Hello ladies, Ndakunda ibiganiro vyanyu. Pls ntahantu nahamwe haba i Bdi, Afrique ou ailleurs umwana akubitwa, ahubwo c’est les adultes dufise ikibazo, nos problemes tuzisuka kubana. Darlene, bravo ndakunda tes interventions et la façon dont uzishikiriza avec franchise. I like it
Intéressant. Biraryonheye kumva iyo sujet yanyu...je confirme ivyo muvuga vrmt, biratanga des résultats positifs kubana. Jewe je suis ravie du développement de mes enfants kuko narabahaye épanouissement assez suffisant, que des fois l'entourage usanga ibimpora. But j'ai perseveré...abana banje baracari bato ariko batera imbere ningoga knd neza, je leur épargne les stress et les trauma; ndabigisha utuntu twose n'udu petit détails, les bonnes manières, amajambo avugwa n'ayatavugwa, ukuntu bitanaho bagakundana, bref ... Nivyiza caane vrmt je l''atteste.
Muzogire n'ikiganiro ca : "les enfants et les écrans (TV, phones, tablettes)" et "les enfants et les réseaux sociaux". Bikunze muzane un spécialiste canke mugire des recherches muzisangize abantu kuko nibintu bitera ingorane nyinshi iyo bibayemwo kutamenya.
Very interesting show. I did have an idea the day before yesterday ntararaba iki kiganiro ko mwokora kids show ariko mukagira lancement yaco aho nyene muri fun n facts mukabatumira abiwanyu ni idee mwokwitondera mukabategura si bien sur babishaka (the babies) ico niciyumviro canje mlakoze
Umwana nibazako batamuhanira ikintu atazi ko ari kosa. Uba umurenganije. Imbere yo kumuhana ni kubaza kumwigisha. Womuhana mu gihe uzi ko abikoze abizi ko ari i kosa.
Murakoze gusa abarundi muri sawa cyane kbs my Rwanda nibishegu gusa p ariko ndashaka gusobonuza iyo muvuze "anye " bishak kuvuga iki ndabikunda iyo mubivuga p abarundi mumbwire
Nahora ndabakurikirana nkagira like too mais uno musi nukuri mukoze kumitima yabenshi cane kandi muranakebuye usanga twiyicira abana bacu tutabizi ❤️❤️❤️👌
@siren vibes Tv @hosy@dada@dacia@nikitaa Nukuriiii equipeeee yanyu uko muri 4 it’s all about the grâce of God pe umurimo wanyu Imana iwurimwooooo pe nkundaaa ukuntuuu mukorakooo tous les points pe buryaaa ibintu vyose bivana n sagesse Imana yahaye umuntu iyooo nayooo niyoooo mukorana ibiganiroooo vyoseeee vyubakaaaa en vrai muruzuzanyaaa mweseee Imana ibarindireee mu vyanyuuuu ndabakundaaaa pe🙌❤️❤️❤️❤️
Murakoze gusa abarundi muri sawa cyane kbs my Rwanda nibishegu gusa p ariko ndashaka gusobonuza iyo muvuze "anye " bishak kuvuga iki ndabikunda iyo mubivuga p abarundi mumbwire
Hello ladies, Ndakunda ibiganiro vyanyu. Pls ntahantu nahamwe haba i Bdi, Afrique ou ailleurs umwana akubitwa, ahubwo c’est les adultes dufise ikibazo, nos problemes tuzisuka kubana.
Darlene, bravo ndakunda tes interventions et la façon dont uzishikiriza avec franchise. I like it
👍👍👍👊👊👊❤❤❤✍ thx Debat yabien sana yumuryango umwana wawe utamumbwije ukuri azogenda kwironderera aho azokwumva ibintu atambwiwe nabavyeyi biwe ndabikundira beza banje kamat💋💋👌
Ndikundira agapindi kanyu vraiment 😄 Muvugisha ukuri kandi mufise imitima myiza. Muhezagirwe na Ndiho 🙌🏽
Ndabakunda cane Mubandanye muduha ibintu biryoshe
Intéressant. Biraryonheye kumva iyo sujet yanyu...je confirme ivyo muvuga vrmt, biratanga des résultats positifs kubana. Jewe je suis ravie du développement de mes enfants kuko narabahaye épanouissement assez suffisant, que des fois l'entourage usanga ibimpora. But j'ai perseveré...abana banje baracari bato ariko batera imbere ningoga knd neza, je leur épargne les stress et les trauma; ndabigisha utuntu twose n'udu petit détails, les bonnes manières, amajambo avugwa n'ayatavugwa, ukuntu bitanaho bagakundana, bref ... Nivyiza caane vrmt je l''atteste.
