Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Murakoze prophete w Imana. Werekwe nibindi vyinshi ku Burundi. Uhezagirwe
Amen Amen Icubahiro nic,Imana milele na milele
Amen iman niyiyubahishe nkuk arimana
Ubwo buhanuzi kwel nibwo,ntimubufyineko, ahubwo Imana idutabare
Haleluya Haleluya Haleluya Haleluya Imana ikuye amaraso mugihugu c'Uburundi👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
Mukoz wimana Iman ibonger amavuta kand ibakomez❤
Ndemeye Isure Uburundi Itabare buri wese muruhande rwe
Hezagirwa mukozi w'Imana. Akokayunguruzo kweli ntubeshe kandi ntiwavangiwe. karahari pe!!!
Ameeeeeeen,Ndakiriye ubutabazi bw'Imana ku Burundi n'abarundi
Turagukurikiye mukozi w'Imana Imana izabikorere kukwiyubahisha kwayooooooAmen.
Imana iguhe umugisha disi 🎉 profet Bosco Iman ikomez kukwerek ivyubutwari
Nange izanyatsane nabarundi❤
Imana ikuraberyiza
Amen icubahiro Nicimana
Murakoz cne Imana ibakomez ibonger amavuta
Amen murakoze cane mukozi w'Imana IMANA izibikorere kwiyubahisha
Amen amen ndakunda imana ntirenganya
Amen muhezagirwe mwongerwe imigisha
Imana iguh umugish mwishi
Imana nidukinjishe izobikoze
Amen amen Imana ihabwe icubahiro
Amen ivyuhoraho agomba nivyo biba
Amen imana itabare abayo kandi ikomeze kugukomereza mwijambo ryayo
Ameen. Ikyubahiro nikyawe. Ibihe Byose🙏🙏🙏
Amen murakoz cyAn mukozi wi Mana
Murakoze cane yesu abahe umugisha
Amen ishaka ry'lmana riranguke
Imana idutabare!Iturinde!
Mbega nimana ikiriko iratuma abantukwisonzesha ngoturonke amahoro? Kandingontamarasoazongera kumenekamuburundi ayomaraso natameneka unomwaka uzobaurumuhanuzi mwiza
Imana iguh umugish murakoze cane
Mbega nigikicatumye warihaye umwanya wogusamaza abantubimana ngonamahoro atayahari kombona wewe ubwawe ariwewe ufise umuheto kugirango usese amaraso yabaru ndi!! Handitswe ngo Ni co gituma nzobatemagurisha abavugishwa nanje; nzobicisha amajambo yo mu kanwa kanje; kand' imanza mbaciriye zizokwira hose nk'umuco.Hoseya 6:5
Ubarikiwe sana prophet Bosco!
Imana rek yikorere
Amen Amen ishakaryayo riranguke
Yesu agukomeze muburyobwumwuka akonger integration mukozi wimana
bien❤
Mwizina ryayesu.imana ntizihanganira abavugishwa bibinyoma.mwitegure
Yego ariko si vyose tuba dukwiye kwakira ngo ni migisha y, Imana , kuko hari nubutunzi satani agiye gucamwo kugira nabandi babirwemo, gusa nukuba maso kugirusha Imana Inama ,
Mw'izina rya Chrishu Mwami ndarimbuye iyo sekibi ikuvugisha nije munyenga y'irimbukiro Yezu Christu Yezu yaragutsinze genda munyenga y'irimbukiro nawe uri umwana w'Imana turagusabiue bohoka
Uri kubutangir ah itagutumye haguruka ubuvugir ahoyagutumye nimb arukuri
Imana itabar abayo.naw ikomeze kukuj imber inakugiri nez.vyoba arivyiza iman ishize kumugaragar izo ndyadya🧤
Natwe tukita akayunguruzo
Emwe horicubonye Eric umukozi w'lmana muri Pentecôte mu rutana yaragizimisi abihanura yesu atunyegeze mwihema ryayo.
Impwe yose yatura ko yesu kristu arumwana iyo niyukuri ivyo nivyo ariko mwiyunvire kwako kayungiro ntimwibaze ngo nivyoroshe
Mukomeze mudusengere
Imana ishishikare ikugirira neza
Kayungurura icayi
Abatigeze gusenga nabo izobakurayo?
Niyungurure kweri
𝐘𝐞𝐬𝐮 𝐤𝐨𝐧𝐠𝐞𝐫𝐞 𝐢𝐚𝐦𝐯𝐮𝐭𝐚 𝐧𝐢𝐦𝐢𝐠𝐢𝐬𝐡𝐚 𝐩𝐫𝐨𝐟𝐚𝐢𝐭𝐞 .
