IMANGA SERIES EPISODE 39 /😭😭Yvan Yihakanye Papa wiwe Abel Ati Si Se😭😭 Maman Yvan Aguye Mumazi😭😭

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 3 чер 2024
  • Abel nduwayo officiel ni youtube channel ibagezako filime nziza cane zisukuye,na comedie nziza cane zisukuye.ufise icubaza canke icuterera,icaricocose,canke ukeneyeko tukugirira poublicite zibikogwa vyawe ,wotwandikira kuri whatsapp yacu +25779410298, 75410298 ,61410298.murakoze
  • Фільми й анімація

КОМЕНТАРІ • 320

  • @mukarugiravictoria4279
    @mukarugiravictoria4279 28 днів тому +28

    Abantu mwese dufatanyije gutegereza imanga nange ndazindutse abazanyuma yange musige Like ubundi twirebere amaso ibyo Kwa Bosco nibyo Kwa Abel😢

  • @MmMm-hq8vn
    @MmMm-hq8vn 28 днів тому +9

    Nomer 5 abaz nyuma murirwarukund mump like ham tuhatwik twimanukir

  • @Iteritekaivonvi
    @Iteritekaivonvi 25 днів тому +2

    Ndakunda ukuntu ubikora naza gusa abariko baryohegwa ni manga munsigire like❤❤❤❤

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 27 днів тому +6

    Mbe Norasque we vipi kwatarondera umwana wiwe??😢😢. Aline bazobane na Abel ndasavyeee ntazosubire kwa Bosco

  • @pascalnimbona5522
    @pascalnimbona5522 28 днів тому +5

    Mwantanze ndazibaha

  • @user-bn8uw9py4y
    @user-bn8uw9py4y 27 днів тому +7

    Justin urakiny iyi scène nez mpise numv nocomanta basi nyen nyina wamuntu nikindi kintu cokwubaha ntiyogayika ubona ngo wemere Big UP sana

  • @sederiyaNsabimana-ut2lq
    @sederiyaNsabimana-ut2lq 29 днів тому +8

    Alloo mugeze hehe naraye ntibuca nazingutse ndaba kumuza mwahageze ndanyotewe❤❤❤🎉

  • @Jus-bw2rn
    @Jus-bw2rn 27 днів тому +6

    Mbaye mubabere nukur dabigize mugire nkabad

  • @user-zg1yj7hq3p
    @user-zg1yj7hq3p 28 днів тому +5

    Bamwebamw ejo mega zizobazahez muratunyotez sana gs nda❤❤❤

  • @user-wz1li2jn4g
    @user-wz1li2jn4g 27 днів тому +1

    ❤️❤️❤️❤️❤️❤️👏👏👏👏turabashigikiye cane hageze Aho iryoha cane courage

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 27 днів тому +2

    Justin kabisa bakugurir akantu wakiny neza vrt nyina wumuntu yubahwe bosco we siwe woyabona🎉🎉🎉❤❤❤ kudutevya bibi cne

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 27 днів тому +2

    Justin nkundukuntu uvyitwaramwo neza cneeee wakinye neza na mman wawe aline yigira gahoro pe ntavyinshi 😅😅😅so courage cneeee ❤❤❤❤

  • @divinemugisha987
    @divinemugisha987 28 днів тому +4

    Musigaye mudutevya knd iyi ngeso ntibabereye nukuri❤️

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v 27 днів тому +2

    😅😅😅😅 meme uratumy numv ijwi rya Justin mugih cose carigihez ndab imanga 😅😅😅❤❤❤ rek ndindir Bosco naw ndabe ukozivyifatamw nasang iyo nday yazany yamuzaniyek amaband bagabo😊😊😊

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 27 днів тому +1

    Justin unkorey umuti sinarinzi kuzi kuvuga pe❤❤❤❤

  • @bizimanajeanclaude5688
    @bizimanajeanclaude5688 26 днів тому +1

    ❤❤❤🎉🎉🎉 ndemeye harabantu Bazi gukina séné ikaryoha irimwo nimpanuro iva n'a mugenzi we bagiy guhuza abavyeyi babo nubwo mama wa iva umengo nintagindwa Arik abantu muyiraba komutagong like bimez bit?

