Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu yafashe urugendo rwerekeza mu gihugu ca Ouganda.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 15 вер 2024
  • Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu yafashe urugendo kuri uyu w'Imana rumushikana mu gihugu ca #Uganda mu gisagara ca #Entebbe.
    Urwo rugendo rujanye n'ibikorwa vya Fondation Bonne action - Umugiraneza akaba ajanywe no kuraba abana b'abarundi bafise ubumuga bavukanye bariko baravurirwa mu bitaro vya Entebbe Children's Surgical Hospital muri ico gihugu biciye mw'ishirahamwe " Emegerncy ONG Onlus" risanzwe rikorana na Fondation Bonne Action Umugiraneza . #Burundi

КОМЕНТАРІ • 1

  • @Angedangel
    @Angedangel 10 місяців тому +1

    u Burundi burakenye ndake! lift zizohera ryari?