Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Big up pastor Mbayahaga!!! Philosophie ikomeye aho abunva bavaho bunvuse!! ABATEGETSI nibabe bamwe basenyere kumugozumwe Bubake icogihugu bashigikire Mutama Evariste bareke kumunanizA !!!! They don't have to forget their tragedy 😔 ( BIBUKE IYUBURUNDI BABUKUYE BACE BARABA IYO BABUSHIKANYE BACE BARAMIRIZA BARABE IYO BAKWIYE KUBUSHIKANA BAREKE KURWANYANA!!!!
Uri umukozi w,Imana pe Imana ibandanye ikongera amavuta
Imana iguhezagire cane pastori kw'ijambo ryo kunywanisha abategetsi! Imana ihezagire abarundi n'uburundi. Amen
Très bien. Wavuga n'uko Abantu Bamwe Bamwe twabaye INTUMWA.
Inyigisho nziza cane abumva bumvise, birakwiyeko uwigisha ijambo ryimana arijanisha nivyo tubayemwo apana ngo murirya misi nga abanyisraeli barya amana, nibindi...nukumenyako twebwe arukurya dukoze
paster kanduzuraraba hariyinyuma harimwo aburikuvugira ivyaboga
Bonne prédication
jewe ndatangazwa numuntu vyanka kwarya ivyokurya imana yamuronkeje akiyunvira nabi umwami harihabantu batasomye ibitabo vy'ikirundi umwami icari✊
Abatakumva n,ibisanzwe na Yesu benshi ntibamutahuye
Pasta, imana, yaragutoranij, kabisa, ndagukunda, ncan, uvug ukuri, imana, iguh, kuramba🙏🙏🙏🙏🙏
Imana ikwongereze amavuta
🙏🏾
Uyu ma Pasteur ndanwikundira arazi kwigisha
Birakomey
Ivy'Imana mubihe Imana ivy'asezari mubihe cesari!!
umwami asabiyigihu uko kiba kwose kibukomyene ku imana yamugize umuvyeyi wabose
Le Grand #Philosophe
Tx❤
Wew ndagufana
Babarire mzee!
Ivy'Imana ku Mana ivya cesaire kwa cesaire
Amen
Sha warubabwiye mama yangu
Very good 👍👍👍
😍😍😍🙏🙏🇧🇮🇧🇮❤
Ivyuvuze nivyo
😢
Uyumugabo ahanurira mumigani ndamukunda p aravuga atarya umunwa
Amajmbo meza cane pasteur
Komera mutama ukonukuri kunyingishozawe🙏🏾
Abari n'Amatwi yukwumva nibumve icompwemu
🕳️❤️🕳️
Mutama wanje mwubahwe
m
Mutama uri mur bake bemanga ukuri
Nikwel
Inda n'imbi wallah. Uyu mu Pasteur mperuka yigisha ukuri none karabaye
None ubuho ntakuri yigisha?
Urugufatiye kunda ruba rukunesheje
Uyu Pasitori yigisha ibirimwo ubwenge kandi bihanura.Urakirambira pasitori n'ikindi gihe uzodutegurire inyigisho nziza nk'izo
Baraguhitana MBAYA Abo bagabo ntiwibaze ngo ntibakumva 🤣🤣🤣
😂❤
Mana fasha Burundi bwanje ubushiremwo amahoro numu tekano uhereze indongozi ukuvikana
Iyo polituque niyo.
None nkivyo vy'uburongozi politics vyotujana mwijuru??
Urazi kwisabira umukate basi, wahora uvuga ubutumwa bwiza none urabijavye kubwako kamanyu kumutsima
yavuze ukuri ngira yavuze ukwo udakunda kwumva
Ahusanga bavuze kuri ww
Igihemu ni nka Mbayahaga pe! Inyigisho zo gusaba gusa!
Haha ibipinga na comment zanyu ntimwihisha
Mbayahaga ndamwera cane
@@songamberetv2219 yoooooh Abo bantu bakoraniyaho bumviriza Mbandwahaga?Ewe Burundi waratose.Mbayahanrya twariganye niwe mukuru w'abakungu dufise mu Burundi ivyiwe vyovugwa n'ababizi nn nguyo Président yatayivyakora ari kwumviriza iyo nanga ishaje.Ewz mana raba ugarukire uburundi kuko si gupfa gusa ahubwo nibuhereyo
@@jinamajody none kobatumvirije wewe? Ubwo niwe wovugivyumvikana noneho ivyiza vyamwe urabivuze nibuhereyo??? Ewe bane binzoka MWe muzogeza ryari koko?????????????
@@evelynenkurunziza287 Uyo muri kwumviriza n'umwana wa nyoko?Mwabuzico mukora mugakoranira mumakoraniro y'aba Escros?Igihugu sicana kina gose
None ninkona zirimwo muri bible kweri
Uzatinya kabiri? sekibi ni so nawe urabizi.
