@@RiyazimanaElyse mwigisha ntumurenfanye bariko bagirizanya nibo babwiye jmushikiranganji ko kuva Pentecost yitwa Pentecost ko itigize itanfa amakori ku bakozi yakoresha canke des projets bakora ngo kandi n’amahera yo kuziganiriza abakozi bagiye muzabukuru ngo bagiye kuyasaba ngo nasanze ata nigikoroti kuri yo: Rero abubu nta Holy Bible basoma uko umuzezwashengero yitwara aho woca usoma Timoteyo wa mbere igice ca gatatu cose uca umenya abo barongozi abo aribo,wongere usombe Matayo 23:1-20. Uca utahura abomozi buyu musi .
Amen amen Yesu abane namwe ibihe vyose
IMANA Ishimwe cane rwose
Imbabazi Nico kitutandukanya n'abandi.yesu abangere inkomezi bavyeyi bacu
Oyaaa mwigisha ahari agafaranga gatubutse imbeba mukurya zirahuhahuha gushika ibiyoba zibimaze mwigisha reka tubirindire kk jew nemeza kwarugusigana inkore kumaso
Urakoze mwigisha kunkumbuza lycee Kiremba Sud yandetse.
Shaaa ngira OBR ntawubigish uko barihish amakori igihambaye nuguhan imbabazi nibindi bizokemurwa
Shalom shalom bakundwa
Imanishimwe ibiranga abihanye nimbabazi
Komera bwana mon frère,yesu yarakoze❤❤
Umutama yatabarutse amahoro, ibisigaye uwarivuze aryumeko ntaze yivuguruze intahe imwokereye.
Nibarihe amakori Bongerebahembe abakozi babo neza kuko nibisuma bihane nokuri leta bihane nokuba kristo babo
Yesu n'ashimwe cane!!!
Imana.nishimwe
Vyiza cane birahimbaye yampa yinkawe❤❤❤
Wampay'inka ivugire nibo baguhaye uruvugiro.
Avuga nkinryary’ Uyu mumenyesha makuru!
Ivyo waherejeko ntaho bihuriye na titre yinkuru biragaragara ko ufise abo ukorera nizindi nyungu eka nyene uri wampay inka urivuga uwayiguhaye
Wamugabo
Ivyobintu.vy.Abakozi.b.Imana.n.Ishero
Itabiretse.bizoguhumira
Akonakarorero keza badihaye abavyey
W ndakwemera wampayinka kumakuru uduha❤
Yesu abwira abigishwa biwe ati ibitsitaza abantu ntibizobura kuboneka ariko aragowe uwo muntu abizana azobona ibara.ivyarivyo vyose muri abo babiri hari uwazanye ibitsitaza abantu.igikwiye nukwihana gusa ibindi urubanza nurwumucamanza agororotse tu!
Nivyiza ko basubije hamwe.
Murababesh kbx
Aho shaaaa
Uko Mvyumva boyubakamwo barrage cank ibarabara Runaka ,bagaca barishikiriza Reta,Reta Igatanga uwuzokurikira ivyo bikorwa
Toujours guca bugufi
Idini rirapfa habeho agakiza.
Yesu ahabwe icubahiro
Kari mumpee niko kari nomuntampaaa😢
IMANA igira
Turakeje abakozi b'Imana kuba bahinyuye amayeri ya Shetani yo gusambura umukuku Imana yabajeje kuragira no kurongora babereka Kristo. Babaye abagabo mu kwizera kuko bakoze nabo ico bahora bigisha co gusabana imbabazi no guharirana.Ibisigaye navyo Satani ntasinzira uko wa munsi wegereza nawe akora atiziganya ngo bikunde azimize abatoranirijwe ubwami bwo mw'ijuru ariko Imana ishimwe ko abera baryo bahora bari maso ngo batakambire Umukiza ngo aze aritabare. Iki n'igihe aba satanistes, aba franc-maçons,... bariko bakora kugira bazimize intama ariko ishengero ntawuzorishobora rishinzwe ku rutare arirwo Kristo naho amarembo y'ikizimu yobomoka ntazorishobora.
Wamugabowe kufise amagambomeshi
Igisigaye ni ugusaba imbabazi abo barongoye kuko barabakomerekeje
Imana ishimwe KO basubije hamwe!
Barahemana gusa
Imbabazi kabisa nizonkomezi kandi nicocubahiro caburimuntu wese
Mwari unomusi wahaturiye wampayinka🤭🤭🤭😂
Ibinivyo biranganga abana bimana abavukanyi
Noneho arigiriye kwarukugira asige bigiyinzirimwe
None kumbe nagira nabantu bimana, none bimeze gutyo, nibazane iyo noti, kazima bavyiyemerera.
