Intambara ihambaye amahanga yo kw'isi arikw'aritegurira - Par Rév. Pasteur Onesphore Rukwiririkana
Вставка
- Опубліковано 21 жов 2024
- Iduzwa ry'Ishengero ririnda kuza imbere yuko iyo ntambara iba. Turi hafi yo gutaha iwacu!
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Amen Imana igukomeze muvyeyi
Amen🙏💓
Ewe wabutumwa bukenewe kwigishwa mw'iki gihe c'iherezo, n'ubu nyene
🙏💖
Gira umugisha mu vyeyi
Amen 🙏💖
Amen
Amen👏💓
YESU ABAHEZAGIRE CANE BAGENZI
Amen. Namwe Yesu Kristo abahezagire 👏💓
Wongegwe Amavuta Muvyeyi
Amen👏💓
Apocalypse irakenewe kumu Kristo kuko niyo yotuma dukanguka tukava mwitiro
Egoo🙏💓
Za muramutuzanira kenshi umwunger aradufasha can
🙏💓
Moi
,
🙏😍
Amen
Amen🙏💓
Amen
🙏❤️