Urugendo 1145🇧🇮Umukuru w'igihugu avuga ibihushane?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024

КОМЕНТАРІ • 40

  • @delphinshamaje2707
    @delphinshamaje2707 Місяць тому +3

    Imana imubabarire ngira ararwaye

  • @user-mc7lh6js3o
    @user-mc7lh6js3o Місяць тому +1

    Uwo mutama mungu amuhulumie😢😢😢

  • @dondivinntiruhava
    @dondivinntiruhava Місяць тому

    Yayayayayaya!

  • @user-ug1xz2gf6t
    @user-ug1xz2gf6t Місяць тому +2

    Jewe ndibaza ntakekeranyako umugizi wanabi wambere arindongozi yacu kuko akoresha imvugo yugukingira nukweza abagizi banabi akongera akirengagiza ukuri imbere yabagowe n'amakungu.
    Ivyo bigatera ingorane ababa mumahanga bagiye nagwo.
    Ivyokuja gufasha ibindi bihugu ntivyaribibi ariko kwiyambura naduke warufise kandi natwonyene watwatse ideni abanyagihugu vyovyo nagahomerabunwa. Maze ntashikuje nibazako ariningwara idasanzwe ( ahondavuga ibigori abanyagihugu bitwa kobagutiwe na ANAGESA ariko bakaba batarahabwa amahera yabo kandi bakibishora batabwiweko arukugopesha Leta)

  • @ButoyiThierry-j8e
    @ButoyiThierry-j8e Місяць тому

    Bibazo vyu Burundi nuko vyifashe peee birababaje 😢😢😢

  • @fulgenceirakoze865
    @fulgenceirakoze865 Місяць тому +2

    Tugifise abategetsi nkabo gutera imbere sejo canke ejobundi kuko uwuza gukira indwara arayirata

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063 Місяць тому +2

    Araswahira wampeyinka

  • @ReverienNsengiyumva-uv6ie
    @ReverienNsengiyumva-uv6ie Місяць тому

    Umukuru w, Igihugu cacu kl Imana babarire cane guko ibintu avuga nsinibazako abayavyiyumviriyeko kl naho avuga ngo ni se Barundi wapii kwr ,arko kndi ndibaza ababantu Bari muri Zambie ariko arahenda yibazako batabikwirikiranira hafi kl ,oya kl ibibintu vyo vyogufata ivyirabura akavyeza sivyiza kl

  • @nellylouise4507
    @nellylouise4507 Місяць тому

    Yes. Ivyiyumviro utanga nivyo. Kandi birafasha..Ariko ico.cuko ngo abarundi bavuga ikirundi gusa sico. Nawe uhaye wivuguruza muvyo wama ushikiriza. Dukeneye natwe kumenya indimi nkurunkuru zituma abarundibisumamwo hanze

  • @epithaceniyonizigiye4482
    @epithaceniyonizigiye4482 Місяць тому

    Kandi wew urasinda mugabo baravyunvise

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 Місяць тому

    Ivyo vya mabus mbona na tanzania hario igitero itreni nibiduka vyinshi vyareta vyunguruza abiyunguruza ariko mbona banigana mukurira hageze igihe cokugodoka.

  • @gervaisntirenganya470
    @gervaisntirenganya470 Місяць тому

    Erega abantubatunze amaheramuburundi sabanyabujumbura

  • @dieudonnendayishimiye9631
    @dieudonnendayishimiye9631 Місяць тому +1

    Ngozi ngo abavyeyi nta maberebere bafise ivyo ni ivyabonye muri kino gihe c'indwi yahariwe kwonsa. Hama za nyakatsi araza aharaho ndamwereke nabo abubakire kuko nya hayo ziragwiriye

  • @moisendayisaba-of9it
    @moisendayisaba-of9it Місяць тому

    Nawe uramubesheye yacuz ngontagishaka kugenda namagur

  • @user-vf6qf1tb8w
    @user-vf6qf1tb8w Місяць тому

    Ubwanwa bwarafutse umunwa wampayinka😂😂😂

  • @nellylouise4507
    @nellylouise4507 Місяць тому +1

    Kuba Ubu mu mashure ata benshi woronka bashobora kuvuga igifaransa ntuvyite ubuhirwe. C,est la mort d,un pays et d,un peuple kuko notre Kirundi turazi Aho igarukira

    • @IshureRyabarundibose
      @IshureRyabarundibose  Місяць тому

      NO WANTEGEREYE NABI IGIFARANSA ARAKIZI N'IKIRUNDI ARAKIZI ARIKO KAMEME DUKENEYEKO IBINTU BIHINDUKA .UMUNYAGIHUGU WESE AKUMVA IVYO PRESIDA AVUZE CANK HAKABAHO ABASIGURA

  • @RichardBanda-go9xb
    @RichardBanda-go9xb Місяць тому

    Zambia 1$=24kwacha
    Bdi 1$=6000F

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 Місяць тому +1

    Wampayinka jew icocongereza kiramvuna umutima uraziko abarundibose badutukako ataconereza tuzi kuberakon president atanico azi? Accent yiwe iratey isoni pe uburundi ntashusho nzinza tuzogira mugih tuzoguma dufis aba president nkaba.

