Ikiyago Prezida NEVA yagiranye n'umurundi yahora aba Canada, ubu ari mu burimyi n'ubworozi i Murwi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 11 вер 2024
  • Ikiyago Umukuru w'Igihugu yagiranye na Jackson NAHAYO, umurundi yahora aba muri #Canada akaba aherutse gutaha mu #Burundi. Prezida Evariste Ndayishimiye yamusanze muri komine Murwi y'intara ya #Cibitoke aho ariko ararangurira umugambi w'uburimyi n'ubworozi. Ni icihe cigwa ku bandi barundi baba mu bindi bihugu?

КОМЕНТАРІ • 78