😧 Umubano mubi hagati y'abavyeyi biwe, watumye Sarah agira ihungabana ry'amagara yo mu mutwe

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 24 лип 2024
  • 🎞 Kurikirana kano kareresi kakinywe n'abanyeshure bo kw'ishure rya karorero ryo mu Ngagara
    ✅️ Mu mashure amwe amwe, abanyeshure ngo baratahura ibimenyetso bikunze kwibonekeza iyo hari uwugize ikibazo c'ihungabana ry'amagara yo mu mutwe
    🚻 Abavyeyi bakwiriye gutahura ko umubano mubi w'abubakanye ufise ingaruka ku buzima bw'umwana mu mpande zose, haba mu kibano, kw'ishuri eka no mu vyigwa
    #Uburundi #Jimbere

КОМЕНТАРІ •