MIREILLE : bavuga ko nataye Abana n'umugabo Amédée ntitwagendanye urugo rwaranyigishije vyinshi...

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 6 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 79

  • @MukarutabanaChristine
    @MukarutabanaChristine 7 місяців тому +1

    Ihangane Mimi imana izagusubiza izaguha urugorwiza senga cnee🤲🤲🤲🤲

  • @ChristInMeHopeOfTheGlory
    @ChristInMeHopeOfTheGlory 7 місяців тому +2

    Mimi, Claude jewe ndabona ko mwicaye mukiyumvira neza mwobana amahoro.
    Nimba guta abana n' urugo atari igitambo watanze kugira ube umu star, urugo rwanyu rurashobora kuba ruzima rukaba rwiza

  • @GcUh-mk4yw
    @GcUh-mk4yw 28 днів тому +1

    Wihangane mimi iman itakuze kndi ntabwo yaguhevy🎉🎉

  • @TuyishimeEric-xf9hp
    @TuyishimeEric-xf9hp 2 місяці тому +2

    Mim turagukunda cn ihangane ds uzagaruke murwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @iradukundaclaude-zt6eb
    @iradukundaclaude-zt6eb Місяць тому +2

    Milele wamusatsi natural niwowe ukubereye

  • @AlineMpawenimana-mv7by
    @AlineMpawenimana-mv7by Рік тому +3

    Mimi chr wanje abana ntubahorese twese twaragizibibazo Aliko ugiririmpuhwe Abanabawe nanje vyaranshikiye ariko nemeye kugwinyuma yabana banje ihangane rero ubehafi yabana bawe chr wanje

  • @magefuraha2439
    @magefuraha2439 Місяць тому +1

    Yoo imananikuhezagire mimi weuvuganeza nutukana nkacakigabo

  • @iyumva-jonas
    @iyumva-jonas Рік тому +3

    Sha ico nkundiye uvuga ukuri. Kuko kuba ata ushimye kuvuga ni uko ubona bitey isoni ataco woronka nyene utwemeza. Uri mother gute na bieya bibondo wataye? Amateka y'abigeme b'aba star..., Sinari ko no mu buru di bihari, nahora ndabibona hanze.

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 Рік тому +3

    Mimi courage , ntucike intege

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 Рік тому +1

    Yes Mimi ndakunda inyishu zawe , ntamagambo mabi ndumva utuka ton Mari, iyo ninyifato ibireye

  • @LiberineNgabireyimana
    @LiberineNgabireyimana Рік тому +2

    Ihangane Di mimi wew komeza ukomere lmana niyo mucarubanza abagucira urubanza nabo ugwabo ruzocigwa

  • @OdeteKimama
    @OdeteKimama 10 місяців тому +2

    Mbaze mimi nuruhe rugo azoronk aleluya amina uzokwamutabana umugabo wambere watayumwana uwakabiri utabana 2 narababay umwanavuze ngo mama yagiye mwifoto kwifotoza nagizagahinda😂😂😂😂

    • @NiyomwungereDivine-k9p
      @NiyomwungereDivine-k9p 2 місяці тому

      Tukwipfuriza kuzoca mubuzim nkubw mimi yaciyemw mungo tuzorab UK uvyifatamw maze

  • @yvoneNijimbere
    @yvoneNijimbere Місяць тому +1

    Uvyumv mimi ndagukunda caan❤❤❤ vraiment wihangan knd ubndany uduhanura caan nkipfuza k mwoguma muduhanura knd ndipfuza kbonna namw hm sinz k mwondinda wttsp

  • @EsperanceNtiharirizwa-fy9dn
    @EsperanceNtiharirizwa-fy9dn Місяць тому

    Mimi nanje ndagukunda.kandi ntawokwikura murugo atakihamukuye.tekana Imana s'umuntu ngo ibeshe.ica iziroranye ntibesha

  • @AudreyAkimana-km3tt
    @AudreyAkimana-km3tt 4 місяці тому +2

    Mimi nkunda ukuntu umugabo akwararaza naw ukihorera burya naw ntubuz ivyo wovuga kumugabo ww inumire bavug