  • @speciosenduwayezu1863
    @speciosenduwayezu1863 27 днів тому +1

    Nice ngira urabonye KO inkoni ikubise mukeba uyirenza urugo.

  • @user-sy2ws4db3u
    @user-sy2ws4db3u 28 днів тому +3

    Gusanuko usigaye ubanza kuzifata hakuzirekura twirabire

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 27 днів тому +3

    Nanj nkaba ndahigereye nahonacerewe from mama cheiilla 0fficial I ❤❤❤

  • @musanaberanyiratungane7119
    @musanaberanyiratungane7119 27 днів тому +2

    Yoo bosco wakabona kweli Yvan ihangane pe mama wawe ntiyoroshe ❤❤❤❤❤

  • @AlnNn-yi8hg
    @AlnNn-yi8hg 25 днів тому

    Yooo justin sha uranryohey cane ukuntu uvugiye mama wawe ndanarize❤❤❤🎉🎉🎉

  • @user-wb8fe5ks3v
    @user-wb8fe5ks3v 27 днів тому +1

    Bosco weee umugore n uwambere shaaa nivyank kuwamber urashak UC ubivamwo😢😢😢😢

  • @PrimeNiyonsaba-qs8bz
    @PrimeNiyonsaba-qs8bz 27 днів тому +1

    Uyo mugore yarengej niho numvise Justin avga akaze cn nkuko tumenye kubaha.justin courage urandyohera

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o 27 днів тому +1

    Justin ubirimwo neza🎉🎉🎉🎉 courage à tous ❤❤❤❤ muterimbere bosco nawe kabone niwe wavyiteye

  • @user-hc8di6kn8b
    @user-hc8di6kn8b 18 днів тому

    Just ndakwubashe uhora cane bakaguhonyora kumutwe just dyohegwa maze muranezereje na aline

  • @chantalnshimirimana7346
    @chantalnshimirimana7346 27 днів тому +2

    Hageze ko iryoha ariko ikibazo 😢😢😢😢😢😢muduha mutevye

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 27 днів тому +1

    Justin iyo mudacishamo akakantu KO kwikurako urworugore vyaba bibishe arikosha urumv ingen asuzugura Mama WAW wumva?? Ukinye Nexa iyo scene vraiment big Up sana❤

  • @agathemichelle238
    @agathemichelle238 28 днів тому +3

    Twari tuyirindiranye igishika cishi❤❤

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 26 днів тому

    Justin nukuri ndagukunz nyina wumuntu yubahw 🥰🥰mam yvans akavuyo sivyiza bosco naw mpor courage vrt mubirimwo neza ❤❤

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 27 днів тому +2

    Safi sana justin ,aline umuhungu waw araguyeko meme 😂😂

  • @user-gp2po7ie3u
    @user-gp2po7ie3u 25 днів тому

    Courrage🎉🎉🎉🎉🎉 gs ndashimy ukunt mutegeur kl alin arahatsw kurwa mungran zogukundan numuhung ww so courrag kbx ayany murakwiy🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 27 днів тому +1

    Iyi film irimwo ubwenge pe

  • @user-en6ch1uv7w
    @user-en6ch1uv7w 27 днів тому +1

    Mutunyarukirize ndasabye🙏 kuo mbona hahiye😅😅

  • @AboushalfNgenda
    @AboushalfNgenda 28 днів тому +2

    Yemwe yemwe dukwakwanirize

  • @MmMm-hq8vn
    @MmMm-hq8vn 27 днів тому +1

    Ndakunz just mwikigice yavyifashemw nez muguhagararir mamanwiwe ndabon ikikurikir azob ari faya🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😢😢😢

