect 😃

  • @ArseneNahigombeye
    @ArseneNahigombeye 19 днів тому

    😅

  • @starosaa
    @starosaa 4 роки тому +2

    Ijwi si Buyoya kuki mumubeshera?il faut assumer ivyo uvuga urek kubeshera abandi

  • @minenhlesibethe1239
    @minenhlesibethe1239 Рік тому

    Agasuzuguro kizibwa!

  • @mariet978
    @mariet978 4 роки тому

    Reka kwitiza ifoto ya Buyoya nguyivugireko . naho nawe. Ariwe agejeje. IGIHUGU ahamanuka. Iyatica . NDADAYE. Igihugu kiba gitekanye. Eeeh Mwishe Ndadaye nti mwinshe ba Ndadaye. Muvyirengere rero hahahaha

  • @havyarimanajclaude8469
    @havyarimanajclaude8469 4 роки тому

    Nukuri uyu muntu ntakomeye neza mumutwe naje ndavyemeje

  • @nijenahageraaugustin5895
    @nijenahageraaugustin5895 4 роки тому

    erega uracitiranya uburundi bwa 1972 nuburundi bwubu, menya ko ibintu vyahindutse uko wiyumvira siko bikiri guma wiserura muminsi uzokwagiriza canke wagirizwe ntawutazi ko uri aho New york ariho ukorera ivya vose turabizi duhe umwanya gusa, waba umuisraeli umuyuda umututsi umwarabu canke bagladesh nahandi muminsi tuzovyimenyera, kuko abarundi bumutima barahari. abatutsi baba extremistes nkamwe impera yanyu irahari.

  • @pierreclavernduwimana9838
    @pierreclavernduwimana9838 4 роки тому

    bwejeri

  • @N.therence
    @N.therence 4 роки тому +1

    Uyo muntu ntawe azi:si buyoya uwo nukuri

  • @havyarimanajclaude8469
    @havyarimanajclaude8469 4 роки тому

    Nta buyoya avuguku

  • @e.moussemal3003
    @e.moussemal3003 4 роки тому

    Ibi mu kinyarwanda tubyita ingengabitekerezo. Umuhutu n'umututsi bose ni abantu b'Imana bagomba kubana hamwe mu gihugu kimwe kandi ku isi imwe. Umuntu ubiba amacakubiri Imana izamuhana by'intangarugero. Nzaba narababwiye

  • @GermanyGermany-xp4mu
    @GermanyGermany-xp4mu 4 роки тому +2

    Sha wewe nturi umututsi ahubwo bakwigekoneza wahawe ikiraka kugirango abavyumva Babe imburakimazi nkawe ariko watomboje nabi vyumva bake ataco boshikako.

    • @kwizerayvonne1950
      @kwizerayvonne1950 4 роки тому

      ninzoya zirabizi abafise amacakubiri. mbe weho uwogutemagurira abawe bose agasigara wifumbereje, woreka kuyagira ayomacakubiri uvuga ! abo mwica ntababo bafise rero! mwirengagiza ko harabicwa bazira ubwoko bwabo arimwe mubikora! tubiceceke rero!

  • @tigizigigim1527
    @tigizigigim1527 4 роки тому

    Buyoya sinibaza ko na satani yokwemera kubwikibi cawe

  • @athanasentibankundiye3296
    @athanasentibankundiye3296 4 роки тому +2

    Nta Président BUYOYA avuga gurtyo uwo n'icaduka cuzuye amacakubiri umukozi wa SATANI

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 3 роки тому

    Urigitabanga

  • @yakubaden9171
    @yakubaden9171 4 роки тому

    Nturu mututsi ahubwo uru mu nutsi uratunukira

  • @athanasnibizi6204
    @athanasnibizi6204 4 роки тому +1

    Iryojwi sirya pierre buyoya kabisa

    • @ritza3452
      @ritza3452 4 роки тому

      Yitwa bwejeri jean

    • @jeanmarievianneynshimirima1079
      @jeanmarievianneynshimirima1079 4 роки тому +1

      Amaherezo y'amacakubiri ni mu mahonero. Impembo yo kwica ni ubutindi. Umututsi yibaza ko azomara abahutu yoba yihenze cane. Cokimwe n'umuhutu yokwibaza ko azomara abatutsi.
      Ntibikunda. Mbega mubona ababigerageje barabishoboye?
      Va I buzimu muje I Buntu, uburundi ni ubwatwese. Duharanire gusa gutwagwa n'abantu babibereye kandi babikwiriye. Batagira amaraso ku maboko.
      Mwenedata, ndubaha ivyiyumviro bitandukanye, ariko nokumenyesha ko ivyo wibaza bitazokunda.
      Imana ikunda abantu bose, ntiyipfuza ko hari uwokwica uwundi. Igikuru ni urukondo mu bantu.

