PI COIN: MENYA UKURI 💯 KURI GCV 314159$

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 18 вер 2024
  • #Pi network #pi GCV#

КОМЕНТАРІ • 82

  • @claudeofficial2575
    @claudeofficial2575 8 місяців тому

    💯

  • @aimeclaude6944
    @aimeclaude6944 9 місяців тому +1

    Urakoze kutunjinjibura. Jewe n'ubu ngendera kw'ijambo Nicholas yavuze uhereye mu ntango, ko igiciro ca Pi kiri mu minwe ya community. Ibisigaye reka turindire.

  • @NsengiyumvaJeanClaude-x6e
    @NsengiyumvaJeanClaude-x6e 8 місяців тому +1

    Naje naho ndiko nda miner , ICO giciro kirantera amakenga Kuko nikinini cane....gusa reka turindire turabe iyo bija urakoze cane kuduha umuco courage guducukumburira

  • @mugishamwenedata6574
    @mugishamwenedata6574 9 місяців тому +1

    Ndagushigikiye kabisa! GCV ntiyokunda mbere prix ya Pi nibazako itonashitsa 100$ ariko kimwe co Pi izoba ifise agaciro kihagazeko!

  • @mukamaemmanuel3228
    @mukamaemmanuel3228 9 місяців тому +1

    Wowe se ubikura he

  • @nishimwejosaphat-bf2fi
    @nishimwejosaphat-bf2fi 9 місяців тому +2

    MURAKOZE NAMWE
    LUSAKA ZAMBIA TUBA TUKIRI KUMWE
    NA GASAGA
    MUGUME MUTUGEZAHO AYANDI MAKURU

  • @NarcisseUwimana-gd5hl
    @NarcisseUwimana-gd5hl 9 місяців тому +1

    Wew ivyo uvuga narabonye ni ukuri wubahwe mutama wacu

  • @biraronderwadamas7489
    @biraronderwadamas7489 9 місяців тому +1

    Ivyo ni ukuri inyigisho nyinshi za pi ni ububeshi

  • @violethakizimana2712
    @violethakizimana2712 9 місяців тому +1

    Ufise ingorane kuhangayiswa nubusa warindiriye.

  • @innocentnsaguye3617
    @innocentnsaguye3617 9 місяців тому +1

    Stellar,V20,x,hari ibintu utazi kweli wewe sigurira abandi uregera abandi bakwigishe

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому +1

      Ewe jewe...🤩🤣😎

  • @nsengimanadaniel2029
    @nsengimanadaniel2029 9 місяців тому +1

    Nagukundaga ark

  • @leonidasntakirutimana5550
    @leonidasntakirutimana5550 9 місяців тому +1

    Ayo tuzoronka yose azoba kwiye dii

  • @Desos23kimedos20
    @Desos23kimedos20 9 місяців тому +1

    Akakagabo karibona kweli ngo ABA profane,😀😄canke niwewe uri profane?canke pi niwew wayikoze!!! None niwasanga GCV yemejwe uzocigiriki?none igihe batubwira ngo tugire vote ya valeur ya pi yari imikino?

  • @methodeniyongabo8009
    @methodeniyongabo8009 9 місяців тому +2

    Niwewe mu leader muri pi network wafake kwisi numvise, mugihe uvuga yuko GCV idashoboka. Ahubwo urabanza wige neza umushinga wa pi network. Kuko turazi wewe kurondera vieus gusa atakindi

  • @ndikumwenayoprosper4393
    @ndikumwenayoprosper4393 9 місяців тому +1

    Ahubwo wew niwe uri umu profane ugaca wigira umuntu arenze mukumenya. Mbega burya kuba baremeyeko muri Pi Fest event bakorera GCV Nuko ari ibijuju!? 😂😂😂Ndagutwenze kko uri ikijuju kirengeje

  • @ChristaNiyonizigiye
    @ChristaNiyonizigiye 9 місяців тому +1

    Kura ububeshi sha.

  • @nishimwejosaphat-bf2fi
    @nishimwejosaphat-bf2fi 9 місяців тому +2

    NDAHAGEZE BOSS WACU

  • @nkurunziza1999
    @nkurunziza1999 8 місяців тому +1

    Bonjour.
    Merci pour les infos.
    Mbega hariho ahantu CT yemeje ko Pi itazigera ija ku ma échangeurs ? Ni muri road map canke ?

  • @anicetnijimberepinzi6790
    @anicetnijimberepinzi6790 9 місяців тому +1

    Iyo ni point de vue yawe nikubibona

  • @leonidasntakirutimana5550
    @leonidasntakirutimana5550 9 місяців тому +1

    GCV nicifuzo ntabwo ari impamo.

