Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ukaba utabonye igice cambere ciyi Film urashobora kukiraba ngaha ua-cam.com/video/Lme-3df1XRw/v-deo.html turagusaba nimba iyi film uyikunze kora partage udufashe kuyishikana kure hashoboka urakoze
Wubahw
Amena
None peter na Diane yaraheze 🤷🤷🤷🤷
Nimpnuro ikomeye cane
Muduhe igice cagatatu nicakane muzobamukoze
Jewe nshigikira ukuri ivyimiryango ntumbaze ☺️☺️☺️abamez uko tumenyane 🤩
Ndinyuma yawe ndagufana cane fanny
Wubahwe ukomeza kutwigisha gooose nubu ndibaza icondi muntuma kwama nja imbere yuhoraho Saba ikigongwe
Kamata bzuuuu ndagukund ❤️❤️❤️fanny
Tworonka abantu bameze uko nka 10 ibintu vyogenda neza ndagukunda Fanny ❤️♥️♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Uvuze ukur Ravine ndagushigikiye
Ikibi nticigera gitsinda ineza 💃💃 aba fans ba thimote tumenyane
Abarundi kurundi rwego vrt👌👌👌👌 Drapeau ryu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejuru cane🙌🙌🙌🙌. Abarundi ahomuri hose kumpande zine z,isi mwubahwe👏📢 ndabakunda cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤. muri wamutima w,urukundo nyene dukomeza kuyisangiza nabandi, So please👏👏👏👏 never forget subscribe,share,commenty. BMT courager
Merci beaucoup Vanessa
Ndabakunda nukuri
Numero 5 abazinyuma tumenyane, Fanny big up sana
Fany aruriy mwijuru pe ndaikwifurij uzabone ijuru
@@jeenali3991 mukinanezakweri
Yesu nabahe umugisha murigisha muterimbere kweli
Yooooooo Mana weee murandijije 😭😭😭Uwiteka ababe hafi🙏🙏
Imana ninziza pe.iconzic Imana niyo Mwungere wacu.gus MRC bcp kubwiyifilm harahant inkura ikanshira ahandi
Umwanditsi wubahwe Amédée tumenyane vyukuri iyi film sinigera ndambigwa nokuyiraba umwanditsi felicitations mukomeze 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅✅🤝✍🤜🤛👌💪👍🤌🙏
mbaye uwamber muze kunsigir twa tuntu hama tuyirindire Aho umurir waka ndabakunda mubikora neza 🙏
Wubahwe cane
Oya nturab uwamber kuk nturayirab
Abakunze amede kwiyi film yaduhay tumuhamashurwe yiwe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
my God,mbega film nziza iteye agahinda weee,Imana ibaje imbere ndabakunda😍😍😍😍😍
Mana tabara buzima bwatimote n'a kankindi🙆♀️🙆♀️😭😭 ndakwinginze ntiwemereko bapfa ubarindire bunging bwabo🧎♀️🧎♀️courage nimpanuro zikomeye cane gose mwubahwe🇧🇮🇧🇮💯💯💯👌🙏
Umwanditsi wiyi filme yubahwe kabisaa abakinyi namwe Muhezagirwe Imana ibakomeze mukina bien
Mwaraduteguriye Filme Iryoshe Vraiment Courage Ndabakunda Cane Muduhe Part Ikurikira🥰🥰
Waaooo nukuri iyi Film ndumv indenz❤️Inyigisho zirimw kbx mwubahw cyan🙏ndabakund💞💞
Nbeginyigishoo ❤️ndabakunda mwajehageze mukomeze kutwigishiriza muri frm 💪🙌
Mana wee!!! Iyi film irigisha imitima yabenshi, Amédée Yesu akumpezagirire cne
Ndabakunda lavine uri umuntu wanje
Nahageze vyihuse 💃💃💃💃💃 ndabakunda cane Fanny na team yawe🇴🇲🇴🇲🇴🇲🙏🙏🙏
Yooooooooo iyi film irateye agahindaaa 😭😭😭😭abantu mwisi twarabaye inyamaswaa
Ndakund film zany zirimw inyigish kand ziteguy nez,❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮
Umutima wanje urabanezererewe BMT with 3FA..! you are blessed. ; much appreciate ndabakunda cane.
