UKO ISUKU RYIFASHE MU BIBANZA BIMWE BIMWE MU GISAGARA CA BUJUMBURA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 13

  • @agrcem6707
    @agrcem6707 День тому

    Buterere, kiyange bimeze nabi

  • @emilerojoh1379
    @emilerojoh1379 День тому

    Non bazoz bararinda kumutera akamo?

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 2 дні тому

    Muta vyarabagoye nureke,kubesha abarundi

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta5834 2 дні тому +1

    Wapi isuku nta nguvu ushiramwo muze murahana

  • @agrcem6707
    @agrcem6707 День тому

    Nimubahe none ivyo bashiramwo imicafu?

  • @graceirakoze2868
    @graceirakoze2868 3 дні тому +1

    Uwutwara kaminuza y uburundi afise umwanda no mumutwe wiwe uravye nukwo Isa iheruka gusirwa ikicubakwa aho wosanga aramura Aba ingenieur cari ikibanza categerezwa gusa neza caane narabe izindi kaminuza za leta ukwo zisa mubindi bihugu , winjiye gusa uriyumva ko nivyirwa bihatangwa bisukuye 😂

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 День тому

    Nibashiriko itagisi kukiguzi cose mugihugu ayo mahera aje muvyo kugira suku,hagurwe ivya ngombwa amakamiyo abakozi imikubuzo igizweho itarusha mwiterambere ryisuku mutante akazi kubabijijwe banahembwe neza ahubwo bafatwe nkabakozi bareta muvyo bajijwe kugira bagakore bafise umwete ,apana vyuko ari umukozi wa salubrite acafatwa nkagisanumwavu kubaha imyamburu nibikoresha bibaha agaciro mukazi kabo,visio 2040 ija 2060 cokimwe nabakizimya moto nabo bakwiye umwambaro wabo nibikorosho biba kingira ayo mafranga yoja aho habiri.

  • @prosperniyukuri8562
    @prosperniyukuri8562 2 дні тому

    Nyakubahwa Jewe nobasaba ko mwokoresha amategeko hama agaherekezwa nigitsure gihoraho kugira abakozi bakukira Mairie bagume bahimiriza abobajejwe guko hari aho mudashika. None nkomuma quartiers hagati usanga hasa nabi. Mwongere mushireho nitegeko ko abantu bosiga amazu yabo niburiburi buri myaka2. Duhorane igisagara Gusa neza nukuri. Ikindi nosaba nuko ama quartiers mashasha nka Gahahe nahandi hakwiye kuza ubugenduzi bwinyubako bufatanije na Mairie ko mwohagemdera guko usanga hari abubatse mwibarabara ivyo bibaye bagaca badashaka nogutanga niburiburi umugende (caniveau) itwara amazi. Nukuri habaye gushiraho amategeko ajanye namande abantu bokwikubita agashi.

  • @JimmyGahungu
    @JimmyGahungu 2 дні тому

    Kaminuza y'uburundi numwanda gusa uhereye mu ma toilette yabo ,Aho abanyeshure barara ,inyubakwa zayo.vyose bimeze nabi n'ukuraba igasanurwa kuko ntibereye kweli

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 3 дні тому +1

    zamurabaca amande munabugarire

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 2 дні тому

    Zemurumvira muve mubiro mukore nkabasirikare nyene apana kwicara none ntimushakako natwe tuvayo

  • @AmyStale-d6u
    @AmyStale-d6u 3 дні тому

    Zamuraca amande

  • @AmyStale-d6u
    @AmyStale-d6u 3 дні тому

    Zamurabaca amande