  • @munezeroelie-uf2ii
    @munezeroelie-uf2ii 2 місяці тому +1

    Umugore wigishongore utagira umutima, ninkumusonga murubavu

  • @GuegueGueys-w4x
    @GuegueGueys-w4x Місяць тому +1

    Oya ntumaramare wakunye 2 usaga haribikugoye reka kubesh

  • @ناصرالراشدي-ي1غ
    @ناصرالراشدي-ي1غ Рік тому +1

    Mim bibaho byose imana irabiz❤

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi9711 Рік тому +2

    Nivyo kwer

  • @munezeroelie-uf2ii
    @munezeroelie-uf2ii 2 місяці тому +1

    Naragukundaga kubera ibinu ukina none burya kwihanganakwawe nihafi yanako

  • @BillySebakungu
    @BillySebakungu Місяць тому +1

    None abagabo babiri bose niko utabagiriye urukundo?

  • @MkhErt
    @MkhErt Місяць тому +1

    Gusa nyene wariz p!!! Uzi kwishura kuri caméra

  • @ntunzwenimanafabrice3085
    @ntunzwenimanafabrice3085 Місяць тому

    Mimi turagukunda cane,imana izokugirira neza shahu ntamvura idahita

  • @EsperanceNiyonizigiye-lf3nu
    @EsperanceNiyonizigiye-lf3nu Рік тому +3

    Reka kwiyandagaza basha ntac bimaze mes chers,rek kuguma muriko murisigura kuma média ja iwanyu muyage mwebw ubwanyu vyanse rondera des psychologues babafashe hm kdi mwese muvuga ko musenga mubibwire Yesu niwe ncuti nziza

  • @KanezakimanaSolange-qp6bn
    @KanezakimanaSolange-qp6bn Рік тому +1

    Oya mimi vuga ukuri kuko claude arakumereye nabi avuga vyinshi

  • @EsperanceNiyonizigiye-lf3nu
    @EsperanceNiyonizigiye-lf3nu Рік тому +2

    Kdi mwibuke ko Aya ma médias muriko murabwiranirako nabi ejo abana banyu bazokura ham babibone usang muriko mubakomeretsa davantage

  • @JoiceMuhire
    @JoiceMuhire Місяць тому +1

    Umugabo numutware umugore numufasha

  • @EsperanceNiyonizigiye-lf3nu
    @EsperanceNiyonizigiye-lf3nu Рік тому +2

    Bavukanyi umuti w'ikibazo s'ukuja ku ma réseaux sociaux,fata umwany muganire mwebwe ubwanyu kuk ukuri nimwebw mukuzi burya ivy'ingo ni birebire cane twebw mutubwira uduce ariko mweh murazi ukuri kwuzuy muri mwebwe

  • @JoselyneDusabe-u9l
    @JoselyneDusabe-u9l 11 місяців тому +1

    Kizima wataye abana ico kirahagije

  • @AlineNshimirimana-p3v
    @AlineNshimirimana-p3v Рік тому +1

    Ncuti yanj murugo biragoye ariko rwana urugamba usenga cane uzonesha ndagusabira gusubira murugo kurera abana barya Bana Nibo bazokubera vyose mubuzima nibakura nikazoza kejo

  • @felixniyokwizigirwa2044
    @felixniyokwizigirwa2044 Рік тому +2

    The first one give me like

  • @belindaakimana7316
    @belindaakimana7316 Рік тому

    Ego sha mwene wacu😍😍😍

    • @miracleange1588
      @miracleange1588 Рік тому

      Komera disi mimi warahuye nibikomere vyishi imanza ikuzigamz

  • @IngabireAngle-mg2vt
    @IngabireAngle-mg2vt 2 місяці тому +1

    Mimindabakundacyane❤🎉❤🎉

  • @MkhErt
    @MkhErt Місяць тому

    Mbega ww wagiy nkimpumyi kabiriii kose ga Sha Mimi ???

  • @claudeniyongobo5575
    @claudeniyongobo5575 Рік тому +2

    mimi urazinezako ivyawe ntashimwe kubishira hanze reka kubesha abantu uraza dushire ukuri ahabona

  • @Keshimanaeric
    @Keshimanaeric 6 місяців тому +1

    Iherezo utubarir kaz kigihugu.

