Wew ni mu rapper wambere twemera bandanya uduhigira izo talented zari zinyegeje kandi bizokugeza kure bikudugirize nama vews undondere nzoguhe akandi ga petit kubasumvya caane
wah guann mi people keep supporting dis talent uy yitwa Level mtindo kur chaine yiw ya u tube ushak kuraba ibikorwa bindi vyiw ukagira na subscribe ukamushigkira nkuk nanj nabikoze mwoba mukoz cnegose🙏🙏🙏🙏🙏 NB :wanka kurongora inkende bwac ukayisangan amezi🤣🤣🤟
On the flow respect brw ufise idée nziza urigutez imber abantu tutari tuzi yuko bar mur hip hop y Burundi wifitiye umutima mwiza iman ikujembere Muri vyose ahubwo uzuguruze Hip Hop Tv 😂😂😂😂😂😂😂
Big up arashoboye uwabibonye nkaje anpe alike,
Big up
I am from rwanda but this guy his amazing keep it up
Arashoboye abonìbo uburndi bwacu bubabukeney Big up sana
Yes muta b face mwagiz nez kuz muduh impano nkiz knd abariko muvuga ko yakorey ahant hatamez neza ahubw yagiz nez kwerekana ukwar kk yishiz heza n insolite rr nukumutera ikunga tumushikan aho mwifuz kwashika knd bizakunda
eeee uyomupetit arashoboye
kweri
hari akajambo avuze kanteyintimba sana
NGO UMUZIKI WUZUYEMWO AMAHERA ARIKO TWEBWE BATO TUKABURA INZIRA!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
Amashiiii amashiii balove bahung harahiy
B face uraruenze bro uwo mujama nooooomaaaa iyo story yabana 3 ayiduhe vuba NDA valize🤝🤝🤝🤝🤝🤝🤝🇧🇮❤️Rap commando, Yuda,.... . Tez imbere hip hop
Level mtitondo pamoja sana nakumbali Makambian people 4life cool value
Wew ni mu rapper wambere twemera bandanya uduhigira izo talented zari zinyegeje kandi bizokugeza kure bikudugirize nama vews undondere nzoguhe akandi ga petit kubasumvya caane
Kabisaaa arashoboyeee
Love From IHURIRO TV
Nice
Nawakubaliiiiiiiii sanaaaaaaaaa👊👊👊👊👊👊👊
walah n fire turinyum yanyu
Komera komera mutama knd mutezimbere
rappe yuda nakupenda sana wewe umutima wifitiye ntanzigo irimwo ikorer akaz kawe courage mutam utafika mbari
wah guann mi people keep supporting dis talent uy yitwa Level mtindo kur chaine yiw ya u tube ushak kuraba ibikorwa bindi vyiw ukagira na subscribe ukamushigkira nkuk nanj nabikoze mwoba mukoz cnegose🙏🙏🙏🙏🙏 NB :wanka kurongora inkende bwac ukayisangan amezi🤣🤣🤟
On the flow respect brw ufise idée nziza urigutez imber abantu tutari tuzi yuko bar mur hip hop y Burundi wifitiye umutima mwiza iman ikujembere Muri vyose ahubwo uzuguruze Hip Hop Tv 😂😂😂😂😂😂😂
Yaaaah turikumw ndabakurikira5/5
Ararenze sana Turi inyuma yanyu tera muja imbere
Niyokwizera Chadrack umuturonderere🙏
Rap Yuda keep it up!!