    • @imanibyamungu4918
      @imanibyamungu4918 4 роки тому

      Urumugome.tu wewe ????

  • @JEANBOSCOMISAGOCOWB
    @JEANBOSCOMISAGOCOWB 4 роки тому +2

    Uwo si Buyoya avuga Ahubwo ni mbwejeri .........

  • @annemariedesoignies9360
    @annemariedesoignies9360 3 роки тому

    Mbe urashobora kwigana Ubuntu ivyobintu biragoye l'élection mbe UA-cam asigaye arubuga rwanda politique

  • @athanasnibizi6204
    @athanasnibizi6204 4 роки тому +1

    Amanyanga muyahagarike mwabantumwe,ubwo harumuntu
    Atazi ijwiryabuyoya?jewe nokubwira n'utujambo tutabura iyo buyoya ariko aravuga afise n'ukuntu ijambo ariha umwanya hagati y'irindi....

  • @mauricemassanoudji8301
    @mauricemassanoudji8301 4 роки тому

    Urwaye mumutwe pe

  • @dieudonnemanirakiza9243
    @dieudonnemanirakiza9243 4 роки тому

    Tubeshejweho nubuntu bw'Imana kandi nawe ivyakozwe kungoma yawe ntabwo arivyiza wotureka tukaba amahoro ukwobiri kwose umwe wese azishura ivyiwe

  • @suzanniyonzima1874
    @suzanniyonzima1874 Місяць тому

    Ndi umututsikazi tuva bamwe na BWEJERI . Il est d'origine hutu. Paradoxe.aratwononera ubumwe.ni umutovyi.

  • @alexisberry6542
    @alexisberry6542 4 роки тому +1

    *UWU MUNTU SINIBAZA KO AMEZE NEZA MUMUTWE.NDUMVIRIJE NDATEBA NDATWENGA.*
    ku munota wa 14 niho ntwenze ngo *TURAGAZA,SHIRIRA,SONGAKO*,😂😂

  • @jbosconduwabandi5928
    @jbosconduwabandi5928 4 роки тому

    Uwuvuga katariwe ahubwo ntimumuzi.noe ko bashaka uburundi biyita ngo nab Israël,imvukira z'ubutaka bw'Uburundi badushakaho iki?

  • @abeljumainenahumu325
    @abeljumainenahumu325 4 роки тому

    Ariko nyaguswera nyoko wewe wumva uvuga nka Buyoya?Ijwi ryawe ntaho rihuriye nagato nirya Buyoya.Swera nyoko.Uzopfa wangara.

    • @janetgaaj2705
      @janetgaaj2705 4 роки тому

      Mwagiye hamwe mukakundana mukareka amajambo mabi sumututsi ava amaraso sumuhutu ava amaraso ntawuva amata

  • @belindabg9634
    @belindabg9634 4 роки тому +3

    Uyu si Pierre Buyoyo never.Stop lying to the humanity

  • @nijenahageraaugustin5895
    @nijenahageraaugustin5895 4 роки тому

    urahaze imivinyu yawe iyo iburayi abusuka bobo uhaye ubasuka ubabesha wiraramiye mumakoci waborewe akaboregwe kawe ushaka wewe ugwe nabo batembe bagwe nkaho umengo mwazisangiye canke wabahayeko uri umuhimbiri wa mujeri.

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 4 роки тому

    nugende amacakubiri yaragushitse - kizwa

    • @kwizerayvonne1950
      @kwizerayvonne1950 4 роки тому

      amacakubiri nimwe mwayanyigishije igihe mutemagura amazosi toute ma famille ngo babatutsi, singira Nico nobakoza kiretse Rurema

    • @cesariehakizimana429
      @cesariehakizimana429 Рік тому

      Birateye ubwoba. Hari ababirwamwo ata n'umutima mubi bafise.

