GUHANGANA k'u RWANDA n'u BURUNDI KUGEZE NO KU MAZI YA NIL? URUBANZA RWABUZE GICA| URU RUZI RUVA HE?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 291

  • @uwayezujeanclaude2268
    @uwayezujeanclaude2268 5 місяців тому +37

    Turarwana n'ubusa kuko ibi ni ibyo Imana yiremeye ngo biyishimishe Kandi natwe bitugirire akamaro. Ubwo byose twabiharira uwiteka

    • @NOTRETERRECESTNOTREVIE
      @NOTRETERRECESTNOTREVIE 5 місяців тому

      😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😅😅😅😅😅😊😊😅😅😊😅😅😅😅😅😅😅😅😅😊😅😅😊😅😅😅

  • @ibrahimcongeram.806
    @ibrahimcongeram.806 4 місяці тому +8

    La source du Nil se trouve ds un pay appelé Eden 🇧🇮 Edeni

  • @melchiadehishakiye8639
    @melchiadehishakiye8639 4 місяці тому +6

    La source du Nil se trouve au Burundi il ya plus 109 ans après la découverte

  • @bimazubutejules6332
    @bimazubutejules6332 5 місяців тому +40

    Nil iva iwacu kumutumba wa Gikizi,commune Rutovu,ahavuka abahora barongoye u Burundi, president Bagaza, president Buyoya, president Micombeto

    • @NinaZouzou-v9m
      @NinaZouzou-v9m 5 місяців тому +1

      Muratwenza

    • @Verrachegue-q4m
      @Verrachegue-q4m 5 місяців тому +2

      @@bimazubutejules6332 iwanyu uvuga nihe se?

    • @Greatrock250
      @Greatrock250 5 місяців тому +1

      Aba ba president ko ntumvise petero cg ndagara?

    • @omerntiharirizwa2121
      @omerntiharirizwa2121 4 місяці тому

      Niwacu Burundi mukayanza 'musubire kwiga uwagize amarangamutima ya rutovo yarabahenze none uruzi runini rutoragura amazi n'uruhe? Ni ruvubu ruva mu rwegura none ndabaze uruzi rwa rutovu rwohurirahe n'amezi y'urwanda atari ruvubu yo mukayanza agura na kanyaru yo murwanda 'rutovo siho hari Soko oyaaaaaaaaaaaaaaaaa 'subiramwo

    • @PiscoPhiri
      @PiscoPhiri 4 місяці тому

      ​@@omerntiharirizwa2121
      Twarabahinyuye shaaaa ntaho mutaniye n'inyanka Burundi. Nil ntawutayizi iva ahantu utokwibaza kwariho hari imbizi. Vyemere canke muvyanke la fleuve Nil niyo ndende kw'isi

  • @regisbayihaye4404
    @regisbayihaye4404 4 місяці тому +3

    Le Nil a plusieurs sources mais la source la plus méridionale se trouve au Burundi

  • @EmmanuelIrakiza-f7f
    @EmmanuelIrakiza-f7f 5 місяців тому +9

    Uyu ashaka ingwano yo kirubuga gusa source du Nil Iri murutovu I Burundi

  • @AudaceSabu
    @AudaceSabu 5 місяців тому +15

    Hako Uburundi nabarundi twotakaza Nile mwoyitwara mwatwishe twes mwatumaze twogwana kugeza kumurundi wanyuma BURUNDI VIVA ❤❤❤❤❤

    • @rjeph1237
      @rjeph1237 5 місяців тому +2

      Ariko ibyanyu ni ukwicana ntakindi kibaba mu mutwe

    • @ndikumanapacifique5993
      @ndikumanapacifique5993 5 місяців тому

      Ariko se nkubu turapfa iki koko uziko turangazwa nubusa kandi hari ibindi byinshi twagashyizemo imbaraga twese bikatugirira inyungu 🤷🏻‍♀️

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 5 місяців тому +3

      @@AudaceSabu ndabrisha ingene abanyarwanda bashaka kutwiba nile baragerageje kwiba tanganyika biranka bariba ingoma zuburundi baranka none bageze kwisoko rya nile bashaka kuryiba hhhh😄😄😄

    • @nduwaemma8588
      @nduwaemma8588 5 місяців тому

      😂😂😂😂😂

    • @MisterGoodman.600
      @MisterGoodman.600 5 місяців тому +1

      ​@@bizomenyimanaelias5455
      Yitware pe😂😂😂😂😂

  • @MurishiMose
    @MurishiMose 4 місяці тому +1

    Ntivyovamwo Nill ntabwo Ari yurwanda kk Nill ikomoka Burundi Ntamakuru ufita Umutima wa Afrique

