Umukuru w'Igihugu asaba ama Ambassade y'Uburundi ahari hose gukurikirana ibibazo bibahanze.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 15 вер 2024
  • #Burundi: Mu gihe Umukuru w'Igihugu yariko yugurura indwi yahariwe Abarundi baba mu mahanga ku ncuro igira kane kuri uyu wa 30 Mukakaro 2024, yabamenyesheje ko mu gihe bahuye n'ibibazo bokwitura ama Ambassade asanzwe ari mu bihugu baherereye mwo, yongera anabemerera ko mu gihe coba arico bashaka guterera mw'iterambere ry'igihugu bomwandikira ubutumwa bugufi bakamumenyesha. #Diaspora #diplomatie #developpement #investissement

КОМЕНТАРІ • 94

  • @CedOG
    @CedOG Місяць тому +9

    Ndi umunyarwanda gusa u Burundi nibushyira hamwe mugafatikanya abo bantu batuye hanze y’igihugu bafite amaframga menshi cyane Kdi baramutse bayazanye mugihugu mwagiteza imbere kdi nukuri ijambo ry’Imana riravuga ngo Iyo ababiri bateraniye hamwe Imana irabasanga❤

  • @habumuremyiadolphe2873
    @habumuremyiadolphe2873 Місяць тому +5

    Ndi umunyarwanda ariko president never nimumuheba muzahora mwicuza byiteka❤❤

    • @uwizeyeanas5300
      @uwizeyeanas5300 Місяць тому

      Uyu mu president ahura nikibazo cabo a délegua ibintu kuko benshi uca usanga bamukoresha amakosa mukumwambika amakosa bivuye mukungene abo a délegua ibintu bitwara imbere yabandi bigatuma abantu duha ishusho mbi umukuru w'igihugu kandi atariwe . Ubu vyaragabanutse c'est vrai ubu hariho aba patriotes vyukuri y'izera ariko banyakwisamburirako ntibazobura. Le fait déjà yuko atanga numéro yiwe birerekana combien de fois atizera abantu bamwe bamwe

    • @Nadia-k5g
      @Nadia-k5g Місяць тому

      Aka délégua ababikwiye... Kagame ntiyemera KO bamukoza isoni il exerce son autorité

  • @SimonNijimbere-fo9zt
    @SimonNijimbere-fo9zt Місяць тому +9

    Nimwubahwe Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu cacu c'uburundi❤ you

  • @kevinnizigiyimanamajeste8733
    @kevinnizigiyimanamajeste8733 Місяць тому +8

    Wowww mbega Président dufise mwiza... Basha nukuri natwe baturabe Kenya

    • @KwizerimanaDesire-wv4qo
      @KwizerimanaDesire-wv4qo Місяць тому +2

      Nukuri ukuntu udukunda abarundi ndabona ryahangiro rya 2040 ritegerezwa gushika Kuko niba koko mwadusomera ivyiyunvuro vyacu mukabitwishurako uburundi bushasha tugiye kububona

    • @KwizerimanaDesire-wv4qo
      @KwizerimanaDesire-wv4qo Місяць тому

      ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 Місяць тому +3

    Imbele neheza cane❤.

  • @nimubonaeric8074
    @nimubonaeric8074 Місяць тому

    Président wacu Imana ikomeze kukuzigama, wazanywe n Imana kugira ukize Uburundi

  • @Burundian-k3q
    @Burundian-k3q Місяць тому +1

    Egooo 🎉🎉🎉 murakoze cane gose banyakubahwa !!!
    By Jeremiah Burundian man ❤️

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 Місяць тому +3

    Niwubahwe mutama abanyagihugu turagutahura we kora ivyushoboye turinyumayawe🎉🎉🎉

  • @Jeannelysa
    @Jeannelysa 27 днів тому

    Murakoze cyane Never❤❤

  • @BizimunguAbdul
    @BizimunguAbdul Місяць тому +1

    Murakoze cane kuduha akani
    Mero.

