#burundi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 55

  • @peninnamuller9502
    @peninnamuller9502 10 місяців тому +9

    Abarundi n’ugukira tuzokira. Ndashimiye avec émotion uyu muntu yagize iyi film y’Umuganwa Rwagasore. Mbere nimuze abarundi twese tumwambaze nk’Umweranda adusabire gushirahamwe nkuko yabiharaniye gushika adupfire. Prince Louis, prie pour nous Amen

  • @mzeeclaud
    @mzeeclaud Рік тому +2

    Impfura y'Umwami ,Umuganwa Atari Umugani waradusigoye Iragi ryiza,tuzokwama tukwibuka,Uzibukwa n'Abazovuka mu myaka iri mbere kugeza kumuhero w'Isi.Washatse ko Uburundi buronka Ijambo,Intahe y'Ubugabo,Ihangiro ryawe ryabaye ryo.Watumye Abarundi bamenyana:Urupfu rwawe rwakanuje Benshi.Uzokwama uri mu mitima yacu❤.

  • @noellambazumutima3585
    @noellambazumutima3585 5 місяців тому +3

    Tuzogukumbura Cungu yacu y'igihugu cu 🇧🇮 tuzokwama tukwibuka🙏💔💔

  • @bashirahishizeodemireille7939
    @bashirahishizeodemireille7939 2 роки тому +9

    Urakoze caane kuriy documentaire,bitumye menya vyinshi ntarinzi k'umugznwa Rwagasore.Ubandanye utera imbere uturonderera n'amakuru yandi kuriw no kubandi bagiriye akamaro Uburundi.Bifise ico bihindura mukwubaka Uburundi bw'ejo

  • @mucyomartin6692
    @mucyomartin6692 4 місяці тому

    Love from Rwanda❤, the best documentary 😢

  • @MaximeNiyonkuru-me3bt
    @MaximeNiyonkuru-me3bt Місяць тому

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟🌟👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑 igihe Cabaye kirekire tutagira
    RWAGASORE LOUIS wukuri!!
    Mana yaremye UBURUNDI 🇧🇮
    Dutabare ukuri kugaruke❤!
    Abatware babeho uko ushaka
    Batware bategura guhoraniteka
    Inyungu zabamwe ntizipfutany
    Igihugu watugabiye Data❤❤
    Habwicubahiro we ugira neza

  • @kefran62
    @kefran62 4 місяці тому +2

    Good work 🙏

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 6 місяців тому +6

    Uyumugabo Uyumugabo Rwagasore ni Yesu w'uburundi ahubona ababirigi baradukoreyikibi kumwica ningorane zose twagize nukubera atarakiriho 😢😢😢😢😢

  • @RichBrian-d8q
    @RichBrian-d8q 5 місяців тому +3

    Wa mu bro kumbe birakwiye kwashigwa Ku noti koko big up ma nigga boy Rwagasore

  • @kubwayojeremieimmer9957
    @kubwayojeremieimmer9957 2 роки тому +4

    I am really appreciate you

  • @rosaliebiniga5543
    @rosaliebiniga5543 6 місяців тому +2

    Umuganwa akwije vyose RIP❤

  • @kubwimanaprosper406
    @kubwimanaprosper406 Рік тому +1

    Mwarakoze cane kuducukumburira kubijanye na rwagasore

  • @TonnyNdikuriyo
    @TonnyNdikuriyo 5 місяців тому +2

    Umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore ahari nihezaa ari Mwijuru ntagukekeranya kubera yiguze Abarundi Bose Imana imwakire mubwami bwayo ubu twizera ko arikumwe nabamarayika na beranda bose

  • @p.claverrucamuvyuma6225
    @p.claverrucamuvyuma6225 2 роки тому +3

    Murakoze caane

  • @janvierniyonsaba8780
    @janvierniyonsaba8780 Рік тому +3

    Vyiza cane.ese mwoturonsa ibindi biganiro vya kahise k'igihugu cacu

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 4 місяці тому

    Urakoze bitumye menyavyishi nacanecane urukundo ndukwiye kubadufise

  • @joemac7463
    @joemac7463 6 місяців тому +2

    Courage hama muzane niya ndadaye

  • @AbassDjuma
    @AbassDjuma Рік тому +2

    Murakoz cane gose

  • @justinebitagoye3366
    @justinebitagoye3366 Рік тому +9

    Ndabaramukij . Iyi documentaire Ni production ya Bénévolencia Grands Lacs . Jewe Justine Bitagoye , j'ai co réalisé ce film avec Pascal Capitoliin . Yateguw igih Uburundi buhimbaza imyaka mirongo itanu bwikukiy.
    Un film de Justine Bitagoye et Pascal Capitoliin
    Copyright La Benevolencia Grands Lacs .
    Ni vyiza ko yabaryohey .

