Abazungu twaryamanye bampaye ama DOLLARS banyicira UBUZIMA//Agahinda mfise//Abana twavyaranye

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 2 лют 2025

КОМЕНТАРІ • 189

  • @anithandikumana7739
    @anithandikumana7739 2 місяці тому +5

    Halleluaaa Imana ihabw'Icubahiro urakoze gushingira intahe Umukozi w'IMANA . IMANA Ikugirire neza Mukobwa wa Kristo . MURI SABAOTH Hari IMANA Ibohora ikiza

  • @steansah
    @steansah 2 місяці тому +6

    Très bonne témoignage vraiment☺. Elle est très courageuse la dame

  • @BernieBizimana
    @BernieBizimana 2 місяці тому +13

    Imana imuhezagire uyu mudamu kuriyi temoignage yiwe, kuri sincerité yiwe numutima wagutse, bravo👏.Abarundi ntituzi Kuba ouvert...

  • @jbbig2192
    @jbbig2192 2 місяці тому +2

    Burya umwe wese amenya imyenge y inzu yiwe...
    Ariko abagabo bafata abana ku nguvu bamenye ko batazoja mw ijuru 😊😢😢 Courage sha madame ugumye uri positive wibagiye kahise wiyubake!

  • @AnthereMunezero-ff6ch
    @AnthereMunezero-ff6ch 2 місяці тому +2

    Wow, temoignage nziza caaane!!! Nubwambere ndavye ikiganiro nkakimara

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 2 місяці тому +4

    Merci Gayeli kukiganiro ciza, turashimiye umutumirwa ko yemeye kudusangiza ubuzima bwiwe butoroshe, mpore mpore Murundikazi warababaye disi mubuzima! Ariko uzoshika kure kuko uri tres tres courageuse et tu es une battante , aho mba jew ngaha muri Cameroun abantu ntibatinya kuvuga ubuzima bwabo babivuga ukuri kwamye ariko I burundi abantu baracatinya

  • @Buja2573
    @Buja2573 2 місяці тому +6

    très courageuse... imana imuje imbere

    • @nadgashi7827
      @nadgashi7827 2 місяці тому +1

      Et authentic bless her 🙏

  • @NgabiranoMediatrice
    @NgabiranoMediatrice 2 місяці тому +2

    Yooooo chérie wanje kuvyo waciyemwo knd merci kuri témoignage kk ndizera kizofasha benshi❤

  • @DuduNiyo
    @DuduNiyo 2 місяці тому +32

    Des fois on passe notre temps à juger abantu tutaravy histoire y vrai yuwo muntu

    • @SoniaKwizera
      @SoniaKwizera 2 місяці тому +5

      Sha nukuri peee. Kuriyisi haragoye,abantu twarihaye guca imanza gusa

    • @NahimanaRodrigue
      @NahimanaRodrigue 2 місяці тому +3

      ​@@SoniaKwizera😢😢😢😢

  • @kamanavenerande1408
    @kamanavenerande1408 2 місяці тому

    Courage mwana ubuzima burabandanya uzokwame ushimira IMANA Yakuzigamye gushika uyu musi❤❤

  • @rutayisirealbert8254
    @rutayisirealbert8254 2 місяці тому +5

    Urukundo ruva kwa Yesu. gusa wenyine.

  • @enockirashoboye9862
    @enockirashoboye9862 2 місяці тому +1

    Nabapfumu Barashoboragukiza Ariko Nakoresheje Imyuka Mibi. Kubawarakize Ntibisigurako Arimana Yagukijije.

  • @didididier9722
    @didididier9722 2 місяці тому +2

    Man of God. Joshua Joshua

  • @EricNiyoyitungira-s9f
    @EricNiyoyitungira-s9f 2 місяці тому +4

    Uyumu dame Imana imuhe imigisha myinshi

  • @yussufnizeyimana6833
    @yussufnizeyimana6833 2 місяці тому +1

    Merci frero!ikiganiro kiza kdi uyu mudamu ari honest cyane!imana imurinde

  • @VenutseIrakoze
    @VenutseIrakoze 2 місяці тому +2

    Ntabwo.abesha nasatani akora ibitangangaza mupfaso ibuka.mose lmana imutuma ashira inkoni hasi zihinduka inzoka abapfumu nabo barabikozs birakunda

  • @citegetseepitas6140
    @citegetseepitas6140 2 місяці тому +3

    Iyi nkuru ndayikunze kbsa

  • @Nyirakajuguma_alice
    @Nyirakajuguma_alice 2 місяці тому +3

    Ndagukunze cyane❤❤❤ ufise ukuri

  • @nshimirimanafabrice6567
    @nshimirimanafabrice6567 2 місяці тому +3

    Nshima kuvugisha ukuri

  • @andremis8023
    @andremis8023 2 місяці тому +3

    Nikuvuga ko wakize mw izina ry'umuntu numva nanje bincanze mbaye Moses.