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 19 днів тому

    Neva tuzokurwa inyuma 👍❤❤❤💯

  • @isaya4819
    @isaya4819 Місяць тому +2

    Harumumama muri Kenya numu ambasadere mwiza❤❤

  • @musonihussein8739
    @musonihussein8739 Місяць тому

    Ramba ramba Mutama wacu ndukunda canee imana iguhezagire❤🙏

  • @UwingabireFrancine-u7h
    @UwingabireFrancine-u7h Місяць тому

    Nukuri ndumunyarwanda ariko abarundi mukomere kuri president wanyu kuko numugabo❤

  • @GeorgesMucunga
    @GeorgesMucunga Місяць тому +1

    Akenshi murabona yuko abarundi iyo bagiye kurondera ubuzima mumahanga ntibigera bibagira iyo bajebava bakora nkayankware isesera imusozi agatima karimumwonga. Murakoze natwe turi muri Zambia turizera yuko muzotuvugira.

  • @nsabimanaerick4774
    @nsabimanaerick4774 Місяць тому +1

    komer mutam zurah inzir abafis amaher hanz bayazan

  • @NtaleMulungi-ct2np
    @NtaleMulungi-ct2np Місяць тому +1

    Komera komera

  • @moshwayne2565
    @moshwayne2565 Місяць тому

    Thanks be to God for the good president of Burundi

  • @NimbonaViola
    @NimbonaViola 24 дні тому

    Erega imana irakukunda Burundi

  • @CharlesMarufu-m6p
    @CharlesMarufu-m6p Місяць тому

    Murakoze banyakubahwa,natwe Zimbabwe mutuvugire

  • @ndarishikanyefrancois3016
    @ndarishikanyefrancois3016 Місяць тому +1

    Jewe ndakunda PAPA BURUNDI vrema

  • @pascalmanirambona9201
    @pascalmanirambona9201 Місяць тому +2

    Mbega umutwre mwiza azosumvya amateka ndandaye

  • @Jeannelysa
    @Jeannelysa 27 днів тому

    Diaspora dufise problème de passeport ils disent rentrer au pays,le maroc,le Rwanda,le kenya bazibona dans 1 mois il faut fermer les ambassades aucune protection mais la peur de jeunes.renouvelle les jeunes ambassadeur.

  • @FabHae
    @FabHae Місяць тому

    ❤❤

  • @ElviscamsobaNiyonkuru
    @ElviscamsobaNiyonkuru Місяць тому

    Courage

  • @NimbonaViola
    @NimbonaViola 24 дні тому

    Prezida imana izomukoresha

  • @ismaelwanjalamudinya111
    @ismaelwanjalamudinya111 Місяць тому

    Banyakubahwa mwubahwe imana ibahe kuramba urintwari turagukunda caneee umujama wacu

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 Місяць тому +1

    Diaspor ifise imigambi myishi Uburundi buba buteyimbere cane,

  • @saprens9574
    @saprens9574 Місяць тому +1

    Nukuri nyakubahwa bifate muminwe mudufash nukuri

  • @user-ix3vm7vo1r
    @user-ix3vm7vo1r Місяць тому +1

    Babwire, nukuri abantu baja munzego za leta , mwotuma muduza urwaruka ruriko ryravyuka kuko abo bantu baramaze kuronka.

  • @CelestinNiyitunga
    @CelestinNiyitunga Місяць тому +1

    Irambire mukuru wigihugu cacu ciza cuburundi

  • @IrumvaElvis
    @IrumvaElvis Місяць тому +1

    Kbx

  • @Toffi-tx7yi
    @Toffi-tx7yi Місяць тому +1

    Nanjye nkora music kand kwi photo urebe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @NiyongereJustin
    @NiyongereJustin Місяць тому

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😮😮😮

  • @KwizerimanaDesire-wv4qo
    @KwizerimanaDesire-wv4qo Місяць тому +3

    Ntawundi mu président nkuyu twari bwaronke muburundi ndamukunze cane

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 Місяць тому +1

    None bakwandikira udashobora no guhana uwakoze amakosa

  • @user-jo7qz7co8q
    @user-jo7qz7co8q Місяць тому

    Abari muri Saudi Arabia kotaco badufasha

  • @Jeannelysa
    @Jeannelysa 27 днів тому

    Les ambassadeurs se font rois au lieu d'être des assistants ou conseiller pour le peuple burundais😅

