Intahe ya Mimi Mireille - Abantu bavuga ko nataye abana😭/Accident nakoze nari napfuye/Film n'ubuzima

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 лис 2024

КОМЕНТАРІ •

  • @ABCDArina
    @ABCDArina 17 годин тому +1

    Mpore cane di ma cherie Imana niyo gisubizo cubu buzima.Uwiteka azogushumbusha

  • @احمدحمود-ط1د
    @احمدحمود-ط1د Місяць тому +1

    ❤❤Ndagukunda can nzohora ngusengera imana izoguhumugabo mwiza yubahimana can ❤❤

  • @TAMARIDUSABIMANA
    @TAMARIDUSABIMANA 2 місяці тому +2

    Mimi nagukunda❤❤cyane kuva nakubona hanyuma ibindi ni Imana komera cyane.

  • @IrambonaEugene
    @IrambonaEugene 2 місяці тому +2

    Yambiiii Mimi ndagukunda cyannnnn Nukuri imana igikomeza iguhe umugisha

  • @JoselyneAkimana-p9r
    @JoselyneAkimana-p9r 8 місяців тому +4

    Abavug Ko wihakanye aban baragahur na yesu

  • @AgourNiyokwizigirwa
    @AgourNiyokwizigirwa Місяць тому +1

    Mimi turagukunda ukina neza Kandi urahanura sana kbx Imana igukomeze God bless you

  • @IkizakubuntuMoise
    @IkizakubuntuMoise Рік тому +2

    Imana ikomeze kukugirira neza Mimi wacu.we love you so much

  • @ChretienneKezakimana
    @ChretienneKezakimana 9 місяців тому +1

    Mimi,don't wonry about what people are seing,you are as the top!

  • @habyarimanadamascene1446
    @habyarimanadamascene1446 2 місяці тому +2

    Humura lmana izakomora lnguma rindira unushake bw'lmana❤❤

  • @AliceNININAHAZWE-z7n
    @AliceNININAHAZWE-z7n Місяць тому +2

    Mimi igihecose usenga waratayabana ntamahoro uzoronka kuk kwankana numugabo birumvikana arik abana nkabarya baracakeney kubana nanyina egera Fanny akwibiribanga ryabavyeyi umaze gutabagabo babiri ukinganuko urabon uwagatatu wew utazobugiye kumuta murudubi wew ntarukundo ugira iyurugira witakubana bawe

  • @holly-k7v
    @holly-k7v 2 місяці тому +1

    Mimi hano mu Rwanda tumukunda cyane kdi IMANA Imukomereze amaboko

  • @chanceuwineza3752
    @chanceuwineza3752 10 місяців тому +2

    Amen Amen Komeza Wizere Rata Mimi Najyewe Nizeranye Nawe ko 2024 Ibibero vy'Umivyeyi part 2 Izaboneka

  • @NormaSimba-zd5kx
    @NormaSimba-zd5kx Місяць тому +1

    Jewe ndakunda intahe mimi Miley kuntahe ziwe
    Niba ivyavuga atari uburyarya nacane cane
    Kuvyamubayeho kuko umengo yagiye ahura nivyago nkababazwa niho yibutse mbibona akoroye amosozi lmana irafise isezerano kuriwe zgume asenga kuko yesu agiye kwishura umubabaro ygize

  • @niyinyongerajacky4387
    @niyinyongerajacky4387 Місяць тому +2

    Mimi uziko ukoze kumutim warye uvuz amajambo yubwenge urankangiy pe iman ikuzigamir

  • @annemariebayubahe2032
    @annemariebayubahe2032 20 днів тому

    Ivyagakiza kawe biragoye gutahura ,knd nivyuvuga vyakubayeko biragoye gutahura ukuri kwawe.Rero Imana niyo ibimenya rwooose je hiwanje mvugati ukuri kwawe komumutima kugukomeze urame cnk kugutsinditse uhinduke bivanye nukuri kwavyo

  • @SleepyPlayfulPup-iz9oq
    @SleepyPlayfulPup-iz9oq 6 місяців тому +2

    Gusenga nibyiza Kandi utubwiye impanuro nziza cyane. Nubwo bigoye murubyiruko ark kwitwara neza nibyo bikwiriye abagenzi bajya mugihugu cyo mu ijuru. Mimi merce

  • @oscarniyubahwe9901
    @oscarniyubahwe9901 Рік тому +4

    Mbaye uwambere ikaze kuri mimi

  • @UbarijoroHasani
    @UbarijoroHasani 2 місяці тому +1

    Eseniba utarakunze muriwowe ndane ntarukumdo ufite gusakomerezaho kukowigisha beshi cyanecyane gukundisha abandi igihugu ibibero byumubyeyi ynkoze ahantu

