Mes félicitations à l'EPB. Les autres missions devraient suivre le pas mais avec deversification. Par exemple, EP de Bujumbura : grand hotel; EP Kiremba: un hopital moderne; EP Mugara: un grand bateau de peche moderne, EP Nyanza-lac: un grand bateau de transport de marchandises, etc. etc. Que Dieu vous bénisse.
Niwe wayubwtse ?😂 kwariya Pentecôte !! Iri mal placé ntana parking yimodoka 30 ifise , iri mu Buyenzi kwikaburimbi ahantu harakavuyo iyo hotel yari nziza ariko mal placé na parking ivyo abantu benshi bingenzi badakunda
Amadini ategerezwa kugira apport social et économique ku gihugu, kandi nayo akaba autonomes (auto-financement).... Iyi projet ni nziza, n'abandi barebereko! 😇😇
Raba Video nshasha
ua-cam.com/video/OOedDott2Hg/v-deo.htmlsi=hYG4fQ3BbKLWT5aR
Hallelua Hallelua Hallelua, Imana ihezagire ukuboko kwagize ico Gutanga ,mwarahezagiwe❤
Abakozi b'lmana kweri lmana ibahe umugisha mwinshiii mwarakoze mugaragaje ko mutari ibisambo burundi❤❤❤
Icubahiro gihabwe Uhoraho Imana yamenye ijuru n'isi
Ok,igihugu nicotera imbere n'abakibamwo bose
Imana ibahe umugisha kandi Yesu akomeze kwagura ibikorwa kandi Yesu akomeze kwamamara ❤ Amen
Mungu awabaliki sana sana sana.
Presudant❤wacyu bawe utwubajire imihanda igezweho irikonamatara amavarabara meza cyane
Mes félicitations à l'EPB. Les autres missions devraient suivre le pas mais avec deversification. Par exemple, EP de Bujumbura : grand hotel; EP Kiremba: un hopital moderne; EP Mugara: un grand bateau de peche moderne, EP Nyanza-lac: un grand bateau de transport de marchandises, etc. etc. Que Dieu vous bénisse.
Imana ibahe umugisha bakozi b'Imana
Mukomere abakozi b,Imana mukoze ibikomeye muriyubahishije kabisa, ndashimiye indongozi zirongoye iryoshengero kuko iyohabamwo iryarya canke abasuma ntavyomwashikako
Courage rwose! President urimo ukora ibintu byjza cyane, uko b
Imana ibahe umugisha
Nigobwa bikunde turikumwe nuhoraho vyose birashoka ntavuka kumusi umwe goyuzure ingirano ejoniheza 😂❤❤❤❤
Excellent Travail
Iman ishimwe
Yooo turagusabira muvyeyi waju sebarundi❤🙏🙏
Niwe wayubwtse ?😂 kwariya Pentecôte !! Iri mal placé ntana parking yimodoka 30 ifise , iri mu Buyenzi kwikaburimbi ahantu harakavuyo iyo hotel yari nziza ariko mal placé na parking ivyo abantu benshi bingenzi badakunda
Umuhezagiro n' umugisha w' Imana bija ahari urukundo n'amahoro idusaba. Ibindi vyose n' ukwihenda! Akarorero ni
Tour de Babel!😂😂😂
Nayandi madini tuyaha illitimatum bubakee infrastructures ziteye imbere
Mission y'ishengero muri kinogihe n'ukubaka ama Hôtel none n'iyo mission YESU KRISTO yasize ahaye abigishwa biwe ?nabazokwizera inyuma yabigishwa biwe ?aribo twebwe ?
ICO nkundira abakozi b'Imana bo mw'ishengero rya Pentecôte :
Iyo nasavye abakiristo intérerano 'amafranga amaherzo urabona ICO Ayo mafranga aba yakoze
Vyiza cane ❤❤🎉🎉
Ishengero rya Pentecost vyukuri Yesu arihezagire kandi Yesu ashishikare arizigama
Imana niyo izotuma bikunda❤❤😂😂
Abantu nkabamwebwe mukwiye kwakwa karangamuntu nkumurundi kuko ntaho utandukaniy na mashetani Sebarundi yamavuga kubera ishari aho gushima birakubabaza ukamenga uburundi ntibwogira ayo mahirwe.
Ubwo miliyaridi 17 ni angahe mu manyarwanda munsobanurire mutamputaje
Amafrw yikubye amafbu kabiri ubwo bivuze ko ari miliyari 8zirenga ho gato
Uramubeshe rwose cane
Gabanya 5.6
uburundi bwacu oyeeeee gato karakura kabisa kumyaka itandatu nukwihangana turonse uburaro bwiza burundi bwacu oyeeee🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uhoraho ahimbazwe kurico gikogwa yabashoboje.