Big up pastor Mbayahaga!!! Philosophie ikomeye aho abunva bavaho bunvuse!! ABATEGETSI nibabe bamwe basenyere kumugozumwe Bubake icogihugu bashigikire Mutama Evariste bareke kumunanizA !!!! They don't have to forget their tragedy 😔 ( BIBUKE IYUBURUNDI BABUKUYE BACE BARABA IYO BABUSHIKANYE BACE BARAMIRIZA BARABE IYO BAKWIYE KUBUSHIKANA BAREKE KURWANYANA!!!!
Uri umukozi w,Imana pe
Imana ibandanye ikongera amavuta
Imana iguhezagire cane pastori kw'ijambo ryo kunywanisha abategetsi! Imana ihezagire abarundi n'uburundi. Amen
Très bien. Wavuga n'uko Abantu Bamwe Bamwe twabaye INTUMWA.
Inyigisho nziza cane abumva bumvise, birakwiyeko uwigisha ijambo ryimana arijanisha nivyo tubayemwo apana ngo murirya misi nga abanyisraeli barya amana, nibindi...nukumenyako twebwe arukurya dukoze
paster kanduzuraraba hariyinyuma harimwo aburikuvugira ivyaboga
Bonne prédication
jewe ndatangazwa numuntu vyanka kwarya ivyokurya imana yamuronkeje akiyunvira nabi umwami harihabantu batasomye ibitabo vy'ikirundi umwami icari✊
Abatakumva n,ibisanzwe na Yesu benshi ntibamutahuye
Pasta, imana, yaragutoranij, kabisa, ndagukunda, ncan, uvug ukuri, imana, iguh, kuramba🙏🙏🙏🙏🙏
Imana ikwongereze amavuta
🙏🏾
Uyu ma Pasteur ndanwikundira arazi kwigisha
Birakomey
Ivy'Imana mubihe Imana ivy'asezari mubihe cesari!!
umwami asabiyigihu uko kiba kwose kibukomyene ku imana yamugize umuvyeyi wabose
Le Grand #Philosophe
Tx❤
Wew ndagufana
Babarire mzee!
Ivy'Imana ku Mana ivya cesaire kwa cesaire
Amen
Sha warubabwiye mama yangu
Very good 👍👍👍
😍😍😍🙏🙏🇧🇮🇧🇮❤
Ivyuvuze nivyo
😢
Uyumugabo ahanurira mumigani ndamukunda p aravuga atarya umunwa
Amajmbo meza cane pasteur
Komera mutama ukonukuri kunyingishozawe🙏🏾
Abari n'Amatwi yukwumva nibumve icompwemu
🕳️❤️🕳️
Mutama wanje mwubahwe
m
Mutama uri mur bake bemanga ukuri
Nikwel
Inda n'imbi wallah. Uyu mu Pasteur mperuka yigisha ukuri none karabaye
None ubuho ntakuri yigisha?
Urugufatiye kunda ruba rukunesheje
Uyu Pasitori yigisha ibirimwo ubwenge kandi bihanura.
Urakirambira pasitori n'ikindi gihe uzodutegurire inyigisho nziza nk'izo
Baraguhitana MBAYA Abo bagabo ntiwibaze ngo ntibakumva 🤣🤣🤣
😂❤
Mana fasha Burundi bwanje ubushiremwo amahoro numu tekano uhereze indongozi ukuvikana
Iyo polituque niyo.
None nkivyo vy'uburongozi politics vyotujana mwijuru??
Urazi kwisabira umukate basi, wahora uvuga ubutumwa bwiza none urabijavye kubwako kamanyu kumutsima
yavuze ukuri ngira yavuze ukwo udakunda kwumva
Ahusanga bavuze kuri ww
Igihemu ni nka Mbayahaga pe! Inyigisho zo gusaba gusa!
Haha ibipinga na comment zanyu ntimwihisha
Mbayahaga ndamwera cane
@@songamberetv2219 yoooooh
Abo bantu bakoraniyaho bumviriza Mbandwahaga?
Ewe Burundi waratose.
Mbayahanrya twariganye niwe mukuru w'abakungu dufise mu Burundi ivyiwe vyovugwa n'ababizi nn nguyo Président yatayivyakora ari kwumviriza iyo nanga ishaje.
Ewz mana raba ugarukire uburundi kuko si gupfa gusa ahubwo nibuhereyo
@@jinamajody none kobatumvirije wewe? Ubwo niwe wovugivyumvikana noneho ivyiza vyamwe urabivuze nibuhereyo??? Ewe bane binzoka MWe muzogeza ryari koko?????????????
@@evelynenkurunziza287 Uyo muri kwumviriza n'umwana wa nyoko?
Mwabuzico mukora mugakoranira mumakoraniro y'aba Escros?
Igihugu sicana kina gose