  • @ساليبولندا
    @ساليبولندا Рік тому +1

    Mimi.uvuzukurii

  • @niyeraarlette8390
    @niyeraarlette8390 Рік тому +2

    Mimi ntugire divorce woba umaramaje vrt ihangane usubire murugo wubake yaga numugabo wawe musubize ibintu kumwanya 🤗ivyo biganiro barabatwenga mwiha amajambo uracari muto nta divorce zitatu ungana uko vrt nimba aruko subira murugo abe ariwe aguha uruhusha muyage ukine film abikwemereye

    • @claudeniyongobo5575
      @claudeniyongobo5575 Рік тому

      naze ndamusinyurire akomeze ubwiwe buzima ariko gushika unomusi numugore yatay,abana bonka mimi ntanubukirisu kuko ubwawe ishengero ryakunaniwe abavyeyi barakunaniwe

  • @ValerieUWUYISAVYE
    @ValerieUWUYISAVYE 2 місяці тому +1

    Mimi guhpra nukwimana ikibazo cawe gisa niciwaje kandi ibyo wahuye nabyo naje nibyo naciyemwo abo bakorode nabagome

  • @ndayizeyeaboubakar4585
    @ndayizeyeaboubakar4585 Рік тому

    Hi everybody
    Love from Uganda 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @simbarakiyedamien7775
    @simbarakiyedamien7775 Рік тому +2

    NGO WOTANGA INAMA?IYO UTIHAYE WOYIHA NDE?EREGA UMUNTU ATANGA IVYAFISE.NIKIGANIRO NTACO MPEZA ARUWO WATUMIYE.

  • @prosperbirorimana5982
    @prosperbirorimana5982 Рік тому +1

    Mimi wew imana numutima wawe birazukuri kandi imana sumuntu 🤐🇧🇮

    • @jilu1095
      @jilu1095 Рік тому

      Not iman in lman urakoze

    • @claudeniyongobo5575
      @claudeniyongobo5575 Рік тому

      mimi noneko urinryarya kuberiki udashaka divorce mumumbarize igituma amaze guta abana icuro 2 mimi nsinyurira divoce

    • @claudeniyongobo5575
      @claudeniyongobo5575 Рік тому

      mbege igihemu c,umugore ngokubere umugisha umuryango wawe mbegako abana 3 harinumwe uragurira nigisuguti ntamugiha wawe uwutaberey,abana wataye uzober,umugisha igihugu rekakwitwenga

  • @مممكطم
    @مممكطم Рік тому +1

    👍👍👍👍

  • @ميدياث
    @ميدياث Рік тому +2

    None wewe uvanye numugabo wambere ukavana nuwakabiri none ntiwunva mimi kwariwe mubi koko wotandukana nabagabo babiri bose hhhh

  • @Keshimanaeric
    @Keshimanaeric 6 місяців тому +1

    Abahung nabo

  • @claudeniyongobo5575
    @claudeniyongobo5575 Рік тому +4

    mbega mimi rekakubesh,isi umaza guta ingo zingahe umaze guta abana kangahe wamugorewe nababwiye mimi naze mukiganiro turikumwe ndabereke mimi uwariwe mimi urindaya kandi ivyondimwo nvuga urabizi neza

    • @NIyomutoniGyslaine
      @NIyomutoniGyslaine Рік тому +1

      Ew claude sha warasaze 😂😂 intimba izokwica mpole kbxa gus ukwugeragez kumucafuza Imana nayo izogum imuhezagira

  • @munimuni3365
    @munimuni3365 Рік тому

    We subira murugo namwera arikwisi njakurera abana ureke ubujuju

  • @JoselyneDusabe-u9l
    @JoselyneDusabe-u9l 11 місяців тому +2

    Inkokokazi ibunda Ku Magi yayo ntita

    • @OdeteKimama
      @OdeteKimama 10 місяців тому

      Wubahwe ntavya mimi

  • @claudeniyongobo5575
    @claudeniyongobo5575 Рік тому +3

    mimi icakabiri mumbarize koyahukanye n,umugabo wambere jewe nimba nagutwaye utankunda ikibazo kirihehe saba divorce kondakubwiyeko nditayari kuguha divorce urindiriye iki abana wataye bonka barakuze wewe urindaya kuko urazinezako watay,abana icitwa cingo mada,uzico bisigura wewe komeza wiyandagaza

