B FACE abwiye ibanga ry'urukundo MONNA WALDA//MONNA ntarampa aka bizou//Twe na B FACE turaberanye
Вставка
- Опубліковано 15 вер 2024
- B FACE abwiye ibanga ry'urukundo MONNA WALDA//MONNA ntarampa aka bizou//Twe na B FACE turaberanye
#bface #monnawalda #ndapfuha
Nukuri muraberanye kandi ndabakunda caneee murabe mubijemwo pee❤❤❤💋
Naw wabibony nibarab babikorerek pe
Nice interview kandi muraberanye b face na Mo'w
Nanje ndabona b.face na mona boberana,uwo muhungu ari sérieux, ariko urugo rushakwa n'lmana umwe wese,azohura nuwo baberanye shaa
hahhh
*B face imbere yumwana kirayaga gituje peee🤣🤣🤣*
🤣🤣🤣🤣🤣
Ebana coup de chapeau vyari amamesa (amavuta)abotuvyemeranya hands up!!
Nukur sinobira isiri ndabakunda san vyumve ntimuvyishureko ok mwahuye mukunzwe na Mutima wanj
Sinobigira isiri ndabakunda can imana ibijemwo
Uwabony double jay ko naw arih yiberey agende👐
I fan all of you Gael, Monna and B-face
B Face ararenze kabisa 👑😍😍
Plz b face et Monna muduhe colabo ya rappe,rappe murayishoboye
Minna reka tumuh Wiz........ Niwe yamaze gupfa nurukund 💔😥 vyoba vyiza babaye ume ndiyemej kuzoterera impano ikomey mariage yabo👏👏👏👏👏👏❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️..........💏👌👌👌👌👌👌(monna ❤️Wiz..)
@wiz designer agatahira @Mona ndemeye Kuriha wall d dote pe👌
kirya nibaza kwar igikogwa Wiz aratinya ntiyomwubahuka Mona kbsa
B-FACE MURABERANYE NA MONNA VRAIMENT
Mbe wa fabiyora yarazimyeee!!Ariko b-face tangura showbiz man ntibakumenyere sana!!!!
Kazi ya bien vraiment
Ndakunda Gael Cane ❣️❤️❤️❤️❤️❤️
Nimwikundanire. Mugabo mariage y'aba artistes gusa intera ubwoba. Ka Monna kopfuha cane urugo rugahava rusambuka. Ariko ico Imana yifatanirije ntawushobora kugitandukanya. Mubikoreeee
iyo instrumental yitw gte
Courage sanaaa kbxaaa
B face and mow kenzie gikorereko vyobera caan nanje vyondyohera kuko mumpimbara mwempi gaël komera komera uzoduh parti 2 yabo babiri
Oya nuwa @Wiz Designer sha tekan
Kabisa muraberanye
Wallah ndabakunda can Kandi mubanye vyoryohera can mazina kaneza
Part 2 biraryoshe🇴🇲🇴🇲💯
B face thx san bro urakora bien ariko abafaniz bawe barashaka korabo ya mona warada umuziki dushaka rapu
Eg murakwirany vrm nimunesh ahubw nimubivugan mwob kip ziz 👌👌👌😂😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲
Juste interview kwarinto 🙆♀️
😍😍😍😍😍😂😂😂😂😂😂💥💥💥💥
Aba babajama bararyosha interview iyo ari 2 vrt
Mo'w kanzie👊👊
B face👊👊👊
Mwaragerageje murakwiye respect
#Doublejay ruguma tubacungulia🤸🤸🤸🤣🤣🤣#Monna ndamukund kuber ata masoni afiseee🙈🙈🙈
Murabanjye kbs ndabemera byahatari azasuhurize
Komera DJ urazi kuturyohereza nibintu bishushe
Ooohhhh muraberany❤❤
Abaririmvyi Nkunda caaane
Nkokuba Be face ntaramubona imbona nkubone birambabaza.
Interview yari ya bien ikosa nakanya mwayihaye 25min? Iyo mukwiza na 45 basi😲
B Face na Monna, Turabakunda ntimwishavuza.
On th flow
B face tubeshe ndakuzi muyinga arico kikuzanye kabisa.big up
Ikiganiro gito cane😥kirimwo abantu nkunda💞💞💞💞👌
Wwwwa Bonaventure wew uranyuzuza momo nawe urandagiza✌
Kbs baranyica😍😍
Ni *Boniface
B-face indirimbo araruenze itatesa sana video ni nziza cane hamwe na ndapfuha ya mo'w kanzie itesa na video ni nziza
Kbs💪💪🔥
Mukundanye vyobavyiza
Yoooh murk gufyina ntimuvug ko mutari en couple vrt vyombabaza😪😪😪
Nukuri muraberanye ahubwo mubihereremwo🙈
Je nkahamwe mutoja en couple d' une façon sérieuse sinzobibarekurira muraberanye birenze. En plus murafise n' ukuntu musa . On dirait brother and sister. Hene abo bantu rero babwirizwa kubana kweri . Muturyohere rero.
Ndabaknda cne ❤️❤️
Musaza ndabakunda Ikigali turabemera kweri
R.I.P DMX
I wish one day ingoma ya Yuda na Darasa tz ndibaza bazobica bigacika
B face kiratuj kirikumw numwana sh
Hahiye kbx 🔥🔥🔥🔥
Nice
❤❤❤❤❤mubijemwo none
Uyu Mukubito wallah jewe uramvutuyee
Kweri kweri
Iy interview ndayikunze
A like so much this people go aheand please
Ndasavye numéro ya be fece,mwoba mukoze.ndashaka kuyaga nawe.
uwuvuga ko Mona ataz kuririmba naje kwimosha jogoo
Kbs
Yoo ntimukundany na b face oy nimubijemw kl
👑👑
Ikiganiro ko gihava kiryoha
🔥🔥🔥🔥
Gael wongey kunryoher vrmt
ndabakund can
Indirimbo yariryoshe mwarayikoze neza muraryohera mbese muratw
hhhhhhh mutama wacu b face ararenzeeeeeeeee
B face korumuti musaza 🤣🤣🤣
Nukuri ntabanga ririmwo ndakunda abobantu kabisa ukuntu B - face yitonda ndabikunda kuko avugari pose.mona nawe ndagakunda caane kuko gakunda kwisekera caane
B-Face na Mona Walda muraberanye kabisa
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Muraberany Kandi ndabakunda can
🇧🇮🙏
Muraberanya ndafana bifesi
Muraberanye pe
Boniface is number 1
Vuba nzokuraba ndagukunda sana
Uwo mu Dada namukunze 🙄🙄
#dmx #ruffriders
Nikuri.momo.muraberany.birenze.kandi.musigaye...
Muraberany pee
Ikikiganiro kirarenze peeee
Nu🔥🔥🔥
Mona Uzi kurapa neza kwer
Eke ai.Mafia murarenze
Umumenyesha makuru nemera
Nivyo muraberany murabihereramwo ntacovuotwar
🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️😄😄😄
👌👌👌👌👌👌👌👌👌
👌👌👌👌👌👌👌😘😘😘😘😘😘😘
😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘
👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌😀😀😀
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤👫😘
😘👫
😂😂😂😂😂🇧🇮