Ubukene bw'imbuto za PAN53 bumaze iminsi bwibonekeza, bwoba bugiye gutorerwa inyishu gute?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 13 жов 2024
  • #Burundi: Ubukene bw'imbuto z'ibigori #PAN53 muri rusangi buribonekeza naho Reta iheruka kuzikura muri #Zambia, abenegihugu n'ubundi bakavuga ko ari nke, Ubushikiranaganji buriko butegekanya iki kugira abanyagihugu bashobore kuzironka, hoba hazozanwa izindi? Ibigori vyegeranijwe na #ANAGESSA birihe bizoshirwa kw'isoko ryari? #MINEAGRI

КОМЕНТАРІ •