  • @ezechielnijimbere5347
    @ezechielnijimbere5347 2 місяці тому +6

    Iyi nkuri nakasamutwe mwishwanj 🙆🙆🙆🙆🤔🤔🤔🤔🤔

  • @EricNdayikengurukiye-i9p
    @EricNdayikengurukiye-i9p 2 місяці тому +5

    Ibara ryaraguye Chimamanda Moses ngo Dady yavuze😭😭

  • @andremis8023
    @andremis8023 2 місяці тому +5

    Ako kantu ko kuvuga ngo"Mu bubasha bwa Papa wacu Dadi Prophet Joshua" kandi abakristo batura ububasha bwa Kristo Yesu kugira bakire🥱🥱

    • @liliuwitonze
      @liliuwitonze 2 місяці тому

      Nanje aho numvise ko ako kantu arako kwitondera

  • @andremis8023
    @andremis8023 2 місяці тому +5

    Ndababajwe niyo nyifato yabo bitwa abapasitori bica imitima y'ababituye.
    Uyo mwana w'umukobwa yabuze gifasha yagumye ahura n'injiji.

  • @kanyangealice8384
    @kanyangealice8384 2 місяці тому

    Egoo. Yazize ko Se atamuhaye urukundo, yabikore ashaka kuzuza vide yari arise. Bigira ingaruka.
    Nayo Josua Josua ni umukozi w Imana.
    Imana imuhe umugisha bitumen abohoka .kandi Imana izomufasha

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 2 місяці тому +4

    Pôle vrtm Ikintu uvuze burya beshi Babura Conseil Kubera at bavyeyi Wopfuma Ubura ikindi ukagira Maman waw

  • @archengineer
    @archengineer Місяць тому

    madame tu es vraiment honnete ndakwifurije kuzaronka agakiza

  • @JoanaKeza
    @JoanaKeza Місяць тому

    Papa wawe IMANA izomuhembee impembo ikiye

  • @ladislasn3009
    @ladislasn3009 2 місяці тому +2

    Gael wewe uri professionnel kabisa kurivyo bibazo vyawe, ubu hoho watwishe kabisa nuwo mu dada

  • @PapaKing-bz1fg
    @PapaKing-bz1fg 2 місяці тому +2

    Malheureusement que Ayo frs menshi wabonye 'ntacyo yagusigiye wari kuba ufite amazi,imodoka ...... reba usigariye aho😢😢

  • @NindamutsaEsperance
    @NindamutsaEsperance 2 місяці тому

    Ndagukunda caaane,uratuye,waturiye amahanga,Imana izokubabarire,winjiye muvyo utarikwinjiramwo,kübera.ibihe bibi warurimwo,ndakwagiriza.ko.ibihe.usigaje kubaho,imana yoguha.umunezero

  • @rutayisirealbert8254
    @rutayisirealbert8254 2 місяці тому

    Imana ikunda abanyabya kbsa. ndize pe.

  • @belloishaka6645
    @belloishaka6645 2 місяці тому +2

    Baramumaze ndakurahiye

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m 27 днів тому

    😂😂😂😂 ngo niho havuye wa mugani ryumeko😂😂

  • @Christa_Ingabire
    @Christa_Ingabire 2 місяці тому

    Coco ndagukunda ntakuzi❤ IMANA ikugirire neza🤲

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 2 місяці тому +9

    N bw mbere ndavye émission yose

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 2 місяці тому +2

    Sha warabuze umuhanuzi koko

  • @dusengemeschack6778
    @dusengemeschack6778 2 місяці тому

    Imvo n'imvano zibibazo wahuy navy ni pap wawe c'est vmt honteux umuvyey wamu pasteur akora ayo mahano ni terrible ubundi mukobw mwiza kuba ukiriho ntawubizi kuk ndumv waciy mur vyinsh Iman iragukundaaa iracagufiseko umugambi urabe reo uko woyigarukako izogusomora le temps guerit les blessures tu vas tenir le choc j'apprécie énormément le témoignage c'est tout cordial komeraa