Courage B Facek facek
Good boi
Kabisaaa rap ziruhura kabisa
Chado yaririmvye bwira Délégué
Big up msaza
Nice bro umwana w,iwacu level and b face
Bruuuh 🥵🥵🤝🏾 ahubwo si best rapper in kenya gusa 😅 ni east africa yose
Muta coup de chapeau kabisaaa
Unaweza yani
Fire fire b face on flow
Big up saana kbx
Nyanza lac mkowapi kwa levo mtindo
Arashoboye ndumva hari umusi kizovamwo induru
Arabizi cane. Aririmba amahoro hamwe n'impanuro
🔥🔥❤️ arashoboye vrt akwiy gufaswa
Gatokarakura big up bro nice song rapper Yuda ukoribikorinka respect
Anaweza kabisa,Ila hajajuwa kufoka kwenye biti,ahasigaye agirumwete,plz ndasha uzotumire Amezing clack
Nanje uzoze ndaguchane
Big up shiremw umutah kk impan turinazooo
Flowtime be so lit👌🏾👌🏾
Misi yose o'2 Flo is namba Mokho
Big UP Mtindo bila Shaka karamu uliitinda kiukweli maandishi mazuri Sana
Assante saana My Brother Aubinlux
Big up broda.one love
Man jama mkali saaana👏👏👏💥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮
B Face komera ushigikira impano kabisa uyo abaye uwa 2 nemeye cne ushoboye kwerekana kndi arashoboye saaaaaana.gusa iyo mirongo yose irimwo indirimbo nka 5 z impanuro nyinshi kandi zumvikana.komera !🙏🙏🙏🙏
none b fac ndakubaze abo bahungu barabuze sapoti canke vyagenze gute
Ni mwoto kbx arashoboy san ndamuhay big up san
nime kuku bari sanaa
Hip hop.com nimependa sana hio michano, ni yakizazi Sana love from #Amazon_boy #mbe_waruzi_ko......
Coming soon
Iciyumviro niciza cane, gusa ico nosaba nuko mwokora ikintu come bireau kugira uzohore ubatumira bakerekana iyongabiro bayerekanire ahantu hameze nezaa
Maaaaaaa urashoboye ndak komeza
Nice ❤
Courage my bg br 😍😎
Kbxx rap yudaa bdi keep
NdAgukunz, uvuga ukuri
Nakubali
Waoo i talent yigender level mtindo 😊
💫let's go
Arashoboye 💪💪
Wakali wa freestyle nimeikubali saaaana
Duuh vipaji weeeh
Walahiii RapBusiness still is Business itself Love from @Justinkinda
Level mtndo haaaaaaaaaaaaaa urarenze
Uyo mwegere aguh imistari bface
Keep it up wa nyumbani. You're talented
big up big up
This Is Hip Hop
I love this flow time kabisaaa!! Mbe waruziko....?
Ndahatswe gucererwa
up sana ma G @levelmtindo
😂 nkawamuhungu amaze imyaka 10 muri gme terefone aratira 😂😂😂💪💪💪💪
Komeza ubu bumwe mu ba Rappeurs. Keep up B Face
Fire fire level
Waaaaouh!Thanks a lot guys!Arashoboy kabisa.Uruwo gûtera inkunga kabisa.Raaaap yuda!
🇧🇮💯✔️
Level mtindo Rap Gospel brother. You’re an inspiration in those words of God 🙏🏾
B face ikorere akazi babone wibereye umuherwe bace batangura zamvugo ngo ni firmasson ureke babandi baguma bahopagura bicayiwabo wabanyina
Hhhh nice
M bro @Level mtindo umetisha sana
Makamba stand up
4 life Bro
Arashoboye cane
B face ndagufana kbx ukuntu ata nzigo ushira muri musique
You are an amazing artist!
Arauenze uyomunyamakamba
Best rapper
Level mtindo cool
Thx Ivo Ivo Music🔥🇧🇮❤️
Hip hop💯👊
Yagwan 🔥🔥🔥🔥🔥rap business in da place 🧡🧡murareunze
Love from BAMANOTI TV
Makamba oyeeeeee
Washa fire
Yaaaagaaaaa 🔥🔥🔥 uyumutipe ko ntari bwamwumve koko
💥💥💥💥 fire💪💪💪💪
Ararenz p
Level Mtindo arafise impano but he needs to practice more azogera kure😀😀😀. Love from Ndaha Tv.
💥💥💥💥💥💥💥
Très fort les gars 👑Nakubali Rap Waruzikoooo....!!!
Nice
Respect 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥
Hak jeezo urashoboye nuko mubwira intuva ariko intuva zama mwubahwe courage ugorukundo muzogwereke na bandi
Big up bro
muburundi turashoboy kbs
big up my brotherhood level
Thx Blood
Hii idea ni kubwa saaana bwana Boniface. Courage sana.👊 Level Mtindo afise inyandiko ikaze...amashi kuri wee.
Makamba represent