Wooooo Mbega Film ikoranye ubwenge #Amede mwubahwe na Team yanyu turabakunda cane niyo nobumwe nzobaguma inyuma
Waoo turabakunda mukomerezaho nabantu bigira ko basenga kumbe aramabingira muyirebe muhinduke pe iyi flm irimwo Inyigisho zikomeye kbs
Woow mbakund kanini nukuri ni muduhe turanyotew cn ndababay kubona mutarayiduh ni muze muriyaranj bas muyiduh kabiri mundwi knd vyotunezera cn nukuri
Iyi film iratesa muze murayinyarutsa kuyiduha🙏🙏
Terimbere Bantu banj ndabonako ibintu biguma bimera neza .kankindi gum kumavi ntakinanira lmana solange naw ntamahoro yumunyavyaha .mutwigisha neza ubu ndik ndabonak harabakoZ bimana bihisha mubibi.keep shining my lovely team
Imana ikomeze kubaja imbere murininyigisho zikomeye
Iman ikomez kubah imbarang🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🙏🔥🔥❤️❤️
Ariko Solange ga Mana 🤦🏾♀️ ico nzi ikibi nticigera gitsinda iciza reka tubihe amaso gusa BMT yubahwe caneeee kuri Film y'ubwenge nkuku🔥🔥🔥🔥🔥
Nukr iheze ntabishak mwakinye izakera iyiyoyo iramara kwel nukr murashoboy kwel imna ishishikar kubeger amavuta kwel mumirimo yanyu yose👍👍👍👍👍🙏🙏🙏
Mubahwe BMT gusa Solange icowomeny ikinyoma ntigitsinda ukuri guys we love u so much tubarinyuma💪💪
Ndabakundaaa bezaaa mukomerez ngaho
Films nziza cane iriwo inyigisho nzikomeye cane mubunzima bwumuntu ndabakunda cane ♥️♥️♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Naho nduwanyuma turabafana caane lmana ibajimbere kumpano mufite murashoboye vrmt
Nakuze ako kasonerie umukam numwungere wacu kabisa fanny ntaho bakijan pasteur aramaramar
Firme iteyubwoba😲😲😲 ariko irimwo Ubutumwa komeza urugendo mwatangiye mubirimwo ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤👏
Warakoze mana kundemera uburundi nabarundi,warakoze kuraba bakinyi wagabiye ingabirano zo kuduserurira ububasha bwawe ninyigisho zidasanzwe, filme nziza cane,mwubahwe🥰🙏🙏🙏🥰🥰
Vyukuri ndabakunzi cane kurusha ukonabakunda
Iyi film iratangaje caaane yaranampimbaye rwose ifise ubuhinga bukomeye knd irigisha nobasaba komwoza muratunyarukiriza kuduha ibindi bice
Ndabakunda ba shaa muraduha film irimw inyigisho nukuri Iman ibandany ibagurira imbibe💞💞💞
Yooo iyi film iraryoshee irigisha
Courage Amede vyukuri ukomez kogerwa ubwenge bwokuduha ibidufasha turabakunda cane
Yooo Solange We uratumye ndira kuko wagira wice umuntu Mana de mbega isi we!yooo kankindi pasteur agutangiy mission kubwa mwenewanyu solange,humura Imana irakugwanira uve muminwe y'abansi.
Eeee maman films nziza cane kabix turabakunda 👇👇 muterimbr 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💝💝 love from Burundian
Nda bakunda cane mwayikoze mubuhinga bukomeye
Iyifilim niyo kabisa Manawe eka nishura yumuntu koko 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🔥🔥
The story is very interesting💥💥 Part 3 nukuriiiiiii
Mwabiteguy neza Imana nimunyakigongw disi ubona vyinshi ikatwihanganira irimwinyigish isobanuts pe🥰🥰🥰timote💪💪💪
Ndasavye Imana abo bajura ntibice Kankindi we !!!
Film nkiz har habuzik ngo zibonek.ndaryoherwa nak karirimb umukam niwe mwunger wanje.❤️❤️
Imyigisho ikomeye caneee
Kuvyukuri iyi film irimwo inyigisho nziza caane ndabakunda caane🥰🥰🥰🥰🇸🇦🇧🇮
Mwakinye neza cane Imana ibahezagire cane 💕
Mukomeze turinyuma yanyu harimwinyigisho zikomey❤❤❤❤
Waooo ndabakunda mwese💙❤️🧡💜🧡
Irashitse Murakoze reka twiteramire
Mubikor nez .Fanny ugum mu MANA kuk niwe ashobor kudutabar ntawund.ndakund ukuntu wifat mur fml.ark muduhay gato nukur.me murik mubidukorer nez cn.Fanny ❤️❤️
Uwushigikir ukur ivyomiryang ntubwir ndabakunda❤❤❤🎉🎉🎉
Film nziza sna❤❤❤
Uyo musitare Bahebiyak turamukeneye pee, gusa courage Kankindi na Solag
Love from nzoyi tv Nukuri courage, script nisawa,abakinyi n Sawa, camera man x-ray bam yubahwe editor ni Sawa,vyose ni perfect
❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮💚💚🇸🇦🇸🇦IMAN ISHISHIKARE KUBAKORESHA!🙏CINEMA ZANYU ZIRI NINYIGISHO!🙏🙏🙏🙏🙏
Mwubahweeeeee, mama ntahoyagiye iragarutse ndishimye tugiye kongera guteramana n'aburundi benshi
Ninziza cane ndabakunda