  • @regisgakiza8562
    @regisgakiza8562 3 місяці тому

    Warakoze❤

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 6 місяців тому +2

    Imbwa zicaziraza ziyitirira uprona zonona igihugu cose 😢😢😢😢😢

  • @AkramKamana-uf7gk
    @AkramKamana-uf7gk 5 місяців тому +1

    Abashakashatsi nkamwe murabahizi mwirambire

  • @ericciza926
    @ericciza926 10 місяців тому +1

    Niho nkitahukirwa nijambo ABA Pedese kabisa.zabuze kubarya neza nyene bagahunga nama Guru kugera Congo 😢😢

  • @kubwayojeremieimmer9957
    @kubwayojeremieimmer9957 2 роки тому +6

    Uzadushakire niya Ndadaye

    • @Kanuma-x7y
      @Kanuma-x7y 6 місяців тому

      😂😂😂 ndumiwe tuyikoziki?

    • @dzelbahnijmb1765
      @dzelbahnijmb1765 6 місяців тому

      None iyi yo muyiraba ngo muyikoze iki? Vana agasuzuguro ngaho😢​@@Kanuma-x7y

  • @johnj3093
    @johnj3093 4 місяці тому

    With english subtitles please

  • @OlivierMugisha-c5k
    @OlivierMugisha-c5k 4 місяці тому +1

    Warumugabo wabagabo Ilana ikizigamir mubwami bwayo

  • @MabrukiNgereza-gj7mz
    @MabrukiNgereza-gj7mz Рік тому +1

    Bonjour 👋

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 5 місяців тому

    😢😢😢barakadukoze ubu uburundi aba ari nkiburayi

  • @juniorkurko34
    @juniorkurko34 Рік тому +3

    Umuganwa atarumugani

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or Рік тому +2

    🎉🎉🎉🎉🎉

  • @JacksonEphraim
    @JacksonEphraim 5 місяців тому +1

    Byiza

  • @KevinIgirubuntu
    @KevinIgirubuntu 4 місяці тому +1

    Ubahwa

  • @bwitonzirosine
    @bwitonzirosine 2 місяці тому

    kuki iyonzu itokingirwa igafatwa neza?

  • @manimelody-no8zj
    @manimelody-no8zj 5 місяців тому

    Komenti zenundug zanguni muhimu kwangu murakozeneza chane nipo tanzania

  • @HarimonizeCondeboy
    @HarimonizeCondeboy 10 місяців тому +1

    Umengo niho nari mpagaze ndabezerejwe nukuntu twikukiye

  • @Karadiridimba
    @Karadiridimba 4 місяці тому

    Murakoze cane kurayo mateka yumuganwa Rwagasore
    😢😢😢😢

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 Рік тому +2

    Mufashe gutahura , Rwagasore nu muganwa Se akaba umwami! gt? Umwami yovyara umuganwa?

    • @dzelbahnijmb1765
      @dzelbahnijmb1765 Рік тому +3

      Umwana w'umwami aba ari umuganwa. Aramutse yimye ingoma aca yitwa Umwami.

  • @MbonwanimanaDaniel
    @MbonwanimanaDaniel 5 місяців тому

    Abansi b'uburundi n'abarundi.

  • @blankoblanko1550
    @blankoblanko1550 6 місяців тому +2

    😢😢😢😢😢😢😢

  • @christellairadukunda3961
    @christellairadukunda3961 2 роки тому +2

    Komera BETV

  • @MagezaJojo
    @MagezaJojo 5 місяців тому

    👏💖💖💖🙏

  • @AndreNdayizeye-m7n
    @AndreNdayizeye-m7n 5 місяців тому +1

    Warumugabo kabisa

  • @RichardNdayizeye-r9b
    @RichardNdayizeye-r9b 3 місяці тому

    Mpore uritwari ntituzokwibagira

  • @shukurujface8119
    @shukurujface8119 6 місяців тому +1

    UYumugabo ntabwo yoba afitaniye ubucuti na president nkurunziza

    • @NdabiretsePascal-jz5lu
      @NdabiretsePascal-jz5lu 5 місяців тому

      Nta soni kweli!!uretse amarangamutima nkurunziza umufata gute??
      Nkurunziza yabaye umwansi w'uburundi n'abarundi nk'abandi ba président benshi baje inyuma y'intwaro ya cami.Intwaro yiwe yaranzwe n'amarira menshi,yasize abapfakazi n'impfuvyi.......Ntimukagereranye umukozi wa Lucifer n'umweranda yiguze abantu nka Jésus Christ

  • @LeonidasNdayikeza
    @LeonidasNdayikeza 6 місяців тому +1

    Birunvikana cane kandi bikwiye kuduha icigwakoko ntamusoda mutoya yitegurira kwica ubutegetsi ariko Hama abatware canke abantu bakuru bihisha muri bato mukuburabuza abobabona bobarusha ubushobozi.ivyo rero mumugambwe canke muntwaro vyaragiye biragarukagaruka,muravyibuka nokuri Ndadaye.rero urwaruka dukwiye kwitegura neza ntitube abatamikwa ivyiyunviro vyabatwaye Uburundi ariko tukarobanura ivyiza,ibibi navyo tukabizibukira hose nokuri bose

  • @JimmyIrakoze-xn7yd
    @JimmyIrakoze-xn7yd 4 місяці тому

    Yarintwari