Kwr kbx
Nn urusengero gwa 17 milialidi rubaho muburundi vrm kwayomahera arimeshi
Nahaca mbona minsi yose yubakwa ijoro numurango gsa yubatse ahantu heza vrt
Imyaka 6 😂 bubaka ijoro numurango
Ariko ibikogwavyiterambere tubigerekeko nokwitondera amabwirizwayimana ukwo ari cumi 10. kuvayo 20
Mwiho ntimushira mumipfuko yanyu mukora umugambi kbx respec
Bubahwe .
Very Good kbx
Aho harimw imperezw zanje nibigiracumi
Ah Imana ntiyavyanditse nn sigikogwa c,Imana wariko urakor 😢
washaka bije mumifuka yabu se??sindsgutahuye
🎉❤🎉❤🎉🎉❤🎉🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤icibutso cacu
Ufite amacakubiri none urimuvuga ibyo ibyogusenga?
Neva ariko yaraje avuye kurima ? Nigute ujya gutaha ihoteli nkiriya ukaza wambaye kavunja poli?
Urumunyarwanda uvuz uko biratahuritse ntawokurenganya
Nanje naranezerewe mbonye iyo nzu kabsa,
Evaristo Abayambaye nka bashumba yambara ntabi cyane
Ahubwo ibibottes vyiwe biranduza inzu! 🫢🙆😅😅😅
Sweranyoko wiwanyu ruryarunzingo
Bigutwayiki ariko ari kukivi umwanya wo kwambara neza nturashika mwidukoroga
*ivyo we ntibikuraba🤫*
@@DidasNiyosenga nyoko wawe
Ese uyu we ujyana BOTE muri HOTEL ubu nibyo Ra?😂
Umwanse buhoro ongereza inzigo usumvy Aho sha
Abandi bugurura ibikorwa vyamahinguriro naw akururo amahoteli yabigenga.
None bamutumiy areke kugenda?
Umuntu ariha angahe araranyeyo nk'umugore canke umwigeme bakarara barendana😂
Neva uranyica kabisa,gutaha hotel wiyambariye Botte mbese baguhamagaye wibereye murutoki rwawe!!!gusa ngukundirako utiyemera!!
Igihambaye nukugira ubwenge nkizoka ishengero ryimana rirashobora gukora muri afilica
Ntawutonezererwa nigikorwa nkico kuko kigaragaz uburund nez
Mwubahwe can.
Cyakoze president uri aha ni igitangaza! Barajya gutaha Hotel akagenda yambaye nk'ugiye mu muganda cga guhinga!!? Wagirango ni agronome!
Urumunyarwanda nciye ndagutahura kl
@@MelchiolKayobera Yego ndi umunyarwanda. Hari icyo bitwaye se?
Forwald Burundi
Gusa imana izagukomereze Amaboko
Bubake namahinguriro
Ok
Ni question yu mwanya muto, buzotera imbere
Nbon arivyiz.
Umva président,
Nawe wubake amabarabara !
😂😂😂😂
Amabarabara Aja hé??
Miliyari 17 zamarundi ubwo ni amafaranga angahe yamanyaRwanda ko hali inzu mbona zingana na 1/3 kiyi ukumva yaratwaye arenze aliya kandi ali Miliyari miryango kandi zamanyaRwanda!! cyangwa nuko iliya ali iyitorero izindi zikaba iza Leta !!wasanga aliko wenda ibyubaka inzu za Leta amabuye umucanga amatafari bitumizwa mumahanga nukuzashaka umu ingénieur wibatse hariya akereka abantu ibanga yakoresheje keretse niba abantu batangira kubaka inzu ya Leta nabo bagatangira izabo bikabarirwa hamwe cyangwa ugasanga Leta yakoresheje inzu mumyaka 10 ikaba imaze kwishyura ubukode buruta ayubatse iyo nzu nuko nyine Leta idahomba
@@gakubaleon*Raba ivyomurwanda uburundi ureke kuburaba kk ibitakuraba uraba has🤫*
@hab😊😊imanaemmanuel8185
Yarahagaze mu hullux mbega?
Ebenezer uhoraho aradutabaye
mundangire isomo ryemeza kubaka amageto muri Bible ahuri ndawisomere
Kuki nta ma pavé bashize mu mbuga ivumbi rizica abantu mubasabe bashireho pavé
Ese ubwo kuki perezida ataryamyeho ku buriri ngo yumve uko bumeze
Pentecôte yubahwe cane
Uwiteka ahabwe icubahiro kubayatabashoboje bakozib'Imana
Hariho ascenseur ??
Ego
Ahonishimwe ntangere
President ujya gutaha hoteri yambaye bote we😢
Yari mubikorwa rusangi
Yaravuye,kukivi!! Ariko mushimishwa nabanebwe!?? Kandi ubwo yirirwa mundege agenda amahanga kumisoro yanyu ntimwakopfora!??? None Ari vira mumirima mukidoga!!???
