Beny yabwikuyemwo kbisa.....Kndi ça sonne comme une Comédie bigatuma inyigisho zitarambira ziguma ziryoshe..zitwenza arko zigisha. Keep it up! Inyigigisho nkizi zigwire no ku bubatse Beny
This is a kind of u-tube videos ppl need..coz in this ppl learn a lot..thanks magic tv.@thanks Benny ..mukomeze like that..it's good kuduha ibintu birimwo ubwenge than kuduha.....
Equipe Magic Channel TV ,merci pour la publication de l'emission,c'est tres interressant pour vous les jeunes.Beny est tres fort dans l'encadrement de la jeunesse.Congratulations to U Beny
Noe ko bikomeje kuba urugamba? Twibereyeho uko de ivyo vy'amago tukavyihoza? Burya 2 millions zitagikwiye inkwano aba bigeme nibagume hamwe twibere abagenzi.😅😅😅
Nukuri jewe beny ara nryohera cane kubera avuga ukuri
Nukuri Jewe nahigie vyinshi kand umuntu akurikiranye izinyigisho zomufasha mubuzima thank you Benny 🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🎊🇺🇸
Beny yabwikuyemwo kbisa.....Kndi ça sonne comme une Comédie bigatuma inyigisho zitarambira ziguma ziryoshe..zitwenza arko zigisha. Keep it up! Inyigigisho nkizi zigwire no ku bubatse Beny
😃😃😃😃😃beni numva atakindi novuga atari kukubwra mrciii kunyigisho vrt🙏🙏🙏🙏tuguma tugukurikiranira hafi
Bény merci bcp. Ufis Ingabire ikomeye caan mukwigisha, witanga wese ntaco uhisha. Uri Bény nyn wubahw. Nabatahashits twumvise p! Magic channel Ange Minouche courage mudushikiriza vyinshi vyiza mrci pour tout
This is a kind of u-tube videos ppl need..coz in this ppl learn a lot..thanks magic tv.@thanks Benny ..mukomeze like that..it's good kuduha ibintu birimwo ubwenge than kuduha.....
Voilà 👍 Ibintu nkibi nivyo tuba dukeneye merci Magic TV et Beny kukiganiro ciza, ese vyobandanya nkuku aba jeunes bohungukira ibitari bike.
woooow Benny bamuhe ubufasha bwose kubera ariko arigisha abana ibintu bikenewe👍🏾
cane vlm
Ndagukunda cane beny unvyunve!! urinimpanuro nzizacane abakunda beny tumemyane plz🙏🙏
Beny ukoze un bon dialogue vraiment, ivyo uvuga nukur.
Merci pour les renseignements 🙏🙏, la fois prochaine il faudra préparer une invitation pour que nous aussi nous y participent
Muhatubwir natwe tuzoze turaza munyigish ziwe zirafasha kabisa courage beny
Beni nawe aje kudutera ubwo ba sha 😂😂😂abavyeyi bacu ntibashitse kure ga basha hari igihambaye kirimwo,vyose bizogenda neza,don't worry be happy
Imyaka iragenda,amahera arahera, ariko urukundo rwa vrai vyose bizokunda✌
Equipe Magic Channel TV ,merci pour la publication de l'emission,c'est tres interressant pour vous les jeunes.Beny est tres fort dans l'encadrement de la jeunesse.Congratulations to U Beny
Much respect to you Beni🙌🏿
Mrc magic TV kur publication ya video aba jeunes bumve kd batahure iyo baja, ziramfashij kabisa naho nubatse..
Mr6 sana kbs kunyigisho nziza
Beni 🥰🥰🥰 merci beaucoup
Muba muhazee😂😂❤🔥🔥
Vyiza cne 🙏🏿😘 ariko 2èm parti plz
Nta Part 2😥giheze ntashaka😥 pe Benny wubahwe vrm
Sha biraryishe nanje nuko ndikure narikuza
Imana.iguhezagire.cane
Merci kuduha inyigisho
Jenny merc bcp
Nico gituma mbona mwagumye iwanyu ngo 2millio ya dot nimake
Beny urazi gutanga inyigishu ku rwaruka kandi biratuma twitahura cane kuko abahungu twogabanya ubusambanyi cane
wow. turiko turafashwa
🤞🤞🤗🤗 débat conjugale 🔥🔥
Imvo zituma ingo zisambuka
ua-cam.com/video/5-opKj2JFwg/v-deo.html
Ufise amatwi niyumve 😀😀😀😀
Bro mur université biragoye gukora uriko uriga...baca bagutema ...baragira ama appel mins yose
It's true
Inyigisho nziza cne ziratwigisha vyishiii
Beny uranyica keel. Kandi murakoze cane
Iyonyigisho irakomeye none ga mwigisha wokora gute kugira ishikire benshi??