    • @emelynendikumwenayo9579
      @emelynendikumwenayo9579 Рік тому +1

      Mon fr ifate nkumuntu wumugabo, itemporize , umuti wibintu sikuvuga vyose kuri media, bne comprehension

    • @inesirakoze4980
      @inesirakoze4980 Рік тому

      Kubwirana nabi ntacobimaze,muzokwicare hamwe muganire,burya Satani ntakund'ivyiza ,nimwirinde gucafuzanya burya ikibahuza kirakomey cane(Abana)

    • @keygfab9248
      @keygfab9248 Рік тому

      Commentaire nkiyi ntisa. Neza ibikogwa ningo ntaco bihuruye nibi

    • @OdeteKimama
      @OdeteKimama 10 місяців тому +1

      Yabataye bonka😂😂😂 ndamwanse sana ntamutima agira umugabo kurerabana babiri yibereye mumaleles cloude mpore kwel

    • @NadiaNdizeye
      @NadiaNdizeye 9 місяців тому

      Pol saan Claude. Mimi azokwicuza.

  • @IngabireAngle-mg2vt
    @IngabireAngle-mg2vt 2 місяці тому +1

    Mimiwihaganeimanairakuzi

  • @fannymarion7743
    @fannymarion7743 Рік тому

    Iyompanuro y Mimi ninziza

  • @claudeniyongobo5575
    @claudeniyongobo5575 Рік тому +1

    nubu urimpumywi mimi

    • @moisenduwayo6173
      @moisenduwayo6173 Рік тому

      Burya mwenaclaude murantwenza kwl.ubwomuribuk komuri mumasezerano Y'Imana?muratey isoni cn,nimuvug mak,ivyanyu nidanger,Numa!!!!!!!!🤫🤫🤫🤫🤫🤫🤭🤫🤫🤫😱

  • @ساليبولندا
    @ساليبولندا Рік тому +1

    Wubahwe

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 11 місяців тому +1

    😂😂

  • @IngabireAngle-mg2vt
    @IngabireAngle-mg2vt 2 місяці тому +1

    Mimindakundacyane

  • @salamasubila9062
    @salamasubila9062 Рік тому +2

    Igihe kinini nguye kuri bino biganiro ,uyu mugabo yahoze ari uwa mimi afise ubweng buke cane goseeeeeeee , Mimi ari mu kuri ,turazi abagabo barira mu nzu abagore ,kugezaho bashaka kubica .....Mimi ari mukuri uyu mugabo ararushe

  • @claudeniyongobo5575
    @claudeniyongobo5575 Рік тому +4

    mimi wewe urigihemu mimi uraziko nagutwaye umbwirako warongowe uhubutse mbere ubwirako wanabatijwe mumanyanga unsaba kowobatizwa kandi warongowe mumanyanga utaribwakizwe mimi umaze kubatizwa 3 mimi nubu ndongeye kubikubwira abankwirikira mubimenye ntagihemu catay abana yavyaye kizorangiza neza

    • @EularieNdayishimiye-eb9ki
      @EularieNdayishimiye-eb9ki Рік тому

      Mpore Claude rera abana bawe ibisigaye Imana izikorera mimi nawe ntamugisha uzoronka usumba urugo wataye sinibazako umutima wawe utera neza abana ukubahuka ugata??mpora numva ngo baragoye kuronka koko wewe barakuhoye??cnk nabo wanovye??

    • @FurahaNdayishimiye-wv2ef
      @FurahaNdayishimiye-wv2ef Рік тому

      Muhamahor wamugabow urimaramaz kuvah wavugiy nn uruwamber mwoba muvany numugor uteyukunt rekakumaramaz abagab nkaw nindurabon avug amajamb nkayuvug

    • @ahishakiyemagnifique6714
      @ahishakiyemagnifique6714 Рік тому

      Gezaho twarakumenye ivyawe

    • @JoiceMuhire
      @JoiceMuhire Місяць тому

      Wowe uzage umuha abana bamusure kuko niwe MMA wabana bawe ntawundi MMA wabo bazabona nubikora lmana lzaguhereza umugishaa