Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ndazindutse peee12 abakunda banobakinyi nkanj ampe like ikiriho muratwigisha
Turabakunda ariko mujye mubanguka iraryoshe canee
Fredi rekuwundimwan yibereh mana ishar ntirizoher mubantu
Ndakunda muco. Imana imuhe umugisha
Mama imana ikwagurir urumuvyeyi mwiza film nziza caneee nahoraa ndazirengagiza ubu ndazikunze caneeee kuk sinar bwarab impanuro zirimwo
Shalome kurakunda cane frim zanyu munyarutse igice 3mukomerezaho
Imana ibaje imbere kandi ibongere umugisha.
Muco imana irakubona ndanezerejwe nokubona mabuja wawe akugize nkumwana wiwe ❤❤❤❤❤❤😍
Turashimira cane Uwujejwe ubuhinga bwibyuma muri PCI Burundi kko atako adakora ngo atunezeze
Good joddy ukina neza
Merci Akimana
Murakoze gushima! Muhezagirwe
Mwarahezagiwee cyanee
Kraryoshe muduh akand
Ndabashimiye cane kunyigisho mutanga.
Turashimye natwe intererano zanyu
Mwiri we neza mama ndagukunda kubwuwo mutima ugira imana izakomeze ikwagurire imbago muri byose kdi ndagukunda cyane ndi umukunzi wanyu ndi mu Rwanda murakoze🙏🙏🙏
Komerezaho turabakunda
Umuco le super 🔥, 🇧🇮Who lives 🇹🇷
Ndabakwirikira cane i 100+100 America 🇺🇸
Ndakunda Rabi Thierry cane aritonda kandi nimwiza. Ndabikundira from 🇺🇸
Urakoze mwiza wanje Alvera lmana ikorohereze muri vyose
Oya aramubesheye .muco ntiyiba.ngonuko mumukunda.mabuja uzobirebe neza ashobora gufata ikintu akakinyegeza mumpuzu kwamuco.kugira yitwaze ngo yari yacivye muc mumwirukana.kuko uyo mukozi wundi ashaka mumwirukane
Yoooh ndabakunda chane💞💞💞💞💞
Muco fercitation mugenzi.ndabona ukina neza.gusa warahevye kunyandikira
Mama Imana iguhe umugisha
Turabakunda cane
Courage cane ndabakunda mugabo muze mutumyarukiriza😘😘😘
Sawa murakoze tuzagerageza
Uwabonyek iy mashin itaka ampe lik haaa
Mbega filme iryoshye weeee mutunyarukirize indi episode nukuri Muco ubuzima butangiye guhinduka
Ndakunda Muco ingene yicisha bugufi biraboneka ko no mu buzima busanzwe arikwameze pe
Murashoboye
Mutunyarukiriz ikind gice guca bugufi nivyiza
Yoo nacerew nihonkihashik rek nkurikir
Ego shaaa ivokaryibwa rikorokamwijoro
Impemgo yokwihangana nukugirigwa neza muco ndamwikundirs aratekereza
iyi film muzayikomez kk irikunkomez kabisa kk ububuzim tububamw from Arabie
Imana irababona!
Ndakund muco cn ingen avyiftamwo❤
Contents nziza vrt😘
Thank You
Much ❤️❤️PCI Burundi
Film zanyu zirandiza buri igihe mukina ivyo benshi tubamwo tukanabibona mubanty
Ego kweli
Nukur ndabakunda cnee asha munkora kumutima kbsaaa murigisha cne kbsaaa
Mutwongere vuba.ndabakunda.kuko muratwigisha
Bantu banje ndifuza gukina filme muze mumfashe
Uzotugane tuzogufasha.
@@pciburundi murakoze
Urakina neza muco nabo murikimwe bose
Wow Nice movie keep going up
Thanks for watching
Mbe muco urubatse ?ndakunda ukuntu ukina ugira umutima runtu .nyamba uri single naho hahiriwe uwuzokwegukana.ndakunda movies zawe turabakurikira cane muri🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸
Hahahahaha
Kirakumena shaaaa arubaste🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙈🙈🙈
@@nahimanachantal5015 😅😅😅😅😅😅
Muco nimuco kweli
Komeza
Nne nkawe uturubika uwundi mukozi niwe umuhemba niwe umusumira umuhoriki mwa njajwa mwe urucira mukaso rugahitana nyoko
😂😂😂😂
Kweli
Courage
Muco nawe yaragowe wihangane imana izokugirira neza
🇧🇮🇧🇮❤❤❤🔥💃👍
Ego vrt
Gusa filmé zanyu ziraterintuntu nukuriza ariko mukina neza nari naratevye kuziraba muhezagirwe kunyigisho nziza
Nko mwi semaine mukaduha 2 muzoba mukoze
Tuzovyiyumvirako. Murakoze kuciyumviro ciza mutanze!
😘😘😘😘🇧🇮🇧🇮💕
Komutavug.kuturugir.nibik
Ikindi nagira mbasabe ntamuntu mwozoja hamwe nurya mukinyi MAGARANAMAZI Asani (MUGISHA) mukadukorera film?kuk mwese muraba ntawiga arimwo, vyoba vyiza gusumba.
Vyose bizoba kuvugana kuko twese turifuzako igihugu cacu cogira izina mumakungu mumpande zose
Igic gikurikir muz mutunyarukiriz turasavy
🙏🙏🙏🙏
Ariko harico nobasaba, turavye ama cinéma yo mubindi bihungu usanga abakinyi Bo mubindi bihungu baja hamwe ugasanga bagize urunani, nn namwe muriyumvira kuja hamwe nkabakinyi ba cinéma buburundi ?ikindi naco cinéma mukina ziraryoshe cane, nobasaba ko mundwi mwoyiduha 2.
Xavier murakoze kuvyiyumviro vyiza hma tuzabandanya tubishikana lmbere twibutsa abarongozi ko mwebwe aba membre sympathisant mwabisavye mwihangane muzabona inyishu murakoze
@@thierryjoddy9695 murakoze cane courage.
Nshaka numero zuwubaserukira plz
Siga numéro yawe tukwakure.
❤️❤️❤️❤️👍👍👍