MATAYO15:7-9 ABAKRISTO NTAJURU BITEZ BAHEVYE IVYAGEZWE VY'UWUHORAHO BAGENDERA KUNYIGISHO Z'ABANTU P2
Вставка
- Опубліковано 14 жов 2024
- Ukaba ukunda ibikorwa dukora wifuza kuduterera canke ufise ico ushikiriza wigisha canke usiguza numéro nimwe mumenyereye mubijanye n'inyigisho ni +257 79 430 969
NTIWIBAGIRE GUKORA SUBSCRIBE, LIKE,SHERE NA COMMENTS kugirango twamane nawe kumwanya wose mugihe haba haje ikiganiro gishasha.
Ufise uburyo bwogufasha kugirango ibikorwa vy'ivugabutumwa bikomeze kandi Bishikire benshi woca kuri ino LUMICASH yacu kugirango ibikorwa nkibi bikomeze ucisheko intererano yawe.
LUMICASH: 65367502 NIYONCUTI Muwezaï
Muzobona ibara abantu mwunva ukuri ntimukunve yesu nimana
Yesu ATI ninge kuri nubugingo ntawujya kwa Data ntamujyanye
Ndanyuzwee Yesu n'Imana Yesu ashimwe iteka!!!
Idrissa Allah akubalikiii
Amiin
Mash Allah, wumva yumvise
Ntibumva
Uri umwarimu vraiment
Nukuri ico bikoze co aba isilam barakwije ibisabwa mukuzimize abantu badahagaze neza mukwizera
NIvyo kabisa
Ivyo bijuju vyabamusilman
Soma Tito 3:9_11
Wakirits wanamachoo hawaonii wanamasikio hawasikiyiii
Mubigishe mpaka gushika kumusi wumuhero naho ari bituva
Sheihk nuko batumva urabigishije
Sikobizahora byosenizasobanuka
Sheikh aba kiriso nubwo wota mumutwe ntibumva
Idrissa komeza ubumvishe kabisa
Aba islam muracari inyuma muvyo kwemera. Umenga mwemera inyandiko ntimwera ibinyegezwa vy'Imana. Erega zwnditswe n'abantu zose (bible na coran)!! Idrissa
None aba islam mufita ikibazo giki jewe sinumva aho mutumva ndi mwarimu nobamara ninkoni