Big Fizzo na Sat B ku meza imwe😍/Big Fizzo Ati 2023 nzohora ngendana ibuye😂/conférence yaryoshe

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 27 гру 2022
  • #beirut #hit&success #sirenvibestv

КОМЕНТАРІ • 78

  • @ngarathecomedian5743
    @ngarathecomedian5743 Рік тому +19

    Mumpe izo like kubakunda bino bihe vyo kubona Aba Stars Bacu hamwe Kandi 🔥🙏

  • @libertykelly5937
    @libertykelly5937 Рік тому +2

    Waooo ibibintu big fizzo na sat b nivyiza sana biraryoshe sana ibi bituma natwe aba fan abarundi tubakunda dukunda nivyo bakora waoooo

  • @jozy1921
    @jozy1921 Рік тому +4

    Sat b na fizzo kweri💪💪igiteramo cabarundi gusa emwe ntawuzosiba pe

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 Рік тому +7

    Komera @Hosy Irakoze 🫶🤝,ivyo nivyo dushaka vraiment yuko abaririmvyi bacu bashira hamwe bakaba ikintu kimwe atakuraba ivy’imirwi 👐👐👐,komera @Big fizzo ,Sat B ,Lolilo,R Flow,B Face and Channy queen mugume mushira hamwe uko nyene hama abo banyamahanga ntibasosubira kandi kuza kuyora amahera y’abaririmvyi bacu ,Cadeau from Sweden 🇸🇪

    • @Hi5392
      @Hi5392 Рік тому +1

      Nukuri vyombabaza mbonyi aronse abantu benshi kandi kwinjira iwe make ari 35k hama kwa ba Fizzo hakabura abajayo

  • @kikitvshow1629
    @kikitvshow1629 Рік тому +4

    Abarenga 5000 baza kuraba iyi video twese twoja kuba shigikira ico giteramo Coba successful 🔥🔥🔥

  • @kbrown8ight7even87
    @kbrown8ight7even87 Рік тому +5

    Good to see all them at same place Lizzo, Fizzo, Sat-B and more…🔥

  • @limageplustv9422
    @limageplustv9422 Рік тому +2

    Ndaryohew kubona Fizzo na Sat b hamwe harakaramba ubumwe 🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼

  • @user-jd1fx4qx9h
    @user-jd1fx4qx9h Рік тому

    Wabonye naje nipfuza uko mwahuye peee naje Rux bayb mwomfasha nkazamuka abazobon ino comater yanje bazoyishitse kiri burumwe kuraba basani ntihazobura numwe abura ico avuze my name is Rux bayb umuziki wamber ni gemmi love

  • @fdff3980
    @fdff3980 Рік тому +2

    waaaaaooo vyizaaa caane

  • @ferdinandbangirinama7664
    @ferdinandbangirinama7664 Рік тому +4

    The 2022 hottest artist is missing.
    Where is D1?
    There is no a better performance without the D1's glorious melody.

