NTIMUGIRE UBWOBA: DUHAGATIRE INKOTA TURWANE N'IMPWEMU MBI ZIRIKO ZIRAZIMYA UMURIRO||Pasteur Shadrack

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 4 чер 2021
  • MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

КОМЕНТАРІ • 47

  • @Cycy129
    @Cycy129 5 місяців тому +1

    Hallelujah hallelujah Imana data watwese ibongere amavuta ni nkomezi

    • @meirratv
      @meirratv  5 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @user-ky9pv5lb8q
    @user-ky9pv5lb8q 7 місяців тому +1

    Ooooh!amen.lmana ibahumugsha mwiiish,ndafashijwe cane

    • @meirratv
      @meirratv  7 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @DesireNiyondiko-ht8gb
    @DesireNiyondiko-ht8gb 5 місяців тому +1

    Amen Amen nukuri tureme tunesha kubwiwe

    • @meirratv
      @meirratv  5 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @user-ky9pv5lb8q
    @user-ky9pv5lb8q 7 місяців тому +1

    Imana idufashe cane itwuzuze MPWEMU YERA

    • @meirratv
      @meirratv  7 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @user-cl5xs7fy7n
    @user-cl5xs7fy7n 11 місяців тому +1

    Amen imana idufashe

    • @meirratv
      @meirratv  11 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @shukuranihilaire2611
    @shukuranihilaire2611 Рік тому +1

    Muhezagirw bakoz b,Iman iherezoryiza

  • @devna7718
    @devna7718 2 роки тому +1

    Imana iguhezagire mukozi w'Imana tugaburiwe ijambo ryiza cane ryindemesho namwe mwagize uruhara rwokuza muraritugezako imana ibahezagire kandi ibashoboze muri vyose

    • @meirratv
      @meirratv  2 роки тому +1

      Amen! Nawe Yesu aguhezagirane 🙏💓

  • @annonciatendayihimbaze1159
    @annonciatendayihimbaze1159 3 роки тому +1

    Yesu Ahezagire umukozi wayo. iyi TV ije mu gihe gikwiye, Yesu Abakomereze amaboko

  • @mugishadavid1492
    @mugishadavid1492 2 роки тому +1

    Bambe mwibare buzima umwuka w'Imana aracari hamwe namwe

  • @dianekaneza7311
    @dianekaneza7311 2 роки тому +1

    Imana ihezagire Pasteur Chadrack ndamukunda ampezagira cane

  • @ubutumwabwiza2161
    @ubutumwabwiza2161 2 роки тому +1

    OOOh IMANA Itwuzuz umuriro. IMANA Ihezagir umukozi Wayo

  • @aloysnduwayo684
    @aloysnduwayo684 Рік тому +1

    Thanks you

  • @niyonkurudarcy737
    @niyonkurudarcy737 Рік тому +1

    Imana idufashe cane. Amen 🙏

  • @givanildaserafim5880
    @givanildaserafim5880 3 роки тому +1

    Gloria a Deus abençoa teus servos

  • @NiyomwungereFridolin-dk2bg
    @NiyomwungereFridolin-dk2bg Рік тому +1

    Yoooo! Pasteur wacu i matana .uwo yarahezagiwe ankoze Ku mutima niyi nyigisho atanze warasizwe amavuta

  • @dianekaneza7311
    @dianekaneza7311 2 роки тому +1

    Muzoba mukoze cane gose

  • @mugishadavid1492
    @mugishadavid1492 2 роки тому +1

    Pastor God bless you so much 🙏🙏🙏🙏

    • @meirratv
      @meirratv  2 роки тому

      Amen! God bless you too brother David🙏

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 3 роки тому

    Yooo pastor WO muri camp ngagara major shadrack .Yesu abakoremereze amaboko

  • @tuyisengemariam8389
    @tuyisengemariam8389 2 роки тому +2

    Mudufashe nim yuwo mukozi wimana

    • @meirratv
      @meirratv  2 роки тому

      🙏❤️

    • @meirratv
      @meirratv  2 роки тому

      Duhe numéro yanyu tuyironse duce tuyibarungikira!

  • @airtonrosa3508
    @airtonrosa3508 2 роки тому +1

    Deus abençoe os irmãos ái, vamos continuar firme na presença do Senhor Jesus. Do Brazil.

  • @dianekaneza7311
    @dianekaneza7311 2 роки тому +1

    Mwomfasha mukampa numero yuwumu Pasteur Chadrack

    • @meirratv
      @meirratv  2 роки тому

      Reka tuzibaronderere turazibaha.

    • @meirratv
      @meirratv  2 роки тому

      Hama vyiza mwosiga numéro yanyu ya phone (WhatsApp) kugira ngo tuce tuzibarungikira muzibone vyoroshe.

    • @meirratv
      @meirratv  2 роки тому

      Kristo Yesu abahezagirire !

  • @ouattaraadama238
    @ouattaraadama238 3 роки тому

    Ces quelle langue svp ?

    • @meirratv
      @meirratv  3 роки тому +1

      C'est le Kirundi, notre langue maternelle au Burundi 😍💓

    • @ouattaraadama238
      @ouattaraadama238 3 роки тому

      @@meirratv merci beaucoup demeure béni ces formidable