  • @ezechielhabonimana6353
    @ezechielhabonimana6353 5 місяців тому +6

    Isoko ya Nil ni mu Rutovu mu Ntara ya Bururi mu Burundi.
    Muravye distance iri hagati ya source du Nil qui se trouve à Rutovu et la Mer Méditerranée ugaca ugira comparaison n'ivyo bindi bihugu Rwanda,Tanzanie, Ouganda, Ethiopie et Égypte nokwemeza neza ntashidikanya ko iyo Soko iri mu Rutovu.
    Tubashimira cane kubiganiro mudushikiriza tubipfurije kubaho n'ukuramba mwubahwe❤

  • @NKIRIHOVAILLANT
    @NKIRIHOVAILLANT 5 місяців тому

    Merci bcp ndakwemera uvuga amakuru neza kandi avec source à l'appui.iyahava hose ntibikwiye ko ateranya abantu.

  • @Kamenyero-gy2bj
    @Kamenyero-gy2bj 4 місяці тому +2

    La source du Nil à Rutovu est la plus au sud
    Bisigura isoko riv😮

  • @ProsperBigirimana-tx7oj
    @ProsperBigirimana-tx7oj 5 місяців тому +5

    Yes rutovu ruvyironza kagera niko bimeze

  • @dieudonnenduwantare9772
    @dieudonnenduwantare9772 4 місяці тому +1

    Nanje ndavyemeye kuko source originale Mu Rutovu ndafise Document

  • @fredtv5337
    @fredtv5337 5 місяців тому +8

    GGO jew nagiriwe amahirwe yokuba ndumurundi nkaba numun yarwanda nukuvua isoko ya Nil iri murwanda ati gute mukarere ka nyaruguru nukuvuga nyungwe ifise amasoko abiri kuko akanyaru aho kava aho bita kukamana hari undi mugezi witwa giswi ihura nundi mugezi witwa nshili turacari naruguru bigeze irunyomvyi bihana urubibi na butare akanyaru kaba kagutse cane kamanuka gaciye nubundi kagabanya nyaruguru(kuwamasata) na
    butare har akagezi kiroha mukanyaru kavuye iburundi kitwa umwogere knd umwogere uva nubundi ahitwa kabarore ugabura urwanda nuburundi aho hari akagezi kitwa rutigita ka murwanda muri kirarangombe umwogere ugabura kabarore nyiburundi namasiga i rwanda .gushika mukibira tugarutse akanyaru gahura na ntaruka akavuguto ruvubu iva uburundi yisuka mukanyaru nyabarongo ihura nakanyaru kndi nabarongo ifise nayo isoko muri nyungwe parc amazi ava murutovu asanga kanyaru kitwa akagera isoko iva rutovu murutana igeze mumazi yurwanda izina riba riheze atora izina ryo murwanda akagera kugenda gushika muri lac Victoria muri y uganda ijana kw ijana isoko iri murwanda

    • @elyon3300
      @elyon3300 5 місяців тому +1

      Jya ubyumvisa bene wanyu babarundi badashska kwemera ukuri

    • @benyamin9634
      @benyamin9634 4 місяці тому

      ​@@elyon3300 Genda nawe ubaze muri UNESCO barakubwira Aho isoko ya nil iri

  • @BrillantHarerimana
    @BrillantHarerimana 5 місяців тому +12

    Burundi batwigishyijeko nil iri rutovu muburundi ibindi nurusaku😂😂

    • @PatrickIrumva
      @PatrickIrumva 5 місяців тому +3

      😂😂naje nivyo narinzi,tuzohava dusanga Niki gihugu tubamwo kititwa uburundi 😂

    • @gilbertnkurunziza9643
      @gilbertnkurunziza9643 5 місяців тому +2

      Bazoduhibdurirauburundi ​@@PatrickIrumvababwite Urwanda cnk ikind gihugu

    • @thamarmukasharangabo2344
      @thamarmukasharangabo2344 4 місяці тому

      Nkuko nanjye banyigishije ki nil iva murwanda ubwose ukuri nukuhe twese kowumva twabyize tutabikoreye ubushakashatsi turapfa iki?