  • @PascalNdiwenumuryango
    @PascalNdiwenumuryango Місяць тому +1

    Uyu afise ingorane muri we ntanamaramara

  • @nellylouise4507
    @nellylouise4507 Місяць тому +1

    Kuri Bagaza deja igifaransa caravurwa mu Burundi mbere no gusumba uko biri Ubu. Président yarakora conférence de presse,agakora za discours en français Kandi Ari mu Burundi. None abarundi b,ico gihe nibo bumva indimi kurusha Ubu? Ntudufate nk,abantu batokwumva canke ngo bige izindi ndimi

    • @IshureRyabarundibose
      @IshureRyabarundibose  Місяць тому

      Bon sinavuze Bose mugenzi wew ushobora kuba warazize ariko abo ndiko mvuga ndabazi,Kandi nibo benshi vyukuri.Abo ndiko ndavuga ntugirengo bari kure yanje.Akarorero nagatanze ka F Hollande Aho ntivyari biryoshe?

  • @gerardnzosaba2063
    @gerardnzosaba2063 Місяць тому

    Umufuko si ciment igurwa 65000

  • @SamuelNkurunziza-ql4xv
    @SamuelNkurunziza-ql4xv Місяць тому

    None ni kuki mutahura nkabantu batagira ubwenge yigeze avuga ko igiroro kihari yavuze ko numukecuru wo murutoke abashaka kwipakiza none weho sivyo uriko urerekana kowo mukecuru waho buja yashaka kwipakiza kandi ikindi naco sinzi ikibazo mufise gusa mwaho muri kukazi abambabaje nababakurikirrana ntibashiremwo nubwenge nuvyo uvuga ikindi naco kuki mwumva ko yoja kuvuga ibintu bitagenda neza mukindi gihugu nkahumenga ntavyiza bihari ikindi naco mbe iyo uri se rugo ningombwa ko mumuryango hari ikibazo uguma ukibibutsa canke wereka abana bawe ivyo baba barasamariyemwo kugira ube urarondera umuti abavuga ngo imfashanyo uko sugushaka imfashanyo ahubwo nugusega kuki impashanyo ntishirwamwo inguvu iyaba abashobora kudufasha bari abishaka baba barabikoze harivyo murabona rero dukomere twibeko tureke gutyoza igihugu cacu atakindi dufise nico kimwe no kwiyonkisha nyoko wawe ngo nuko yakuvyaye akenye aho womufashije kuva mwubwo bukene akaba ariwe umwararaza murakoze

  • @TrustourGod-b4x
    @TrustourGod-b4x Місяць тому +1

    Mb wampayinka muburundi hariyo democratie?

  • @VincentUwimana-dl2nm
    @VincentUwimana-dl2nm Місяць тому

    Nuburyarya gusa kweliii !!!

  • @AlexIzompa-wk4ex
    @AlexIzompa-wk4ex Місяць тому

    Hhhhhh😅😅😅

  • @EricIrakoze-s7b
    @EricIrakoze-s7b Місяць тому

    None mwebwe bimeze gute?abatamakazi n'abatama baburiza imbere yabandi uzoze kuraba kuzija mubumanuko bw'igisagara
    Bemutembera murabe

  • @nellylouise4507
    @nellylouise4507 Місяць тому

    Mu gihe Woba utabizi menya ko Président Hichilema nawe avuga ururimi bita Chitonga. Ariko akoresha icongereza. Kuberiki chitonga ayayikoresha muri ONU ? None Kirundi turimwo muri ONU ?

  • @user-be9yz8jh2d
    @user-be9yz8jh2d Місяць тому

    Ivyo napfume avyihorera Niba ataco yobikorako ! Igihe kimwe abandi bazobikora nabo bamaramare ! Kuko ntivyumvikana ingene Umuntu yabonye abarundi bangajwe ,akibuka amagorwa yo mubuhungiro ingene yoguma avuga ati : vyose birera Kandi hakiriho abaturatura n,abapfungirw,ubusa !

  • @DaevYankunda
    @DaevYankunda Місяць тому

    oya gusa kuruwomutama abantu baracabukimbibe kubwishi amafaranga barayaronka ingorane nuko igitoro cabuze

  • @user-hy6nr2ml1j
    @user-hy6nr2ml1j Місяць тому

    Urikudebagura ,wewe nturi muri Zambia vuga ivyo iyuri. Kandi ikibazo kirimuburundi sicotorerwa umuti k umusi umwe. Ni bukebuke bizogenda neza

  • @burundinewsupdates
    @burundinewsupdates Місяць тому

    Nagapiyano

  • @moisendayisaba-of9it
    @moisendayisaba-of9it Місяць тому

    Nawe uramubesheye yacuz ngontagishaka kugenda namagur

  • @moisendayisaba-of9it
    @moisendayisaba-of9it Місяць тому

    Nawe uramubesheye yacuz ngontagishaka kugenda namagur

    • @user-hy6nr2ml1j
      @user-hy6nr2ml1j Місяць тому

      Yamubesheye , yavuze ntagishaka kugenda n amaguru. Ntiyavuze kobatagenda n amaguru