  • @mauricemajambere1456
    @mauricemajambere1456 9 місяців тому +1

    Bwana Fulgence, Pi network yubatse ukuntu wewe nawe udatahura. Egoo ishobora kudashika Iyo GCV ariko nawe ntuyigereranye na XRP

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому

      Yubatse ukuntu kumeze GUTE wewe ubitahura cane tubwire?

    • @mauricemajambere1456
      @mauricemajambere1456 9 місяців тому

      @@fulgence7 wewe nawe iyi project irakurengeye nibutse ivyo wahora uvuga il y a une année Ubu warahinduye ururimi, ibi vyavuye kukuntu wagiye uswata ubesha ucuyangura gu ponda project. Ariko vyose vyavuye kukuntu mwihenda mugereranya Pi nizindi crypto classique. Design yayo, kyc obligatoire, amategeko yibihugu Bagenda bisunga muvyubudandaji etc... Biyitandukanya nizindi. Rero wait urindire uzobibona. Kndi utandukanya circulating supply na total supply. Muri 2 billon pi zimaze kuba migré izidashika na 500 million zonyene nizo ziri available. None ivyo vya total supply vyawe wumva hari ishingiro bifis

  • @Gilos-l5e
    @Gilos-l5e 9 місяців тому +1

    Kuki Nicolas yemeye ko GCV ikoreshwa kuri pi fest???

  • @24Radar-d
    @24Radar-d 7 місяців тому +1

    Nkawe koko uri umu leader nyabacyi iyi ni coin izakora mwisoko ryabaturajye nago arikoyini yaba trade gusa urimbwa

    • @fulgence7
      @fulgence7  7 місяців тому +1

      Ayo ma illusions nubwo bu paysan bizahera, tekereza uzabibona, izo nzozi za GCV zizahera, Hama gutukana uriko werekana ubwenge bwawe Aho bugera, Aho niwe wimaramaza

  • @anicetnijimberepinzi6790
    @anicetnijimberepinzi6790 9 місяців тому +1

    Ariko sikobiri

  • @IwacuBurundiTv
    @IwacuBurundiTv 9 місяців тому

    Ivyuvuze ndagushigikiye kwel GCV ntibaho nanj ndabiz neza

  • @deobarutwanayo9018
    @deobarutwanayo9018 9 місяців тому

    Système financier quantique ije kutwereka ko l'impossible devient Le possible rero Banza usesangure kuri V20 ya stellar uraca ubona ko hari impinduramatwara tugira twinjiremwo

  • @leonidasntakirutimana5550
    @leonidasntakirutimana5550 9 місяців тому +1

    Azumvirayo

  • @esperancebutoyi6927
    @esperancebutoyi6927 6 місяців тому

    None kudaherutse kutubwira ibigezweho waroye hehe tubwire

  • @nduwayoelias8605
    @nduwayoelias8605 9 місяців тому +1

    Kuri Maximum supply Nicholas yarahihendeye nimba yashaka igire agaciro kisumbuye, ikindi ntiyoba stable coin ntigikunda ahubwo tuzosanga urya mugabo yifitiye izindi mind nzokugira aduprofiter twebwe communauté

  • @jeanclaudebizoza6008
    @jeanclaudebizoza6008 9 місяців тому +2

    Muvyamavideos youtube woshaka wonabireka usanga uje kurwanya pi network biragucanze

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому +1

      🤩🤩🤩🤩🤩

  • @mugiranezatheogene7675
    @mugiranezatheogene7675 9 місяців тому +1

    Ibijyanye nigiciro byo turahuza,nange sinerako GCV yagenderwaho kuko pi mfite naba ndusha igihugu cyange bige Kandi ibyo ntibibaho ko unuturage Arusha igihugu umutungo

    • @josephmisago-tc7lv
      @josephmisago-tc7lv 9 місяців тому

      Nihatari none dufate iki? Reka turindire ikizovamwo Nico tuzokwakira nakare ntamitahe twatanze kiretse kumina gusa

  • @user-sn5en9qc7v
    @user-sn5en9qc7v 8 місяців тому

    Uzobirabisha amaso ukogwe nisoni wibutse ivyo wavuze

  • @kingsunbomboka
    @kingsunbomboka 9 місяців тому +1

    Reka guhenda abantu ndumv naw pi ntuyitahura urikuvug ahubwenge bwabe bugera

  • @nzoyisabagahile7140
    @nzoyisabagahile7140 9 місяців тому +1

    😮jewe ntavyonemeye kwer urabeshe

  • @chardinniyubahwe
    @chardinniyubahwe 9 місяців тому +1

    Wahorahe ko wari wadutay

  • @nsengiyumvaclementpacifiqu7090
    @nsengiyumvaclementpacifiqu7090 9 місяців тому +1

    wewe ndagushigikiye cane mon frère. agubwo nshira muri groupe yawe mon ami

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому +1

      chat.whatsapp.com/JYX3lJxbhmVHihCXv7UIDW

  • @esperancebutoyi6927
    @esperancebutoyi6927 9 місяців тому +1

    None tubwire GCV wewe ubizi none

  • @moko02020
    @moko02020 9 місяців тому +1

    Vitre analyse nest pas fonde ,vius avez oublie l'aspect politique ,soyez objectif .Plusieurs elements vius echappent .