  • @nathanmaramvya1759
    @nathanmaramvya1759 4 місяці тому +2

    Gentil Ndakwemera ariko naw haribint wirengagiz ariko nawe ntuzik isoko nire rituruka Mu Burundi nezananeza muntara ya Bururi Commune Rutovu uzaze ndahakujyane

    • @afrigifttv1038
      @afrigifttv1038 4 місяці тому

      Ubu buhungu bwa kagame bwigira Ubusesanguzi none busigaye buvuga ubusa😂😂😂😂

    • @OwnerLi
      @OwnerLi 4 місяці тому

      None niba nil Ariyo muburundi kuki atakinu kizima ndumva bakuyemo.ubundi bamwe nibaba mumwijima.kandi ihari

  • @NkundaJeanClaude-ny7py
    @NkundaJeanClaude-ny7py 5 місяців тому +1

    Ariko amabandi yabanyamahanga arinda agira ibyo yemeza mubihugu byiwacu nkaho ntabashakashatsi dufite ? Habuze umunyarwanda wakora version ye? Ibindi biterwa n'inyungu ya ny'irubushakashasti ubundi aho ituruka si ikibazo ahubwo bazarebe icyo uwo mugezi wadufasha n'uburyo waduha umusaruro nka expedition touristique ariko ibindi muvuga ntacyintu mbona cyivamo.

  • @PiscoPhiri
    @PiscoPhiri 4 місяці тому

    Yesu yari umuny'africa na Nil y'uburundi arayizi. Uburundi nico gihugu co gutinya kubintu Imana yabwihereye.

    • @habimanaignace7235
      @habimanaignace7235 3 місяці тому

      Bibamariye iki se waninja we bituma mudahora musakuza NGO murakennye

    • @PiscoPhiri
      @PiscoPhiri 3 місяці тому

      @@habimanaignace7235
      🤣🤣🤣 Sikizima namwe atavyo mufise. Gikuru nuko tubifise. Ivyo kw'isi vyose siko bigufitiye akamaro, twe tubifata nk'ibidukikije kuko vyose n'ubusa. Ahubwo niwe urikijuju, ahubwo nturi n'ikijuju, uri IKIGUGU👍👍

    • @habimanaignace7235
      @habimanaignace7235 3 місяці тому

      @@PiscoPhiri jyenda wanjiji we ngaho jyenda ufate iyo nil yanyu uyoze munnyo

  • @sabiyumvaprotaissabiyumva5696
    @sabiyumvaprotaissabiyumva5696 5 місяців тому +12

    Ntuhave uzan'amahâne Nil iva mu Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @PiscoPhiri
    @PiscoPhiri 4 місяці тому

    Uburundi bwarahezagiwe muvyemere. Amazi ya Nil kuko na Yesu yarayanyoye. Kuva kera isi yose yaravyigiyeko isanga iva mu Burundi. Abansi b'ububurundi ni benshi ariko nibakomeza banka uburundi bazobona ibara kuko ni Éden 🇧🇮

  • @PascalNdiwenumuryango
    @PascalNdiwenumuryango 4 місяці тому +1

    Source du Nil se trouve au Burundi exactement à Rutovu

  • @karamiravictor
    @karamiravictor 5 місяців тому

    Merci bcp Gentil

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 4 місяці тому +3

    Urabesha Nil yamuka mu Burundi birazwi mwebwe ivyiza vyose mwama muvyiyitirira

  • @abanyeshure
    @abanyeshure 5 місяців тому +1

    Google ahubwo yerekana nyene ko source ya Nile iri muri nyungwe ahandi bakavuga Victoria.

  • @AmisoMuyohira
    @AmisoMuyohira 5 місяців тому +4

    Source of nille is burundii in rutove

    • @anesiendaz9890
      @anesiendaz9890 4 місяці тому

      Ekaye, ni ikabarore muri kayanza, niho nili ruva

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 5 місяців тому +4

    Uburundi bufise biramide yerekana ahosoko riri namwe ngo mufise aho umugezi uva

    • @PiscoPhiri
      @PiscoPhiri 4 місяці тому

      Uwutazi Uburundi aburundwamwo. Urwanda nta Nil bafise kuko babipimye kuva kera🤣🤣🤣 Abanyarwanda murazi kwikwegerako vyoooose bibe ivyiwanyu. Ariko murahumba uburundi n'umurima wa Eden.

    • @kanamugireemmy1917
      @kanamugireemmy1917 4 місяці тому

      ​none c barayikwegera ngo ibungure iki?Uburundi nimba koko buyifite ibumariye iki ?ibyo byose ni zero abo ifitiye akamaro ni misiri namwe nukwirirwa muvuga gusa ngo sigwanyu ni gwacu ngaho muzoyifunge byibuze nka one week twemere ko muyigaba ?byahe c ?​@@PiscoPhiri

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 5 місяців тому +1

    ahoho na kenya iravugako ifise source ko mwayikuyemwo??