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mukomere
Azobobaibara umuntu uvuga ngo namahoro kandintayo
Ishaka ry'UHORAHO NYENINGABO riranguke !!!!
Ukomez kwongerwa imbaranga zukunona nibindi
🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻❤
Turashaka kwumva muja muvuga ubuhanuzi ku gihugu c'urwanda naco.imisi yose ubuhanuzi butangwa ku Burundi gusa?
Ishaka rya Data riranguke..ikiva kumurwanizi cose gihuge kugihugu canje nokumiryango yabarundii
Imanihabwicubahiro
Amen
Imana itube hafi kandi idutabare
Ishaka ry'Imana niriranguke kuko turaruhijwe nivyari bikwiye kuturuhura
Haraje akayunguruzo ka yorodani nyabuna ku muntu wese. Mwihane hakibona butarira
Ni bibe nkuko Imana igomba
Imana Iguhezagire mukozi w'Imana ndagukunda kandi ndemera msg zawe. Murakoze
Nibava mumoko Uwiteka Azabarengera.
Muheza gigwe ariko kubwayo masengesh abibungenz tuzobigenz gt?
Amn
Yungurura maman ndusengere turagowe
😢
Imaidufashe mpwemu wayo atuyobore urakoze cane
Tubabarirw pe
Kubera iki aba pastori bo mu Rwanda berekwa gusa iby’u Burundi? Mu Rwanda ntabyo kuyungurura bihari?
Mana kor nkimana turarushe
Amen can uwiteka abakomeze can
Mana tubabarire
Amen Amen Amen
Mbega ntamurundi numwe iyo mana yawe tutazi yokwemera ngo itume? Niyo bitaba uzoca uja he
Amen Amen Amen 🙏🙏🙏
Tu est petit frère d in certain Damaseni
Yesu aguhumugisha mukozi wimana
Yesu aduhekumwumvira nokuzoshobora ayo masengesho
Amen Amen
Amen amen
Murakoze prophete w Imana. Werekwe nibindi vyinshi ku Burundi. Uhezagirwe
Amen Amen
Icubahiro nic,Imana milele na milele
Amen iman niyiyubahishe nkuk arimana
Ubwo buhanuzi kwel nibwo,ntimubufyineko, ahubwo Imana idutabare
Haleluya Haleluya Haleluya Haleluya
Imana ikuye amaraso mugihugu c'Uburundi👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
Mukoz wimana Iman ibonger amavuta kand ibakomez❤
Ndemeye Isure Uburundi Itabare buri wese muruhande rwe
Hezagirwa mukozi w'Imana. Akokayunguruzo kweli ntubeshe kandi ntiwavangiwe. karahari pe!!!
Ameeeeeeen,
Ndakiriye ubutabazi bw'Imana ku Burundi n'abarundi
Turagukurikiye mukozi w'Imana
Imana izabikorere kukwiyubahisha kwayoooooo
Amen.
Imana iguhe umugisha disi 🎉 profet Bosco Iman ikomez kukwerek ivyubutwari
Nange izanyatsane nabarundi❤
Imana ikuraberyiza
Amen icubahiro Nicimana
Murakoz cne Imana ibakomez ibonger amavuta
Amen murakoze cane mukozi w'Imana IMANA izibikorere kwiyubahisha
Amen amen ndakunda imana ntirenganya
Amen muhezagirwe mwongerwe imigisha
Imana iguh umugish mwishi
Imana nidukinjishe izobikoze
Amen amen Imana ihabwe icubahiro
Amen ivyuhoraho agomba nivyo biba
Amen imana itabare abayo kandi ikomeze kugukomereza mwijambo ryayo
Ameen. Ikyubahiro nikyawe. Ibihe Byose🙏🙏🙏
Amen murakoz cyAn mukozi wi Mana
Murakoze cane yesu abahe umugisha
Amen ishaka ry'lmana riranguke
Imana idutabare!Iturinde!
Mbega nimana ikiriko iratuma abantukwisonzesha ngoturonke amahoro? Kandingontamarasoazongera kumenekamuburundi ayomaraso natameneka unomwaka uzobaurumuhanuzi mwiza
Imana iguh umugish murakoze cane
Mbega nigikicatumye warihaye umwanya wogusamaza abantubimana ngonamahoro atayahari kombona wewe ubwawe ariwewe ufise umuheto kugirango usese amaraso yabaru ndi!! Handitswe ngo Ni co gituma nzobatemagurisha abavugishwa nanje; nzobicisha amajambo yo mu kanwa kanje; kand' imanza mbaciriye zizokwira hose nk'umuco.
Hoseya 6:5