  • @ElodieNgezahayo-gw7zq
    @ElodieNgezahayo-gw7zq 2 місяці тому +7

    Maze imisi ndagu suiva kwa Hosy. Courage Imana iragukunda

  • @JumyNzoyisaba
    @JumyNzoyisaba 2 місяці тому

    Pol sana yesari kungoma vyose hamwe wokwizera yesu niwe nyishu yavyose

  • @rodriguentawubizi6531
    @rodriguentawubizi6531 2 місяці тому +1

    Aho ugiye hose wateribibazo nakurikiranye Aho wagiye wimuka Uba wahasigibibazoo😢😢😢

  • @sandyk4966
    @sandyk4966 2 місяці тому +5

    Type yitwa christia 😅🤣🤣🤣coco ndakwibuka nyaka 16 muya1 🤣🤣🤣twaranyoye bock zawe nyinshiiii😂ariko warumubono nutu intimidations tudafashe ariko ntaco warutwaye umenikumbusha mbaliiii🤣🤣🤣🤣🙌🏼

    • @agnes4337
      @agnes4337 2 місяці тому

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @FabriceManirakiza-v4r
      @FabriceManirakiza-v4r 2 місяці тому

      IMANA izobabaza vyinshi 😂😂

    • @sandyk4966
      @sandyk4966 2 місяці тому

      @@FabriceManirakiza-v4r ahaaa😂 ntubona ko dutanguye kwihana😂😂😂😂🙈

    • @sandyk4966
      @sandyk4966 2 місяці тому

      @@agnes4337 😂😂😂😂😂🙌🏼

  • @melancebanyiyezako5320
    @melancebanyiyezako5320 2 місяці тому +1

    Ngo " niho rero naciye ndonka amahera umuntu ari hanze andungikira amahera..."
    Gael je numva hagisigaye izindi chapitre kuko numva umenga niho bigitangura.

  • @marlenebukuru9904
    @marlenebukuru9904 2 місяці тому +3

    Mpore ,mpore ibikomere bitavuwe ni bibi cane bituma umuntu atakara agatakaza ni vyiza vyiwe ,ariko uhumure wegere kristu yezu azokuvura azogukunda wibagir imiruho nibisa navyo wahuye navyo

  • @citegetseepitas6140
    @citegetseepitas6140 2 місяці тому +2

    Iyinkuru umuntu afise ubwenge yoyikuramwo inyigisho zakamaro kbsa. Uyumudamu nubwo yaciy mumabi menshi numunyabwenge cane umuntu yomukurako isomo ndamukunze

    • @barigirajeanpaul6740
      @barigirajeanpaul6740 2 місяці тому +1

      Kubaha Uwiteka nibwo bwenge kandi kuva mubyaha niko kujijuka Yobu 28:28

  • @BikorimanaFidelite
    @BikorimanaFidelite 2 місяці тому +2

    😂😂Gaël 🫡🫡urabaz neza kbsa 😂nuko NY waganiriy numubeshi mur vyooose😂😂

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 2 місяці тому +4

    Uyu muntu ndumva imihanda yarayizengurutse pe.

  • @NdagijimanaDavid-cc6gv
    @NdagijimanaDavid-cc6gv 2 місяці тому +8

    None komudashiraho Numero zuwo mumaman kugirango uwumukeneye bavugane

  • @alinenduwayezu7040
    @alinenduwayezu7040 2 місяці тому

    ngo mububasha bwa dady wacu prophete joshua😂😂😂😂kirisu ndumiwe ikindi naco uyu mugore nawe arasinziriye pe 😂😂😂😂ngo joshua je ndamwemera

  • @IradukundaAudrey-f5r
    @IradukundaAudrey-f5r 2 місяці тому +2

    Coco 🎉🎉

  • @NadiaKezakimana-wv9dw
    @NadiaKezakimana-wv9dw 2 місяці тому +8

    Nkunda uburyo yivugira ukurii gusa ntangorane yifitiye muvyo avuga

  • @richardninganza2265
    @richardninganza2265 2 місяці тому +1

    Ahubwo mundonderere uwo muzungu tumusigurire ivyiyi ntahe naburya wumva yamushisha 😅😅😅

  • @mfatiyimanaanasie-bh2wr
    @mfatiyimanaanasie-bh2wr 2 місяці тому +3

    Mwabahungu mwe mwitonde

  • @AmbitiousTheo
    @AmbitiousTheo 2 місяці тому +1

    Courage

  • @inezaliliane9430
    @inezaliliane9430 2 місяці тому +3

    Mpore sister

  • @hadijasalim7769
    @hadijasalim7769 2 місяці тому +2

    Coco tata ndagufana sana tu

  • @raymondkellyconcordemuhire4566
    @raymondkellyconcordemuhire4566 2 місяці тому

