B FACE YARAKAYE CYANE | KUBIHEMBO BYA TRACE AWARDS AVUZE IBINTU BYIHARIYE | NO KURI DRAMA T

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 22 жов 2023
  • Subscribe • INAMA ZIKOMEYE NIBA UT...
    ​Facebook: / isango-star-915-fm-off...
    Twitter: / isangostar
    ​Instagram: / isangostarofficial
    Website: isangostar.rw/

КОМЕНТАРІ • 201

  • @pasteurnahimana260

    Waaaooo... The Best Rapper from our Best Country Burundi... Ndakwishimiye bro

  • @baranos5549

    Uyomukobwa arakengerana cane, mu rwanda harimwo bamwe bamwe bafise umutima mubi badashaka kwumva izina Umurundi, ariko murahumba Ico wanka mukabana n'inyo nayo agati kateretswe n'Imana ntigahenugwa n'umuyaga. Respect B_face🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @romanticboy4639

    Nanje numvise yampamagaye 😂😂😂 Stylist W’ibigwi nije mbanabikoze 🧥👖🧢🕶🛍🛍🛍🛍🛍🛍🛍

  • @LoudTv256

    This guy is beast in dancehall for sure.

  • @user-yv4ht2tp9c

    Igiti kirakurira mubabaji. Big up B 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @MC_Malova_the_hitMaker

    Ka Drama-T mureke kukibazako sana kuko naka Star kejo!

  • @UwimanaDonathe-zh9yq

    B-face ndakwikundira cn gs nyishurira Abo bantu bigira icabwenge Tora amashugwe yawe💐💐💐💐💐🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ♥️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @djcedro7714

    Thnk u B Face to defend our contry❤❤❤

  • @Armelsinarinzi

    Iyi radio isango hamwe na KISS FM nizo radio zonyene zivuza song zindundi mumezi maze aha murwanda🙌✌(fizzo , kirikou,double Jay , rap boy x trésor, drama t Natasha ,sat b,monia fleure x fizzo)

  • @juniorkurko34

    Much respect B-face

  • @TheopisteIradukunda-hz1bo

    Gyz from Rwanda nagirandababwir kotumaz kumeny kwatarukundonarut mufitiy abastar barundi. Gusatuu ntacomuzotugir KK abarund turaz kwibaho. Nkuyumudemu agayabastar babarund ntanisoni afise, nabaz abastar babanyagwand bazomubwir kwastar babarund bafise impano. Birambabaje

  • @inesirankunda3815

    B face wac uciy ubweng mukwishura😅😅😅❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮wabishuye nez cn umwana wokwa Ntare🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥

  • @user-zr7zo7vs2s

    B.face hejuru cane 👌bisaba ubwenge bari kukujaniranya

  • @Innocentciza

    Love from Buja guys respect

  • @chantalkakunze259
    @chantalkakunze259 28 днів тому

    🤣🤣🤣Bambarize ncuti yanje. Nkunda kuvuga ukuri kwose Bface 👌

  • @jaypablo

    All my respect for u

  • @jadouhuru

    To be honest kubera vyateguriwe Rwanda harabaye akantu katari gutuma abarundi batari kubamwo kuk barazi ko abarundi babarenzeho ntana best quality of production Rwanda irusha abarundi tekaneee Burundi is always inspiring Rwandan Artists 😂😂😂😂

  • @nijimberebosco540

    Bacumugani mukirundi bati : ijisho ryuwundi ntirigushimira umugeni gusa dukwiye gukundana kuko ikidahura numusozi burya kwisi ntancambwe ibaho ntanikijuju kiriho umwe wese azubwenge muvyiwe akabuwambere muvyiwe ariko kubandi abaruwanyuma kandi abarikijuju❤❤🇧🇮🇧🇮

  • @user-th8sz3jr2c

    MN B face numuhanga brother afite nibisubizo bizima pe