  • @Josephat-cw6co
    @Josephat-cw6co 5 місяців тому +6

    Abazungu ntiyigera bemera ko abirabure hagira ico twobarusha kuki batwivye yesu ngo n'umuzungu kandi arumwirabure wacu Putin yarabaseseye agatabi

  • @ProsperBigirimana-tx7oj
    @ProsperBigirimana-tx7oj 5 місяців тому +3

    Oyaha nil twize geographie kuba kera via murutovu

  • @FocusOnThePromise
    @FocusOnThePromise 5 місяців тому +4

    Wibagiwe ko Twin lakes zo mu Rwanda ( Burera na Ruhondo) nazo zifite Aho zihuriye. Burera yiroha muri Ruhondo, Ruhondo ikabyara Mukungwa, Mukungwa ikabyara Nyabarongo, Nyabarongo ikajya mu Akanyaru, Akanyaru, Akagera, Akagera kakabyara Victoria

  • @abdallahjuma7997
    @abdallahjuma7997 5 місяців тому +4

    Munyibukije Ingoma zacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 muzi mwiyo misi ukuntu hari ibihug b'ibanyi vyari vyagomvye kuziyitirir kubury baciy bahindura ukwo bambara urya mwambaro bavuza ingoma bambaye kugutinya kwo bazibaka ubu naho baraje kuri nile😂😂😂😂

    • @afrigifttv1038
      @afrigifttv1038 4 місяці тому +1

      Tuzopfa tubonye😅😅😅😅😂😂😂twaraziwe😊

    • @Iyobeattv
      @Iyobeattv 4 місяці тому +1

      Uwapfuye yahomvye vyinshi

  • @kalisainnocent3
    @kalisainnocent3 5 місяців тому +1

    Nonese NIL ibahe mu rwanda mukahe karere nyumvatyo zinzi aho iherereye itembamo amazi meza c cyangwa nibiziba nka nyabarongo?

  • @musakamale796
    @musakamale796 5 місяців тому +2

    Gusa uvugana inkuru neza,ugaragaza ubuhanga munkuru zawe,ariko jyugerageza kudahengama cyane.

  • @ngenzihitimana8173
    @ngenzihitimana8173 5 місяців тому +16

    Aho kugirango Abarundi nkabanyarwanda barwane bapfa uwo mugezi ahubwo nibashyire hamwe ingengo yimari mubushakashatsi kuri Nil ibazavamo bazabidutangaririze hamwe uko Niko jewe ndabyumva

    • @kalisainnocent3
      @kalisainnocent3 5 місяців тому +3

      Ikibazo nubuyobozi bwanyu iburundi ibyo uvuze nibyiza cyane ark Neva wanyu ntiyabyemera arafunga imipaka uduza ninshuti iburundi urumva ibyo yabitekereza kd ashakako tudahuza

    • @Verrachegue-q4m
      @Verrachegue-q4m 5 місяців тому +2

      Jewe nemera ko uburundi nurwanda ari igihugu kimwe,umurundi numunyarwanda ni umuntu umwe
      Kubwivyo kuvugako nil ituruka murwanda canke ukavugako ituruka muburundi vyose ntakwihenda kurimwo kuko nemerako urwandu nuburundi ari igihugu kimwe cagabuwemo kubwamacakubiri
      Twatewemo nabansi ba afurika

    • @kalisainnocent3
      @kalisainnocent3 5 місяців тому +1

      @@Verrachegue-q4m uravuga ukuri rwose uburundi bwemeye bugafungura umupaka bukishyira hamwe nu rwanda Dore ko mwe mukora no kuri tanganyika dufatanyije muribyose numutekano mubihugu byombi twatera imbere cyane umurundi umunyarwanda jyewe sinzi noku batandukanya kereka uvuze nibwo numva ko urumurundi

    • @Verrachegue-q4m
      @Verrachegue-q4m 5 місяців тому

      @@kalisainnocent3 erega neva ni ikizeze ntabyenge agira burya uburundi butwarwa nabantu batagira ubwenge

    • @Verrachegue-q4m
      @Verrachegue-q4m 5 місяців тому +1

      @@kalisainnocent3 Uburundi nurwanda tubaye umwe twogira inguvu tukagera kure
      Nigute turi ibihugu bibiri bitandukanye kandi duhuza ururimi?

