Urugendo rw'imiduga n'amamoto rwakozwe n'abagumyabanga bo mu Rutana bigina Gén Mjr NDAYISHIMIYE
Вставка
- Опубліковано 4 вер 2024
- #Burundi : Kurikirana urugendo rw'imiduga n'amamoto rwakozwe n'abagumyabanga bo mu ntara ya #Rutana, bakaba bariko bigina Général Major Evariste NDAYISHIMIYE aherutse gushirwa imbere n'Umugambwe CNDD FDD kugira azowuserukire mu matora y'Umukuru w'Igihugu.
Nimwishim mutarik ngira imishahar yabigisha iriko yibwa be nayo mabarabar mbona yahez Eva alias never azogira icahindiy, ariko politics ni1kuko Les politiciens burya ntimuze mubabaz vyinsh kiretse kwiyuzuza, murashika buja murab igisagara ukuntu gisigay gisa ,amabarabar nkayo yahez abomoka namw! Buraca turabe ibizohinduka
Turamubonye
Abarundi ico muzi n’ugutukana vyovyo murabizi pe.🤦♂️
Probox .muratwenza.
Komera uwuvugakwigihugu atatera mbere ntazi nahotuvuye n,ahotugeze
Ezechiel,woba uvuye he,woba uriko ujahe?
Dusubira inyuma nk ibirenge,urugero:En 2010,ou arriere,1$=900,ubu rivunzwa angahe?
Nivyo wita gutera imbere?Ndagusetse!
Education level,twoba turi abakangahe ubu muri Africa?
Socio-economic mu Burundi,yoba yifashe gute par rapport yaho wita ko twavuye?
Igihari,mutekewe mw ipaki,ntimubona ko bwakeye n uko bwije,buraca ngo bwije,bwira naho ngo bwakeye!!!
HAVYARIMANA Celestin wewe bakwiye kuguha ahantu womenyesha ivyo uvuze nyene ABANTU BENSHI BAVYUMVE NCUTI! EXACTEMENT!!!!!! BARI NETOYER MU MITWE ABIWACU UBU GUSHIKA NAHO UMUNTU ABABARA CANE NIKIGONGWE!!
Abarundi bahindutse abakehabwenge,mugabo ntibitangaje none igihugu kirimwo 85%y abantu batazi gusoma n u kwandika wumva bazi iyo bita umutwe?
Umaz kubona ko abantu bangana uko batiz ikintu ww wakoz kugira ubafash n'igiki?
canke baretse kwiga ryari?
vyavuy kuki? stp
@@Incredible_sports94 fuck you.
Mbe basha, aba bariko bararota k'umurango riva ngo amabarabara yarabomaguritse, ntaciza nakimwe intwaro ya NKURUNZIZA yakoze kugira bagishime? Bobo babona amabarabara yo bomaguritse gusa?
Mbega abantu muvuga nabi cane cane abarundi bibijuju wew wabonye ko amabarabara yabomanguritse uriko ukoriki nkumurundi?
Ico n igikogwa ca reta s icumu nya gihugu umwe ku gatwe kiwe ba muvuga ivyo mu banje kwiyumvira.
@@christiannsengiyumva6253 Uvuzevyo mutama. baseha bashira mumada yabo.
Mwoba mwishimira iki ko mbona igihugu ataho kija atari mu manga,Raba:Igihugu iterambere zero,umutekano zero,inyubakwa zero,imibano n imigenderanire zero,...N iki gituma mwirata!Abagiye gukiza igihugu c Uburundi si NDAYISHIMIYE ,si n itsinda rya Aba DD,abo bose n intwaro yabo igiye gusenyuka!Nous voulons un pays de Droit!
Abatutsi muzopfa nabi
shima ibigezweho kera warumwobo.
Ntanakimwe citezwe gukorwa mugihugu cacu tukiri injiji nk uku turi,2000,education muri Africa twari muri top 10,ubu turi abakangah?Muri socio-economic,twoba twari abakangah,ubu turi abakangah?Icabishe n ubwoko za hutu,tutsi,muri ibijuju!Woba unsumvya kumenya NDAYISHIMIYE jewe tuva kugatumba kamwe?Nagira ndakubwire ko ataco aje guhindura kiretse ko hahindutse izina nayo ubutegetsi ni bwabundi!
Ivyo nibikurimwo vyigumanire ntavyo Dhaka
@@ndayisengaprosper9625 abahutu mweho mwavumwe mukivuka muvukana ubugugu butagira izina.ipuu
UNOMUSI MURARIRIMVYE EJO NAMARIRA!!! SIKO??? IMISHAHARA NTIDUGA, IMVURA IZOGWA AMAZU NAMABARABARA ABOMAGURIKE ECT.... BANDANYA MUHIMBAZA RERO
Banza mukore ayo mabarabara yabomaguritse
Bagaza azogaruka kububakira ivyo basambura
Rka haraharaho murya Bugarama wokwumirwa ni à la Zaïroise🤣🤣🤣🤣
Genda uyabubakire
Amabarabara,cokimwe n ibindi bintu en genre de l infrastructure n imigambi ya Leta kuko abanyagihugu barishura amakori na ma taxes,yoba ajahe?
@@lydianshimirimana276 ndayubaka nyene kk ndariha taxe.wibaza ngo mvuga ico ntazi?
Vuga uti aja kwubaka ama Villa
Lydia Nshimirimana ikirofa