Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Islam n'idini y'ukuri kandi y'IMANA, JazzakAllh khaira Cheikh. Allah akomeze kukurinda ukomeze gutahuza abandi.
Sara yaronse ilihamu nicogituma yaetse aburahamu mwigishe sheikh erega avusiramu nibo Imana yasigaranye amabwirizwa nitwe turabigisha bukuri uyo pasiteri nagira nivyasigra intumwa zose zuzuye zarongoye abarenga babiri kandi kugira allah azigishe cintrole iarimwo ibusambanyi yahafi
Yesu aguhezagire paster
Murakoze shk ubusiramu buratahuritse..🙏🙏🙏
Murakoze namwe
IMANA yaremeye Adamu umugore umwe kugira itange akarorero kubantu bose ko umugabo wese ategerezwa kugira umugore umwe, rer ibindi nivyo kugira twiyoroheze ariko IMANA yahaye umuntu umugore umwe rer satani kuk ari uwugwanya IMANA ategerezwa kuremesha abagira murubwo bupfu kumwe yaremesha Eva amubwira ko ariye icamwa IMANA yababujije katazopfa ahubwo azoca amera nk'Imana nubu abazimiriye mukurongora abagore benshi satani arabaremesha
Sheikh mubwire zirya hoteri nizabande bose kwarabacristo Imana Irazi ico kitu yaremye kokitoroshe kandi kitorojera bake nicogituma yashinze izo condition ese we pasta umusumgore wawe azogukubita amakfi niho uzomenyako bifsakamaro ivyo Allah yashizeho ye babawe nkugura kiramugore amenyeko abkobwa ribenshi azacunge urugo agavye we pasta aca ulofa kandi nkuyo usanga yofata kunguvu umukozi umugore yamuraje kuryamusonga nj abo abo bafata ninzoya kunguvu sicaha birarekuwe nkuko bakurekuye ubeho mwisi utarumwiiramu ukabaho ubangikanya Imana ikintu utazigera urona ikigongwe ca Allah mwijuru
Mash Allah,
Sheikh igisha izo ntumva
Shekh yagizemeza kwitwara neza mukiganiro asante
Uzabatuma hassan
Amen
Mushireko ico mwakoranye na Abdoul
الله أكبر
Igtabo cabibiria kirimwo inusu ububeh bwabantu bongeyemwo uwambere ni paulo harimwo inisu yububeshi kur bishasha kuvyakera nikwokuri ntibasarishije muri bibiria barina batuka Allah byene bagatukq Imana we pasta wanka kurongora ufisamahera ukayatwara nutundi twana mumahoteri jwanza amahoteri yose nayabakirisu urumva ingene satani abatuma nabi mwanja urhusha gwimana ariko mukubaka amahoteri ntamwisiramu numwe akora ivyashara vihoteri vose nabakristo
Hariho uwagwanye urugamba gwimana ica imuhemba abgore
Pasteri ntanyishu afise yesu ntiyarongoy we uringora gute kandubeshuramukurikira pauro yarabambwe kubericokintu agaca agupangira ngo rongorumwe abaje gupinga Imana Imana ntiharira pasta yagusiguriye neza mwarimu wacu sheikh muga wigirimbirigutwi hoo abisiramu bonyene nibobafise umugorumwe ??? Ko namwe muja kubaka abakobwa cankabakozi canke arya mahotei nayaba isiramu gusa mumumbarize arya mahoteri niyabaisiramu gusa Allah ntiyashakivyovyamahoteri kujakwinyegeza Allah ashaka ubashirahera point imet train kandi Allah araziko dupfuhatu muga mahupfuha ukunda Imana uireesha ukabonako nivyo Imana yarejuye sara yaronse ilihamu mubwire umwigishe icarico ilhamu she
Ibgorane zaba pasteri vyinshi bavuga amarangamutima ntibatwereka inyandiko babikuyeko sheikh wishura neza kuko ukoresha inyandiko.pasteri agomba gukingirwa nurwamo rwiw atatwereka inyandiko
Sheikh Idriss sha Allah aguhe ibihembo
Amiin
Yesu ntafise itegeko gyogupinga mose afise itegeko gyogupinga satani gusa kuko mose niwe afise amategeko y 'Imana be na Muhamad Imana yabagize nkamahasa ibitabo vyabo birasa kirakintu yesu ntahukumu afite afise ubutumwa bwiza gusa INTUMWA MUHAMMADI NA MUSA (MOSE) IMANA IBIFATA NKAMAHASA BASE VYOSE IHUKUMU NUBUTUMWA BWIZA INJIRI NTAHUKUMU IGIRA.