Umukama niw mwungere wanje ntaco nzokena.iyi firme irandijije pe Imana iratinyitse ibikora nkimana irareka bigakomera kugira ngo yiheshe icubahiro
Courage 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Mbega IMANA nziza 🙏🙏🙏
Iyi flm irigisha ikanaryoha🙏🙏🙏🙏abayiteguye mwubahwe
Mana mwarimwayitondeye imana ninziza
Ariko muduha iminota mike weeee Gus courage kd turabakunda😍😍🇬🇦🇬🇦
Iyi film yuzuye ukuri kose kabisa
Murakaza neza bantu nikundira
Yoooo Ash iyi film rer mur number one ntimubaye nka babandi bakina ibintu bitigish vub mutunyarukiriz part3
Yaraturyohey can iman ibagurir ingabir zanyu
Umukama niwe mwungere wanje sinzokena aho basha courage
Yesabaheza nukuri muratwuzuza mukadufasha vyishi
Mutubabarire muduhe part3 kuko turayitegereje cyane
Merci bcp cette film,yaranyuguruye kurundi rugezo gukunda umuntu caaane bizongora umuntu yama ari umuntu vrema,uratwugurireye kumenya umuntu,Imana iratabara kandi iba hafi
Merci vmt murashoboye
Nguma numigwa na Barundi courage kbsa
Nukuri ndabateye intege mukomere cane.irateguye kwr.🇧🇮🇦🇫
Turabakunda🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Fany ndagukunda.courrage mwese murabahanga
Murakoze cane muhezagirwe cane❤❤👌👌👌muraturyohera cn
Murakoze kuyiduh
Nukuri mukomez gukundana bantu bacu Imana ibakomez my love
😪😪fanny wajewe bigiye kugenda gt? 🧏♀️ muduhe part 3 turikumwe turinyuma zanyu 💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕
Imana obongere imigisha mukomeze kutwigisha turabakunda
Kabay gato Imana ibahezagire
Yoooo mana kankindi umutabare
Mbegumuntu yesuwe njyizubwoba ndababwizukuri ndumunyarwandakazi ndabakunda abarundi
Ndakunda film zanyu zirigisha cane kandi ziteguye neza❤❤❤
Amede nawe aba yateguye nukuri turabakunda from saudia
Ivyo nivyabigiracumi baduhimiriza gutanga kumbe nabo babikoresha ivyobishakiye mana ubandanye uduha kubona ivyinyegeje yamaso yacu
Imana iburanira inzirakarengane, bitebe bitebuke izohaguruka.
Iryo ni iyerekwa kabisa!!!!
Yooo mana iyi film irababaje mwama mukina film zigisha nukuri. Courage
Love from Rumonge
Vyukuri abarundi turashoboye, twige gushigikirana murakoze kubateguye iyi Filmé nziza.
Grâce urazi gukina vraiment big up

Iman ikomez kubah imbarang
🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🙏🔥🔥❤️❤️

Ariko muduha iminota mike weeee
Gus courage kd turabakunda😍😍🇬🇦🇬🇦
Iyi film yuzuye ukuri kose kabisa
Murakaza neza bantu nikundira
Yoooo Ash iyi film rer mur number one ntimubaye nka babandi bakina ibintu bitigish vub mutunyarukiriz part3
Yaraturyohey can iman ibagurir ingabir zanyu
Umukama niwe mwungere wanje sinzokena aho basha courage
Yesabaheza nukuri muratwuzuza mukadufasha vyishi
Mutubabarire muduhe part3 kuko turayitegereje cyane
Merci bcp cette film,yaranyuguruye kurundi rugezo gukunda umuntu caaane bizongora umuntu yama ari umuntu vrema,uratwugurireye kumenya umuntu,Imana iratabara kandi iba hafi
Merci vmt murashoboye
Nguma numigwa na Barundi courage kbsa
Nukuri ndabateye intege mukomere cane.irateguye kwr.🇧🇮🇦🇫
Turabakunda🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Fany ndagukunda.courrage mwese murabahanga
Murakoze cane muhezagirwe cane❤❤👌👌👌muraturyohera cn
Murakoze kuyiduh
Nukuri mukomez gukundana bantu bacu Imana ibakomez my love
😪😪fanny wajewe bigiye kugenda gt? 🧏♀️ muduhe part 3 turikumwe turinyuma zanyu 💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕
Imana obongere imigisha mukomeze kutwigisha turabakunda
Kabay gato Imana ibahezagire
Yoooo mana kankindi umutabare
Mbegumuntu yesuwe njyizubwoba ndababwizukuri ndumunyarwandakazi ndabakunda abarundi
Ndakunda film zanyu zirigisha cane kandi ziteguye neza❤❤❤
Amede nawe aba yateguye nukuri turabakunda from saudia
Ivyo nivyabigiracumi baduhimiriza gutanga kumbe nabo babikoresha ivyobishakiye mana ubandanye uduha kubona ivyinyegeje yamaso yacu
Imana iburanira inzirakarengane, bitebe bitebuke izohaguruka.
Iryo ni iyerekwa kabisa!!!!
Yooo mana iyi film irababaje mwama mukina film zigisha nukuri. Courage
Love from Rumonge
Vyukuri abarundi turashoboye, twige gushigikirana murakoze kubateguye iyi
Filmé nziza.
Grâce urazi gukina vraiment big up