Iyo sujet mwafashe iri très interessant mugabo jewe nagira ngo mugire musigurire abantu ingene gukubita umwana ari bibi cane kuri psychologie yiwe,ariko mbonye mubishigikiye,umwana akubitwa moralement,psycholoqiquement,biragira Ama consequence mabi ,aha muri Occident beaucoup de parents africains barabatwaye abana,muri mwebwe hariho uwavuze ngo abarund bari hanze barashaka gukubita abana bagatinya,sivyo,abo ni ba bandi batarasobanukirwa ko gukubita umwana atari solution,ahubwo bizana ingaruka mbi,umuvyeyi aba muri Occident agira ico vciyumviro aba afise ikibazo,ntaba arasobanukirwa,ni bamwe bakubita abana binyegeje,bagaca babarega kw,ishule,bihera abana babatwaye bakaza kwicuza,ni kuki abadamu banka ko abagabo babakubita mugabo bagashaka gukubita umwana mutoyi adashobora kugusubiza,nta difference iriho entre la violence physique umugabo akoredha,mu gukubita umugore,na violence physique ukoresha ukubita umwana,n,abagabo barakubita abana,ibintu bikwiye guhanwa muri Afrika nkuko muri Occident babigira
Ego ikiganiro caryoheye mwavuze vyinshi twakuriyemwo kandi nkuko mwabivuze harivyo tutakundako abavyeyi batugirira nanj vrmt ncanirinda kubigirira abanje hama abana nivyo baragora hari igihe uvuga ukumva urarushe nasanze twibagira Imana mukurera ariko ubu indero yabo ndabishira mumasesho yanje yokumunsi kumunsi rero cari ikiganiro ciza mukomeze mutwugura ubwege ndabakunda kandi ndabisubiremwo ndakunda urukundo ruri hagati yanyu👏👌❤️
Oooo ikiganiro ciza ba sisters. Sha ukuntu twakuze nImana peeee. Ukuntu twakuze tuti exprima. Imana idufashe kubana bacu.hama abo hanze turabahana nyene gusa turababwira impanvu tubaganye
yooooo mpise Mbona umu bb wnj ndamukankamiye aca ambwira ngo mama Mambo"😔😔😔😔😔 The Best Mom ndabakunda cane ❤️❤️❤️❤️
Murabereweeee muri bezaaaa🤌🤌👌👌👌ikiganiro ciza caaaane nukuri inkoni ishikira igufa ntishikira ingeso...bavyeyi ganiriza abana banyu niyo ntango yo kubagira abagenzi kandi umwana iyo akugize umugenzi umenya ivyiwe vyinshi kuko kenshi ahanuza wewe...😘😘😘
👍👍👍👊👊👊❤❤❤✍ thx Debat ya bien sana abana bavukiye hanze yuburundi ntibakubitwa
Merci beaucoup muhinduyimitima ya benshi surtou nkanje yooo nabuzahonyikira, harumuntu avuze muri coment gwiyaba badukubita mba naratash kera kabisa, mugabo mugaruy amazi atararenginkombe c vrai vyari bikenewe muratwuguruy amaso, tuja kuri internet mubindi mugabo kwiga gukosora sicane kandi ndazi turibenshi, big thanks, much lov from uganda.
Muzogire n'ikiganiro ca : "les enfants et les écrans (TV, phones, tablettes)" et "les enfants et les réseaux sociaux". Bikunze muzane un spécialiste canke mugire des recherches muzisangize abantu kuko nibintu bitera ingorane nyinshi iyo bibayemwo kutamenya.
Wauu,Émission nziza can vyukuri j ntabana mfis ariko ndafis abo ndeze agiz ikosa ndamukubita duhjj tukaganira nkamubwira kwaramakosa ham bigahera tuyambirana ndamubwira ko ndamukunda hm akaryoherwa
Very interesting show.