  • @ElyseNshemezimana
    @ElyseNshemezimana 8 місяців тому

    Jew nubwo pi imwe boyishira kur 1€ ntaco vyoba bintwaye😄😄😄

  • @desireniragira690
    @desireniragira690 9 місяців тому +1

    Twebe Ayo yojako yose aramaze Nani,gusa ije uri hasi cane nzozibika ntazo zotanga ntazimaranye n'a 3ans,mbe ICE nayo GT?

  • @Cyriaque051
    @Cyriaque051 9 місяців тому +1

    Je nubu nguma mvuga hubahwe coredao kuko niyo crypto yaciye mur mining umuntu wese bamuhaye udu token twiwe kandi yaje ifise valeur nini ya 5$
    Pi ndayi mininz 2ans kd nubu ndamining buri musi ariko ntizosohoka ifise price ya 10$
    Gusa igitangur nta coin nyinsh zizob kwisok kuk irya staking izozifata
    Ikind kuri dashboard urabona ufise 1000pi
    Ariko izoba migrate ari 100pi
    Mumvo zokugabony total supply zirya umuntu akur kubantu cercle ,.... Bazozi burned

    • @eliphasenitanga4982
      @eliphasenitanga4982 9 місяців тому

      Ubu honyene ama échangeur bayihaye 30 a 45$ nawe ngo ntiyoshikana 10 kwel gcv ntishoboka arko pi izoduha Ayo kwifshisha

  • @EgideNDAYISHIMIYE-e3c
    @EgideNDAYISHIMIYE-e3c 9 місяців тому +2

    🤣🤣🤣 Aho reo uratujinjibuye🤦‍♂️🤦‍♂️🤦‍♂️ iyo ni analyse yawe kuko nawe ubirabisha amaso urabiye kubihari, ariko icutiyumvira nuko hobaho innovation muri industry, ariko ntitwohagarara kuvy'ibiciro ivyo bimenya nyene projet, nimba ukeneye vieus turaguha ntakibazo 😂😂😂😂😂

  • @esperancebutoyi6927
    @esperancebutoyi6927 9 місяців тому +1

    Twe nibaduhe open ibisigaye abarundi twaramenyeye bike nibize biza turarushe aho twarindiriye ni kera none open ni ryari duhe umuco ibi bintu tuzobivamwo muraduhenda

  • @bakarryfumo5286
    @bakarryfumo5286 9 місяців тому +1

    Sha mugabo wabeshe , market cap ijana na token canke coin ziri muri circulation nuance menya utandukane total supply na circulation supply kuko ubu Capitalisation boursière ya BTC niyi ziri muri circulation siya ziriya 21million de BTC tutazorenza so cokimwe na Ethereum nukonyene.

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому

      Ivyo ndabizi....nta gishasha

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому

      None zirya 100 billion uvuga ko zitazoja en circulation ???

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому

      Tôt ou tard zizoja en circulation ZOSE

    • @bakarryfumo5286
      @bakarryfumo5286 9 місяців тому

      @@fulgence7 urantwenza peee none ko utavuga tôt ou tard 🤦🏽‍♂️🙄 zizoja zose ariko si uno musi canke ejo kuko kuri open mainet ibijanye n'ubutunzi na healt ya pi network bizojana nizizoba en circulation mu minwe yaba pionniers urumva ??!!!
      Hama ico kintu ca capitalisation boursière ntikigutere uruhagarara kuko ntawuramenya neza ko pi izoba ihera ubwayo idakeneye capitalisation !!??? Canke ko izoba un actif numérique qui nécessite une capitalisation boursière !!!???? Canke ko izoba iri adossée kukintu icari cocose ca gaciro ari inzahabu , diament n'ibindi noguhanura gusa kimwe réservez-vous mu mpanuro utanga kuko uyu mushinga ufise ibintu vyinshi tutazi kandi bishasha.