  • @MdAli-d2x5f
    @MdAli-d2x5f Місяць тому +1

    Abantu rero😂😂😂😂😂Bakund uwunanirwa ahomwashaka ananirwe nurushako ace yiyanka yank ubuzima bwiwe?? Ubu rero kuba yarase gutsindwa namateka muce mubimuhora?? Hejuru cyane sha Mimi bimwe vyanze ibindi birakunda ubuzima bwumuntu Bugizwe nama episodes menshi

  • @EpimacCoyishakiye
    @EpimacCoyishakiye 2 місяці тому +1

    Imana ivuz ego ntamuntu numwe wundi yovug oy!mimi niwirambir cn turagukwirikirana

  • @Renilda-w7z
    @Renilda-w7z 7 місяців тому +1

    Wew umubwiye KO yiyatuyeko umuvumo baca umugani ngo ubusya uwundi buroroha Imana NiyIbona hirya mumutima niyo yoba yarabihakanye Ntacaha kidaharigwa ntukaje umubwira nabi

  • @ManirambonaValerie
    @ManirambonaValerie 15 днів тому +1

    icokuntu uvuz ngo baraguciy mumuryango nico nukukuvum barakuvumye,uzopf uyerera,guta abakuvuyemwo! ndumuvyey nanj ndaku puuuu

  • @musabyemariyapierrine5695
    @musabyemariyapierrine5695 2 місяці тому

    Mimi naragukunze kuva nakubona
    Peeeeee
    Utanga ibiganiro kwa Chita ❤❤❤❤❤

  • @sengadidier4705
    @sengadidier4705 4 місяці тому +3

    I love this lady seriously 🇷🇼🇷🇼🇷🇼

    • @burundigospeltv2661
      @burundigospeltv2661  4 місяці тому +1

      🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @AyishakiyeEdimo
      @AyishakiyeEdimo 2 місяці тому

      Mimi Mireille ndagukundaikiganiro cyawecyiramfashacyane.​@@burundigospeltv2661

    • @AyishakiyeEdimo
      @AyishakiyeEdimo 2 місяці тому +1

      Mimindagukunda​@@burundigospeltv2661

  • @NadineIkizakubuntu-ev4zo
    @NadineIkizakubuntu-ev4zo 4 місяці тому +1

    Mimi uri ntwari ndipfuza kukubona courage mugenzi

  • @kigemenoella5297
    @kigemenoella5297 9 місяців тому +2

    Muzobatumire barikumwe na claude,

  • @NiyogushimwaSetiya
    @NiyogushimwaSetiya 2 місяці тому

    ILove you so much God bless you Chr❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @NdayishimiyeEtienne-g5n
    @NdayishimiyeEtienne-g5n 4 місяці тому +1

    Imana ikomeze kukugirir neza mimi

  • @Dusengimanapacifique-t3u
    @Dusengimanapacifique-t3u 19 днів тому +1

    Mimi ndagukunda cyane kbx wanyigisha gukina firime??

  • @AkarireLeatitia
    @AkarireLeatitia 2 дні тому +1

    Nibyanyabyox cg nibyabindi bya flm

  • @NteziyaremyeEdimond
    @NteziyaremyeEdimond 2 місяці тому +1

    Mimi umz utx turagukumbuye murwanda uzagire ugaruke

  • @rosettehabimana2666
    @rosettehabimana2666 9 місяців тому +1

    Mimi ,ufise Shetani iguma iguteza divorce : kwahukana kabiri (2); biteye agahinda......umugore wabana 3.....None uriko ubesha ko uri inkumi ....
    Sois serieuse Mireille ,,ivyawe biteye isoni ..
    Senga cane Rugiravyose ikubeho...

    • @burundigospeltv2661
      @burundigospeltv2661  9 місяців тому +1

      🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾

    • @Nova7726
      @Nova7726 8 місяців тому

      Bijya gusa n'ibya Pastor Mutesi njye namutinye arakaze

    • @Jose-ll6bw
      @Jose-ll6bw 2 місяці тому

      Ariko iyaba umuntu yapfa kubera urwanko rwabantu ntawoba akiriho. Kugira abana si caha. Ku divorce bidakunze ntakwihambira kumuntu. Ahubwo ubukurikira imana ize imuhe umugabo muzima. Nawe yumve ukugira neza kw imana