  • @Grainofliin
    @Grainofliin 4 місяці тому

    Ariko ikibabaje nuko Nil itotunganywa ikagirira umumaro amazi yacu jewe mbona abarundi, abanyarwanda.... Tuyagomere tuvomeze imirima ibindi bavyihoze

  • @Evra800
    @Evra800 3 місяці тому

    Se trouve a l’Utovu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @uwaseeirenediane5117
    @uwaseeirenediane5117 19 днів тому +1

    nil Iva mu rutovu I Burundi 🇧🇮 noneho bahashyize na pyramide yaba nya misiri

  • @PETERSFOODLtd
    @PETERSFOODLtd 5 місяців тому +5

    Nize Uganda high school batwigishako isoko ya Nile iri Uganda ahitwa Jinja 😂

  • @AdelardKubwimana-jz8ri
    @AdelardKubwimana-jz8ri 3 місяці тому +1

    Ikibazo nibaza ko tugishira ahadakwiye kuba ikibazo Nimba twitwa ko dufise imigezi yamazi meshi kwisi muga tukamana inzara ayo mazi ntiyotubera inyungu yukurima vyishiii tukagaburira isi gusumba aho twiyitirira ibitatwungura ikuntu nakimwe

  • @paulettemugisha6388
    @paulettemugisha6388 5 місяців тому

    Amahoro ,uvuga ukuri kandi utanze umuco ukwiye kweri .UBURUNDI N'URWANDA dupfa iki kweri?Asante

  • @Luckyhunter-x2n
    @Luckyhunter-x2n 3 місяці тому

    Isoko ya Nili iri mu Rwanda muri Nyungwe aho bita mu musozi wa Mizimu(bisonanuye imizi umu) nyuma ibyara Rukarara,
    Muzakore ubushakashatsi ,Ingingo muzagenderaho :Muzareba hagati ya Ruvyironza n'Akagera gaturuka mu Rwanda yo guhura kwa Nyabarongo n'Akanyaru,hazarebwa
    1.Umugezi munini
    2.Umugezi uturuka kure
    Muzasanga Akagera gaturuka mu Rwanda ariko kanini kandi karekare uzamanuka ugere mu kona ka mashyoza aho Nyabarongo ihurira n'Akanyaru ukomeze ugana muri Nyabarongo kuko n'iyo nini uzasoreza urugendo muri Nyungwe
    .

  • @rsfdzxzx2274
    @rsfdzxzx2274 4 місяці тому +1

    Urabeshe ava muburundi urabeshe cane

  • @MambaNshutinziza-rp6tv
    @MambaNshutinziza-rp6tv 5 місяців тому

    Mbona kwiyitirira isoko ya Nile byaba ibyo gukurura the tourism ubundi ikabungwabungwa.

  • @niyokwizeraoscar7479
    @niyokwizeraoscar7479 5 місяців тому +3

    Vyase dukoresha alfabent 😂😂😂B,R,T,S,Etio,Egipty cran full 🛑

  • @NKUNDURDA
    @NKUNDURDA 5 місяців тому +1

    Nigaga primaire na secondaire twigishwako nill ikomoka mu Rwanda nkuko Gedeon yabosobanuye

    • @Verrachegue-q4m
      @Verrachegue-q4m 5 місяців тому +2

      @@NKUNDURDA abobose bavuga ko iva iwabo nibyo bigishijwe nkuko nawe wabyigishijwe rero ntimurye impaka gose ahubwo nimutahureko uburundi nurwanda ari igihugu kimwe umusi icorezo civanguramoko caduhezemo
      Tuzagira umushinga wo guhuza ico gihugu ciza cane catatanyijwe nabagome babazungu

  • @Grainofliin
    @Grainofliin 4 місяці тому

    Jewe impartialement nibaza abatangaza iyo Nil ikomoka badahengamye boraba igihugu kiri kure y ibindi hanyuma inkomoko yoboneka muri nyungwe ni sawa kandi Rutovu naho niho hasigaye kumenya uvuye kuri Mediterranean gushika aho source riri kure riri

  • @jeanclaudentirandekura2635
    @jeanclaudentirandekura2635 4 місяці тому

    Ikintu mwihenzeko. Ruvubu ntaho ihurira na nyabarongo, ntanaho ihurira n'urwanda. ruvubu ihura na kagera ariko bigahurira i tanzania.

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 4 місяці тому +1

    Muragwaye kabis uraz muburundi urabe aho iva ndabatwenz ntaho muzoyishir ngo muyimurr iwany

  • @shemaplacide2047
    @shemaplacide2047 5 місяців тому +1

    Harya ibi nabyo abantu barabipfa

  • @FloribertKayoya
    @FloribertKayoya 3 місяці тому

    Source iri iburundi mu Rutovu kuri Pyramide kwibarabara rija kumuhweza nomubitabo mumashure niko twavyize ntabwo source du Nil iri mu Rwanda.

