Uyo Pastor ni un homme vrai et réaliste. Il parle du monde vrai et nous aide mu kwitahura comme les êtres humains de ce monde réel. Ce Pasteur qui prédit la fin de la mort, est un malade mental, il ne faut même pas écouter ou discuter de ce malade et escroc.
Vrt respect kutuzanira uyo muvyeyi ni imvugakuri
Abakunda mbayahaga ntimwompa likes
Mamwanka bite tunaturuka na hamwe
anapenda kupewa
Pasteur mbayahaga,naj ndamwizera kuko ntabubeshi ashira mumvugo nkabandi❤
Mbayhaga gumakukuri watanguranye imana izogume ikwemera
Uvuz ukurii pee urakoze Imana iguh umugisha ❤❤
Turashimiye umukozi w Imana. Hama umu journaliste arakwiye gutegura neza ibibazo abaza akaja aravuga amajambo make. Niho ikiganiro coryoha gusumvya.
Imana ishimwe ko tugifise abakozi b'Imana bavuga ukuri.
Kbx NICKO TV PLUS ❤❤❤❤❤
***APÔTRE MBAYAHAGA ISIDORE, QUE DIEU VOUS BÉNISSE TRÈS RICHEMENT MERÇI!
Wubahwe pastor ❤❤❤🎉🎉🎉
Turab ❤🎉🎉🎉🎉
We love u nickotv+
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦💯🔥🔥🔥ukuri guca mumuriro ariko ntingusha🙏🙏🙏urakoze mukozi wimana
Komera Sha mukozi w'Imana WW ndakwemera cane iman irushirizeho kukuzigama
Mbayahaga Ndagukunda walahi
Mukomeze kudukurikirana kuri Nicko Tv plus
Mbayahaga ndamukunda cane naje
Mumpe izo likes please
Irambire mukoz wiman uhorah nyenamahor akuzigam numuryang waw wos❤❤
Mutama Mbayahaga zemuradufasha kugaragaza abobapfubuzi babatekamitwe bihisha mwijambo ry'Imana. Kuko isi ahigeze ikeneye ukuri gusa .
Imana ibarind cyan
***APÔTRE MBAYAHAGA ISIDORE COURAGE!
Hamwe nopfa le20 noba mpomvye ibiganiro bikurikira🤣🤣🤣🤣😀
✌️ kuri nicko tv plus
Nugusenga kwel kuko ibirura vyiyambitse insato z'intama kwel😮😮😮
Ego natwe ngaha turakunda Imana kandi twemera ko umuntu akora agahezagirwa. Ikiganiro ciza!
Uyu Mugabo Aravuga neza Karl
Sha binyegeza mukarimi,ubundi bwo benshi ni nka bamwe
Ico nobabwira bantu mwese mu burundi kubona abakozi bimana bukuri biragoye , nubu ndabona mucihenda cane mbere gose.
Uyu mutama Mbayahaga nimvuga kuri Imana imwongere kuramba
Aha Mbayahaga yahagaze neza cane.
Ubuvugishwa bw'ukuri butavangiy ni ijambo ry'Imana kabisa
Ndagukunda cane mukozi w'Imana
***VRAIMENT, "URUKUNDO" G'UKURI RUFITE IMANA YONYENE!
Uko n,ukuri kuzuye kwisengera bifise ikimazi kurusha gusengerwa
Mu buhinga bwo kwigisha neza hariho ico bita mu kizungu concrétisation , contextualisation na prolongement et transfert ni ukuvuga kwigishiriza kubiboneka aho tubisanga nico bidufasha mu buzima bw'umukristo...Ivyo rero Apôtre Mbayahaga arabishoboye kandi arabikora
Murakoze
Ubuhanuzi ko atawuzopfa ndibaza ko harigihe uwuhawe msg akwiye kubanza kuyigako neza imbere yuko atanga msg yahawe n'Imana nkanje mba nairobi abarundi kunokwezi harabitavye Imana . Prophet modest msg yatanze kwatawuzopfa muburundi nahandi abarundi bamaze gupfa nibenshi mukwezi nyene yavuze
🎉🎉🎉🎉
Jewe nkeneye Bible mu kirundi. Digital
🇧🇮💪💪💪
Ndagufana musaza
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
𝐈𝐛𝐢𝐬𝐢𝐠𝐚𝐲𝐞 𝐧𝐮𝐠𝐮𝐤𝐮𝐧𝐝𝐚 𝐈𝐦𝐚𝐧𝐚
IMANA ntibesh vrt
𝐈𝐦𝐚𝐧𝐚 𝐧𝐢𝐧𝐳𝐢𝐳𝐚 𝐧𝐮𝐛𝐰𝐨 𝐛𝐞𝐧𝐬𝐡𝐢 𝐭𝐮𝐭𝐢𝐛𝐮𝐤𝐚 𝐢𝐲𝐨 𝐲𝐚𝐝𝐮𝐤𝐮𝐲𝐞
***NIVYO, IGITANGAZA CAMBERE IMANA IKORA KU IKIREMWA MUNTU NUGUKIZWA, UKAVA MUVYAHA "HUNGA ICAHA" ANYUMA WAKIRE YESU KRISTO COMME VOTRE SAUVEUR URAKIRA KABISA!
