Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Yesu ashimwe mukozi w'imana ruhuka wararwanye intambara nziza Amen amen
❤❤❤❤❤❤❤imana ikwakire mubayo
Shimwa yesu Christon umukozi wawe wamurenganije ibihe bitarivyoroshe ubakaba arikumwe nawe mubwami bwawe bwiza buhimbaye.yesu Christon amaraso yaW wamviriy igorogota angwireko ampumanure kuko ndumutsindwa ungwize kwimbabazi nyish.uzampamaherezo meza nzenipfire nkukw'abagorortsi bapfa imisi yanj Nigera nzenje mwijuru kuruhukamahoro' mumunezero wibihe bitazoshira amen.
Vyiza cn ahuri hose Yesu agukandakande uruhuke amahoro lntahe zawe ninziza zirubak ishengero
Umukozi w'Imana ubu ariruhukiye ubutame yagiriye mur'iyi si! Ni ahanje nawe gutegura iherezo ryiza bigishoboka.
Nahacu kweri ho gutegura natwe
Aragahezagirwa rameck
Imana ikwicarike mukibanza cayo
Unsengere unsabire nzogusangeyo
Imana ishimwe cane
Ndakubwizukuri URUPFU RW'UMUGOROROTSI N'UMUNEZERO Mana urazompa nanje iherezo ryiza
Urampa Mwami iherezo ryiza ukuzogenza si ndakuzi iconzi nuko ushoboye habw'lcubahiro kwisi no mw'ijuru
Birakubako mw'izina rya Yesu Kristo,kandi Mana nanj nyene uzompe Iherezo ryiza.
Mana uzompe kuraniza amhoro
Vyiza
Mana nanje uzompe iherezo ryiza nzopfa kuko abagororotsi bapfa
Amen Mungu adusaidiye😊
Avuga amajambo yubàka gusa
Cane