La vache,reka kubesha,rap ayigira neza FABILOVE,reka kuba udedemba.Wewe wob ufis aba followers benshi pt etr kubr ivyo bigugu vyaw ugir.Ba Sat B araruta aba followers Fizzo,ark si kuvug ngo amuruta ubu stars cank kumenyekana.Ark tu courage tu mu kuririmba
Uko biri kwose namwe murabona igituma umuziki w'i Burundi utazotera imbere vuba!! None Alvin niba utipfuza ko mugenzawe agira aba abonnés ni gute tuzotera imbere?? Mbega ga hemwe, niba hariho abandi biyumvira nkukwo kwa Alvin ni gute muzotera imbere?? Raba mu Rwanda, ninde yabonye icatumye Josiane agera kuntambwe agezeko?? Alvin ntawigeza ahari ata support ukwo bigenda kwose turakeneraniye
Ndasavy Alvin azobe umu comédien aranryohera sana
🤣🤣🤣😂nukuri
Yaraye abikoze
Yobishobora kweli 😘😘
Alvin nakubal kweny hi interview fresh kabx
Alvin ntuye America turamuzi ngaha Kandi barakwemera 🙏🙏🦋❤️
Wew na karimu muratwenza caaaane merci 👍👍👍
Uramubwira Alvin uti bangi siyo chakula kimwe ndamukunda
Kiekiekiekie uwu mutyp aranyica wallah,,bro ufise talent ikaze man raba uyivyaz umusaruro kbsa hhhhhaaahh
Ntabwiza cank fresheur urusha #Doublejay
Alvin uramara strese 😀😀😀 ariko ugabanye amaso kubakobwa ndakwikundira 😍😍😍
Muraruryoreje kbs ndabakunda❤❤❤
Uyumuhungu w'Uburundi Smith nkitangura kumubona muma interviews wamengo arangora gutahura arikubu ngendandushaho kumukunda nokumutahura ukwameze nukwaganira nabamenyeshamakuru.
Niyirambire.
Fabilove ni king ntanumwe yomu challenginga
😅😅😅Uwukunda Alvin Smith Amp like ndasavye🤣🤣
Ikiganiro mwakiryoheje cane gooose murabambere kabisa😂😂🙏😂👊❤️🇧🇮☝️
La vache!!!uranyishe ndak👍👍
Alvin Smith je ndagufana✌️
This was a nice interview swear to God Alvin na Benny kbsa keep it up we like those 🤙🇧🇮🤙🇧🇮🤙🇧🇮🤙🇧🇮
Verry good👌
Big up alvin acananae ule Bono hana swagg
beni uwo nimumuhebere araruenzeee kabisaaa
Nakubali kbx
Alvin arabanza yige uko batanfa interview
IYO emission iranyishe nugutwenga yikundira abana yavuze ngo aririmba ngo abana bamukunde business ni amour ft musics smith uruwambere
Alivin inzoga zizonkwica ndake 🤣🤣🤣🤒🤒
Mic nayo washaka uyirye😂😂🏋️🏋️
Nakubali sana broo🇧🇮🇨🇦
La vache,reka kubesha,rap ayigira neza FABILOVE,reka kuba udedemba.Wewe wob ufis aba followers benshi pt etr kubr ivyo bigugu vyaw ugir.Ba Sat B araruta aba followers Fizzo,ark si kuvug ngo amuruta ubu stars cank kumenyekana.Ark tu courage tu mu kuririmba
Mu Burundi niyompavu atamuziki waho nigera nitaho nkunda kubera imihari niyo yamamisi yose hakumvikana nukwiyemera nimugire ico mukoze gusa kirakintu nukwumvikan
Hhhh nihtali
Alvin sinkunda indirimbo ziwe ariko nkunda ibijambo vyiwe bir de stressa 😂😂😂
kora uzoterimbere bro
Big up Alvin
Hhhhh ariko alvin smith uratwenza kbs ikiganiro ndabizi kiratwenza gose anyway keep it up bujahit tv
Mbay wamber mp link kabisa hama urashoboy
Uyo jama ni cizi fresh
Muri so fany😂😂😂
Murantwengeje, ngo Muka nyoko 😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁
ngo yumv ar mur europe😀😁😂🤣! naje mur lockdown rr
😂😂😂😂Ngo muka nyoko😆😆😆 vrt naj ntaconzi gusa #La vache nta kudavanga wallah urahae
Mbona man ninyingi uyo vip
Uyo muhungu aranyica kwer
La vache na Benny Uno musi badukinyiy comédie
haha alvin smith..arantesaa,..akunda abakobwa kubii....hama ku monetisa chaine yae ya youtube ushak nawe wavyikorera si ibigoye cyane
Sha uyumutype ntabaho
None ga bénit ukwoni guteranya cank?ubay landry u bien?
