Amb.Albert Shingiro| Ivyatumye bashiraho ibwirizwa rishasha rigenga abakozi b'ubuserukizi b'Uburundi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 30 вер 2024
  • Umushikiranganji ajejwe imigenderanire n'ayandi makungu arasigura integuro y'itegeko y'ibwirizwa rigiye gutungaya igisata cimigenderanire n'ayandi makungu.
    Albert Shingiro yemeza kandi ko abakozi b'ubuserukizi b'Uburundi iyo amabanga yabo arangiye batihutira gutaha aho bamwe bahitamwo kuba impunzi. Akana tanga akarorero ko mu mwaka wa 2015 hatahutse ibice 15 kw'ijana gusa.

КОМЕНТАРІ • 1