  • @DianeUwineza-b4i
    @DianeUwineza-b4i 2 місяці тому +2

    Ndagukunda cyan mimi

  • @HarerimanaJoseph-cm2wc
    @HarerimanaJoseph-cm2wc 2 місяці тому +1

    Mukuri Mimi ndamunda ndi mubuganda

  • @ndayishimiyejeanpierre187
    @ndayishimiyejeanpierre187 25 днів тому +1

    Nice❤

  • @akimanachantal4565
    @akimanachantal4565 Місяць тому +1

    Mimi uciye ubwenge cane gose

  • @EvelyneNIYONGERE-o1x
    @EvelyneNIYONGERE-o1x Рік тому +2

    Ibereho muntu wimana

  • @habyarimanadamascene1446
    @habyarimanadamascene1446 2 місяці тому +1

    Mimi turagukunda nidamascene murwanda

  • @chanelleButoyi
    @chanelleButoyi 2 місяці тому +1

    Mimi Ndagukunda cneeeeee

  • @MireilleNdayikeze-q6z
    @MireilleNdayikeze-q6z 11 місяців тому +1

    Mimi courage

  • @PendoPenine
    @PendoPenine Місяць тому +1

    Nukr mimi ukomeze uwomurima nivyo nkwipfurijee

  • @joselyne30
    @joselyne30 10 місяців тому +1

    Ohhh mimi turamukunda nakomwre mbese mwadushyikiriza number yiwe muzaba mukoze

  • @UwayezuAdelphine-y5z
    @UwayezuAdelphine-y5z 2 місяці тому

    Mimi ndagukunda cyanep

  • @ElieNdikumana-kf3sn
    @ElieNdikumana-kf3sn 4 місяці тому

    ijambo ry'IMANA rivugango,ivyurabikora nanje ngahora ariko ..... hazobaho umusi vyooose bizokwerekanwa uko bikurikiranwa atanakimwe kivuyemwo

  • @AlfredNibona-v5k
    @AlfredNibona-v5k Місяць тому +1

    Mimi lmana iguhe kubaho Sha??????

  • @IngabireAngle-mg2vt
    @IngabireAngle-mg2vt 16 днів тому +1

    🎉❤❤❤

  • @MugoyiBoniface
    @MugoyiBoniface 2 місяці тому

    Muràho! Umuntu akurebye Abo n'a urumuntu winjyeso nzaza kubaka byanze gute

    • @burundigospeltv2661
      @burundigospeltv2661  2 місяці тому

      Nihatari papa

    • @Jose-ll6bw
      @Jose-ll6bw 2 місяці тому

      Ubwo uramaze kubona umugabo yatafise. Ni umunsi 1 vyoba bigoye kugira mubane.

  • @gogondabituyimana4136
    @gogondabituyimana4136 9 місяців тому +1

    Mb gukwizwa ni kunwa cank gukizwa ni mumutima?

    • @burundigospeltv2661
      @burundigospeltv2661  9 місяців тому +1

      Gukizwa n'ukwemera ko Yesu ari umwami n'umukiza mubuzima bwawe Hama ukagira ivyamwa vyiza vy'abakijijwe

  • @moisenduwayo6173
    @moisenduwayo6173 5 місяців тому +2

    Niwivugir make sha,burya YESU atuziko vyish cane,uribuk igih watumwana wimfura yaw ukambwir kowavyaranye nimbwa?camak gus w'ihane mwena chr waw Claude mwakoz vyish bibi cn.🤫🤫🤫🤫🤫🤫

  • @IrakozeBELYSE-iu1iu
    @IrakozeBELYSE-iu1iu 3 місяці тому +1

    Yohanura abandi nawenyene atihanuye???

  • @JoselyneDusabe-u9l
    @JoselyneDusabe-u9l 6 місяців тому +1

    Vuga ngo narahukanye ntuvuge ngo sinubatse warahukanye

  • @gogondabituyimana4136
    @gogondabituyimana4136 9 місяців тому +1

    Ngo ntiyubats😂 ngo muga arafise abana3😂😂mimi umusi ubihakana nimber y ishengero nuwo musi wiyaturiyeko umuvumo.

    • @burundigospeltv2661
      @burundigospeltv2661  9 місяців тому +1

      Sigura neza ivyo uvuze

    • @gogondabituyimana4136
      @gogondabituyimana4136 9 місяців тому

      @@burundigospeltv2661 uyo wamumeny kuber film ariko kugira mvug gutyo nuko nzi ko benshi yababwira ko Ari inkumi .nubu mubaz identité yiw urab ko atahinduy état civil bakandika ko Ari célibataire kuva igih asohots ava murugo. Naho abemera abana kuko vyagiy Kuma reseaux sociaux ukuri kukaja ahabona

  • @gogondabituyimana4136
    @gogondabituyimana4136 9 місяців тому +1

    Ngo barikumw n'a papa wabo vuga ATI barikumw n'a ba papa babo.