Ukwo kutumvukan niyompamvu umuziki udatera imber narimwe mudatera imbere nagato
Afise jini mahaba
Ngo kudavanga???bababababa🙈🙈
Alvin harama deal menshi yoshobora
@Alvin Smith indresserr kwl😂😂 numuboyii wacu araz kukivugaa 😎
Gabanya urumogi nayahandi karakubanye, ngo freshl!!!! Hahaaaa
Navyazi kuririmb arabiheba karirimba nkakazeze kwel
Haaaaaaahaaaa inkum nisawa kwa alvin
Aho yiyemera ngo afise 5k
Umve::::
Ulve Alvin afise =3.17k
Fab lov afise =3.47k
Nareke kwiyemera rero navuge k yananiwe gusa.*yani haiwezekani kubishana na moster*
Uwo muhungu ntakwije mumutwe
Uwo muhungu je mpora nibaza kwadakwije nexa mumutwee...umu rappeur abayobora mur swagg ni preezy 36 lofaaa
Noe nkuwo kwer numusani unruly bwoy walahi... uwo arimwo acafusa abakora rap biyubaha...noe nkuyo yoronka umu manageur kwer amushiramwo imitahe...?urimwo ucafuxa umwuga wa rap uwushiramwo ubu adolescent
Alvin uranduhur
Yiooo turahujij amasooo😭😭😭😂🤣🤣🤣
Ico Kijam kiriparatura can 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😀😀😀
U look like burna boy
Nuratweza😂😂😂😂
Uyu mu jama ni rofa
🤣🤣🤣🤣🤣 mur' aba comédiens! Ikiganiro cari ciza! Umuntu abona kure a monétiser compte ya Alvin! N'uwa top en son genre!
😂😂ngwari muri piscine ariko ara pisa😄😄 murarindengerej walahiiii
Naw wavyumvise😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Fblv ni bono
Hahahaha yani numva nryohew kuko atari gwirandri ruguma rumaramaza abantu
Iyo nzoga ntiheraa😂😂
Ugwo rujama rukwiye gukora comedy kuko indirimbo ntakigenda
oooh Alvin hhhhhh
Ngo ari muripiscine ngo ariko arapisa🤣🤣
😅😅😀😀😅😁
Hahahahaha wew utera ikingogwe fabelove yaragutey umboba warah knd siwe wenyen na dogo wimatongo yaratekerej ngo rap ini kenya hahaha
😂😂😂😂😂nukur cnk asigaye akora comédie zamitatwereka izo dem ashinukira
Muka Nyoko😂😂😂😂😂😂😂😂
Mu ka nyoko hhhhh Alvin urarenze
Uyujama anakura busta nini
😄😄😄😄
Iyo essuie-mains ! Hahah
Sasa alvin unakunwa mwenyewe humpi mtangazaji unamimina marazote bila kujishituwa kama una mtu karibu yako
Nne kweli aha ikintu kizima mwavuze n'ikihe kweli?Mube murek guteshumwany'abantu
😜😜😜nimwu mvikane hanyuma umuziki utere imber
Alvin umunsi wahuye na petit frère wanje muzoba aba comédiens ba komeye KO munganya blagues
😂😂😂Alvin kala unga aix.
Ati umugabo wanyoko bamwita mukanyoko😂😂😂😂
Ni umwinjira
@@rodrigueturatsinze9796 wew urumurundi windan kbsa 😀😀
Hahaha Icogihungu nukuri kirantwenza cane ngo yaranyishe jewe jenyene
Alvin hhhhhhhhhh amaso yaw ngwagizii?hhhhhh
alvin🤣🤣🤣🤣ntukwije vrt🤣
Jew imba canade uwo mutip namumeny kubera fabelove umwami warap
Canade nihehe??
Ja hio sha, none uvuz Canada kugira ngo tugutiny
@@Dieroz12 nabanze amenye no kwandika neza Canada Kwanza 😂😂🙈🙈
@@Dieroz12 🤣🤣🤣🤣🤣
Wewe USA nuwuba.muri.canada..hhhh.ninoma..kbx
Manza wige kubumuntu windero.ugabany kwiyemera kuko ntafatiro ryikintu nakimwe ufise cotuma wiyemera
Uko biri kwose namwe murabona igituma umuziki w'i Burundi utazotera imbere vuba!! None Alvin niba utipfuza ko mugenzawe agira aba abonnés ni gute tuzotera imbere?? Mbega ga hemwe, niba hariho abandi biyumvira nkukwo kwa Alvin ni gute muzotera imbere?? Raba mu Rwanda, ninde yabonye icatumye Josiane agera kuntambwe agezeko?? Alvin ntawigeza ahari ata support ukwo bigenda kwose turakeneraniye
🤣🤣🤣🤣Alvin uranduhura vrlt
Umuziki w'uburundi ntaho uzoshika. Muzokwishinga gutukana mushike he? Nabamenyeshamakuru bafise ibibazo gusa vyoguteranya abaririmvyi ntabibazo babaza vyubaka umuziki. Aho gukora ama collabo bagatez imbere uziki wabo, bishinga gutukana gusa nabantu bazwi ko batanguy umuziki kera aho gukorana bakereka abakiri bato urukundo, nugutukana gusa.
Mu rwanda na tanzanie ntuzokwumva ibintu nkivyo nio mpamvu umuziki wabo uteye imbere.
LA vache original ndakwemera
Uyo muhungu aranyica kwer