  • @Gerald8180
    @Gerald8180 Місяць тому

    Murakoz

  • @nintunzegeorges403
    @nintunzegeorges403 Місяць тому

    Iri jumbo ni ryiza cane burya hari benshi bakunda igihugu bagashaka kugiteza imbere abinda yatanze imbere bakaba intambamyi. Burya naba docteur bahunga igihugu nagashavu ko guhembwa duke abatabikwiye bakayihererezako. Igitigiri cabarya igihugu bakwiye guteshwa hagasigara abagikorera ku neza ya bose

  • @gerayotv3240
    @gerayotv3240 Місяць тому

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ love you burundi Imana yaduhaye umuyobozi mwiza ntiyadusondetse

  • @kezananafleur8480
    @kezananafleur8480 Місяць тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂thanks!

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 Місяць тому

    Mutama wacu aba ambassadors bose buburundi bose umengo barasinziriye nimba arugutinya nimba arukutumva indimi ntumbaze

  • @manasseninteretse8510
    @manasseninteretse8510 Місяць тому

    Nkanje maze imyaka nka 8 umu ambasade ntanuwondabona south africa🇿🇦 ngara ntahe ntamuzi

  • @GeorgesMucunga
    @GeorgesMucunga Місяць тому

    Nukuri natwe turi Zambia ambassade irahari ariko turabona yuko ataco itumariye kuko umucuruza aharigucururiza hosi ahagirira akamaro ndetse niyava.

  • @EmileSinzoyiheba
    @EmileSinzoyiheba Місяць тому

    Nyakubahwa mwavuga nukuri

  • @draye3357
    @draye3357 28 днів тому

    Reka jewe niyagire na president kuko ndi umu DIASPORA

  • @J.baptisteSibomana
    @J.baptisteSibomana Місяць тому

    3:39 3:46

  • @PhageïGAHERA-xu7sm
    @PhageïGAHERA-xu7sm Місяць тому

    Wubahwe cane nyakwubahwa

  • @Jayc-b5p
    @Jayc-b5p Місяць тому

    Pr uri mbwa eseuri umuhutu uri umutwa genda apuu guhunahuna kwa kitsekedi !!

    • @Bazi1973
      @Bazi1973 Місяць тому

      Imbwa ninyoko

  • @DepayMemphis-d8c
    @DepayMemphis-d8c Місяць тому

    South Africa hoho nagahomerabunwa sivyokuvuga

  • @RwembeFulgence-vr9cy
    @RwembeFulgence-vr9cy Місяць тому +2

    South frica turamukeneye

  • @user-tx9rr6nu6o
    @user-tx9rr6nu6o Місяць тому

    Na
    Uganda
    Ntanamakl

  • @nifashagilbert9658
    @nifashagilbert9658 Місяць тому

    Jewe kwel mumumbwirire azonyumbirize nkumuvyi dupange akarere arabeko inyuma yimyaka 17 ko umurundiwese atazoba abaheza Kandi amahera yanyuma azoba akorera azoba ari hagati ya 50.000 na 100.000. Kandi nashaka ko anyemerera ko nuguruza association yaba amabsadeur buburundi bose. Biramaramaje uburyo bakora bageze hanze yigihigu

  • @MelanceMugisha-vp1vi
    @MelanceMugisha-vp1vi Місяць тому

    Muri Africa yepfo ngira ntanuwuhari Haas urakoze mutama

  • @nsengiyumvaclaude7064
    @nsengiyumvaclaude7064 Місяць тому

    Nyenicubahiro,muzokwirikirane n'umu ambassadeur akorera zambia kuko nawenyen ntaco amariye abarundi baba zambia.baribagira ko bari hariya kubera abarundi baba zambia.bibereyeyo binywera black label na mosi gusa ntakindi ubabaza

  • @Habi105XF
    @Habi105XF Місяць тому

    Na Ambassades zo mûri Europe nuko. Bakubaeira ngo twemerewe kuzana. Amasahahanij ni ibiyiko, ni ibitanda. Ivyo gukora mu nganda ngo wapi. Ngo ni ivyo gukorera amahera ngo hakenewe ivyo kurya no kuryama gusa. Ngo Kandi naho kimwe kimwe.

