Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ibi uvuze vyose nukuri Imana ariko izikurinda 😢😢😢😢mugwizamasengesho
Reka vuga ivyuburofa kutavugako barogwa bashitse inzigo yabarundi ntumuyizi ugworubuga warugiyemwo
Mbega abantu,! Muraharira ivyo mutazi? Ndumiwe
Akes ntamuntu apfa imbere y'urupfu gwiwe nimwanona umuntu apfuye igihe ciwe cogupfa kizoba kigeze dufis'Imana itubereye maso abarundi turubwoko butavumika.
Ikibi cawe nuko uguma usubiramwo ivyo wavuze bigatuma ndambirwa kuvyumviriza
Reka ububeshi mwivyo vyurufu, umuntu apfa umunsi washise, kubera abeshi mu Burundi bapfira muma Hospital none nabo ivyabo bimezege gute?
Imana niyo yitungir uway gus nuguseng gupfanavy nicagezw ahuburihos urupf ruragusang umus wagez
Thanks for the informations.Helpful.
😂😂😂😂😂😂bro wibajije ko abantu tuza ino gukora urupfu turusiga muhira,igihe kigeze umwe wese arapfa qlq soit ahari hose.Ego hariho abicwa nuburuhe beakazi canke ama accident yakazi nyene ariko ivyo uvuze umuntu yovyemera nuwutarashika ino so besha abo hiyo bose.
Sha abobobo babakuyemwo ibihimba woho bagukuyemwo ubwenge ivyobint urikuramvung wumva harimwo ukuri? Sh ibint mumvunga birandushisha
Ndababaye Cane nosabako ubutungane bwogukorerako bakakubaza ivyo uvuze mbega jewe ndakwibarize ivyo Uriko uradedemba woba warabibonye ?My God urakwiye guhagarikwa nubutungane vraiment ukabibazwa
Icokinyasi kiranguha😢😢😢
Ikintom cambayubusa nabatasafiriy mbon a bapfa gusa mumenye gupfa twes tuzopfa igihe kigeze
Musimupinge Mimi NikoMarekani anajuwa hiyoKuopere roho watuwanakifaSana
Jamboo
Kabisa harimukuri Naho mbony haribesh babipinga Ariko wokwibaz impanvu umwarab yemer Gutanga inoti ingan ukurah ngo arakuguz None iyumunt aguz ikint bisigurik? Rero nibaz igikur suguping ahubwo nibibe inkebiz bicung ndabon beshi nabagabo Cank abahung bagupinz mbekuki bo batokwemer kuz kwironderer ubwo buzim Bakaroha abagor babo canke abakunz babo nukur nkanje nzokwemer rye ivyondos Ariko ntamugor wanj nofa ndungits nukur Kirets utamukunda nukuri mumpinyuz nabagor bak cank abakobwa bavayo ugasanga ubuzima bwabo bwifashe nez Uwupinga arabaz umugenz wiw wese azi yavuyeyo ndizer kwatazobur numwe abimubarir
Uri ikijuju nimukuri pe.mbega ayasigaye ngaho wibaza ko hakingiwe ntibapfa.iyaba nari mfise ubushobozi nakuraza mugasho knd nagutwara ndakwicayeko.ubundi wabanza kunyereka ivyo bintu Aho bikorerwa kuko uvuga nk'uwutwara ababikora
Umva nguhe impavu bapfa, iyo bari hariya, bakora ubuzi bw'umuruho,ntibaronka umwanya na muto wogutembera, n'ukuvuga circulation sanguine iba yarhindutse kubera vie sédentaire . Ivyo bafungura bibaziba imitsi, umutima bigatuma udakora neza. Igitigu gurtyo nyene. Rero iyo bageze mu Burundi, baca bafatwa na syndrôme de fatigue chronique, rero mu gupfa baba buhenuke Canke bakagira parkinson's disease
Toa uongo we bono wew Una dalili ya hivo Uko unaongea???? Ni uongo mbaya
Mujya gukorayo iki ubundi mwagumye iwanyu mugakora cyane
❤❤Urakoze kunkebura ndabihevye kungenda
Bambwirejw hano Ugandabagumabashingaintahebashakireubuzima hanomuri Africa
Basha,ibqo nububeshi bwambaye ubusa.Bogukuramo igihimba,ntubure kubona ninkovu kumubiri.