  • @christianniyongere
    @christianniyongere Рік тому +1

    Keep it up 🔥🚀🇧🇮

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 Рік тому +2

    Big up saaana

  • @beckhamniyo889
    @beckhamniyo889 Рік тому +2

    King fizzo

  • @blaisemuhoza1393
    @blaisemuhoza1393 Рік тому

    Good job Hosy ubikora neza caneee

  • @alexikagoma5135
    @alexikagoma5135 Рік тому +3

    Abatama bacu Big fizzo and sat B mwubahwe

  • @ndayishimiyeemerysigo3002
    @ndayishimiyeemerysigo3002 Рік тому +2

    very good

  • @championburundi8109
    @championburundi8109 Рік тому +1

    One love Bantu Bwoy and Empire Avenue ❤✌🏼

  • @sunduma-official8069
    @sunduma-official8069 Рік тому +5

    Niharambe uburundi nabarundi

  • @user-zo8el2oe8n
    @user-zo8el2oe8n 11 місяців тому

    Ndabakunda Sana ❤❤❤

  • @nimubonabeaudry1065
    @nimubonabeaudry1065 Рік тому +2

    2023 gahunda namabuye

  • @mariamoman5057
    @mariamoman5057 Рік тому +1

    😂 😂 😂 😂 Lolilo ko yikawusha Ex wiwe yubahwee peee 🤭

  • @christnkurunziza688
    @christnkurunziza688 Рік тому

    🔥🔥🔥

  • @martea3712
    @martea3712 Рік тому +3

    Dr fizzo

  • @pogbajr7644
    @pogbajr7644 Рік тому

    Good

  • @zumamospromoteur8488
    @zumamospromoteur8488 Рік тому +3

    Big fizzo ndugwe

  • @Ida35715
    @Ida35715 Рік тому +5

    Fizzo kumbe aratera Inkuru 😂

  • @kanezasoso5878
    @kanezasoso5878 Рік тому +2

    Arik Mana Wee 🤣🤣🤣🤣🤣Big Fizzo Aranyishe Kbx 😂😂😂 2023 Ng nukugendana Ibuye 🤣🤣🤣

  • @lilpaff93
    @lilpaff93 Рік тому +2

    Muga lolilo afita swagger zirenz

  • @lievinnsabimana2568
    @lievinnsabimana2568 Рік тому

    🤙

  • @audryroyiranezereza
    @audryroyiranezereza Рік тому +2

    💥🎵🇧🇮🔥

  • @Aiuoex
    @Aiuoex Рік тому +6

    LOLILO ntabwo ivyo bintu abinezererewe Na gato. Aguma akorora gusa

    • @SBWorld17
      @SBWorld17 Рік тому

      Hahaa wewe tubona cokimwe uwo ni mzee wama beef 🤣🤣

  • @belysensabimana8139
    @belysensabimana8139 Рік тому

    Fizo uvuze neza pe.urabishuy

  • @gashirabakejmv1854
    @gashirabakejmv1854 Рік тому

    Muze mu rwanda basha,dutwike

  • @pogbajr7644
    @pogbajr7644 Рік тому

    🙈🙈🙈🙈

  • @mi.vaninakatihabwa1373
    @mi.vaninakatihabwa1373 Рік тому

    Fizzo ngo ni kela😭😭😭😭

  • @thierryirankunda4105
    @thierryirankunda4105 Рік тому

    Where is D one

  • @stevennzeyimana6111
    @stevennzeyimana6111 Рік тому +2

    Urumogi fizzo na sat B banyoye ruriko ruraba vakoo😄😄 arik bishituye batebaa!! The New generation nigume igenda with the same energy.. abo nabo nibafate retraite barakoze

    • @justinoigiraneza1195
      @justinoigiraneza1195 Рік тому

      Wew utukana gutyo ubona uriko uterera iki mumuzik?bo barabikoze nawe wakoze iki?

  • @kamanzicrouch3881
    @kamanzicrouch3881 Рік тому +1

    toka kanafki ka hosy

  • @ndayizigajeanclaudejafari6677
    @ndayizigajeanclaudejafari6677 Рік тому +2

    Kuberiki restaurant Beirut turi mu Burundi african minds hanyuma ngo mukunde ivyiwanyu

  • @Newtalentcomedy2508
    @Newtalentcomedy2508 Рік тому

    Simba mengo sihari

  • @aheza257
    @aheza257 Рік тому

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @stevenirema5214
    @stevenirema5214 Рік тому

    Biratesa

  • @djbenkim2272
    @djbenkim2272 Рік тому

    🤣🤣🤣

  • @gylainendayikunda7005
    @gylainendayikunda7005 Рік тому

    Erega ntawanka ko mushoboye, mushoboye ivyiwanyu nyene ikibishe rero ninzigo mwadukanye kubabanyi bacu nukuri ndahamya neza kw,Imana itabashigikiye kumutima mubi muri kugaragaza.vyanka bikunda kwa mbonyi Imana irihesha icubahiro. Basaza bacu na bashiki bacu muzoter imbere muretse umutima mubi pe.

  • @jeanciza4196
    @jeanciza4196 Рік тому

    Reka amateka yandikwe kubana bigihugu

  • @mohmoha4410
    @mohmoha4410 Рік тому

    Imana irabikoz kwer nikur narinzko batazoyaga noneho birabaye imana ninkur

  • @ntakipeter02
    @ntakipeter02 Рік тому +2

    Ngiricyomvuga in nacyintu bizageraho nakimwe habe nagato ngomurarwanya abanyamahanga esemwebwe komwifuza gusohoka musohotse mukanjya hanze mwaba muhiye iwanyu kdi kombona aribyo muharanira?

