Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Merciii Cher Aloys
Imana ihezagira nkurunziza
Uyumugabo arazi kuvuga kahise neza kandi muburyo buryohereye kwumva
Vraiment ndiko ndinovora Rino jambo
Uzoduhe nizindi nkuru nyinshi peee
mumpe number zuwo mushakashatsi
Iyo niyo histoire bake our kwigisha mimashuri
Uwomu Nyakwubahwa nashirwe hejuru atware umurwi wotwandikira kahise nyako atarako twigishijwe n'ababirigi. Icontahuye nuko tworeka kuzera inze.
Ikiganiro ciza kabisa.
Aka niko kahise keza dukwiye kwigishwa no kwigisha abandi
AKANYABURUNGA,IKIGO NDANGAKARANGA=UBWENGE NYABWO,AGAHOGO K'IWACU,UMWAMI W'ISHAMBAAKANYARUSIZI.UBURUNDI NI KIMWE MU BIHUGU VYA AFURIKA YACU GIFISE KAHISE KEZA CANE.
Ariko bicikiye hagati?
Merciii Cher Aloys
Imana ihezagira nkurunziza
Uyumugabo arazi kuvuga kahise neza kandi muburyo buryohereye kwumva
Vraiment ndiko ndinovora Rino jambo
Uzoduhe nizindi nkuru nyinshi peee
mumpe number zuwo mushakashatsi
Iyo niyo histoire bake our kwigisha mimashuri
Uwomu Nyakwubahwa nashirwe hejuru atware umurwi wotwandikira kahise nyako atarako twigishijwe n'ababirigi. Icontahuye nuko tworeka kuzera inze.
Ikiganiro ciza kabisa.
Aka niko kahise keza dukwiye kwigishwa no kwigisha abandi
AKANYABURUNGA,
IKIGO NDANGAKARANGA=UBWENGE NYABWO,
AGAHOGO K'IWACU,
UMWAMI W'ISHAMBA
AKANYARUSIZI.
UBURUNDI NI KIMWE MU BIHUGU VYA AFURIKA YACU GIFISE KAHISE KEZA CANE.
Ariko bicikiye hagati?