Yeah birashoboka
Sarama ndugu sukwitaba Imana vyitwa kuva mumubiri witavye Imanaho wobuhiriwe kuku na Ndayishimiye aguhamagaye worara wambaye
Suko see
Murantwenza iyomuva kwer ndayishimye aguhamagaye woraranibirato😅😄😃😃😀
😂😂😂😂😂
Nivyo kwl gus harih abatabitahur gus igikur nuguseng umunt akiyegerez iman
Imana idufashe
Non hafpa abatariwabo gusa tok ngibagumiwabo ahuvuzik wew wandits uko akanyon kataguruts ntiyameny iyobwez numuciko mwinshi
Amahoro y'Imana abane namwe. Ayo makuru udusangije ni ay'ukuri kabisa.
Vyarabaye gusa akes ashiramwo nakabirya
We bro sivyiza gutanga amakuru yuburofa kifo nikifo nahapa watu wanakufa usitishewatu
Ziba aho gabanya kubeshya abarundi Mujye mugabanya ibintu byuburaya muba mwaje gukora saudi Ikindi kandi nimwe ubwanyu mumarana
Icogihungu nicaheganani jengizimisi ndacumviriza nirofa yuzuye
Triste. Ahubwo wewe bagufate usigure neza ivyo uzi n'ivyo wabonye.-
Ntimuharire Basha iyisi yarabay nabi abantu barabay ibikoko heshi kwisi ivyo avuz birabaho
Nkokumutima birakorrwa be namafyigo😢 on parle de la transplantation
Uzoze uravuga ivyuzi sha ivyo mwiyumvira sivyo
Ivyo jew ntakibazo nobiha kwr rekakubatera ubwoba bironderer u buzima sha
Belyse yahitanwe ninda yaravyaye acarafa yaramaze umwaka ninusu muburundi ubu asize uruyoya😢😢😢
Yooo wew warumuzi bibaho nibeshi bataha varikwibaruka haryahantu haba hagoye😢😢😢
@marymgort1160 ego nari ndamuzi reka reka nakababaro kadasanzwe gusa nuko baca bavuga vyinshi batatohoj kuko yaramaze igihe kirekire muburundi
Gusa kwer natwe twarabuze uvavuyeyo yapfuy nabi kwer ntanibir bitan yapfany
Umengo warahabaye. Wewe. Twarakumenye
Ziba!!!!😷😷😷😷😷wambakazi.!!!!!!
Nivyo nabarundi baca babaroga Imiryango ngo batware Imitungo
Ivyo nukuri kuzuye kuko naha kenya biriho hoho barakatagura umuntu ibipande pande bimwe bagatwara ibindi bagatekera mumagunira bagata
YOOOOOOOOOOOO!!!!!!!!!!!!!!! YESU WEEEEEEEEEE!!!!!! DUTABARE!!!!!!!!!!!!!!!
Sinobishgikira vrm non uyo abuvga yabikuy hehe?cnke naw abikoramwo
1no nari fupîga ́ibo nyene nqbikora babakurikrane ahubwo matinée kubimenya biragwa pe
Acha uwongo uliambiwa nanani Dark Red uliongea Nao au ulisoma mtandaoni
Tubwire mutama wacu ❤
You never know it's possible the thing nukubamaso ayomadiri arashoboka ntimukabe mupinga ivyobintu birashoboka hanze barabikora
NahanoUgandabarabikora bro
Mubuzima bwanj ntinya abarabu, Yesu adufashe,
Ukweri naje narahatsw
Munguweeee ububukene turimwo buzodusozerape!!!