  • @BaillyCawa
    @BaillyCawa 27 днів тому +1

    Nkunda meme na na alin numutim wnj wos akir amashugw yanyu ❤❤❤❤ meme nawe weweweeeeh 😂😂😂😂

  • @JoselyneAkimana-co1xs
    @JoselyneAkimana-co1xs 26 днів тому

    Emwegaye mbega mbega Abel afita abagore bangah?emwe itavyay inyana izovyarishu nahubutaha🥰😍😘🙏🏿

  • @lydi791
    @lydi791 27 днів тому +2

    😂😂😂 hewe Dani warikwegeye ikara mu mpuzu😂😂

  • @user-xr9kb1ru3b
    @user-xr9kb1ru3b 27 днів тому +2

    Ndakunda ugutekereza kwa mama Justin❤❤je l'aime bcp

  • @ChanellaManiratunga
    @ChanellaManiratunga 27 днів тому +3

    Nanje nkaba nahishikiye so nda❤❤❤❤❤❤

  • @user-rw5ew4io4z
    @user-rw5ew4io4z 28 днів тому +2

    Komeza muduha turab❤❤❤ nimwakir🎉🎉🎉

  • @irankundabelyse-ej5vi
    @irankundabelyse-ej5vi 27 днів тому +3

    Namwesikuzinduk nagirambayewamber😂😂😂

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 27 днів тому +3

    Bosco naw niwumve uko biryoshe, umutima wa Aline uko warumeze.😂😂😂😂😂😂😂

  • @icitegetseesperance8595
    @icitegetseesperance8595 27 днів тому +2

    Mbay muwamber ❤❤❤

  • @user-wk9ij9ks4e
    @user-wk9ij9ks4e 27 днів тому +1

    Mugiye guhatwika kweli nimunyarutse mureke kutunyoteza cane turabakunda vane

  • @alinendihokubwayo5471
    @alinendihokubwayo5471 27 днів тому +2

    Ewe sha Abel Aho uwo mmn Yvan ntiwomukur munzu yawe😂😂😂😂ahubw Aline s ndaya niw Ur'indayaaa urunv n'amajambo uriko urarenz abari munzu😮😮😮😮juste urakunzw nanj kwl uravugaa neza mbere🎉🎉🎉🎉🎉 utwo nutwaw kurwanirir mmn waw.Abel fata ingingo nku mugbo murugo uy umwirukan Aline asubire mu rugo niw mugore wisezeranooooo❤❤❤❤❤❤

  • @AlnNn-yi8hg
    @AlnNn-yi8hg 28 днів тому +2

    Nyarutsa Abel we imanga ndayikunda cam❤❤❤

  • @stitore2388
    @stitore2388 27 днів тому +4

    Abel musaza wubahwe Aline urishuwe bosco harabavye 🔥🔥🔥 yemwe ndabakunda Justin wubahwe Yvan komera wawawa murashimisha cane gose mwubahwe

    • @francinGerome
      @francinGerome 26 днів тому

      Akageso kogucererwa yvin na jastin baravukanye❤❤❤❤❤❤

  • @user-cc5cl6tv1w
    @user-cc5cl6tv1w 27 днів тому +1

    Muradukat umumiro jist chakuvyar birinico bimar urahabay 🎉🎉❤❤ mam Yvan ugiyegukwirwah ??ewe bosc chah 😂😂😂

