Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Honorable Reverien avait un franc parler... Il disait toutes les vérités à haute voix... That his rétablissement soit rapide
Ntimukifurize uwundi kwa pfa!!! Nakire hubwo yihane ivyo yakoze,Imana rega idikunda twese.kandi twese ntitwera!¡!!turabanyavyaha.
Oya Nakire yihane Ntapfire kuvyaha Imana Imukize
IMANA IGUHEZAGIRE
None kuberiki hashirwa imbere abamwifuriza urupfu burya umuntu ashira imbere ikimunezeye umwana wikijuju yibwira ngo azoterimbere se apfuye erega nababivuga abenshi babiterwamwo abanyeporitike booose ntamumarayika arimwo❤
Imanimuhany rer ntiyobimurenganije
Imana izomuhe uburuhukiro bwiza niyamara gupfa
😂😂😂😂
Imana'nimutabare imwongeriminsiImanIfisahicisha''abayoNgobahindu
Arakira kuko wew,ntawatanze. ,,, imiriyoni5 kugira azane umutwe wiwe rero arakira kuk imana ihora ihoze 😮😮😮
Nashikeyonawentiyera
Imana imukize kbc kuko numuntu wumugabo
Nibareke,imana,ikore,sawamugi
Imana yivange mu buzima bwiwe arokoke akire mw'izina rya Yezu Christo we Mwami w'Abami
Imana imukize! Kuk urucira mukaso rugatwara nyoko ntanganzwa nuwurikwaramwipfuriza gupfa
Imana ntikora kabantu
Apfa kuberiki kurwara ninde atarwara ngaha Imana imwiteho akire ❤
Kubera hazoba hageze kandi kuko twese Ariyo nziraa
Azofa nawe aboyasizeyo sibake
Ha ntaco ndabiziko gusa nakire Ham ivyobamuvugak arivyo abirek
Nihatari
Imana imukize
Mukuri sishimishijwe nurupfu guwariwewese oya ariko imiliyoni 5 yatanze kuri kaburimbo yabaye nka herodia na yohani Imana yinzirakarengane amuhame
Kuberiki mumwipfuriza gupfa!!!
Umwe wese afise umusi wiwe koko mugabo hari benshi yahaye lift batayimusavye aho nawe wosanga ayirose kumwe yayitanga😮
Imana ni imukize
Umurakunda kutubesha ntareverie agwaye nimukururusaku yofa cnl yacu yogaruka
Ni hatar 🇧🇮, kimwe gusa bikwiy kwigisha buri umwe wese ko a kwiy kwicisha bugufi kuko yahora yigira uwutagonda izosi! Acishima kuri oxygène dutizwa nuwuhoraho ntawokwibajij ko yofashwa na bombone guhema! Imana imugirire neza Nanj mwifuriza gukira!
Imana niyo mucarubanza imana nimukize imuhe gukira ibisigay nimana ibona vyose ntarubanza twomucira
Twese tuzopfa ark uwomugab aravuga nabi
Imana iramukiza
Isi ntisakaye bene Data twige gukundana. Reverien nawe kubwanje nomwifuriza gukira kuko twari tukimukeneye yosiguye vyinshi kubijanye nimyaka yose batwaye
God is always
Twese tuzopfa ntawuzosigara nibarek,imanikorivyayo 😮😂😢
Muloko wangu MUGISHA gir'Imana,hama woja inbox ukavugana na KING UMURUNDI kugira muduhe message UNIQUE kuko ejo mumakuru king yadushikirije yatubwiye ko uwomu gangi bamaze kumushikana muri Russie,ngo bari bamucanye muri kenya arik abaganga barananiw nawe ubutubwiye kwakirwariy muri kenyaPersonnellement ndabemera kumakuru yanyu mutanga abarukuri kwigendera .Rero nimuvugane na king mbere bibaye ngombwa mugir synergie kwiyonkuru. Girumugisha
Ariko Mugisha,tu deviens de plus en plus passionnel.Erega,on n'ait,par chance on vit et enfin on meurt.Kandi nawe nyene a travers ses dires,aravyemera.Nimureke guc'imanza kw'isi.
Nibamuahire wamutwe wa kaburimbo yigera kuvuga ko uwuzowumushir azomuha 5 million
Nukuri yaramaze abantu
Mbega ko atatumbereye karuzi
Ingorane nuko iyo ari ingwara nto ndamaze kuyigwara ntashobora guhema naje nari nzi ngo ngira mpfe muganga yampaye pompe yokumfasha guhema nama antibiotique nakize mu ndwi namba ari kubera hatagira imiti i bdi
Niyihane, ntakindinovuga
Ntivyoroshe
Yihan uwomutwe wakaburimbo usangwa atari kaburimbo gusa harinabandi besh kaburimbo murahurira iyowamushiz
Kandi bizogorana kubana n'a Kaburimbo kuko WE hariya kwa NTARUSAKU,yaramaze kwikomeza.Nizere KO Kaburimbo atazosaba la tête.