Jana hariyaHariho umuntu yapfuye hama baramupima basanga hariho ibihimba bitarimwo😊
Ndacumviriza sindahez guma numve ivyobintu vya Akes
None uwo ntiyanguye muburundi
Urabeshe ntibogushona ntubimenye😂😂😂 ntibikunda
Nzoguma nanimana yanje ubutunzibwumuntu nivyariye
Ekareka barikwocwa nuburozi bwabanyeshari ngobarabakiranye nimureke abarabu kubabeshera
Ivyo narigez kuvyumva nukuri
Reka kubamubesha uwomukobwa yapfiriye iburundi reka gutera ubwoba abantu bigire kurondera ubuzima abarabu sibose bameze nabi shaaa ninkuku muburundi ukorera umuntu ameze nabi canke ugakorera umuntu ameze neza rero sibose reka kubesha
Nn sikoyavuze koyashitse muburund acarapf ntiwumva😅😅
Vugibind ivyuvyihoz wan ahuvuziki non washaka baj kwamuganga baguteguj Cank ushaka uzobaherekez
Nono nizaba Ari liké ushaka vuga tugushirireko vana ububeshi
Nihatari,nibagumiwabo nahowonpindege iguruka ntagihugucabarabu nojamwo
ndavyumvis iryamber mugabo ndavyemey kuk igihe ni siramuz muganga antey gaze sinasubiriy kubabar
Wewe uri umubeshi cane , ivyo uvuze sivyo, ikibica kiriho ariko si ivyo uvuze.
Ivyo uvuze nivyo kuko nino South Africa biriho
ivyo jewe sinobiharira kuko ababantu jewe nabonyataciza cabo🙆
Namashyari yabarundi baroga bagenzi babo reka kubeshya
Nivyo namashari
Tubabarire AkesPardon vraiment… !!Amashure make kandi mabi.
😂😂mukubivuga rero abivuga nkaho umenga yarabibonye,ubwo ntimubikorana😅😅
Dhaaa noma sana aise😢😢
Tahanon uranyeguy wamugorew tahanon usezerand harihuwo wumvis yafpuy ararush arikwis 😂😂
Nind adafa?beshera hiyo
Urabesha hafpuwavuts hama turogw nabatuzi ntabaryohegw niteramber ryumunt non wew warababony cank murakoran
Nukur.ntabesha.kwer.biriho.nukuri
Urupfu ntanahamwe rutari wamugabowe kandi ngontiruhungwa kabisa ivyo rero wovyihoza kuko imana niyikingira umuntu kandi umuntu apfa kumusi wiw😊😊😊😊
Oya urabeshe mbebarya bajakwicigwa ahantu bakabicanabi imananiyoyemera kumuntu yaremye yicwa ugwagashinyaguro reka iyoninvugo yokwiyorohereza hoho umuntu ntabayivuza kuko hatageze ntiwopfa rero ntmpanvu yokuvuguko
Ahubwo se we ntazapfa? Igihe ke cyari cyageze
IMANA IDUTABARE!
