Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Yoooo Ndayishimiye Mireille ndakwipfurije ivyiza ncuti yanje nzama nkwibukira kukajambo kavuga kati"Nugirirwa amahirwe uze ufashe umwe canke babiri uzaba umfashije rero uja na Yesu ❤❤❤❤❤❤❤
urugendo gwiza mimi mireille wanj yesu azogukomeze aguhe kugumana uwo mutima warufise natwe tugukunda cane ❤❤
Mimi ivyiza gs nivyo kwifurije ahugiye hose ndagukunda ataburyarya❤❤❤❤❤
Byby Mimi😢😢😢n'ubwo tubabaye ugire imigisha muvyugiyemwo mais ideni rya broken Heart uzoriturih gte😮😮🎉🎉❤❤❤❤❤
Sha yarumukinyi mwiza nater imber gusa agiye atugayeko twe basazaw nabarumuna we nabakuruwe agiye atatubwiye yagiye mukirund umengo bacabavyita kwigemura😅😅😅😅
Yooooh uruhanderumwe ndababaye ariko ahandindanezerewe kubwamimi mimi nda❤❤❤❤❤cn uzogirimigisha iyugiye
Mbega Mimi,Ndagukunda cyane Kandi nkunda uko ukina nzagukumbura.Amahirwe masa.
Mimi uzshame kumanwa yawe iyo ukorera ntikoza isoni amahanga uzayagenda paka uyamenyedha ibyiza gusa ndagukunda ndumunyarwanda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤imana ikujye imbere wambaye neza
Bon voyage Mimi Mireille twagukunda cyane mukinyi mwiza Imana izogukomeze✊✊✊✊
Yooooh mimi uragiye? Ntakundi GSA urugendo rwiza twagukunda uzugure umugisha maze🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
Iyo Ni Film gusa ndamukunda cane Mimi Love ❤❤❤❤
Mimi ndagukunda mugend amahoro gusa wibuke kuntway ideni.film ibibero vy'umuvyeyi ntayo muraduha suite .ingaruka bizogenda gte ntuzosubira kubonekamwo 😢😢
Niwigire warintwari muri film,uzogir'umugisha ncuti yanje
Yooo mimi nzogukumbur kwr ndababaye sana arik ndanishimye p yishurira kugihe vyukuri
Ubwo singaruka itumye afata urugendo 😅😅😅kombona igiye kuba agahomerabunwa ATI urugendo rwiza imana imbere😊❤❤❤
Igendere mukobwa wiza uzogire umugisha nda❤❤❤❤
Yoooo mimi uragiye?bon voyage!nkwipfurije imigisha itagabanije.wakina neza film ukampimbara
Yoooooo! Mimi nukur Iman izabane nawe kwifurije ishya ni hirwe mubyo ugiyemo kd ntuzahinduke uwo mutim wurukundo uzawuhorane nukur kd ndagukunda cne 8:47
Mireille bon voyage gusa wihute kuko mardi ndabona film Ingaruka kandi uzoba urimwo
Uzugire ikiganza ciza mukobwa wa yesu.❤❤arko.ingaruka turashaka kubona ukovyakutikiye n'a king wawe
Yooh mimi uzagire ikiganzza ciza ndagukunda,filme ingaruka izocihagarara diva wanje??
lmana imujimbere iyagiye azohabonere ukugiraneza kwi'lmana❤❤❤❤❤❤
Mimi urugendo rwiza gsa ndagukunda cyane from Rwanda
Iman ninziza canke agiye kumugiy kumugambo wibereho utababaye kaze❤❤
Urugendo rwiza uhoraho azobane nawe❤️
Mireille urugendo rwiza kandi uze ugirirwe neza N,Imana
Yooooo mana ndababaye cane ukuntu ndamukunda muri film mana ntakundi uzogire ibihe vyiza
Bay bay Mimi tuzogukumbura disi kwijambo rihindurisi bon voyage !!!!😢😢🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤uzogume utwiyereka Mimi uzobukoze cane baaaay!!!!😅
Haraho yobagiye mugwanda
Firme itumye yuririndeg😂😂urugendorwiza uzogarukebien ❤❤❤❤
Yooo azagire ibihe vyiza♥️♥️♥️ gusa film INGARUKA izociteba
☹️☹️😟😟😟😢😢😢😢
Bon voyage muntu wacu bcz I love so much 🙏🙏
Ohhh Imana Igendane nawe mwiza uzahirwe murugendo😢
Murekure ico gisasu ahubwo hashe hatokombereeeeeee 💃💃💃💃💃🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Mimi uragiye kweli ubu se koko mu ngaruka king azakinana Nande uratubihirije arko nti twakwifuriza ko utagira iterambere Imana izabane nawe murugendo ugiyemo
