Tres bien dit. Reka tubareke mubandanye avec la vérité muzindi crises de 1988 na 1993, Turindiranye igishika qualification y ukwicwa kw abatutsi muri 1993. En tout cas iyo periode abari ku butegetsi b aba uprona n aba frodebu baracariho. Merci pour le debat. La véi´té irakenewe kugirango tugire histoire abarundi d ici 100 ans bazosoma. Ico gihe nizere ko ata batutsi, abatwa n abatutsi batazosubira kubishira imbere mu buzima bwabo.

Ewe Ndayicariye shaa ! 😭😭
Profondément touché......génocide hutu
Mbega iwanyu i Karusi ko mur 1993 abatutsi baheze ko utabivuga !i
Mu burundi twese twarabuze; abahutu barabuze abatutsi barabuze rero tuzoreke izo mvugo zo kwereka ko abahutu canke abatutsi nibo babuze. Abarundi twese umuhutu, umututsi canke umutwa twese twarabuze
Vraiment c'est dommage. Des discours pareils ntaho zizoshikana abarundi.