None nkumu camera meni arumva inyigisho??? Kumengo abari bus cane 😂😂😂😂
hhahahha beniii izi nyigisho zirakomeye ndashaka kumenya aho wigishiriza kwl
Est ceque c'est nécessaire kugira près dot?😀
Njanye nawe unajije ivy nariko ndibaza,hhhh
Nibwo bwambere mubuzima bwanj ndavye ikiganiro gikahera mfise apéti yokuguma ndacumviriza nkasaba ababijejwe kobokongerako nkisaha zikaba 2h kuo cubaka benshii cnee kubwanje nakozweko
uwo mutype yoba comedien, na kigingi yatanguye uko, mumubwire azoze aravuga ama sujet menshi atandukanye, azoca aba kigingi wa kabiri.
Ndishimy kbs kumv kin kiganir kiranryohey san kuk harimw inyisho nziza
Imvo zituma ingo zisambuka
ua-cam.com/video/5-opKj2JFwg/v-deo.html
🙏🏾❤❤💯💯💪🏾💪🏾💪🏾😎
Uwo mugabo Béni nimba atari Bény, muri iki kiganiro avuze ibintu vyinshi ntashigikiye, eka noneho vyoshigikirwa na bake: agomba kwereka urwaruka ko mariage idashoboka ku muntu adafise 10 millions. Noneho n'ibikoresho vyo mu nzu vyose numva abiha ibiciro bihanitse. Ngira ariko abwira abana bo mu giti gusa! YAHORA AVUGA IBINTU DUSHIMA ARIKO AHA WAPI KABISA! NTAZE ASUBIRE IBINTU NK'IVYO!
ivyigwa ngirakamaro💪🏿❤️
Wewe ndagufana
Ikibazo dufise sico sha ivyo uvyibuka uhaze
Urabamaramaje kwel aba typ muramwuva beny
Ndumva abari muriki kiganiro mwese murabo mugiti muri babano babo.ngo dot ya 2000000 nimakee ngo rideau za 1000000 nibindi ntavuzee.
🥰🥰🙏🙏
Turabasavye muzoze muraja munyigisho nkizo kugira natwe tudashobora kuhashika tubikurikirane
Noe ko bikomeje kuba urugamba?
Twibereyeho uko de ivyo vy'amago tukavyihoza?
Burya 2 millions zitagikwiye inkwano aba bigeme nibagume hamwe twibere abagenzi.😅😅😅
Russie 🇷🇺- Ukraine 🇺🇦 : Ingaruka z’Intambara
ua-cam.com/video/iGSHUVpxzPA/v-deo.html
🥰🔥🔥
Imvo zituma ingo zisambuka
ua-cam.com/video/5-opKj2JFwg/v-deo.html
Bambwirir bavyumv 😀😀😀😀
Imvo zituma ingo zisambuka
ua-cam.com/video/5-opKj2JFwg/v-deo.html
Hhhh beni ndemeye urashoboye
2mlio nimake vrt😁😁🙈🙈
Benny ndakund ibiganir vyaw kwel 🤣🤣🤣🤣🤣
Imvo zituma ingo zisambuka
ua-cam.com/video/5-opKj2JFwg/v-deo.html
Blacklist ntararab🤣🤣🤣
😂😂😂
🤣🤣🤣👌👌👌👌🥰🥰🥰🥰🥰
🤣🤣🤣🤣🤣😆
Why gusa abagabo nibo bavugwa muri sex, even women can be not eligible or enable as you keep saying men need force to do it
Izi nyigisho nizo. kand ndifuza kuzoza nihaba izindi ikind gihe
Russie 🇷🇺- Ukraine 🇺🇦 : Ingaruka z’Intambara
ua-cam.com/video/iGSHUVpxzPA/v-deo.html