Nibaza k ari film ingaruka kuko Mimi ntiyofata urugendo ngo Amédée arek kumuherekeza
Bazina ndagukunda Sana uzahirwe muri byoseeee
Bon voyage Mimi wacu lmana ikuj imber l.❤you
Urugendo gwiza mili imana imbereee😂❤❤❤❤❤
Mimi kwer twagukunda nukur lmana imbere mukundwa❤❤
Have good journey All mighty God protect u
Yiooo mimi ndaryohewe vma❤ bn voyage
Vya sérieux ??? Urugend rwiza mukobwa wa yesu tuzogukumbura 😢😢❤❤❤
Hamw ndababaye ahand ndanezerew cn Imana ikungerez kur cn ubeho unezerew
Tuzosubir urungend rwiz rwiz nakwikundir ❤❤❤
Genda amahoro ncuti yanje ❤
Murakoze mweseee❤❤❤
Mimi ndagukunda vrt🥰🥰
Nukuri ndababaye cane
Urugendo ruzobe rweranda mukobwa mwiza.turagukunda pe ukina nkumukobwa yamenye lmana turabikunda
😂😂😂😂imanimujimbere arakunzwe maz❤❤uzugirumugisha mwiza❤🎉🎉
Yoooooo uru gend gwiza Mimi ❤
😢none king wawe uramusize urugendo rwiza mwiza lmana ikuzigame uroranirwe muvyuroyemwo
Ababonye kwari film,ingaruka ibandanya ,
Urugend gwiza Mimi ❤
Iman ikuj mber mim ndagukund❤❤❤😮😮😮
Manawe tuzogukumbura❤❤
Sabbas Yesu aguhezagire guherekeza mimi
Mimi imigisha myish niyonkwifurij Gus sindik ndabona ingaruk iy igiy guherera😢😢😢😢😢😢
Imana imujimbere ❤❤❤
Keza wanje Imana ikuje imbere
Mim urugend rwiz maze mundeng hararyosh kwer❤❤❤❤❤
Ab bakozi bimana bananiwe ningo we ubakurahe ewe bakizi bimana biki gihe ba murek kubeshera Imana
❤❤❤❤❤ urugendo rwiza
Imana imbere Mimi muga Ingaruka ntiyar bwahere😢😢😢😢
Bn voyage Di mimi Imana imbere ❤❤❤
Yo mimi mwiza uragiye Yesu azabane nawe ingene waturyoherza film ingaruka
Urugend gwza mimi wacu urakunzwe 🎉❤
Urugendo gwiza mukobwa mwiza 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
IMANA Ibane nawe
Ma chr uzagire umugisha
Mimi imana ijane naw iyugiy hos knd uzogir ikiganza cizaa iyuzobur ineza y imana izobashe gukayangana muvyuzoba urimwo vyos uzogaruk amahoro knd turagukunda cne mwiza
Mimi ndakwipfuruj urugendo rwiza ark nimwashik iyo mugiye muz mwibuke yamajambo mwatwigisha ari mur film yanyu "IBIBERO VY UMUVYEYI"
Bon voyage uraberew cane❤❤❤❤❤❤
Niwigire amahoro mwizaaa
Urugeng rwiza MIM tuzagukumbura❤❤❤
Emwe claude ntaraza kuvuga hhhhhh ngira ntarabona aya makuru Courage mimi
Kuwakabiri azobeyagarutse tubandanye ingaruka❤❤❤🎉🎉🎉
Uze ugire umugisha mukunzi
Mimi uragiye kweli? None ko usize Sabas bizagenda bite?ingaruka utarimo ntiyabaho gusa ndagukunda Imana ikujye imbere
Turagukund acyanemir eyeeee
Iman imbere mwiz wanj ujan n Iman uz ugarukan nayo❤❤❤
Wawaaa ❤❤❤❤ urugendo rwiza
Mim by ndagukund can❤❤❤❤ iman iber🙏🙏🙏🌹🌹
Mimi arakundwaa kweri !!!❤
Mimi ndagukunda ubwanj imana yomwijur ize ukuje imber murivyos
Urugendo gwiza twagukunda cane uzutwibuke ahiwaciburundi❤❤❤❤❤😂😂🎉🎉
Ngo aragiye ingaruka diva ninde. Azohakin.
Urugendo rwiza sister wacu
Urugendo gwiza mimi
Yooo oy rindir ingaruk iher
Aja hh ingaruka atayimaze 😢
Urugendo rwiza mimi wacu
Mimi urugendo gwiza uzobamahor uzogir umugich
Igir iruhuk induru n amajambo ya Claude🎉🎉🎉🎉🎉
Agiye murwand muvya flm Dico nawe vugishukur tuzobibon yashitseyo😅😅😅😅😅😅😅😅
Bay bay mimi uzogar urugend rwiza knd ndih akub hafiii
Urugendo rwiza Mimi ❤
Mimi❤❤❤ugirumugisha yugiyee
Niwigire uzukomeze kugira ubwitonzi nubukerebutsi nkubwabanyamuramvy nyene twizere ko uroye mubintu vyiza
Bon voyage ma chérie 🥰🥰
Urugendo rwiza
Yooo urugendo rwiza.arik film inganuka ntiyarik bwagere vuba ugaruke
Yoo mimi muz mugir urugendo rwiz xha

Emwe claude ntaraza kuvuga hhhhhh ngira ntarabona aya makuru
Courage mimi