Mbeguyo pasteur avugangwimana siyoyabivuze kandi iyomananyene ariyo yahishuriye esaya ibizoba kandi ntakintunakimwekiba atarinteguroyimana
Icizanuko inyandiko sheikh yatanze zirimuribibiliya sivyoyikuriye mumutwe
Uyo paster avugango kurongorumugorarenzumwe nicaha naduhinyandiko arek kuguma avugivyiw yikuriy mumutwe
Nukwirengagiza
❤
😁😁
Mukwigisha uyo atanga ijambo nabe avy'ordona neza agatnga umwanya kuri umw umwe dufate nkubu umwe akamuha 10min akigisha atamuntu amuciriyemwo kiretse uwurongoy ikiganiro ashobora kubaza kugira uwuriko arigisha ashobore gutanga umuco kurusha nuwundi uko nyene
Nibakurongorabeshi aringorane gayini na aberi umwe yishundi bavuka ukubiri? Sesumwe ma nyima sumwe ese umugabo ufite umugabo ufite umugore umwe ntabyagobzahuranabyo
Pasitor urabeshee none ko uvugakoo ukundaa umuntumwe gusaa ngoo kuberaa arakabavu kawe ngo nikamwe none ko iyo upfakaye ko wongera ugakunda uyundii mugasezeranaa kandiii uwo wakunze ubwambere yarapfuye????
Islam gisigura Abitondera amategwko y'Imana nogucabugufi.nawe nakwereke aho Imana yamubwiye abumukristo? Ko twetuzi arivyobishiriyeko abantu ku centiment zabo .pastanuraraba neza Imana ntihave iguhaniraho itanguriye nokumugore wawe wishimira ngo niba claudine uyo clodine yokurwarirako waburakuja kurongora nguramwiseguje abo nibabandi bazana abana kubagore barinyegeje imyaka myinshi reka guhangana n'Imana isezerano rishasha ni sentiment za paulo yatumwe nashetani ese nubona ko abahabo mwama mwiruka Imana irazi gusumbivyo wewe pasteri usigura ninayompamvu Muribibiriya bavuga abapasteri nimbwa unanirwe kweneribintu biboneka bikaba bigaragara nukuwutarumwisiramu mwirigwa muhangayika mwinyegeza mumahoteri muronderibimada rekana na Allah Allah azi gusumba ukwabana babantu mwiyumvira
Ahubw ntukomey
uwo pasteur nuwa eglise iyah?? kwiherezo nuku
Pentecôte Elezime
We pasya jakwishuri nturiga uracari matenelle je jenyene ndiko mbikwishura ndumukobwa umusumugore wawe hoho azokurwarana diabeti canke cancer wewe ukomeye azumva wateyinda azozabonumwana yakuze umusymugire wawe yagwaye juburyo umugwaza imyaka 10 noracyebiyuja nivyinshi ivyo Allah yashizeho bifasha ingarukambi ninke kuruta ivyiza nareje kkurusha sheikh wanje azobimenya womugirumwe yishimira niyageara ingwara imubuza kuara ariye mumbonea azica yirukirahe muriyamahiteri ari pasteri😂😂😂 bakwigihje iyabutahura warikimwambika numudari sheikh wacu oya pasta twishure umugore wawe yogwara nka cancer yahariya wojahe rekarejanubwembwe bwabantu nubwa allah sicokimwe Quoran irajosora na science aho uriko wisanzazako ishombo
Islam irigisha Kandi ivyuvuga birumvikana Bible iri mumutwe ntushobora kumubesha
Bigishe sheikh bigishe ntibazivyo bavuga ati none hoho zirya hoteri nizabisiramu gusa? Mu aze hanarimu uza kwigisha ivyawe wewe usumba Allah mbe btabonako abajungu baguma bahangayika mmahoteri kubera kuburaho batuza abagabo nkabo usangarinabasambanyi gose