Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Nyamara nubwo muba mupinga uyumupeti abaha show big up kbs
Bel Chris afise talent y'a comédie vrma ntasamare aja kuririmba natangure comédie
uyu mwana arashonje vrt!!!!
SHA HARABAVYEYI BABURIYE HEJURU NUKURI
kabisa bel chris naho mutemera ara creating vyb muma show yiwe kbs big up man....
Uyu mutip ararenz kwl
Abantu iyo babuz ibiganiro baja kurondera bel Chris kbsa.sister nagukunda sana ariko uze uraturonderera abantu bakomey
Kurinkonda wanjavyiwe yimbwa
Iyombwa impamvu ndayiguyeko niyah nkeeee
Ndakeu Ako akogatip kararenz km is so funny 😂
Ndasavye mureke kuzamuzana abasaziii nkqbo bell chris simuzima anwa urumogi tutagisoye uyo
uwomu pt arareunze nkeuuu🔥🔥🔥
Oolaaa sey
Ngobamuryumwana wew numwana ubwiwe arikoma harabavyeyi bazofana intuntu
big up brother i like you bro!
🥰🥰🥰🥰
Hoshiii dogo suko bigenda uritonda sha wewe uracari muto sana
Manawe uranyishe kinyambanyamba mwishamba gezaho ureke kwiparatura
Zaburoni weeee
Bel Chris naje gukora comédie.
Urikijuju dogo
Eee ivyobishambara wambaye
Afise imyaka ingahe
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Aka bono Beli uraboze😏😏
Aradushimisha kbs🇷🇼
Dogo musenge sana 🤯🤯🤯🇧🇮
Iryo koti ryambara abatama bo murutongo
Akogahungu uwogakubita ntiyogahag
Bell cris urarenze pe kuk kwihagararako ariko ureke gutukana wama ushaka gutuka b face kuko urya ni big brother yawe
Fine
Bell Chris le comédien🇧🇮
Ndakwemera
Ama tv online muzorek kuza murakoresh ikiganir bel chris kbs kk ivyo avuga biturya mu mutwe ndabibasavy
Urikimvagundupe🤣🤣🤣🙉🙉urirofa
Akogahungu kariyemera cane😂😂
Mbe buja kohashushe ayomakoti nayiki
Turamwemer
Kwambara ibintu bimusumba gus ibikotiii bimusumba
Uwo mwana arandyohera basha erega avuze 15000000 aba avuze 15.000 avuze 10,000.000 aba avuze 10.000 nukumutahura aba ariko araryosha ikiyago nukuri ni mumuhebere
Ahubwo jewe mbona namwebwe muha ikiganiro uyo mu petit namwe mumeze nkawe.ubwo bujuju turabuhaze vrmt
Icar wige mwana.uwambarira amahera mensh ntabivga😅ako n'agahinda kubukene
ewe burundi waragowe..
Hakuna hakil
🤣🤣🤣🤣🤣🤣kaga typ kansetsa wallh🤣🤣🤣🤣🤣
So fanny,I like this kind of comedy
uyo mu pti aradestressa ndamufana
Iy'isi iratunze pe.😂.ngowambarira a amahera menshi.muga ngo utiyemeye ntawukwemera
Wamunyamukuru rekana niyonjavyi gusa icukoze utwenga neza
Ico kirofa
Eeeeeeee cyakora uyumwana aricyinape 😂😂😂😂😂
Mbe uwomutipe asigaye anyonga moto urwo rukoti atanamesa hamwe nururato rwibimuga
Oyaramesa nugwankumwanka uzukuntu anyitwengerej
Iyokoti yambaye ntaniyo nokwamba warahe iyoningwara kabisa
Seuls les tonneaux vides font du bruit.
Rekana nuwo mubono
Ico kirato cawe kigugwa 25 yuan ya mashinwa. ntashika $5. Hano muri USA ico kirato cawe kiri muri poubelle . Imvugo yawe tuyita parara. Isaha yawe ni iyo muri 1945. Ushaka noguha isaha igezweho Smart Watch, ndaguhaye cadeau . Parara yawe inyibutsa Grand Frere afise 12 ans, amajambo menshi atagira imvo.
Non abantu muzi iyokot igugwangahe caanke icokirato ariko mana birazanabi
Crazy guy
None uruwambere heh?gusauruwambere kwamaman waw muburundi ntibikunda vaho
Uvukanabi ugakuranabi ugasazanabi
Sha ubu nyamba muri karya gasho yambara iminyike yambara zampuzu za 15 million😅hahahah
ico kirato udahindura man so mur emission zose ukora nico nyen wama wambaye ham ngo ur millionaire wamu bono
Ewee Bell Chris🤣🤣🤣
Ico kijuju mukivundururahé?
Bamureka gukoresha ibiganiro abasazi, Hama uyo mu journaliste kuguma akora kubantu ariko akoresha ibiganiro ivyonibiki
Ugirubimuhore noe nibisanzwe
Birasanzwre gukora ku bantu!!!Ange Irankunda n'umwana mwiza akunda abantu,kubakorako rero ni kimwe mu vyerekana umutuma w'urukundo abafitiye
Uyo mupeti nu mubono san
😂😂😂😂😂😂😂😂ark mana
Ereganukavugayihuta avuganka ff
anzahaza mumutwe jw
Ange ndashak num yawe
Ahubwo mubaze ko afise ingendeshwa
🤣🤣🤣🥲ejo niriwe ndaraba ibiganiro vyaka kajama mpereye kuri kimwe mwakorana kariko karanwa fanta 🤣
Uw mutip arishim san hakwishim woshimw naband ah usang ariz atir
ibiganiro vyuyu mu petit sinzosubira kubiraba
Kl
Uwomusitari arashonj
Bamureka kumutuka kuko nkubu hari habo iryavuga bibubaka erega ntamuntu numwe atigirira icizere
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😏😏😏😏😏
Kubita iyompereci
Iyobwa iyopantalo niyokoti ayamamwo misiyosi karasara
daa none kumututse wunguka iki arko atwihera show ya bure
@@aftapat5365 burya urabona uyo ivyovuga aruwukomeye harivyigirakamaro je ndibaza nyimba ibitaro vyabasazi yojayo kuko mbona mumisi azokwiruka
🤮🤮🤮