Mutama ikibi nukoyovuga ibitarivyo Bible umusuma usambanyi iramuvuga,mbe Yesu murusengero ko yakubise,agasanzaza ivyobari banze ,abafarisayo akabita indyadya
Wowe uri muri bake nakwemerako bansengera
IMANIbahezagire
So uyo mutama ndmwemera ntacombuza kumviriza ino emission vrt
None kuvu ngo dukore aho uworaba ivyufise vyose akaraba nayuhembwa nivyukora ayobiguha,nta différence yobaho ? ivyobindi wabikuyehe?
❤❤❤❤🎉🎉🎉😂😂
Hamwe hoboneka abandi bakozi b'IMANA 2 mukab 3 har ibirura vyokwisubirako
❤😂
♥ ♥♥ ♥ ♥
Ndakunda ibikorwa vyanyu
***TUTIBAGIYE NICKO TV PLUS IMIGISHA MYINSHI MURAKOZE!
🎉🎉
***AHO APÔTRE MBAYAHAGA ISIDORE KUVYEREKEYE "UKURI" YISHUYE NEZA KABISA!
Muguma mutuzanira bishash.
Reka numvirize ini emission ndazi ndahakura vyinshi
❤❤❤❤
***APÔTRE MBAYAHAGA ISIDORE SONGA MBELE KABISA!
Ukur kwuzuye
Ubundi bwo iy emission iraryoshe
Je mbaze izo like musaba muzijana he??! Hm mbayahaga uwushaka kumuberumukwe nkanje ansange in box tugirinama
♥ ♥
Ninde yomfasha izina ryuyo mu journalist emwe yivuga gake 🙄🙄
Ariko yivuze muntango
Ni mukunde iryo avuga, dadi mumureke ni umutumwa gusa, nawe nyene ni ntamagara
𝐉𝐞𝐰𝐞 𝐮𝐲𝐮𝐦𝐮𝐭𝐚𝐦𝐚 𝐧𝐝𝐚𝐦𝐰𝐞𝐦𝐞𝐫𝐚 𝐧𝐮𝐤𝐮𝐫𝐢 𝐚𝐯𝐮𝐠𝐚 𝐮𝐤𝐮𝐫𝐢 𝐩𝐞.
Gusa ndamukunda yigisha phisyquement ntiyigisha cakira indege
Ngo ntimuzopfa🤣🤣🤣le 20
Turabubaha hubwo dukomeza kubakurikirana
Ikiganiro ciz cane
Sinukumukurako icubahiro nukumutera amabuyii
❤😂😂😂😂❤
Ntibishoboka ko ata umwe apfa.
Uyo Pastor ni un homme vrai et réaliste. Il parle du monde vrai et nous aide mu kwitahura comme les êtres humains de ce monde réel.
Ce Pasteur qui prédit la fin de la mort, est un malade mental, il ne faut même pas écouter ou discuter de ce malade et escroc.
Abo bantu bazokwitwa abarozi bahabwe umugabane umwe n'abarozi kuko Mpwemu Yera ntamaramazanya bironderera inyungu zabo ariko iherezo riri hafi
Mbe none ivyo bivuziki niba abantu le20 batazopfa mugabo le 21 bagapfa!ivyo bivuziki?? ahubwo iyaba havuzwe ko ata muntu azosubira gupfa nivyo vyaba ari igitangaza!nayubundi nuko tutahora du tira attention wosanga hatabuze imisi yoba yarabayeho umusukijana atawupfuye!
2 Petero 2-3
Madeste yarabyemejye ko ntamuru azopfa kwel ni ejo kucyumweru
@@BarumInnosent-sn8fv uti yavuze rwiki?reka bashe gufyina .none ko dutanguyikigandaro cuwacu yitahiye.
Uyo mu prophète ntiyorosh
Hahhaha ntiwobwira aba mécaniciens ubutumwa utavugamwo ivyama spane?
Yabivuze yabiboney mur mirroir
𝐌𝐛𝐚𝐲𝐚𝐡𝐚𝐠𝐚 𝐧𝐝𝐚𝐤𝐰𝐞𝐦𝐞𝐫𝐚
𝐌𝐛𝐚𝐲𝐚𝐡𝐚𝐠𝐚 𝐧𝐝𝐚𝐤𝐰𝐞𝐦𝐞𝐫𝐚 𝐜𝐚𝐧𝐞
𝐃𝐮𝐤𝐮𝐧𝐝𝐚 𝐧𝐢𝐛𝐢𝐤𝐨𝐫𝐰𝐚 𝐯𝐲𝐚 𝐧𝐢𝐜𝐤𝐨 𝐣𝐮𝐧𝐢𝐨𝐫
𝐇𝐞𝐳𝐚𝐠𝐢𝐠𝐰𝐚 𝐜𝐚𝐧𝐞 𝐧𝐢𝐜𝐤𝐨 𝐭𝐯 𝐩𝐥𝐮𝐬
Kbx NICKO TV PLUS ❤❤❤❤❤
Irambire mukoz wiman uhorah nyenamahor akuzigam numuryang waw wos❤❤
𝐈𝐦𝐚𝐧𝐚 𝐧𝐢𝐧𝐳𝐢𝐳𝐚 𝐧𝐮𝐛𝐰𝐨 𝐛𝐞𝐧𝐬𝐡𝐢 𝐭𝐮𝐭𝐢𝐛𝐮𝐤𝐚 𝐢𝐲𝐨 𝐲𝐚𝐝𝐮𝐤𝐮𝐲𝐞
❤❤❤❤
Irambire mukoz wiman uhorah nyenamahor akuzigam numuryang waw wos❤❤