  • @thithiwise7817
    @thithiwise7817 Рік тому

    Music Burundi hujuru

  • @yvonavry2482
    @yvonavry2482 Рік тому +1

    Niwivugishe ivyaba fizzo genda uvuge ivy'abanyarwanda biwanyu

    • @Hi5392
      @Hi5392 Рік тому +1

      🙄🙄 vana ubujuju hano😏

  • @thierrynigaba7395
    @thierrynigaba7395 Рік тому +1

    Lolilo kataryohewe hhh hhhh ana nuna 🙄🙄🙄 umengo sihari

  • @skituamissi119
    @skituamissi119 Рік тому +1

    Ivyo sivyo ko lolilo mwamushize kure,,ntibishimisha nagato,

  • @alaindesiremajambere7854
    @alaindesiremajambere7854 Рік тому

    Sat b naho ndamufana ni rofa nitabi ryigendera

  • @blacktiger4439
    @blacktiger4439 Рік тому

    Ntakuntu igiteramo boduha Live music kugira batwereke ubuhinga mu muziki bafis???si non play back ni ibisanzwe

  • @claudinebizimana
    @claudinebizimana Рік тому

    Kwinjira nangahe?azoba ari sangapi

  • @gylainendayikunda7005
    @gylainendayikunda7005 Рік тому +1

    Cyakoze nimba mubikoze ngo murwane nica mbonyi murasevye pe.🤣🤣🤣🤣🤣reka nseke

    • @otosport8539
      @otosport8539 Рік тому

      Wibaza ko mbonyi irya noti yarihishije ari bangahe bazoyikura ?

    • @otosport8539
      @otosport8539 Рік тому

      Wibaza ko mbonyi irya noti yarihishije ari bangahe bazoyikura ?

  • @ismaillucky2383
    @ismaillucky2383 Рік тому

    Mugani ndakwemera kukuntu uriko urerekana ubumwe muri bagenzawe

  • @rushagogaterura4314
    @rushagogaterura4314 Рік тому +2

    Je nama nibaza ingwara yafashabarundi nkayibura pe kikiki! Umuntu aravuga ukunva bivugisha udufaramsa kandi batari capable yukukivuga meme 5 munites. MUZE MUKUNDA IKIRUNDI CANYU GUYS.NAMA NDABATORAMAKOSA BURI MUSI NATWE TWAYAMAZE INTERVIEW IRIMUKIRUNDI TUVUGA MUKIRUNDI !!! NUKUBAKEBURA GUSA KUKO IYO MUVUZE AMAKOSA BIRADUSEVYA CANEE

    • @scode1327
      @scode1327 Рік тому +2

      Nawe ndagutoye ikosa mugenzi....interview si ijambo ry'ikirundi!

    • @melindorofficial3511
      @melindorofficial3511 Рік тому

      😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @nininahazwedonavine3349
      @nininahazwedonavine3349 Рік тому

      @@scode1327 muhubure di🤣🤣🤣🤣🤣

    • @rushagogaterura4314
      @rushagogaterura4314 Рік тому +1

      @@scode1327 yes ndakwemeye nanje nitoyikosa!! Kuko murabo bosee baraho ntanumwe anafise diplome ya mashure yisumbuye ariko udufaransa nutwongereza tuburofa gusa !! They have to change their mind!!

  • @macruufxaajidahir8887
    @macruufxaajidahir8887 Рік тому

    Biraryoshe kubona bastars bacu bakoraniye hamwe bose.

  • @beckercircle9741
    @beckercircle9741 Рік тому

    None abaririmvyi bacu bagirako bavuga ibintu batabanje no kuvuga amazina yabo koko!!

  • @Alinakeyla
    @Alinakeyla Рік тому +2

    Ikibazo aba stars bi Burundi bose ni babi nta fraîcheurs bagira wagira bisiga gikotori gusa.
    abafise fraîcheurs baca babivamwo
    Yoya
    Uncle Crays
    Steve Sogo…..
    Niyo mpamvu abahanzi bi Rwanda batwika ahiwacu baba basa neza bazi ivyo barimwo .

  • @Sabrinauwitonze4640
    @Sabrinauwitonze4640 Рік тому

    Byari byiza pe double jay na kirikou nibo babuzemo

  • @ismaillucky2383
    @ismaillucky2383 Рік тому

    Mugani ndakwemera kukuntu uriko urerekana ubumwe muri bagenzawe wubahwe