Abarabu naharibezakurukoba ntarukundobafise
Vraiment iyabandi umutegetsi nariguhita ndagufata nkagushira mumvuto kuko urabeshe Kandi urumuhumvyi vraiment nibangahe baringaha Ariko bariho menyako benshi bicwa nuburuhe vraiment urumubeshi wambere abaho ubutungane burakwiye kugukorerako jewe muri Quartier mbamwo harimwo beeeeeenshi bamaze imyaka nimyaka baravuyeyo Kandi barameze neza
Oya abahuranibibazo bariho uvyunve
Umve muntu wimana Ino biruzuye kandi cane
Kubisanzwe ntiberegwa Bose hariho abafise amahigwe nabandi bayabuze kandi baragiyeyo
Murivyo bihugu ko na leta ibishigikira kubiha abigeme nimureke ubukoroni nuburetwa ntibwaheze
Mungu mbere
Ariko mana none tuvugishe ukuri mwebwe ivyo mwarabibonye pe muze murarek kudutera ubwoba kk ibintu nkivyo bisab ko mwobivuga mubifitiye ubushaidi reka shahu dukore tuzogombe dupfe abana bazo bazosigara barayandya kk twese ntawuzorusimba kk naho bobikora nabonyene bazopfa kuko ntamyaka amajana atanu bazomara wangu
Waharabu nzowalitoshaWa africabwakawatiya mukikoloniMuwemakini nawaarabuNiwauwaji
Ahantu hose iyo business irabaho ivyo rero ntivyokubuza kujakurondera ubuzima kuko ntacica nkubukene
Abo bantu batukana ico utazi uraba , umuntu abahaye impanuro za mwumviriza kuko idiri yibihimba byabantu iri hose kandi irazimvye,mubaze aho hakurya murwanda hoho bageze kure.usamaye gato imfyiko barazigukuramo da
Ubutungane burakwiye kumwiyegereza akavuga nibindi umengo.....suivre
Ivy uvuz nivyo sha nibarek ku kurwany ndababmwo ab sibo pee😢😢😢
Pole san
Uzabaze no murwanda barabamaze hali uwitwa Kazungu yagiye kwirega yiyemerera ko yishe abarenga 12 ubu arafunze murwanda.
Ukonukuri
None iyo bagukuyemye amafyigo ntubabara haciye imisi????
Nihatar inzigo yabis nidanje pe cha nikibaxo nimana gusa yokutukingira nayahand kubwacu ntitwochobora
Umve yemwe ngo abantu bafashanye gukizanya urupfu ndumiwe mbega ninde ashobora gukinga urupfu ? ikindi naco ngo umuntu arapfa kumusi atari rwiwe cankengo umusi utarashika vyukuri nkaho Wewe woba ukwije neza mumutwe ? hariho umuntu yopfa umusi wiwe utaragera kweli ?''''
Warahabaye none 😅😅😅
Birateye agahinda.
Imanimbere
Ubu uwawe mutarikumwe ngumube hafi mubitaro baragutwara bakagukuramwo amapfigo nubwonko ubu nurudandazwa
Ko ari ibisiga bwenge?
Hoo may god
Akisidoni wompa nimeroyawe
Non uwo koyari kwibaruka agafirayo non yishwe numwijima
Uryendekwihana.kubera.ubonye
evidence?
Mbega nkajewe nokwihweza ivyokurya ngo ndabe iyokivuye gute????ahubwo wibaza bgo ninkaho kuburubdi uja kwibotike reka gufyina sha babarogera ahonyene mu Burundi ntubeshere abarabu hhhhhhhh umwarabu yobigukorera akaregera kuburyo uzopfa ugeze iwanyu????ivyovyogukingirwa ugiye kuryama uvuga ivyutazi sha ukingigwa nande?????? Ko ntacumba cumukozi cugagwa twese turyama huguruye ntuba wemerewe kwukagara gusa ivyuvuze biriho sriko sico gituma bapfa
Ariko ndagutahura uracari umwana nturitahura
Ubugome bwomubarabu nibwishi nukuri amabi yose yokwisi arimubarabu ntimumugwanye uwagiriwe imana akaja ahameze neza azashimimana nayibundi mureke guharira
Nne wwe wabimeny gte ntubikor?
Ibi uvuze vyose nukuri Imana ariko izikurinda 😢😢😢😢mugwizamasengesho
Reka vuga ivyuburofa kutavugako barogwa bashitse inzigo yabarundi ntumuyizi ugworubuga warugiyemwo
Mbega abantu,! Muraharira ivyo mutazi? Ndumiwe
Akes ntamuntu apfa imbere y'urupfu gwiwe nimwanona umuntu apfuye igihe ciwe cogupfa kizoba kigeze dufis'Imana itubereye maso abarundi turubwoko butavumika.