Ameze gute?
Uvugukur mugisha imana izoguhezagira
Reveriyano mugesera nigipfe ni gipfe
Naw warashishwe kweli
😂😂😂
Nibige guca bugufi
Kaburimbo mumunzanire ahema
😂😂😂😂😂😂
😁😁😁😁🤭🤭
Nawa rikw hemeraMwitwiyo😂😂
Swear Naoko uricitso
Natwe turashoboye nibamujaneyo
Bamujane hé.
Ibīntu yavuga nibazako nyene bitomubako barya bantu yarungitse muri congo nabo yavyaye??
Uyovuze go turibirofa niyafamuzomurya mbega ndakubaze muntuwe 😮😮😮 we Aboyishe yarabariye 🎉🎉🎉🎉🎉 nimba Tabariye nabandi niyafa ntibazomurya toka 😮😮😮😮 isintisakaye
Kutinya kwafa twes ntawuzorusimba😂😂😂😂
@@JustineNizigiyimanajustinenone umutwe wa kaburimbo yawusabiye iki? R I P Kaburimbo.
Atafoto ntacabaye. Hm ikindi mwomenya nawene naho yoba arumukuru erega yambaye umubiri nkuwabandi. Bisigura KO uko abandi bapfa nawene yopfa. Rr nyamba hageze azogenda hatageze ntazogenda.
Oya niyibereho kuko naho inkuba y.amakira yomusanzagurira harya ku biro vya DD izuba riva kubera Amaraso y.Abarundi numva bamuvugako, nta cirwa vyoduha, umengo twararozwe twumva twiboneyeko gusa.
Everybody wants to go to heaven but nobody wants to die.
Na kaburimbo yari umugabo va kumbwa ahubwo se ntago arapfa ?
😢😢😢😢😢
Reka kuzamubesha uyo nawe yopfa nukuri sha sindavyibaza mbe Prime wew bimezegute
😂😂😂😂😂
Mana nubwo kwifuriza undi urupfu ataribyiza ariko Reveriano iyo aguma muburundi yari kuzasaza ahitanye benshi ariko Imana iramudukijije hakirikare
Ntakajambo mvuze gusa umuntu wese afise igihe ciwe.
Reverien ntabahende yaje guharura abarundi bari murikenya yikemye yabonye abazotora aribake acakoresha amanyanga yokwigwaza
Gusa ararwaye na Neva yabivuz ngo ba musenger ariko vyiza yogera mukireng ca kaburimbo .
Icokintu ca Kaburimbo muguma muzana mwokireka mukavuga ibindi kuko Kaburimbo ibikorwa vyiwe vy'ubwicanyi vyaribibi cane
Ntawuruta Imana 😂😂😂😂😂
RekabashaharigiheyagiyegukarishubwengeBwokwigishabanabarimumbanyingobazovukarabagumyabanga
Rek rek harigih imana yoba igomb yugurure amaso abarund uburund buve mukangaratete😢
Bubahe imana n,abantu
Abakunzi biw bihangane
none Kaburimbo warumuzi? n'imba warumuzi yar'umugiraneza?
Muburundi harurusaku rwishi ntawupfa atishwe urubanza nurwa ndiho
Isi izirabigisha ingoma zomwisi zirakurakuranwa
Ntavyo kumusambisja napfe azosambishwa n'lmana uyo numunywamaraso arakagesera puuuuu
Nyakwigendera Naruhuke amahoro
Mmmm
Imananikore ivyayo ntawoyivogera ivuzebiraba itegetse bigakomera
Umuntu wese arafis imisi imana yamugeneye arashobora gukira nahoyitavy imana haba kwihangana
Nkumusi imana yomwongera agahengwe ibi bintu muriko muvuga akazobibona ntimuzombaze...jew nagumye nihorey
Kamwe kamwe
Imana irutingabo iramukiza hama abamwipfuriza urupfu bobo barimwo béton !uwo aciye umugani wa morodekayi nawe n'umukozi w'Imana nyene az'Imana icarico?Kaburimbo nawe abamuvuga ngira n'abo bakorana canke ivyo yakora vyashimisha!Hama n'uwo mu journaliste arafise ihengama rikomeye
Nomusabirako imanayomwongera imisiyokubaho iyo amaze imaniyigwize incurozitatu
IMANA imukize
Bibareke,imanaikore,
Erega naho Reverien yopfa , abantu yakuye Kaburimbi ku gakanu bobo bazokomeza kumukengurukira.