  • @mwandishimussa6319
    @mwandishimussa6319 Місяць тому

    Abarundi tuba mugihugu ca Tanzania turafatwa nabi cane ndetse ambassade ntaco badufasha haribenewacu batandatu bapfunzwe ngo binjiy bidaciye mumategeko none ga yemwe kuba ahantu harico bitwaye kandi twese turibamwe😢😢

    • @ibrahimcongeram.806
      @ibrahimcongeram.806 Місяць тому

      None abo bafashwe baribafise ibibaranga? nshatse kuvuga passport canke urupapuro rw ubuhungiro canke ujirani mwema?

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 Місяць тому

      None muri bamwe wewe uri umu tanzania?😂😂😂 niwitonde sha amahanga arahanda

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 Місяць тому

      @@ibrahimcongeram.806 Jewe narabaye Dodoma (Tanzania) 1977-1982, 1984/1985 ndi impunzi, nari mfise akazi keza, ntangorane nigeze ndahagirira.

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 Місяць тому +1

      @mwandishi. Mbega nko kugasozi k'iwanyu mu Burundi hari umunyamahanga yohaza avuga ngo ``none ga yemwe kuba ahantu harico bitwaye kandi twese turibamwe".
      Jewe nakuriye iBurundi mugabo navuyeyo kera. Muri 2018 naragiye kuramutsa umuryango wanje hanyuma duhwanye n'umukuru w'umutumba mon frere aca amubwira ngo ng'uyu WAMUSHITSI nababwira. Urumva rero umuryango wanje warinze kubwira abategetsi ko nzojayo kandi jewe narinzi konitahiye iwacu muhira. Rero mugihugu cose ujamwo utegerezwa kubaha amabwirizwa yaho. Ntiwogira ngo ninakora amakosa nkapfungwa ngo ambassade izoza kunkura mugasho.

  • @CizaBerechimans
    @CizaBerechimans Місяць тому

    Komera mutama

  • @Humble-m-2tk
    @Humble-m-2tk Місяць тому

    Irambire mutama

  • @AudaceSabu
    @AudaceSabu Місяць тому +1

    Nyakubahwa uraraba nomurikenya neza ntidukwirikiranwa nkuko bikwiye

    • @Chaddy257
      @Chaddy257 Місяць тому +1

      Ntamusi ndumvako yatumyeko inama yabarundi Baba muri Kenya cnk ngira harico abatumigwa😢

  • @NduwayezuThomas-h4l
    @NduwayezuThomas-h4l 27 днів тому

    Nibazemurwanda natwetumezenabi

  • @mosescharles1921
    @mosescharles1921 Місяць тому

    Bishire mwinguvu nyakubahwe

  • @GeorgesMucunga
    @GeorgesMucunga Місяць тому

    Kuko ugufatwa nabi igihugu ca Zambia kidufata ambassade y' Uburundi yobaye iganira na Reta ya Zambia boyigiye hamwe ukungene umucuruzi wumurundi uwariwe wesi icoyokora c' iterambere y' igihugu ca Zambia, umurundi ahacururiza agakoribikogwa yorohewe.

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 Місяць тому

      @Georges. Igihugu cose kigira amategeko yaco kubiraba immigration n'ubuzi abanyamahanga bashobora kuharangurira.
      Dufate nk'umuntu yinjiye muri Zambia muburyo butisunze amategeko, vyogorana ko ambassade iza kukuvugira hanyuma ngo utsinde.