    Hano harimo amasomo 3
    1. Abakobwa barakunda inoti
    2. Abahungu mushake ifaranga nta mugore uzagukunda udafite ibiceri buretse nyoko
    3.abigeme mumenyeko igihe kigera mugasaza kdi nta mugabo usaza kereka iyo nta biceri afise

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 2 місяці тому +3

    *Iyi si inkuru ni akasa mutwe !*

  • @wilsonwilson6833
    @wilsonwilson6833 2 місяці тому +2

    Polesana mukobwa warababajwe

  • @mudahogoradaella385
    @mudahogoradaella385 2 місяці тому +2

    uri mwiza mukobwa mwiza,Kandi ufite umutima mwiza ,wambaye nisaha nziza cyane

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m 27 днів тому

    Numvise ndagukunze mwenewacu intahe ikomeye

  • @BruceDushi-d3v
    @BruceDushi-d3v 2 місяці тому +4

    Waraciye mubikomey kwl

  • @EmelyneNdayishimiye-c5t
    @EmelyneNdayishimiye-c5t 2 місяці тому +3

    Mpore mugenzi birashika umintu akabura uko ABA,Imana yarakoze kukubohora

  • @osemyjoshua.
    @osemyjoshua. 2 місяці тому +1

    IMANA ya Prophet of Jesus Joshua Joshua niyo Mana yukuri,niyo Mana ya Abraham,ya ISRAEL, IMANA muremyi wijuru nisi

  • @yvettehaberisoni9597
    @yvettehaberisoni9597 2 місяці тому

    😊😮😮😮

  • @jacksonb9519
    @jacksonb9519 2 місяці тому +2

    Courage 😢

  • @KareberebeAlex-f5e
    @KareberebeAlex-f5e 2 місяці тому +1

    Yakurwanyeho kandi yaramenye ukuri kwose

  • @JanetAhmad-v3h
    @JanetAhmad-v3h 2 місяці тому +4

    uwo niwe azi ko yakoze ubumalaya abandi muri besha

    • @agnes4337
      @agnes4337 2 місяці тому

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂
      Ariko vyose nubumalaya .

  • @mugishaevangeline8095
    @mugishaevangeline8095 2 місяці тому +1

    Harahiye

  • @osiasnduwumwami1058
    @osiasnduwumwami1058 2 місяці тому +1

    Qui ne travaille pas qui ne mange ne plus.

  • @irambonaquelia1924
    @irambonaquelia1924 2 місяці тому +1

    Mbega témoignage iryoshe kd yigisha kuri bamwe bamwe bari mungeso nkizi murabe mwikebuke

  • @Sandrine-b9w
    @Sandrine-b9w 2 місяці тому +1

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 2 місяці тому +3

    ❤❤❤❤❤

  • @SoniaKwizera
    @SoniaKwizera 2 місяці тому +2

    Coco ndagusavye ugaruke ku MANA izoguha ubuzima bwiza utigeze wibaza ; IMANA ntimaramaza numutabazi kandi ntihinduka.

    • @AnabelleMugisha
      @AnabelleMugisha 2 місяці тому

      Yooooo coco sha icana ciza cane arera vraiment uko aguma atwenga niko yimeereye kdi coco numukozi w'Imana akomeye jew ndamuzi neza Imana ntiyomureka ngo agirire kuko yakorey Imana ibitari bike gifise numutima mwiza kirakundana disi yoooo uwutamuzi amumbaze amateka yiwe

  • @Pachel-257
    @Pachel-257 2 місяці тому +1

    Uwo mukobwa ndamukunze kabisa. Uramumpera akanumero twivuganire.