  • @claudinenimpagaritse
    @claudinenimpagaritse 26 днів тому

    Nice mukanuze abone ukuntu yirukanye uruhinja ubu biberey munyishu

  • @niyibiziviane3396
    @niyibiziviane3396 27 днів тому +2

    Kuvyara nivyiza juste ndagushimiy dani koma gumahamwe😂😂😂😂😂😂

  • @AlnNn-yi8hg
    @AlnNn-yi8hg 25 днів тому

    Bosco asohoye umucafu❤❤❤🎉🎉🎉 mubirimwo neza mwes tim ❤❤❤🎉🎉🎉

  • @shopaman3726
    @shopaman3726 28 днів тому +1

    Courage cuti zanje 🌹🌹🌹

  • @NduwimanaSandra-cc6bh
    @NduwimanaSandra-cc6bh 27 днів тому

    Mwari mwatunyoteje cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v 27 днів тому

    Ndashak kubon Adeline na Toussaint murazik barimurukund rer mubagarukan hahir rimw hamw na norasque kugir abonek atakir umusore 😊😊😊

  • @georgettendayishimiye9576
    @georgettendayishimiye9576 29 днів тому +2

    Ejo ni kera narinziko ijako uno musi

  • @user-dd8cr8xo1j
    @user-dd8cr8xo1j 27 днів тому +1

    Yooo mbegaa série iryoshe munyarukirize muranteye uburoho❤❤❤❤🎉😅

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 27 днів тому

    Justin urakoze umuti. Reka nzoraba iyo biherera.😂😂😂😂😂❤❤❤❤

  • @JeannetteMutoniwabo-of3ko
    @JeannetteMutoniwabo-of3ko 26 днів тому

    Justin unkiniye neza vmt!!Tora utu tuntu❤❤❤❤! Courage mwese

  • @melchiorngendakuriyo2828
    @melchiorngendakuriyo2828 27 днів тому

    Imanga nahishikiye 💪💪💪🎉🎉🎉🎉 courage

  • @hervinenihoreho146
    @hervinenihoreho146 27 днів тому

    Bwanyum nanyum numvise juste avuze cyane😮

  • @umurerwayvonne2763
    @umurerwayvonne2763 27 днів тому

    Murazi gutegura kwel turabakunda cyanee

  • @JoselyneNgeriminwe-wo8op
    @JoselyneNgeriminwe-wo8op 25 днів тому

    Justin courage uvyifashemwo neza

  • @Kamyamunezanadine
    @Kamyamunezanadine 28 днів тому +3

    Uno musi harasha,Abo bantu bahuy Bose,ms courage vrt murigisha ingo zubatse

  • @nduwayezuallyda6184
    @nduwayezuallyda6184 27 днів тому +2

    Justin waciriy agateka mam waw

  • @user-sy2ws4db3u
    @user-sy2ws4db3u 27 днів тому

    Mbega Basha bigiye kugendagute juste à Yvan kumbe baravukana😂😂😂

  • @ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu
    @ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu 27 днів тому

    Courage bantu banje Yvan abijemw neza nayo Bosco ww aricuza

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 27 днів тому

    Ndabakunda 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @Kamyamunezanadine
    @Kamyamunezanadine 27 днів тому

    Courage vrt,igez ahantu haryosh cn

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar 27 днів тому

    Harahiye kwa Bosco😂😂😂😂😂kwa Abel nahone ni 🔥🔥🔥🔥, courage ❤❤

  • @user-lq2fi8gg5x
    @user-lq2fi8gg5x 27 днів тому

    Justin ndakunda ukuntu ukina vrt ndabakunda cane ❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @user-my8hp2ix9t
    @user-my8hp2ix9t 25 днів тому

    Waooo ibintu bigez Aho biryoha

  • @irakizalove101
    @irakizalove101 24 дні тому

    Justin urandyohey vrt uyu musi ubikoz nez cane ukuntu wacecekesheje ury mushenzi maman yvan yarabifatiye nukur

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 27 днів тому

    Mwubawe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @GagaGrace-zh7jt
    @GagaGrace-zh7jt 27 днів тому

