Umukuru w'igihugu c'Uburundi avuga ko adatahura igituma Sosumo iheruka kuduza igiciro c'isukari.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 22 вер 2024
  • Umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE abona ko igiciro c'isukari ya SOSUMO kiri hejuru aho umufuko udandazwa na SOSUMO ku mafaranga 400.000 mu gihe avuga ko umufuko uvuye mu gihugu c'ubuganda ushika mu Burundi kuri 243.000fr. Umukuru w'igihugu aranagabisha umuntu uwariwe wese yogerageza gukora amanyanga ayariyo yose mu bijanye n'igitoro. Uwurôngōye igihugu yabishikirije kuri uno wa kane mu ntara ya #Cankuzo igihe yariko atatanga inyisho kundongozi zagenwe n'itegeko ry'umukuru w'Igihugu,abashingamateka n'abakenguzamateka hamwe rero n'abarongoye imigambwe bo mu ntara nshasha ya Buhumuza.

КОМЕНТАРІ • 3

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk 2 дні тому

    Président wacu muri kurira natwe tukarira bizohererahe?

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 2 дні тому

    Abobagabo mukorana emera bakwanke na Magufuli nikovyagenze kugira agire icamarira Tanzania kandi niho izina ubutwari riva

  • @graceirakoze2868
    @graceirakoze2868 2 дні тому

    Abagise inda ndende Bava mumugambwe CNDD FDD umukuru wigihugu ntafata ingingo kuko aba Ari igikoresho batoye