Mbega burya azi ko gupfa bibaho azi gutumako imitwe ya bantu na pfe kuko ni umucanyi
Mbega KO yakkenera umutwe wwaKaburimbo Ku miriyoni zitanu, we yoba akenewe bande? Ubu amagara amukitse yoba ariko yibuko Umutwe w'umwene gihugu Kaburimbo? Mutama, Imana ihorohoze!!!
Kwica abandi vyaramuryohera .unyibukije kaburimb Shaa urupfu bamwishe nyabagesera😢😢😢😢
Acira urwo gupfa Kaburimbo akongera agafuta Rwasa muri politique jewe nifuza ko yokira akabazwa ivyo yakoze
Kaburimbo aragahumiye iyo mbwa.
I'm a man tubwire ko il n,est plusNayo kutubwira ngo araremvye wapiUwuremvye arakira wangu
Muse murageguza muri Commentaires.Muribuka igisomwa ça Bakame n'ingwe.Ngo ukumva ikimandagara, haruru yawe uraca utega umutwe.
Vuga unyarutsa muta ndake
Nahonatwe ariyotuja nagede nacoyatumariye atari kugushinyaguriza
kuberiki'jewe'kwer'nzosubira'gufungura'numvise'inkuru'nyayo'ahubwo'reta'nituremeshe'mbega'mwoho'ayomakuru'acivutu'muyakura'heh3
Inkoziyikibi idahindutse ngo yihane ikorineza YOPFA!
atabay president vyombabaz kuko muburund dukeney intwar nkirya
Twese tuzopfa ariko niyigire Niba igihe kigeze kuko nibeshi bakoze amabi batashizwe Imbere yubutungane🤷🤷🤷🤷🤷 erega hariho aboruhuka kandi hariho abohakura isomo
None ko yasambuye CNL impembo ibaye iyahe??DD ihemba zeroooo.
Reka kubesha. Ngo ivyuma vyitwa oxygène 🙈🙈🙈🙈
Ivyo yaramaze imisi avuga kwarukwisema nagende Abe ararindiriye abandi tutibagiye na neva
Ariko abaye aragenda vyobavyiza kuko amatora aregereje,imana ishobora kuba harabitabaye kuko uraziko umutwe wumuntu awugura 5000000,gusa sinzi uwiwe ayugiyekugurwa
😂😂😂😂😂😂 ebagabo nisanze muri commantare
nahoyokira vyobavyiza kuko icabonye yobabonye umuntakira icoyagwaye
Mwabo bose bakorana bakwiye gupfa tukamenya ko igihugu atamutware numwe dufise kuk naco batumariy
None abamwipfuriza gupfa niyapfa bazomurya inyama ?..murabesha naho yopfa ivyo mwipfuza ntimuzobishikako muranye aho mwerecwe
None yabayiki umutima wahagaze???
Ariko namwe murashikuz morodekay ayapfuy hasigay bamodekayi
Abarundi baragoye nopfa ntiduteka
Abagome Bose ntibisazira abantu Bose barangwa nivangura ryabenegihugu ni abatindi
Honorable Reverien avait un franc parler... Il disait toutes les vérités à haute voix... That his rétablissement soit rapide
Ntimukifurize uwundi kwa pfa!!! Nakire hubwo yihane ivyo yakoze,Imana rega idikunda twese.kandi twese ntitwera!¡!!turabanyavyaha.
Oya Nakire yihane Ntapfire kuvyaha Imana Imukize
IMANA IGUHEZAGIRE
None kuberiki hashirwa imbere abamwifuriza urupfu burya umuntu ashira imbere ikimunezeye umwana wikijuju yibwira ngo azoterimbere se apfuye erega nababivuga abenshi babiterwamwo abanyeporitike booose ntamumarayika arimwo❤
Imanimuhany rer ntiyobimurenganije
Imana izomuhe uburuhukiro bwiza niyamara gupfa
😂😂😂😂
Imana'nimutabare imwongeriminsi
Iman
Ifisahicisha''abayo
Ngobahindu
Arakira kuko wew,ntawatanze. ,,, imiriyoni5 kugira azane umutwe wiwe rero arakira kuk imana ihora ihoze 😮😮😮
Nashikeyonawentiyera
Imana imukize kbc kuko numuntu wumugabo
Nibareke,imana,ikore,sawamugi
Imana yivange mu buzima bwiwe arokoke akire mw'izina rya Yezu Christo we Mwami w'Abami
Imana imukize!