Hahaha ngaho
Idini riricisha muburyo bwimpwemu ntagutangaza carimwo kuba boryana kuko ni urudandazwa nubu bazongera baryane
Amen nivyo twipfuza imisi yose
Mana yanje
Abasuma ntibazokwigera baronk, amahoro
Vugamake uzubazwe make
Iyo yerusalemu ni kwa netanyau🤣🤣
Nibatange iryo kori
Wampayinka nibazane iryokori vyoba vyiza pee gusumba ahasigaye nibo bazukurii
Wampayinka aho ba banje kugabura amahera nubutunzi bahorabapfa bacabavug ko basubij hamwe
None Aho Ayo mahera uwoyavuga ukwangana naho bayagaburiye turetse urusaku?
Reka mbaze none namasengero barayatoza amakori ndasavye musigurire sintahuye kabisa
Pentecôte IFISE amashure ibitaro nibindi bikomakomey ikibabaje Niki" BURI KWEZI BARAKATA AMAFRANGA BABAHENDA KO BAYAJANYE MURI INSS NA OBR Ariko Ayo mahera NTA nicumi abakozi basanzeko umviriza nezaa! Umwe rero avuga"hemba Abo bakozi"turihe n'a Leta ivyo tutarishe
@@freddymuganga9731 nne ayo mafranga yose twoca tuvugako yariye nde.ico mbona jew carikuba ciza nuko abo bakozi barikwitwara ubwobo.Umwungere w'ibujumbura yatwawe nagashavu acavuga mvyinshi ariko Imana ishimwe ko basabanye imbabazi naho umwe yaciye ariko ndibaza abasigaye bazobitunganya ibitari bwahere
Jewe nibaza abazi akamaro kimbabazi ntawovuga vyinshi Kandi ntawatugize umucamanza wabo
Ariko Mana yanje,ninde yazanye iyi nkuru ngaha!Ewe wampay"inka urazi gutohozaa
Abo basuma nabo ntaco urabamenyako ??
Wampayinka igitoro ngontanyishu ihari bizohav bigenda gt?
Ntakintu nakimwe kidafise inyishu
Pentecote yotang ikori gute yubaka amashure, ibitaro igashikiriza reta ,reta agacizirabemb abobakozi , ahubwo pentecote yaratej imbere reta yarafashijje reta mundero no kumagar yabantu nibindinibindi bijany niterambere.ahongez amaso mbona Yuko ivyo pentecote yakoze reta ibifisemwo uruhara kndi ibishigikiye.Murantunga wampay Inka wee!
Oya nivyiza kuvuga uko ubibona ariko uwo murongozi nawe ivyo yavuze nawenu ntiyobesha
@@IshureRyabarundibose kubesha ntiyobesha kumbure twumvirij kirya kiganiro cose civyo yarikwarashikiriza nibaza Yuko twotahur impamvu yabivuz kurya ,mushobora kuba mwabisamiye hagati mutumvirije neza vyose. pentecote turaziko yatanguy gukorera muburundi muri 1935 none kuvicogihe cose gushik ubu yoboyagiy irakora atamasezerano yagiy iragirinanira nama reta yagiy arakurakuranwa muburundi kuburyo ikintu ca ma Kori boba batakivugana nayo ma reta?
@@user-tw5rv5ip6b wewendakumva kabisa.nta mwungere w ikiremba yorya amafaranga ntanico yayakojeje kiboneka
None hamwe muri ico hoba hariho exonération yo gukurako amakori ku mashengero naho ?
😂😂😂😭😭😭😭😭
D'après l'analyse nagize kumagorwa Abarundi turimwo,nasanze Abanyamadini bayafisemwo Uruhara runini😢‼️
Ni wivugire ,abagowe ntibakivuga !
Nikors naguunda mugabo ugomba kurenga akarembi amashengero muburundi aratozwa ikori ???
@@RiyazimanaElyse mwigisha ntumurenfanye bariko bagirizanya nibo babwiye jmushikiranganji ko kuva Pentecost yitwa Pentecost ko itigize itanfa amakori ku bakozi yakoresha canke des projets bakora ngo kandi n’amahera yo kuziganiriza abakozi bagiye muzabukuru ngo bagiye kuyasaba ngo nasanze ata nigikoroti kuri yo: Rero abubu nta Holy Bible basoma uko umuzezwashengero yitwara aho woca usoma Timoteyo wa mbere igice ca gatatu cose uca umenya abo barongozi abo aribo,wongere usombe Matayo 23:1-20. Uca utahura abomozi buyu musi .
Shalom shalom bakundwa