Prezida NEVA asaba abarundi kwemera gutanguza imitahe mito mu kwitunganiriza imigambi y'iterambere.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 6 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 17

  • @tijorico7906
    @tijorico7906 Рік тому +3

    Twifuza kurangura umugambi wuburimyi ,tworonka itongo gute ,,hari uwoduha information

  • @NestorMinani-mv2tp
    @NestorMinani-mv2tp 11 місяців тому

    Nivyiza cn kk ninakarore kuri besh

  • @tijorico7906
    @tijorico7906 Рік тому

    Twama turagushima Nyenicubahiro ukuntu uduha ivyigwa vyinshi cane ,,aliko abenshi ntibaratahura kandi igihe carageze mu kwiteza imbere mu burimyi nubworozi,,,,,we are proud of you High Exellence,,,,,

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Рік тому +2

    🙂
    ✊🏾🇧🇮

  • @ibinyoma8067
    @ibinyoma8067 Рік тому

    Keep.up my president.

  • @idrissaomba8803
    @idrissaomba8803 Рік тому

    Naaam

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 Рік тому

    Ibwirizwa nshingiro rirabuza canke ntiryemerera umukuru wigihugu kudandaza etc None aronka umwanya unganiki kugira yiyumvire ingene Abarundi bova muri ubwo bukene. Aho siho nyene habera ingorane. Kuvangatiranya ibintu vyose, nakajagali mwa Barundikazi naBarundi. Kandi bibandanije ukwo, nabo mbona bariko barashima iyo ngendo, muzohava mubona ko mwihenze. Tuve ibupfu tuje ibuntu.

    • @j.c.maxima816
      @j.c.maxima816 Рік тому

      Constitution ya hehe ?! Reka kubesha! Donald Trump, l'ex President américain était un homme d'affaire... Silvio Berlusconi, l'ex Premier Ministre Italien était un homme d'affaire... Selon les scientifiques, plus tu sais gérer ton business, plus tu sauras gérer le pays... Erega Igihugu c'est comme une entreprise ! Kagame mu Rda afise une grande Usine Inyange (amata et d'autres produits laitiers, bakora jus zitandukanye, amazi, etc...) None bituma atayoboye neza Igihugu? Ahubwo bituma yumva neza investissements zikenewe, icogirira son peuple akamaro etc...

    • @aimonslavolonte7660
      @aimonslavolonte7660 Рік тому

      Ico ni co catumye igihugu kiba pauvre du monde depuis l'indépendance. Pour une fois qu'on a un président qui travaille sérieusement.

  • @ather6454
    @ather6454 Рік тому

    Nibyo kweri

  • @jdni9684
    @jdni9684 Рік тому

    Murakoze ku karorero keza muduha mutama! Mwoduha akanomero ka terefone k'uwujejwe aho hantu kugira uwokwipfuza kuza kuharahura ubwenge azomuceko. Ubwenge burarahurwa.

  • @siimon559
    @siimon559 Рік тому

    HUTU MAKAKI!!

    • @aimonslavolonte7660
      @aimonslavolonte7660 Рік тому

      La haine est dans celui qui la propage et non dans les autres. Elle ronge de l'intérieur.Tu es encore en arrière, pauvre de toi.😂

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 4 місяці тому

      😂😂😂😂 eeeeh murihenda mumukoreko tubabagiribisiga

  • @sindayiheburacesar6733
    @sindayiheburacesar6733 Рік тому

    Ibi nivyo Nyenicubahiro.
    Abarundi ni bakunde bagutege amatwi. Tuve mukaga kubukene.

  • @Gilos-l5e
    @Gilos-l5e Рік тому

    Voilà a good president, thanks you Mr President to be an example