Ikibi cawe nuko uguma usubiramwo ivyo wavuze bigatuma ndambirwa kuvyumviriza
Reka ububeshi mwivyo vyurufu, umuntu apfa umunsi washise, kubera abeshi mu Burundi bapfira muma Hospital none nabo ivyabo bimezege gute?
Imana niyo yitungir uway gus nuguseng gupfanavy nicagezw ahuburihos urupf ruragusang umus wagez
Thanks for the informations.
Helpful.
😂😂😂😂😂😂bro wibajije ko abantu tuza ino gukora urupfu turusiga muhira,igihe kigeze umwe wese arapfa qlq soit ahari hose.Ego hariho abicwa nuburuhe beakazi canke ama accident yakazi nyene ariko ivyo uvuze umuntu yovyemera nuwutarashika ino so besha abo hiyo bose.
Sha abobobo babakuyemwo ibihimba woho bagukuyemwo ubwenge ivyobint urikuramvung wumva harimwo ukuri? Sh ibint mumvunga birandushisha
Ndababaye Cane nosabako ubutungane bwogukorerako bakakubaza ivyo uvuze mbega jewe ndakwibarize ivyo Uriko uradedemba woba warabibonye ?My God urakwiye guhagarikwa nubutungane vraiment ukabibazwa
Icokinyasi kiranguha😢😢😢
Ikintom cambayubusa nabatasafiriy mbon a bapfa gusa mumenye gupfa twes tuzopfa igihe kigeze
Musimupinge Mimi Niko
Marekani anajuwa hiyo
Kuopere roho watuwanakifa
Sana
Jamboo
Kabisa harimukuri
Naho mbony haribesh babipinga
Ariko wokwibaz impanvu umwarab yemer
Gutanga inoti ingan ukurah ngo arakuguz
None iyumunt aguz ikint bisigurik? Rero nibaz igikur suguping ahubwo nibibe inkebiz bicung ndabon beshi nabagabo
Cank abahung bagupinz mbekuki bo batokwemer kuz kwironderer ubwo buzim
Bakaroha abagor babo canke abakunz babo nukur nkanje nzokwemer rye ivyondos
Ariko ntamugor wanj nofa ndungits nukur
Kirets utamukunda nukuri mumpinyuz nabagor bak cank abakobwa bavayo ugasanga ubuzima bwabo bwifashe nez
Uwupinga arabaz umugenz wiw wese azi yavuyeyo ndizer kwatazobur numwe abimubarir
Uri ikijuju nimukuri pe.mbega ayasigaye ngaho wibaza ko hakingiwe ntibapfa.iyaba nari mfise ubushobozi nakuraza mugasho knd nagutwara ndakwicayeko.ubundi wabanza kunyereka ivyo bintu Aho bikorerwa kuko uvuga nk'uwutwara ababikora
Umva nguhe impavu bapfa, iyo bari hariya, bakora ubuzi bw'umuruho,ntibaronka umwanya na muto wogutembera, n'ukuvuga circulation sanguine iba yarhindutse kubera vie sédentaire . Ivyo bafungura bibaziba imitsi, umutima bigatuma udakora neza. Igitigu gurtyo nyene. Rero iyo bageze mu Burundi, baca bafatwa na syndrôme de fatigue chronique, rero mu gupfa baba buhenuke Canke bakagira parkinson's disease
Toa uongo we bono wew Una dalili ya hivo Uko unaongea???? Ni uongo mbaya
Mujya gukorayo iki ubundi mwagumye iwanyu mugakora cyane
❤❤Urakoze kunkebura ndabihevye kungenda
Bambwire
jw hano
Uganda
baguma
bashinga
intahe
bashakire
ubuzima hano
muri Africa
Basha,ibqo nububeshi bwambaye ubusa.Bogukuramo igihimba,ntubure kubona ninkovu kumubiri.