I did have an idea the day before yesterday ntararaba iki kiganiro ko mwokora kids show ariko mukagira lancement yaco aho nyene muri fun n facts mukabatumira abiwanyu ni idee mwokwitondera mukabategura si bien sur babishaka (the babies) ico niciyumviro canje mlakoze
Iki kiganiro kiraryoheye cane, vraiment ivyo vyiyumviro kubana nivyiza cane ,mubisanzwe vraiment jewe umwana wanje sindamukubita ahubwo ntashe ndamubazako batamukubise kwishure😂😂,jewe narakubiswe mugabo umwana wanje sishaka ko ariko bimera,gusa iki kiganiro hageze aho ntwenga gushika
Ashaaaa kwumvirizaaaa...pe. nivyoooo
Dada wahejeje neza caane💯💯🥰
Ibintu vya micro imwe biratesa 😂😂😂😂mubibandanye et merci kukiganiro kiryoshe 🙏Imana idufashe
Ndabakunda cyane kandi courage ibiganiro byanyu birakenewe cyane love 💕 from USA Texas
Ndasavye part 2 musubize kuma comenter twokwunguka vyinshi gusumba, turabakunda
😅😅😅😅😅😅😅 oh my Gosh " Katamanikirwa vrt "
Imana ikomeze ugwo rukundo rwanyuu ndabakunda😘
Your outfits are fire 🔥🔥❤️
Dada arahanura vrma.nickita bravo
Ndakundaa igih mutanze intahee biba biri inspirant
Iminota 10 ya mbere😂😂😂
Warwan Dacy mum de retour 😘😘😘
Murakoze kumanturo zanyu
Yesu weee 🤣🤣🤣😆😆😂😂😂 imbavu zanj murazindiha nkiri muntango yikiganiro,sh mwaberewe Bantu 😍❤️
Nahora ndaba simvuge,ndavuze KO ndabakunda kubwiki kiganiro nk'umuvyeyi munkoze k'umu coeur😃😃😃 muhezagigwe muri ibi chéries
Bisousss Micheline♥️♥️♥️
hahahaaha ego cane ndakeneye izo bagues😅
Wabibonye, nanje ziri mukunyica zirya za argent rero yooo, ni top
Muratesa sanaa 😍😍
Ikiganiro ciza vrma kubavyeyi kuko twesivyo bitubako kalibu Dacia narindagukumbuye kandi kalibu mwese bigisha bacu nimuje kumuriri twumvirize ivyirwa vyuyumusi
yeah,baratubesha kandi vyaradufa sha cane,jew narabeshwe kenshi kandi nsinigeze nkubitwa
Franchement mukora neza cane ndipfuza kubona mubaye recrutées par la RTNB nukuri mwozana impinduka.
Kuriyi ncuro muranyish vrt 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ndabakunda muranduhura ubundi sinkunda kuraba ibintu nkibi muga mwebwe ntabaravye numva wapi
😂😂knd aga reagi mwagakomeje 🤩
Umwana nibazako batamuhanira ikintu atazi ko ari kosa. Uba umurenganije. Imbere yo kumuhana ni kubaza kumwigisha. Womuhana mu gihe uzi ko abikoze abizi ko ari i kosa.
ndabaye uwa gatatu mumpe like
Yambu cane😂😂😂😂
ua-cam.com/video/Owis082W1o8/v-deo.html
Twaziguhaye kueli
Murakoze gusa abarundi muri sawa cyane kbs my Rwanda nibishegu gusa p ariko ndashaka gusobonuza iyo muvuze "anye " bishak kuvuga iki ndabikunda iyo mubivuga p abarundi mumbwire
Nahora ndabakurikirana nkagira like too mais uno musi nukuri mukoze kumitima yabenshi cane kandi muranakebuye usanga twiyicira abana bacu tutabizi ❤️❤️❤️👌
Nikita wambara nez🔥🔥🔥
Nickita love you so much 💞
Reka mbatere inkuru nyayo yambayeko nigeze kubana numugabo nabi dufitanye aban 2 mukuru umukobwa muto umuhungu rero reka umugabo ante yigire hanze yigihugu reka nangarane abana reka nkubitike reka ngende gusa reka abana bangendane gusa aho mutari muri imana yarabahabereye bantu bimana uyo mwna wanj wumukobwa reka asabe amata ndagenda ndagura ifyufyu ishushe inusu mbagaburira ari 2 muto muha menshi mukuru muha make urumvako uwayasavye nimukuru m urumvako ndamuhenze muhay make hew ararira hakugira mubembereze nahitanye inkoni umwana arakubitwa mpaka 2 nariko fona umunt mubwirako shonje naburaye narifise fone yamatushe itel hama njabutse ibarabara wamukobwa wanje aratsitara ararwa knd arababara bavyeyi mpindukiye inyuma nahise mbwira umwan ngo nkomaaaa 😭😭😭😭 hakumubwira mpore umva nisanze umwana ndiko muherezako stresse zose sewabo ariko atera kuburyo nubu mbanumva nosubiza inyuma ivyo bihe nkabitwarako neza abana nanje vyarambabaje munyuma maze gutahurako bariko bazira ivyo batazi abavyeyi twirinde nukuri nanubu vyibutse birambabaza kuruta dabaukunda bane banje sinzongera guhemuka💚💚💚💚💚
Oooooh c touchant 🥺🥰
😭😭😭 mpore muvyeyi!n'ukuri abana bacu baragwa mumporero y'ivyo batazi, Imana idushoboze kubarera tutabatako ishavu ry'ibibazo vyacu
Mpore muvyeyi, ivyo niko bimeze iy ufise igikomere naw ukomeretsa abakuri hafi cane cane ufiseko ububasha. Urigirira ikigongwe usabe n'ikigongwe umwana wawe.