  • @AlestideAlessia-z6m
    @AlestideAlessia-z6m 2 місяці тому +2

    Uyumugore ndamuzi cane hano kwamuswati

  • @LonginNDAYISHIMIYE
    @LonginNDAYISHIMIYE 2 місяці тому +2

    Duhe num za pasteur Joshua

  • @SoniaKwizera
    @SoniaKwizera 2 місяці тому +2

    Coco mpore cane iyisi iragoye duhura navyinshi.Ndagushigikiye Prophet of JESUS Joshua Joshua numukozi w'IMANA wukuri abantu ntibarabimenya.Nagiye gusengerayo nanje ndushe cane ndahabona IMANA umuvyeyi wacu prophet of JESUS Joshua Joshua nukuri naratabawe.Nyuma chimamanda atangura kuntuka ariko kubera IMANA yiwe yantabaye nagumye ku MANA yiwe

    • @anithandikumana7739
      @anithandikumana7739 2 місяці тому +1

      Komera Muvyeyi mwiza . Twese twaratabawe tumaze kuhagera

    • @SoniaKwizera
      @SoniaKwizera 2 місяці тому

      @anithandikumana7739 hezagigwa cane

  • @PascasieNizigiyimana-se7ti
    @PascasieNizigiyimana-se7ti Місяць тому

    Mukobwa subiramwo iryo sengesho uyo mudamu yavuze ariko asengera amazi

  • @CyprienNiyonkuru-x6j
    @CyprienNiyonkuru-x6j 2 місяці тому +2

    Bikunze urandondera tubonane tuyageeeeee

  • @kwibukatv-k4k
    @kwibukatv-k4k 2 місяці тому

    Ikibazo cuwomupasiterigusa nuko barindakuvuga ngumuntu akire mwizina ryiwe nayubundi ndumva atangorane akwiye gukosora akokantu kokuvuga abasenzi biwe ahogusenga mwizina ryayesu gukibarindagushira ngomwizina ryaporofete akosore akokantu nimba atavihishijemwo

  • @ArthurTUYISENGE
    @ArthurTUYISENGE 2 місяці тому +1

    Barawutobanz kbx MB DATA KUVUBU ur dady

  • @VianneyNdayishimiye-s8q
    @VianneyNdayishimiye-s8q 2 місяці тому +5

    Le titre du film: "Cette vie"

  • @CarltonKeyla
    @CarltonKeyla 2 місяці тому

    Basabose😂😂😂😂

  • @Francinekayitesi986
    @Francinekayitesi986 Місяць тому

    Uzomugarure ubuhamya bwiwe buramfashije

  • @JeanTangishaka
    @JeanTangishaka 2 місяці тому +1

    Iki Kiraya cyariyakiriye.

  • @SignolineBizimana
    @SignolineBizimana 2 місяці тому +2

    mpore mpore

  • @NduwimanaVénant
    @NduwimanaVénant 2 місяці тому

    None amazi bayasengera mwizina rya Josué canke nimwizina rya yesu

  • @Cirore257
    @Cirore257 2 місяці тому +1

    Shetani mbaya urikijuju kwer ngo mwizina rya dady ntasoni aho ntiwumva kwari abapfumu bakubwiy ngo kwa shetani ntibakiza????sh w ubwenge ni zero

  • @casienkeshemana4984
    @casienkeshemana4984 2 місяці тому

    Nkuze ukuri kwawe

  • @justinbyiringiro306
    @justinbyiringiro306 2 місяці тому

    I cannot judge you negatively. Uri honnete et humaine

  • @jbbig2192
    @jbbig2192 2 місяці тому

    Uyu mudamu Ubu ari hehe ga?
    C est l exemple type du devenir des orphelines laissées à leur compte, abandonnées à elles... Mais elle est belle...

  • @NanaMugisha-e4i
    @NanaMugisha-e4i 2 місяці тому +1

    Ndagukunze muvyeyi mwiza uvuga neza ❤

  • @ndikumasabodiegovevo9091
    @ndikumasabodiegovevo9091 2 місяці тому +7

    Abasore bimbura kimazi muri ngaha muz muragendana nindaya zifise imparati nkiyi muzokwama mwatey inda zinzungu😢

  • @ndayubaheafrica4236
    @ndayubaheafrica4236 2 місяці тому +2

    Ikiganiro ciza cne

  • @nyirambwirizazabibu3942
    @nyirambwirizazabibu3942 2 місяці тому

    Mpore mama

  • @MoiseIgirimbabazi
    @MoiseIgirimbabazi 2 місяці тому +2

    Ahorero warakijijwe aho usengera bakubwiyeko wakijijwe

  • @JocelyneHabonimana-tf3mb
    @JocelyneHabonimana-tf3mb 2 місяці тому

    Uwo mupfasoni arondere foyer de charite Bujumbura agirigwe delivrance, ave inyuma yaba pastors kuko bazobandanya bamushiramwo imituma mibi

  • @Worldboss-j8m
    @Worldboss-j8m 2 місяці тому +1

    Nubugesera

  • @CloudTech-v1v
    @CloudTech-v1v 2 місяці тому +2

    Coco ndakuzi cn gose