    Ndabakunda mwirambire mubikora nez

  • @medybayemere
    @medybayemere 27 днів тому

    Yvan ndaguknze wakiny rôle ikubereye

  • @CarmellaIngabire-ti5xr
    @CarmellaIngabire-ti5xr 26 днів тому

    Mwabigenje neza bantu bacu❤❤❤

  • @ElvineMutumwinka-cp2eh
    @ElvineMutumwinka-cp2eh 27 днів тому

    Justin urakiny neza pee .yooo😢ndariz kubwaw 🥺😂😂

  • @NishimweNadia-kt8pe
    @NishimweNadia-kt8pe 26 днів тому

    Courage vrmnt 💪💪 ndabakunda 🥰🥰🥰🤗🤗🤗

  • @AliceCuki
    @AliceCuki 27 днів тому

    Bosco mwiba wakujitakia huambiwangwi pole so Justin ndagukunze ukuntu uvugivy mman waw disi ndabona hagiy gusha🤔🤔🤔

  • @MpawenimanaJames
    @MpawenimanaJames 27 днів тому

    Mana yanje bitera bieyoha sana Abel irukane vuba urwo rugore wibanire na Aline akaramata nawe Bosco kubibi bagukorey uzokwipfuza Aline utakimubona

  • @irutingaboornis8564
    @irutingaboornis8564 25 днів тому

    iyi Filme Iraryoshe Cane pe

  • @anithatuyisabe4805
    @anithatuyisabe4805 27 днів тому

    Eric waje mumanga naho. eweee bosco sha ndagusetse pe wanka bisura ukazana binya

  • @Sandrineininahazwe
    @Sandrineininahazwe 27 днів тому

    yvan noe uw n maman waw cnk hhhh kutitavy uvug ng aloo maman

  • @user-mo2bq8lj3t
    @user-mo2bq8lj3t 27 днів тому

    Imanga séries hejuru cyane 🥳🥳

  • @user-hc8di6kn8b
    @user-hc8di6kn8b 18 днів тому

    Ndababwirek ndabakunda kubwa filme murikudukinira

  • @user-uo4gu1kk2z
    @user-uo4gu1kk2z 29 днів тому +1

    Number 2 nahageze❤❤❤❤

  • @DianeKamikazi-fc9hi
    @DianeKamikazi-fc9hi 27 днів тому

    Courage mukina neza cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 27 днів тому

    Mwubawe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @inesirankunda3815
    @inesirankunda3815 26 днів тому

    Norasque kwatarondera umwana wiw😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @charleneirateriteka8710
    @charleneirateriteka8710 27 днів тому

    Basi ejo muyizane❤❤❤😂

  • @user-hz6so7qy9x
    @user-hz6so7qy9x 27 днів тому +1

    Mwubahwe,beza,banje

  • @ElvisNDUWAYEZU-eq5fc
    @ElvisNDUWAYEZU-eq5fc 27 днів тому

    Abel amashurwe nayawe akira 🎉🎉🎉❤

  • @anithatuyisabe4805
    @anithatuyisabe4805 27 днів тому

    Abel nzosubira kuyiraba meme umyirukanye munzu yawe pe

  • @bavuganezaImmaculee-pn9ni
    @bavuganezaImmaculee-pn9ni 26 днів тому

    Courage mutama wamateka🎉🎉🎉

  • @Kamyamunezanadine
    @Kamyamunezanadine 28 днів тому +1

    Ndabarindirany igishika sambiri ntizintanga

  • @user-uy9jx2uz8z
    @user-uy9jx2uz8z 27 днів тому

    Mwubahwe mukina neza ❤❤

  • @UwizeyimanaFildence-lp4mk
    @UwizeyimanaFildence-lp4mk 27 днів тому

    Biri muyindi mpwemu courage

  • @barthazarndayitwayeko
    @barthazarndayitwayeko 23 дні тому

    mukina neza cane courage

  • @ManariyoEmelyne
    @ManariyoEmelyne 27 днів тому

    Guxa baradutevya kandi baduha part ntoya gose