  • @jjtvshow5878
    @jjtvshow5878 5 місяців тому +2

    Nimba mu Rwanda bayikoresha mugukurura tourist Abarundi bo bayikoresha iki?🤔 Ikingenzi nicyo umariye igihugu

  • @NiyongaboJeanpiere
    @NiyongaboJeanpiere 4 місяці тому

    Urahevye urabesha kabx kandi nahora ndakwizera

  • @Zembedamius
    @Zembedamius 5 місяців тому

    Ndaje nzabapimire nkoresheje umugozi nzababwira sha😊

    • @silasnzabakenga8005
      @silasnzabakenga8005 5 місяців тому

      Nibyo byaca impaka uzapime kuva kurusumo aho akagera gahura na ruvubu werekeze aho I Bururi urebe uburebure n,ingano y,amazi debit or discharge nange mve Rusumo ce muri Nyabarongo ngere muri Rukarara Ituruka muri Nyungwe ubundi urubanza ruzaba urucabana

    • @silasnzabakenga8005
      @silasnzabakenga8005 5 місяців тому

      isoko ya Nil ni muri Nyungwe Turebye kure hashoboka n,ingano y,amazi

  • @mayoya-fl2pz
    @mayoya-fl2pz 4 місяці тому +1

    Umwe wese reka azozibire umugezi wiwe niho tuzoca tumenya uwariwe

  • @MunyanezaAime-ml9ev
    @MunyanezaAime-ml9ev 5 місяців тому +3

    Isoko ya Nile ni mu Rwanda muri Nyungwe forest hari n’ibimenyetso by’ubushakashatsi

    • @raissafabien4285
      @raissafabien4285 5 місяців тому

      😂😂😂😂😂

    • @Vivi-sr7rq
      @Vivi-sr7rq 5 місяців тому +2

      Hanyuma ikagaruka gucamuburundi gute?

  • @godefroidhabarugira4147
    @godefroidhabarugira4147 4 місяці тому +1

    Jewe burya Abanyarwanda barantwenza gose peee
    Ahubwo na Tanganyika iva murwanda🤣🤣🤣

  • @tobi-Mivumbi
    @tobi-Mivumbi 4 місяці тому

    Ndabona kubona isoko ya nil ari ibibazo!!😮😮😮

  • @Josephat-cw6co
    @Josephat-cw6co 5 місяців тому +1

    Iri iwacu mu rutovu ntawutabizi na Stanley yaravyemeje twofungarubu rwacu niho abanye ethi

  • @onesnitegeka7745
    @onesnitegeka7745 4 місяці тому +2

    Nil ikomoka mu Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @jeanaimable4735
    @jeanaimable4735 5 місяців тому +1

    Reka kutubesha!Ruvubu ihuye na Nyabarongo niho habonek kagera

  • @niyogushimaOscar-bh6mj
    @niyogushimaOscar-bh6mj 5 місяців тому +1

    Kuva ryari urwanda ruvamwo fleuve NiL?😂😂jewe gabasha muratwenza eh tubwire ibindi?

  • @JeanMarieNKURUNZIZA-cs2qg
    @JeanMarieNKURUNZIZA-cs2qg 5 місяців тому

    Ibi umwe wese abivuga uko ashatse nkanje ndumurundi banyigishije ko la source du Nil est au Burundi à Rutovu

  • @oliviermpumuro6669
    @oliviermpumuro6669 5 місяців тому +3

    Erega Uburundi nurundi Rwanda

  • @himbazimanagrace8102
    @himbazimanagrace8102 4 місяці тому

    Nubwo vyabananiye gutahura isoko ,isoko ryuruzi rirabwa bivanye niriri Kure ugereranije nyyandi yose izisigaye naho yoba menshi gute vyitwa affluent

  • @inezaJustin-pq7zd
    @inezaJustin-pq7zd 4 місяці тому

    Murabesha Nile niyiwacu Burundi 🇧🇮

    • @thamarmukasharangabo2344
      @thamarmukasharangabo2344 4 місяці тому

      Burya ntacyo muzi twishwe nabatwigishije Uganda ,iburundi, urwanda, tanzaniya ibyo bihugu byose bivugako isoko ya nil iba mugihugu cyabo hhhhh rero twese ntago tuzi ukuri nubundi twe kuryana twavutse nil iriho kdi tuzanayisiga setu.