@@uwakristu4010 umwana wanje yarakiri muto yarafise 3 ans maskini nibazeko atavyibuka kk yonyanka pe gusa ubu karakuze gafise 9 ans knd karankunda nukuri nanje ndagakunda💚💚💚gusa nagahinda vyibutse abagabo bahemuka ntajuru bazobona pe😭😭😭
Ndabakunda cne
Reka reka abana bino ubabwiye ngurabakubita, acaguhamagarira 911, nukuri courage ibiganiro vyanyu biratwubaka.
😢😢kirandijije iki kiganiro e srtt car kiryosh naciy nibuk inkoni nakubitwa😂😂😂knd nize kubabarira ubu vuba nkuze abankubise nkiri muto ivyo bintu vyo gukubita umwan ham ntumubwir ikosa yakoze ni bibi ni vyiza ku muvyeyi avugan n umwan mube abagenzi kuko niho azoshobor nokugurukira e srtt ukwo gusengera abana munabigishe kwisengera ubwabo kuk birafasha
Câble bash yiradiyo hhahhaaa
Lov u mes chries
Dada😂😂😂😂
Nahora ndabakunda uyu munsi birandenze muvuze ibintu birankozeko ikiganiro giheze ndiko ndarira jew mfise stress nsanga nayitay kumwana ataco azira
Uno musi mwatangurany bouche😂😂😂hosy ww sinz😂😂😂
Kata mani kirwa umuntu ataco yibaba ..Naho womunyeg
Ezi kintu abayakibony
Ikiganiro kiraryoshe hosy uraberewe gose vraiment
Kwigisha umwana uri umuvyeyi ntivyoroshe ngira nuko kuntu uba umufiseko ububasha rero uca usanga utwawe nishavu ukaguma umukubita nawe ntasubira gutahura nakimw vyose bica binyika
Hosy mpa utwo uha abandi basha ino musi mbaye uwambere
Ikiganiro ciza cane😢
Mercii bcp pour l émission iryoshee
Ndabasavy munyishure je umwana wanj wa 2ans 10mois ndamukubise ntaco bimubwira ndamubwiye hora ntahora kiretse mvuze cira ndamukubite akabon guhora ikindi ashats ikintu utakimuhaye ntakindi ashobora gukora ubanza kumuha hama ari nkogufungura akabona kwasama nomufata gute?
Cira ndamukubite si vyiza kuko uba uriko umwigisha kwihora, vyiza ubwira uwamushavuje amusabe ikigongwe nawe ugaca umubwira akimugirire. Hama agusavye ikintu udafise canke udashaka kumuha uramwankira ukamubwira n'igituma utakimuha hama ukaguma ku ngingo yawe naho yogiriki ukameihoza ivyo ubigize nka 3 aratinda akabona ko uvuze uba uvuze akaza arubaha ingingo wafashe. Si non yishavuje cank akanka kurya ugaca ukimuha aca abona ko abigize uzokwama uca wisubirako azoca aza arabikoresha kugira ugire ivy ashaka
@siren vibes Tv @hosy@dada@dacia@nikitaa Nukuriiii equipeeee yanyu uko muri 4 it’s all about the grâce of God pe umurimo wanyu Imana iwurimwooooo pe nkundaaa ukuntuuu mukorakooo tous les points pe buryaaa ibintu vyose bivana n sagesse Imana yahaye umuntu iyooo nayooo niyoooo mukorana ibiganiroooo vyoseeee vyubakaaaa en vrai muruzuzanyaaa mweseee Imana ibarindireee mu vyanyuuuu ndabakundaaaa pe🙌❤️❤️❤️❤️
Ba Dame bezaa ndabakunda caaane.Muranyubaka kabisa.
💋💋💋
Ndabakund
Sha ibintu vyogutortura abana usanga ari hatari.je ndibuka ko papa wanje namutinya gushika aho yinjiye muri salo nanje naba ngiye mucumba.kubera ingene yigeze kunkankamira hama ntiyigera asubira kunyegera ngo ndamutinyuke.harageze naho ntashobora nokumwegera kuko nabona ya image yingene yankankamiye.
Ndashaka kubasaba ikintu, émission ukurikira muzoze murahindura place zokwicara apana ko dada yama yicaye hirya wenyene muzoze murakaba, harigihe umenga ntarimwo ukuntu 🤷♂️
Ego vrt kndi j l'impression ko bakund kumucira mwijambo cnk ntibamufat o sérieux "🤔e pourtant elle a d très bons idées courage dada
Dada😍,ga Mana ,she's Just an Amazing woman
Reka guteranya
Hello ikiganiro kiryoshe🥰🙏
Murakoze gusa abarundi muri sawa cyane kbs my Rwanda nibishegu gusa p ariko ndashaka gusobonuza iyo muvuze "anye " bishak kuvuga iki ndabikunda iyo mubivuga p abarundi mumbwire