Yeah birashoboka
Sarama ndugu sukwitaba Imana vyitwa kuva mumubiri witavye Imanaho wobuhiriwe kuku na Ndayishimiye aguhamagaye worara wambaye
Suko see
Murantwenza iyomuva kwer ndayishimye aguhamagaye woraranibirato😅😄😃😃😀
😂😂😂😂😂
Nivyo kwl gus harih abatabitahur gus igikur nuguseng umunt akiyegerez iman
Imana idufashe
Non hafpa abatariwabo gusa tok ngibagumiwabo ahuvuzik wew wandits uko akanyon kataguruts ntiyameny iyobwez numuciko mwinshi
Amahoro y'Imana abane namwe. Ayo makuru udusangije ni ay'ukuri kabisa.
Vyarabaye gusa akes ashiramwo nakabirya
We bro sivyiza gutanga amakuru yuburofa kifo nikifo nahapa watu wanakufa usitishewatu
Ziba aho gabanya kubeshya abarundi
Mujye mugabanya ibintu byuburaya muba mwaje gukora saudi
Ikindi kandi nimwe ubwanyu mumarana
Icogihungu nicaheganani jengizimisi ndacumviriza nirofa yuzuye
Triste. Ahubwo wewe bagufate usigure neza ivyo uzi n'ivyo wabonye.-
Ntimuharire Basha iyisi yarabay nabi abantu barabay ibikoko heshi kwisi ivyo avuz birabaho
Nkokumutima birakorrwa be namafyigo😢 on parle de la transplantation
Uzoze uravuga ivyuzi sha ivyo mwiyumvira sivyo
Ivyo jew ntakibazo nobiha kwr rekakubatera ubwoba bironderer u buzima sha
Belyse yahitanwe ninda yaravyaye acarafa yaramaze umwaka ninusu muburundi ubu asize uruyoya😢😢😢
Yooo wew warumuzi bibaho nibeshi bataha varikwibaruka haryahantu haba hagoye😢😢😢
@marymgort1160 ego nari ndamuzi reka reka nakababaro kadasanzwe gusa nuko baca bavuga vyinshi batatohoj kuko yaramaze igihe kirekire muburundi
Gusa kwer natwe twarabuze uvavuyeyo yapfuy nabi kwer ntanibir bitan yapfany
Umengo warahabaye. Wewe. Twarakumenye
Ziba!!!!😷😷😷😷😷wambakazi.!!!!!!
Nivyo nabarundi baca babaroga Imiryango ngo batware Imitungo
Ivyo nukuri kuzuye kuko naha kenya biriho hoho barakatagura umuntu ibipande pande bimwe bagatwara ibindi bagatekera mumagunira bagata
YOOOOOOOOOOOO!!!!!!!!!!!!!!! YESU WEEEEEEEEEE!!!!!! DUTABARE!!!!!!!!!!!!!!!
Sinobishgikira vrm non uyo abuvga yabikuy hehe?cnke naw abikoramwo
1no nari fupîga ́ibo nyene nqbikora babakurikrane ahubwo matinée kubimenya biragwa pe
Acha uwongo uliambiwa nanani Dark Red uliongea Nao au ulisoma mtandaoni
Tubwire mutama wacu ❤
You never know it's possible the thing nukubamaso ayomadiri arashoboka ntimukabe mupinga ivyobintu birashoboka hanze barabikora
Nahano
Uganda
barabikora bro
Mubuzima bwanj ntinya abarabu, Yesu adufashe,
Ukweri naje narahatsw
Munguweeee ububukene turimwo buzodusozerape!!!