  • @nkwakuziemmy5937
    @nkwakuziemmy5937 5 місяців тому

    Twese turapfa ubusa kdi turi abavandimwe, abayabyaza umusaruro ubwo nibo afitiye umumaro

  • @niyonkurucanesius7773
    @niyonkurucanesius7773 4 місяці тому

    N'ikibazo c'inyungu za politique n'ubutunzi.
    Kuko tourisme ariyo ija mbere mw'izo tractations zose.
    Si non la source du Nil le plus lointain est à RUTOVU - BURURI - BURUNDI.

  • @abdallahjuma7997
    @abdallahjuma7997 5 місяців тому

    Vyiza muzosure uburundi tubereke source du nil ahiri mbega mwarumvis igihe leta y'uburundi y'arivuz kwo amazi ava mwisoko ya nil kwo bagiy guhora bayakoreshakw mwarumvis ivyo Ethiopia yavuze

  • @FloribertKayoya
    @FloribertKayoya 3 місяці тому

    Jewe nanje nziko kigira imaze kwisuka muri Ruvyironza nayo iraheza ikisuka muri Ruvubu mubice vyigitega ruca rubandanya mu ntara ya karuzi Ruvubu subira kurubona hariya mu ntara yamuyinga musi ya Lycee Rugari rugaca hafi yimurama kuri frontiere ya Tanzania nuburundi ruca rwinjira muri Tanzania nyezina ngeza ngaho

  • @uwayezujeanclaude2268
    @uwayezujeanclaude2268 5 місяців тому +2

    Ariko hari nakandi numvise ,amazi yose ava mu Rwanda nava muburundi ko yisuka mu Kagera, akagera ko ubwo kavuka gate? Aha rero kugira no bigende neza uwakwitirirwa iyo soko ni uwashira imari agaha abashakashatsi bakabyemeza nawe akabigenderaho imyaka mike

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 5 місяців тому +2

    Urwanda mwiki gihe uwutobitondera mwokwama mwashwany pe sinzi ngo ingoma mushaka zibe umuco wanyu nimba atamuco rwanyu mugise ntumbaze none ngivyo ivya Nil navyo biradutse ngo nirwanyu jw jw kweri musigaje kuvuga ko nuburundi bibaye rwanyu nibidashoboka na tanganyika mwokwimvye kugira ishike iwanyu hanyuma muce mutwemeza kwariyiwanyu sha wapi nukubihanganira nayahandi mbona twokwama muntambara

    • @fiacrentare9843
      @fiacrentare9843 4 місяці тому

      Ubwo mubona twakifuza abarundi muturushaki niki mubona twabacyeneraho koko ntidukeneye nabarundi mubuzima

  • @mugabefredcalvin2357
    @mugabefredcalvin2357 5 місяців тому

    Ubukanuramaso, nil, ingoma nibyo Abanyarwanda nabarundi dupfa ??,basi mubitware nibyanyu 😄😄😄

  • @etiennehabumugisha5612
    @etiennehabumugisha5612 5 місяців тому

    Turapfa ubu Nile yibera mwishyamba rya nyungwe kbx

  • @PasteurHakizimana
    @PasteurHakizimana 4 місяці тому

    Ici nobona coba ciza nuko umwe wese yogira urugomero aho iyo Nil ituruka tukaraba uwo amazi ya Nil ahererako ntabe akiyabona niho twoca twemera iyo Nil aho ituruka

  • @etiennehabumugisha5612
    @etiennehabumugisha5612 5 місяців тому

    Amarebe ari mubwoko 6 hari ameze nkurubobi hari amaze nka mashu nayandi pfite umwanya nayasobanura kuko aratandukqnye

  • @turamyeyezujoseph149
    @turamyeyezujoseph149 4 місяці тому

    GG nyabarongo yaba ihurirahe na akanyaru ?

  • @hassanbarame4758
    @hassanbarame4758 5 місяців тому +2

    GGo I like u

  • @OwnerLi
    @OwnerLi 4 місяці тому

    Aho nokuri nasangamo kuko ibaye imari beneyo bakwigaragaza

  • @bugingoannanie793
    @bugingoannanie793 4 місяці тому

    Nonese ko bavugako isoko Iva Uganda harinahantu hitwa nile River

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 5 місяців тому +2

    Ooh,kugira rugirwe urwa kabiri baba bapimye bahereye mu Rwanda ?
    Noneho Uburundi ntibukirwanye na Amerika buzosekurana n'urwanda kugirango vyemere !