  • @NIBARISTE
    @NIBARISTE 9 місяців тому +1

    Aho nawe urihenze cane kuko ni point de vue yawe. Uvuze ngo 314.159$ ntikunda, nawe vuga ivyawe twumve

  • @IwacuBurundiTv
    @IwacuBurundiTv 9 місяців тому

    Komera mutama amakur utanga nayubwenge cane abatagutahur ntibaz ivya crypto

  • @24Radar-d
    @24Radar-d 9 місяців тому +1

    Banza nawe waracitse inejye😂

  • @ClovisNIZIGIYIMANA
    @ClovisNIZIGIYIMANA 9 місяців тому +2

    Wa mugabo we tekana urindire kuko Pi irakurengeye nawe ntayo utahura.Reka kwigira umuhinga cane?None nkubaze iyo Pi Fest iheruka ko Nickolas yaretse abantu bagatanga ibintu vyabo kuri GCV akaba yarongeye agakeza abantu Bose bagize Participation abashimira cane umwise ko nawe Ari ikijuju??Jewe nibaza ko ufise akabazo wewe??Tekana urindirire hamwe nkabandi nawe ntakintu Uzi nukwo gupambagurika gusa.

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому +1

      Genda gahoro mon ami.
      Dr Nicolas ntanahamwe yababwiye ngo tanga ibidandazwa kuri prix GCV, ababikora ni kugatwe kabo

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому +1

      Fata akanya uce bugufi wige uko Ama cryptomonnaie akora!!

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому

      Ivyo bishobisho ntibikora muma cryptomonnaie,🤩

    • @niyoyitaelisaphan4612
      @niyoyitaelisaphan4612 9 місяців тому +1

      Ariko nawe urahuzagurika pe ese ko numva warahinduye imvugo? ikindi nawe ntamakuru ufite Wenda umenyereye.ikindi urabeshya cyane ngo budget y'amerika ntabwo irenza Millard 6 natwe hano mu Rwanda tugeze kuri 4milliard$😅

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому

      @@niyoyitaelisaphan4612 ba wumviriza neza. 6 trillion de $ Nico kimwe n'a 6 milliard ????

  • @FaustinNsabimbona-jw6pr
    @FaustinNsabimbona-jw6pr 5 місяців тому

    Aha wewe sinogushigikira kuko iyaba idakunda ntibari kudusaba gushigikira gcv

  • @chardinniyubahwe
    @chardinniyubahwe 9 місяців тому +1

    Oya nanje naho ata notion ndende mfise muma crypto ico giciro ntaco nemera nticokunda nigiciro kirekire

  • @ezechieltwagirayezu4849
    @ezechieltwagirayezu4849 9 місяців тому +1

    Komera mutama uvuga ukuri

  • @jeanpierrengaboyintore4363
    @jeanpierrengaboyintore4363 9 місяців тому +1

    GCV ubu hataraba full open mainet ntishiboka, ariko icontokekeranya coco nuko pi izoba stable kandi ikanagera kwico giciro canke ikakirenga kuko yugaruyemwo ibintu utazi wew petit yangu
    Ikindi nuko iri crypto currency ikongera ikazonaba digital currency
    Ivyo rero wew vuga make Time Will tell

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому +1

      Ngo ndi petit? Haaaaa 🤩🤩🤩🤩🤩

    • @bakarryfumo5286
      @bakarryfumo5286 9 місяців тому

      ​@@fulgence7none nturi petit wewe 😢!!!???? Mu bintu vyubumenyi nivyiza ko wokwishira hasi.

  • @musabyimanaisaie9595
    @musabyimanaisaie9595 9 місяців тому +1

    Nonese ko uhakana GCV, waba wabibwiwe na Nicolas ngo uze kuvuguruza ibivugwa? Ibyiza turindire icyo Nicolas ubwe azivugira.

    • @fulgence7
      @fulgence7  9 місяців тому +1

      🤩🤩🤩🤩🤩🤩🤩🤩

    • @eliphasenitanga4982
      @eliphasenitanga4982 9 місяців тому

      Nne gcv ni Nicola yabivuze?

    • @esperancebutoyi6927
      @esperancebutoyi6927 9 місяців тому +1

      None wewe utaduhenda GCV nangahe nawe ntavyuzi ayizozako yose kazima azoba ari amahera duhe amahoro mu mutwe

    • @eliphasenitanga4982
      @eliphasenitanga4982 9 місяців тому

      @@esperancebutoyi6927 ushaka amahoro mumutwe?

  • @richardhatungimana
    @richardhatungimana 9 місяців тому +1

    Warasaze.none.abagurichije nabo kuri gcv

  • @nkurunziza1999
    @nkurunziza1999 8 місяців тому +1

    Bonjour.
    Merci pour les infos.
    Mbega hariho ahantu CT yemeje ko Pi itazigera ija ku ma échangeurs ? Ni muri road map canke ?

    • @fulgence7
      @fulgence7  8 місяців тому

      Nta n'a hamwe, ababivuga nivyo bikurira muitwe yabo

  • @methodeniyongabo8009
    @methodeniyongabo8009 9 місяців тому +1

    Niwewe mu leader muri pi network wafake kwisi numvise, mugihe uvuga yuko GCV idashoboka. Ahubwo urabanza wige neza umushinga wa pi network. Kuko turazi wewe kurondera vieus gusa atakindi