Kuk urucira mukaso rugatwara nyoko ntanganzwa nuwurikwaramwipfuriza gupfa
Imana ntikora kabantu
Apfa kuberiki kurwara ninde atarwara ngaha Imana imwiteho akire ❤
Kubera hazoba hageze kandi kuko twese Ariyo nziraa
Azofa nawe aboyasizeyo sibake
Ha ntaco ndabiziko gusa nakire Ham ivyobamuvugak arivyo abirek
Nihatari
Imana imukize
Mukuri sishimishijwe nurupfu guwariwewese oya ariko imiliyoni 5 yatanze kuri kaburimbo yabaye nka herodia na yohani Imana yinzirakarengane amuhame
Kuberiki mumwipfuriza gupfa!!!
Umwe wese afise umusi wiwe koko mugabo hari benshi yahaye lift batayimusavye aho nawe wosanga ayirose kumwe yayitanga😮
Imana ni imukize
Umurakunda kutubesha ntareverie agwaye nimukururusaku yofa cnl yacu yogaruka
Ni hatar 🇧🇮, kimwe gusa bikwiy kwigisha buri umwe wese ko a kwiy kwicisha bugufi kuko yahora yigira uwutagonda izosi! Acishima kuri oxygène dutizwa nuwuhoraho ntawokwibajij ko yofashwa na bombone guhema! Imana imugirire neza Nanj mwifuriza gukira!
Imana niyo mucarubanza imana nimukize imuhe gukira ibisigay nimana ibona vyose ntarubanza twomucira
Twese tuzopfa ark uwomugab aravuga nabi
Imana iramukiza
Isi ntisakaye bene Data twige gukundana. Reverien nawe kubwanje nomwifuriza gukira kuko twari tukimukeneye yosiguye vyinshi kubijanye nimyaka yose batwaye
God is always
Twese tuzopfa ntawuzosigara nibarek,imanikorivyayo 😮😂😢
Muloko wangu MUGISHA gir'Imana,hama woja inbox ukavugana na KING UMURUNDI kugira muduhe message UNIQUE kuko ejo mumakuru king yadushikirije yatubwiye ko uwomu gangi bamaze kumushikana muri Russie,ngo bari bamucanye muri kenya arik abaganga barananiw nawe ubutubwiye kwakirwariy muri kenya
Personnellement ndabemera kumakuru yanyu mutanga abarukuri kwigendera .Rero nimuvugane na king mbere bibaye ngombwa mugir synergie kwiyonkuru. Girumugisha
Ariko Mugisha,tu deviens de plus en plus passionnel.Erega,on n'ait,par chance on vit et enfin on meurt.Kandi nawe nyene a travers ses dires,aravyemera.Nimureke guc'imanza kw'isi.
Nibamuahire wamutwe wa kaburimbo yigera kuvuga ko uwuzowumushir azomuha 5 million
Nukuri yaramaze abantu
Mbega ko atatumbereye karuzi
Ingorane nuko iyo ari ingwara nto ndamaze kuyigwara ntashobora guhema naje nari nzi ngo ngira mpfe muganga yampaye pompe yokumfasha guhema nama antibiotique nakize mu ndwi namba ari kubera hatagira imiti i bdi
Niyihane, ntakindinovuga
Ntivyoroshe
Yihan uwomutwe wakaburimbo usangwa atari kaburimbo gusa harinabandi besh kaburimbo murahurira iyowamushiz
Kandi bizogorana kubana n'a Kaburimbo kuko WE hariya kwa NTARUSAKU,yaramaze kwikomeza.Nizere KO Kaburimbo atazosaba la tête.
Ameze gute?
Uvugukur mugisha imana izoguhezagira
Reveriyano mugesera nigipfe ni gipfe
Naw warashishwe kweli
😂😂😂
Nibige guca bugufi
Kaburimbo mumunzanire ahema
😂😂😂😂😂😂
😁😁😁😁🤭🤭
Nawa rikw hemera
Mwitwiyo😂😂
Swear Naoko uricitso
Natwe turashoboye nibamujaneyo
Bamujane hé.
Ibīntu yavuga nibazako nyene bitomubako barya bantu yarungitse muri congo nabo yavyaye??
