Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Merci pour la leçon
Murakoze pour cette leçon d'histoire
Merci pour l'explication
Knowledge is power thank you my brother
Urimo urabeshya urwaruka bavuga Rwanda-urundi, kosora!!
Ivyo bibanza vyari bikwiye Gusubirwamwo kugira. Nabazopfuka bazoze barabibona. Please reta yokora uko ishoboye kose biga subirwamwoneza
Cane nibahubake neza kuko naba tourist boza kuharaba.
A smart guy!
Burundi 🇧🇮 urundi barundi
✊🏾🇧🇮
Nyarutsa ibikurikira. Kumbe mumashure batwigisha ivyo bita histoire idakenew
Nyabuna ikikiganiro nicogikenewe
Kumbe nivyusoma !
N urundi Rwanda?
Iyotwikukira mumorongo umuni ubu igihugukibakiteye imbere none abaporona nabo ngodushaka kwikukira ubunyene🙄🙄🙄🙄
kwishure kuki batigera batwigisha kahise kigihugu cacu birateye isoni
Biravana naho wize🤷♀️Abandi twaravyize nico gituma ubona uwuriko aratanga ikiganiro ari umurundi yize kahise🤔
Aho kuruhimbi rw'Umwami muzohubake neza.
Nimutubwire akazina kuyu mutama ndumva nincabwenge yakarorero
B irabaho nyakwubahwa!!!! Ushima ushima tuzisanga mumajambo nka KwiBaBura, KuBomora. Ntushobora kubivuga nk'ibarabara, kubomora ntikivugika
Nukuhavugurura tuzaze tuhibukira vyishi reta nirebe uko yabigenza ahohantu naho habomotse
Nopfuye ntabimenye urakozecane
Non si Urundi_ Rwanda ni Rwanda _Urundi
Umudagi wambere ashitse I Rwanda, yatunze urutoke hasi, abaza abantu b'irwanda bâti aha duhagaze bahita gute? Barishura bâti Uru n'urwanda (isi). Yandika mu gitabo Rwanda. Bageze mu Burundi abaza babantu nyene asubiye gutunga urutoke, bâti Uru ni Urundi Rwanda. Acha Yandika Rwanda Urundi😊😊
umuntu aheza amashure atakahise kiwe azi tukaza twiga histoire z ibihugu vya hanze oya pee duhinduke urakoze cane mutama
Monima Di soda
Uravye imyaka ufise warabibonye!ntubedhe abarundi
Uwumva ko abeshe aze kumukosora
None uwo avuga ko abeshe ntiyotekana?agize ikibazo nyabaki?tekana muvukanyi.gira amahoro
Aloys nakomere
Yiz histoire
Nukumenya akahise kacu
Merci pour la leçon
Murakoze pour cette leçon d'histoire
Merci pour l'explication
Knowledge is power thank you my brother
Urimo urabeshya urwaruka bavuga Rwanda-urundi, kosora!!
Ivyo bibanza vyari bikwiye Gusubirwamwo kugira. Nabazopfuka bazoze barabibona. Please reta yokora uko ishoboye kose biga subirwamwoneza
Cane nibahubake neza kuko naba tourist boza kuharaba.
A smart guy!
Burundi 🇧🇮 urundi barundi
✊🏾🇧🇮
Nyarutsa ibikurikira. Kumbe mumashure batwigisha ivyo bita histoire idakenew
Nyabuna ikikiganiro nicogikenewe
Kumbe nivyusoma !
N urundi Rwanda?
Iyotwikukira mumorongo umuni ubu igihugukibakiteye imbere none abaporona nabo ngodushaka kwikukira ubunyene🙄🙄🙄🙄
kwishure kuki batigera batwigisha kahise kigihugu cacu birateye isoni
Biravana naho wize🤷♀️
Abandi twaravyize nico gituma ubona uwuriko aratanga ikiganiro ari umurundi yize kahise🤔