  • @enockngendakumana5181
    @enockngendakumana5181 5 місяців тому +2

    Ewe banyarwanda mwe ningoma zuburundi mwashatse kuziyitirira nanire mwayiviriye hasi muri babirwa ahashashe

  • @dieudonnenduwantare9772
    @dieudonnenduwantare9772 4 місяці тому

    Dr walideker

  • @sibomanaemmanuel1831
    @sibomanaemmanuel1831 5 місяців тому +5

    Vive Rwanda 🇷🇼❤️

  • @Etienne.1010
    @Etienne.1010 5 місяців тому

    Erga nindende kubra yuko ikomoka muburundi kure ya méditerranéen ikomotse murwanda ntiyakongera kwitwa ndende kwisi

  • @wibabarakevine2859
    @wibabarakevine2859 5 місяців тому +1

    Hello GGO

  • @miracletv2574
    @miracletv2574 4 місяці тому

    Ahubwo ngira na tanganyika niyiwanyu

  • @AndreNdayavurwa
    @AndreNdayavurwa 4 місяці тому +1

    ikibazo kihari abanyarwanda muri ibisuma ibintu vyose nirwanya

  • @FulgenceKwizera-v9x
    @FulgenceKwizera-v9x 5 місяців тому +1

    Nil isoko ryaw n iburundi ibururi rutovu

  • @niyongaboselemani6968
    @niyongaboselemani6968 4 місяці тому

    Bavumbura iki konzi hamye haba abantu

  • @JlmnVhio-ns5cg
    @JlmnVhio-ns5cg 5 місяців тому

    Ntibavumbuye ibyo biyaga ntugakoreshe amagambo atari yo,bayivumbuye bate kandi yari isanzwe izwi inafite amazina yayo? Ikitazwi nicyo wavuga ko bavumbuye naho ikizwi cyo kiba cyaravumbuwe nabahatuye bagihaye izina.

  • @caramamttv
    @caramamttv 5 місяців тому +1

    Hhahaha ngo nile Iva mu Rwanda Hhahah Hahaa Nile Iva rutovu Burundi na pilamide ibiranga irahari

    • @NteretswenayoAugustin
      @NteretswenayoAugustin 4 місяці тому

      Je ni iryambere numviseko Nil iva mu Rwanda

    • @SrggHhggg
      @SrggHhggg 3 місяці тому

      Ariko niba ariniyanyu ibamariye iki??? Kominasa nabi kuvakutaka kugeza kumitima yanyu😏😏😏

    • @caramamttv
      @caramamttv 3 місяці тому

      Urakoze cane ariko urwanko ntaho ruzogushikana…nimba dusa nabi nawe usa nabi…noe aho ubona jew nawe ikidutandukny ariki se ? Kuvuga ururimi nkurwo mvuga…Imana ikubarire kuko ivyuvuga nishari gusa uba ufitiye nabatakuzi

  • @XasanAduunyo-sp1wk
    @XasanAduunyo-sp1wk 5 місяців тому +2

    Erega amazi ya nil ntasa nayandi mazi

  • @MandelaManirariha
    @MandelaManirariha 5 місяців тому

    Gédéon gabanya kubesha sha ivyawe turabizi

  • @gilbertndihokubwayo3941
    @gilbertndihokubwayo3941 5 місяців тому +1

    Uburundi tuzowugare tuyanyegeze akamye bazoca bemera kwaviwacu

  • @Evra800
    @Evra800 3 місяці тому

    Nahora ndakwemera ariko ubu ntavyawe ushize urwanda rwanyu imbere,muzopfa uko nyene mutavuze ukuri.Gentil Gedeon nari kugutuka ariko reka ndavyihoze guza izo ruswa mutanga kubashakashatsi muzireke

  • @musakamale796
    @musakamale796 5 місяців тому

    Natwe Niko twabyize muri Geography

  • @kuruboneemmanuel4591
    @kuruboneemmanuel4591 5 місяців тому +1

    Algue mu kirundi (imiguhaguha)

  • @fredericknkurikiye
    @fredericknkurikiye 4 місяці тому

    Nil ava rutovu birazwi urabaza ububirigi.

  • @evaristendabanye
    @evaristendabanye 5 місяців тому

    Nike iva muri South Africa 😂😂😂.
    Maze ndore.

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 5 місяців тому

    Ivyo biroroshe ingene twobahana tuzoyakatishe inzira mu Burundi harya mu Rutovu turabe ko muzosubira kuyabona.Murasekej ahubwo😂

    • @suavisndihokubwayo-cc3id
      @suavisndihokubwayo-cc3id 5 місяців тому

      murushwa nubusa mbona ataco imaze nagira ngo niyonzira yoroshe mukuronga vyangombwa

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime 5 місяців тому

      Uzare nyungwe uzabonako nili ariyurwanda.