  • @clementuwiteka3533
    @clementuwiteka3533 4 роки тому

    Begawew kuntaroyawe ntiwishe isinzi ryabahutu urazi ayokoze nteg namarangara ukatwicira ndadaye twitoreye ahowuva undedembik

    • @kadhafibirori6614
      @kadhafibirori6614 4 роки тому

      Vuga kumwanka gusa sinon nimba umaze kumva ijwi rya Buyoya suwo

  • @pascalinenininahazwe2950
    @pascalinenininahazwe2950 4 роки тому

    Mumbwirire buyoya ati amaraso yimarangara nantenga ntarazima baratubwiye KO ariwe watugize ifpuvyi vyihoze abatutsi nabahutu ntabwo bakibwigwa ubujunu

  • @nijenahageraaugustin5895
    @nijenahageraaugustin5895 4 роки тому

    ivyovyose ubigira kuko uzi ko atacowera ninde atazi ko urwaye umugera wa SIDA waje uwuzananye kuva iBurundi wamujeri we igitama gicira inkonda nticiyubahe

  • @lovinnkwirikiye1607
    @lovinnkwirikiye1607 4 роки тому

    Mama buyoya birakunaniye kweri kk ivyo uvuga ntashingiro bifite ubu ww kurubitiku ngaho ahubwo ugomba gusubira kubutegetsi teshwute twaraguhinyuye intwaro yawe ivyavuyemwo ntabwo twayishimye nutware iyuri bakwemera ivyino uvyikuremwo knd uhumure umututsi umuhutu ino twibaniye neza sha ivyawe vyarahinyuwe cne coup d'état wakoz zarabaye urashimivyo cne sha.

    • @abdoulkarimndikumana3987
      @abdoulkarimndikumana3987 4 роки тому

      Uyosiwe nuyundii buyoya ntavugagutyo gusuyumuntu arakwiyegufatwa naretampuzamahanga ukunuguteranya abantu imana yaremye umugabo umwe uwomugabo niwe yavuyemwe twese birambabajebasssssssssssssssss

    • @thierrynzungu6489
      @thierrynzungu6489 4 роки тому

      Ijwi sirya buyoya

    • @athanasentibankundiye70
      @athanasentibankundiye70 3 роки тому

      @@thierrynzungu6489 Ntabwoba uteye Abarundi kuko Président BUYOYA ntara ta umutwe nkawe inzigo uzoyipfana ubwoko bwawe Uri Satani ntamututsi wikigoryi nkawe

  • @nakumuryangoalexandre793
    @nakumuryangoalexandre793 4 роки тому

    Naho nagendeye sinari bwumve umuntu afishe ivyiyumviro bicuramye.
    Je pense qu'il est complètement toqué.
    Leta y'Uburundi yarataye amahera mu kukwigisha.
    Bwejeri bandanya ubweja uzoteba uturitswe n'urwanko n'inzigo.
    A ton âge tu devrais être posé et parler comme un vrai mugabo, sebakwe, sebakobwa, agendera ubuntu.
    Ivyo wize vyapfyuye ubusa!!!
    Ego bandanya ubweja izina ni ryo muntu

  • @zainabukubwimana4861
    @zainabukubwimana4861 4 роки тому

    Urareteye isoni kabisa ikintangaza nukuntu uvuga ayamauhe ngo uri umuyuda ! Mwebwe bamumenya abo muribo murike kwihoma kubwoko bwabandi nta munyisilail tirabauru ivyo nivyo babahenda abazungu kugira babarireko ivyamyu .wewe KO wisanze mu burundi utazi niyo abakuvyaye bari baturutse ugakurikira ivyiyumviro vy'umwanditse n'amajambo wumvise kubantu .uwokubaza abasokuruza ijana ukagenda kuri umwe umwe wobatubarira amazina kugira twumve KO ukomoka kuri yuda .abarundi turakwiye kuba abiyumvira cane tukareka kugira kuvyiyumviro vy'abantu twumvise bitagira ni inkomoko Hama tukubaka igihugu cacu

  • @alexnaku9265
    @alexnaku9265 21 день тому

    Kubwejagura gusa gusa..urateye isoni Bwejeri we

  • @mutamapaul7117
    @mutamapaul7117 4 роки тому +2

    Ariko murazi kubesha uyu si buyoyo kandi rino jwi turarikurikirana kandi turakwitwarira nituronka ivyemezo bikwiye witayrishe mubuzima bgawe mwese mwashize ahabona aya majwi murakoze

    • @alexisberry6542
      @alexisberry6542 4 роки тому

      *umwitwarira nka NDE?*

    • @mutamapaul7117
      @mutamapaul7117 4 роки тому

      @@alexisberry6542 ushaka kumenya uwo ndiwe urabaza neze bazokubgira uwo ndiwe ndumuvugizi wambere wa buyoya