Uyovuze go turibirofa niyafamuzomurya mbega ndakubaze muntuwe 😮😮😮 we Aboyishe yarabariye 🎉🎉🎉🎉🎉 nimba Tabariye nabandi niyafa ntibazomurya toka 😮😮😮😮 isintisakaye
Kutinya kwafa twes ntawuzorusimba😂😂😂😂
@@JustineNizigiyimanajustinenone umutwe wa kaburimbo yawusabiye iki? R I P Kaburimbo.
Atafoto ntacabaye. Hm ikindi mwomenya nawene naho yoba arumukuru erega yambaye umubiri nkuwabandi. Bisigura KO uko abandi bapfa nawene yopfa. Rr nyamba hageze azogenda hatageze ntazogenda.
Oya niyibereho kuko naho inkuba y.amakira yomusanzagurira harya ku biro vya DD izuba riva kubera Amaraso y.Abarundi numva bamuvugako, nta cirwa vyoduha, umengo twararozwe twumva twiboneyeko gusa.
Everybody wants to go to heaven but nobody wants to die.
Na kaburimbo yari umugabo va kumbwa ahubwo se ntago arapfa ?
😢😢😢😢😢
Reka kuzamubesha uyo nawe yopfa nukuri sha sindavyibaza mbe Prime wew bimezegute
😂😂😂😂😂
Mana nubwo kwifuriza undi urupfu ataribyiza ariko Reveriano iyo aguma muburundi yari kuzasaza ahitanye benshi ariko Imana iramudukijije hakirikare
Ntakajambo mvuze gusa umuntu wese afise igihe ciwe.
Reverien ntabahende yaje guharura abarundi bari murikenya yikemye yabonye abazotora aribake acakoresha amanyanga yokwigwaza
Gusa ararwaye na Neva yabivuz ngo ba musenger ariko vyiza yogera mukireng ca kaburimbo .
Icokintu ca Kaburimbo muguma muzana mwokireka mukavuga ibindi kuko Kaburimbo ibikorwa vyiwe vy'ubwicanyi vyaribibi cane
Ntawuruta Imana
😂😂😂😂😂
Rekabashaharigiheyagiyegukarishubwenge
Bwokwigishabanabarimumbanyingobazovukarabagumyabanga
Rek rek harigih imana yoba igomb yugurure amaso abarund uburund buve mukangaratete😢
Bubahe imana n,abantu
Abakunzi biw bihangane
none Kaburimbo warumuzi? n'imba warumuzi yar'umugiraneza?
Muburundi harurusaku rwishi ntawupfa atishwe urubanza nurwa ndiho
Isi izirabigisha ingoma zomwisi zirakurakuranwa
Ntavyo kumusambisja napfe azosambishwa n'lmana uyo numunywamaraso arakagesera puuuuu
Nyakwigendera Naruhuke amahoro
Mmmm
Imananikore ivyayo ntawoyivogera ivuzebiraba itegetse bigakomera
Umuntu wese arafis imisi imana yamugeneye arashobora gukira nahoyitavy imana haba kwihangana
Nkumusi imana yomwongera agahengwe ibi bintu muriko muvuga akazobibona ntimuzombaze...jew nagumye nihorey
Kamwe kamwe
Imana irutingabo iramukiza hama abamwipfuriza urupfu bobo barimwo béton !uwo aciye umugani wa morodekayi nawe n'umukozi w'Imana nyene az'Imana icarico?Kaburimbo nawe abamuvuga ngira n'abo bakorana canke ivyo yakora vyashimisha!Hama n'uwo mu journaliste arafise ihengama rikomeye
Nomusabirako imanayomwongera imisiyokubaho iyo amaze imaniyigwize incurozitatu
IMANA imukize
Bibareke,imanaikore,
Erega naho Reverien yopfa , abantu yakuye Kaburimbi ku gakanu bobo bazokomeza kumukengurukira.
Mbega burya azi ko gupfa bibaho azi gutumako imitwe ya bantu na pfe kuko ni umucanyi
Mbega KO yakkenera umutwe wwaKaburimbo Ku miriyoni zitanu, we yoba akenewe bande? Ubu amagara amukitse yoba ariko yibuko Umutwe w'umwene gihugu Kaburimbo? Mutama, Imana ihorohoze!!!
Kwica abandi vyaramuryohera .unyibukije kaburimb Shaa urupfu bamwishe nyabagesera😢😢😢😢
Acira urwo gupfa Kaburimbo akongera agafuta Rwasa muri politique jewe nifuza ko yokira akabazwa ivyo yakoze
Kaburimbo aragahumiye iyo mbwa.
I'm a man tubwire ko il n,est plus
Nayo kutubwira ngo araremvye wapi
Uwuremvye arakira wangu