    • @burundigospeltv2661
      @burundigospeltv2661  9 місяців тому +1

      Sigura neza ivyo uvuze

    • @gogondabituyimana4136
      @gogondabituyimana4136 9 місяців тому

      @@burundigospeltv2661 nukuvuga ko Ari abana batatu umwe mukuru arikumwe na se ruguru nukuvuga yari umugabo wiw wa1barasinyuye. Abandi babiri barikumwe n'a se ibujumbura nukuvuga numugabo wiw wa 2

    • @gogondabituyimana4136
      @gogondabituyimana4136 9 місяців тому

      @@burundigospeltv2661 mvuz uko kuber ko abana 3 barezwe nabagabo babiri. Umwana mukuru arikumwe na se ruguru ariw mugabo wiwe wambere ,abana babiri bandi barikumwe n'a se ibujumbura ariwe mugabo wakabiri

  • @Uwamahoroshekinah-ey1rf
    @Uwamahoroshekinah-ey1rf 2 місяці тому +1

    ❤❤❤

  • @KuradusengeChantal-j4x
    @KuradusengeChantal-j4x 2 місяці тому +1

    Wampa nomer yawe kunkunda nitwa chantal

  • @JosephMusabyeyezu
    @JosephMusabyeyezu 2 місяці тому

    Noneko uvugako ukijijwe kdi ukaba ufite isura ikurura benshi ibyitwarmwute imbere yabatunzi muhuranabo

  • @JoseMani-jj6qt
    @JoseMani-jj6qt 2 місяці тому +2

    Mimi ibihe birahinduka ntibagutere amabuye ivyobakwagiriza nahovyobarivyo ushobora guhinduka terimbere

  • @ChretienneKezakimana
    @ChretienneKezakimana 9 місяців тому

    Mimi nah binshikira ntebaa niw undemesha

  • @gonzalo7115
    @gonzalo7115 2 місяці тому

    Ngo silace?? 😢😮😢

  • @MukarutabanaChristine
    @MukarutabanaChristine 8 місяців тому +1

    Komeza ube praud kuba bebe bae

  • @deborahuwimana-oz1hq
    @deborahuwimana-oz1hq 3 місяці тому +1

    lmana igutabare sha mimi uko uvuga ngo nuguharanira ivyo wipfuza urakwiye kwiga ukamenya rr ubwo buryarya urakwiye kubuheba jw urantangaza bakubajij ivyurugo uca wiriza kwl lmana igutabare vrmt

  • @mudashimwabernard-zp9zr
    @mudashimwabernard-zp9zr 2 місяці тому

    Mimi nafashe gukina Film

  • @TrésorIr
    @TrésorIr Місяць тому

    Mimi nikijuju cumukecuru

  • @IsidoreMiburo
    @IsidoreMiburo 2 місяці тому +1

    Non abana 3 wabavyaye hatabaye gukunda oya reka umwe Sawa nayo 3 oya reka

  • @MukarutabanaChristine
    @MukarutabanaChristine 8 місяців тому +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @gonzalo7115
    @gonzalo7115 2 місяці тому

    Mimi je mbona uzi gukina comedy. Nne ivyo bintu vyo gukuzwa ubivugira iki? Wew warigize umusazi urata abana numugabo nne ivyo bihuriye hehe nagakiza??

    • @burundigospeltv2661
      @burundigospeltv2661  2 місяці тому

      🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

    • @TAMARIDUSABIMANA
      @TAMARIDUSABIMANA 2 місяці тому

      Ariko ubundi uretse itiku abana yabataye mu ibarabara bafitwe na se? ni bamunanira azabamushyire cyangwa abakuzanire niba ubumvira impuhwe kuruta mama wabo mimi mu mureke ahakizwa kamenywa ni Imana

  • @AminathaAkimana
    @AminathaAkimana 2 місяці тому

    🎉❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @JoselineEsperance
    @JoselineEsperance 3 місяці тому +1

    Parce

  • @niyinyongerajacky4387
    @niyinyongerajacky4387 Місяць тому +1

    Cyane

  • @NadineIkizakubuntu-ev4zo
    @NadineIkizakubuntu-ev4zo 4 місяці тому +1

    Mimi uri ntwari ndipfuza kukubona courage mugenzi

  • @MukarutabanaChristine
    @MukarutabanaChristine 8 місяців тому +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