@@ericmanirakiza8349😂😂😂😂😂😂
@@MitimidacyaMitimidacya
Ntiwabonye uwahuze comment iyava?😂😂😂
Nibabandi bakibaye muri 1996 , the crying babies of the neighbour😂😂😂
how is Burundian,s affairs ur business?
Nibaza ko Pentekote arikindi gihugu 😂😂😂😂😂
Vyiza cane❤
Ngo nabanyeshengero ba pentekoti b'ibujumbura gusa?nareke kubesha,amashikanwa yose yapenteko yose arungikwa ibujumbura
Igikuru nuko yubatswe
Sukwo nsiyaja misiyoni yonse irigenga
Ntamakuru ufise mugenzi
Reka kubesha yojayo Gute? Misiyoni yose ifise ibikorwa vyayo GABA ya urusaku
Nice
Ayandi mashengero afatireho akarorero
Izi mu Rwanda zirubakwa Ku bwinshi zikuzura nta n'ubyitayeho kuko kuri twe n'ibisanzwe
None wumva ziri muburundi? Ivy'urwanda twe ntibituraba
❤
Mwakwiga nukuntu izara yohera vyobashawa
Ariko nkaw inzara yawe nimba utazi uko uyigwanya bibazwa nde???haruwukujejwe??
Pfa tukuzike
AbanyaRwanda bamw bamw.kumengo ishari riba ryabishe gose mutuvire ku Burundi twahawe nImana murabona twebwe tubagirira ishari?
Ishari uribonyehe. Kobatunze vyishi kugusumba..
Urababeshyeye iyo nyubakwa iraciriritse cane ntamunyarwanda yatera ishari
❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Abarundi murakennye ntwabarenganya! Iyi hotel ni nyakatsi rwose!
Bamureka imitima mibi nkokuvuga ngo ninyakazi ntanisoni niba arinyakatsi biramaze@@ruhashyabuganorobert4703
Aho ni muyihe province
Nikuntahangwa église pentecôte
Muri capital nkuru Bujumbura
Vyiza cane
Ni hôtel canke n'urusengero??
Amadini ategerezwa kugira apport social et économique ku gihugu, kandi nayo akaba autonomes (auto-financement).... Iyi projet ni nziza, n'abandi barebereko! 😇😇
@@JCMaxima Aho n sawa 👍, merci
Ariko prezida kuba muri buri tuntu ntabwo ari bizima ! Mbona perezida atagomba kuba imvugavuzi no kuba muri buri tuntu ! Mbona agomba kuba umuntu wicaye ari gukora imigambi y'iterambere n'imibereho myiza y'abaturage. Naho kuvugagura, amajyambere si amagambo menshi ni ibikorwa. Evaliste navuge meke kandi ari techniques akore byinshi ! Abantu bazamukundira ibikorwa kuruta amagambo !
Hhhhhh
Que la puissance Divine soit avec la communauté Pentecôte ❤!
Pourquoi déroulée le tapis rouge à chaque visite du président ?
Et moi aussi la même question
Mukomere cane
Pj clasic fm
❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️🙏👏🏻
Aho hantu ni heza
Interahamwe😂
Ni so na nyoko
Umwanda
Mwibikakwubakikibugampuzamakungugisakaye panastadintwari
😅
Esubu umuyobozi muzima ajya gutaha igikorwa remezo ysmbaye bote koko
Ese ababanyi mwabaye gute? Ishari rizohava ribatera ikiniga
Non koyaravuye gukoresha ibikorwa rusangi yacanikoresha muri costume ?
C'est vraiment laid 😂 hotel iri imbere yahantu haguma haca ama bus nimiduga nubwa mbere mbonye abantu bubaka un hotel juxtaposé à une Église
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
♥️♥️🇧🇮🇨🇦
Ukutamaramara ni ingabirano ikomeye cane.kuba narayirose abenshi ntibatahura ukwo nayirose kbxa. Ariko kandi ndayishima aho iva hose hubatse nkanje gito.
🎩
✊🏾🇧🇮
Iyi Hotel mu rwanda ingana ninzu mbamo😂😂😂
Ni vyiza cane
yiturekere ntaco muzoza muravuga ukwo nyene natwe twigumire kukivi
Hezagirwa mugenzi ubishimire imana
Uzorindupfa
Sha nawe uriyemeye cn.Gezaho ntayo woronka🤭
Haaaaaa uziko ahagaze hejuru ya Toyota (hejuru yakamodoka) koko mwagiye mureka gusuzugura se barundi wanyu
KO mubona ibibi gisa😢😢😢
Igikuru Nuko atar so cank sowanyu yayimutijz
Biratunyura ntaco bitwaye sebarundi yicisha vmbugufi mwabantu mwe kandi nivyimana ishaka
*Raba iwanyu uburundi ubwihorere oe ntaco wohindira🤫*