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 Місяць тому

    mutama tukurinyuma

  • @bakundatuyizere8556
    @bakundatuyizere8556 Місяць тому

    😂😂😂😂😂😂 pauvre Burundi

  • @nifashagilbert9658
    @nifashagilbert9658 Місяць тому +1

    Najew mumbwirire nyene icubahiro ansubiz kuri message namwandikiye. Haciye igihe kirekire. NGOmba kuja gutanguza umugambi uzoha akazi abantu batenga 2.000.000 ariko mbona umeng kugira ntangure bizoba ngombwa ko tubonana amaso mu yandı nkamusab ukwonokingirwa

    • @gervaisntirenganya470
      @gervaisntirenganya470 Місяць тому

      Kurubwobubeshaho nawewe ubwawe nturiyubaka ngufise ubuzi wohabandibantu😂😂😂😂😂

    • @ibrahimcongeram.806
      @ibrahimcongeram.806 Місяць тому

      @@gervaisntirenganya470 None ko umwishuye uko uramuzi uwariwe? Nimba ariko avugisha ukuri naho? Akaba naho ariko arayayata nabihagarike kuko kuyayata canke kujajura kumbuga sivyiza. Nimba ari serieux nivyavuga mumufashe ubutumwa bwiwe bushike imbere.

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 Місяць тому

      @nifasha. Ariko woducira kumayange ivy'uyo mugambi ushobora guha akazi miliyoni zibiri z'abarundi?

    • @nifashagilbert9658
      @nifashagilbert9658 Місяць тому

      @@stansiyomana1239 mubisanzw zorenga. Rega uburundi bwuzuyemwo amahera ariko ababurimwo benshi ntibabona kure. Ndacarindiriye prsident Neva anyishure. Narasubiriye ndarungika ejo ngira yahora afatiriwe nokugendera Intara zuburundi

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 Місяць тому

      @@nifashagilbert9658 Jewe sinumva ingene wovuga ngo Uburundi bwuzuyemwo amahera kandi abanyagihugu bamwe barinda kugurisha igitungwa kugira umwana ashobore kwiga, umuntu aja kwiyandikisha mw'i cahier mukabare kugirango azorihe niyamara guhembwa agashahara kiwe.
      Jewe n'ubu ndacibuka ko aho niga muri secondaire mumyaka ya 1960, nama nidoga ko abavyeyi bampaye argent de poche make, kandi niga kuri College Don Bosco iNgozi, aho ntatanga minerval kandi naba muri internat aho Reta yangaburira. Kandi muri contexte burundais, iwacu twari dufise urugo rukwiye (kandi heureusement n'ubu ntiturarucamwo udupande kugira umwe wese agire akiwe).
      Nko muri za Chine canke Japon woshobora kuvuga ko hari amahera menshi mubanyagihugu kubera saving rate yaho iri hejuru.
      www.investopedia.com/articles/personal-finance/022415/top-10-countries-save-most.asp#:

  • @ChrisB-pu3kc
    @ChrisB-pu3kc Місяць тому

    Ikijuju kigi President cya ba DD

    • @djsexydaswag6109
      @djsexydaswag6109 Місяць тому

      Cunha ururimi gwawe wamuntu we
      Kurya utokwubahuka gutuka abavyeyi bawe bakwibarutse uyu arengeye ivyo ubwenge bwawe bwibaza pas seleument que ari Umukuru w'Igihugu n'ijuru rimuzi nk'uwatoranijwe n'Imana ngo arongore ihanga sasa udahanywe n'umwana w'umuntu uzohanwa n'Imama yamutoranije

    • @jeanmariebukeyeneza8751
      @jeanmariebukeyeneza8751 Місяць тому

      Ntasoni vrt ufise urupfasoni rurakenewe

    • @Bazi1973
      @Bazi1973 Місяць тому

      Ikijuju niwewe na nyoko yakuvyaye

  • @NdayizeyeIldéphonse
    @NdayizeyeIldéphonse Місяць тому

    Ako ka numéro naje ndagashaka kantuze

  • @binancerwanda
    @binancerwanda Місяць тому

    Ni ibiturire byabo muta

  • @IrumvaElvis
    @IrumvaElvis Місяць тому

    ❤❤❤❤