Jana hariya
Hariho umuntu yapfuye hama baramupima basanga hariho ibihimba bitarimwo😊
Ndacumviriza sindahez guma numve ivyobintu vya Akes
None uwo ntiyanguye muburundi
Urabeshe ntibogushona ntubimenye😂😂😂 ntibikunda
Nzoguma nanimana yanje ubutunzibwumuntu nivyariye
Ekareka barikwocwa nuburozi bwabanyeshari ngobarabakiranye nimureke abarabu kubabeshera
Ivyo narigez kuvyumva nukuri
Reka kubamubesha uwomukobwa yapfiriye iburundi reka gutera ubwoba abantu bigire kurondera ubuzima abarabu sibose bameze nabi shaaa ninkuku muburundi ukorera umuntu ameze nabi canke ugakorera umuntu ameze neza rero sibose reka kubesha
Nn sikoyavuze koyashitse muburund acarapf ntiwumva😅😅
Vugibind ivyuvyihoz wan ahuvuziki non washaka baj kwamuganga baguteguj Cank ushaka uzobaherekez
Nono nizaba Ari liké ushaka vuga tugushirireko vana ububeshi
Nihatari,nibagumiwabo nahowonpindege iguruka ntagihugucabarabu nojamwo
ndavyumvis iryamber mugabo ndavyemey kuk igihe ni siramuz muganga antey gaze sinasubiriy kubabar
Wewe uri umubeshi cane , ivyo uvuze sivyo, ikibica kiriho ariko si ivyo uvuze.
Ivyo uvuze nivyo kuko nino South Africa biriho
ivyo jewe sinobiharira kuko ababantu jewe nabonyataciza cabo🙆
Namashyari yabarundi baroga bagenzi babo reka kubeshya
Nivyo namashari
Tubabarire Akes
Pardon vraiment… !!
Amashure make kandi mabi.
😂😂mukubivuga rero abivuga nkaho umenga yarabibonye,ubwo ntimubikorana😅😅
Dhaaa noma sana aise😢😢
Tahanon uranyeguy wamugorew tahanon usezerand harihuwo wumvis yafpuy ararush arikwis 😂😂
Nind adafa?beshera hiyo
Urabesha hafpuwavuts hama turogw nabatuzi ntabaryohegw niteramber ryumunt non wew warababony cank murakoran
Nukur.ntabesha.kwer.biriho.nukuri
Urupfu ntanahamwe rutari wamugabowe kandi ngontiruhungwa kabisa ivyo rero wovyihoza kuko imana niyikingira umuntu kandi umuntu apfa kumusi wiw😊😊😊😊
Oya urabeshe mbebarya bajakwicigwa ahantu bakabicanabi imananiyoyemera kumuntu yaremye yicwa ugwagashinyaguro reka iyoninvugo yokwiyorohereza hoho umuntu ntabayivuza kuko hatageze ntiwopfa rero ntmpanvu yokuvuguko
Ahubwo se we ntazapfa? Igihe ke cyari cyageze
IMANA IDUTABARE!
Abarabu naharibezakurukoba ntarukundobafise
Vraiment iyabandi umutegetsi nariguhita ndagufata nkagushira mumvuto kuko urabeshe Kandi urumuhumvyi vraiment nibangahe baringaha Ariko bariho menyako benshi bicwa nuburuhe vraiment urumubeshi wambere abaho ubutungane burakwiye kugukorerako jewe muri Quartier mbamwo harimwo beeeeeenshi bamaze imyaka nimyaka baravuyeyo Kandi barameze neza
Oya abahuranibibazo bariho uvyunve
Umve muntu wimana Ino biruzuye kandi cane
Kubisanzwe ntiberegwa Bose hariho abafise amahigwe nabandi bayabuze kandi baragiyeyo
Murivyo bihugu ko na leta ibishigikira kubiha abigeme nimureke ubukoroni nuburetwa ntibwaheze
Mungu mbere
Ariko mana none tuvugishe ukuri mwebwe ivyo mwarabibonye pe muze murarek kudutera ubwoba kk ibintu nkivyo bisab ko mwobivuga mubifitiye ubushaidi reka shahu dukore tuzogombe dupfe abana bazo bazosigara barayandya kk twese ntawuzorusimba kk naho bobikora nabonyene bazopfa kuko ntamyaka amajana atanu bazomara wangu
Waharabu nzowalitosha
Wa africabwakawatiya mukikoloni
Muwemakini nawaarabu
Niwauwaji