BIG FIZZO ivyamushikiye mu RWANDA vyoose incuro yambere arabisiguye...
Вставка
- Опубліковано 17 сер 2023
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
BIG fizzo superman yawe twarayibonye muri Zimbabwe irikuturwa neza
Iyo ndirimb nimwot cn uyomusaz wac iman imuhezagir cn turamwemer cn big fizz ❤❤❤❤❤❤
Big fiz nakukubali kaka
hama ico ciyumviro ni ciza cane ca B.Gospel, ndagushigikiye 2000%
Komera bwana turakwemera
Uyomuta yirambire cn kuko arigukora neza cn kandi rek tugire ntiii 💪💪💪💪🔥🔥🔥🙏
Superman zambia idukorera umuti kbx Big up musaza
Big up Mon papa
woooa big fizz imbere cyane ❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤🇷🇼🇷🇼❤❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪🤛🤛🤛🤛
big machine
Komera mutama wacu🇧🇮🇧🇮💪💪
Fundi Doctor na General wa Mziki Buja flava Wengine Waimbe tu sio Kushindana naye #Super Man💥
Fizzo nacomedy yoyikina ndake.ikiganiro gitumye nguma ntwenga twenga
Superman twayakiye neza South 🇿🇦
Big up
Aba bamenyasha makuru ndabakunz caaan nabo niba Bg Fizzo ba 2na 3
King❤
Mufalme 🔥🔥🔥🔥🔥❤
Diamond nikumuha isomo mutama muturitse tumwemeze kodushoboye abarundi 🇧🇮🇧🇮💪💪
Afisa yarakwandikiye kutavyemeye muzehe
Turabemera sana basaza mwubahw can
Big up Big fariouz🔥🔥💯
Ewe Sha Big fizzo😅😅😅
Burundi juu
The King ❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mugani w'amateka❤
King fizzo😍😍😍😍
Mais pourquoi on attend plus Facebook que Instagram au Burundi? Compare à d’autres pays voisins
C'est parce que ce sont les réseaux sociaux les plus utilisés par les citoyens lamda.Également le prix d'accès à ces plate-formes est plus abordable que d'autres réseaux sociaux.
King buju ❤❤💥💥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Big Fizzo nta nzigo afise. KO umuntu asubiramwo indirimbo yiwe atanamusavye uruhusha bikamunezera ni ikintu kidasanzwe
Hejuruuu caneee
Chef wangu
legenda ntazigo agira
Reka turindire igihe kigere
Ngo bagize iki? abanyarwanda baragayana kweli
nakurikiranye ikiganiro cose, mukivuga indirimbo Mola naciye nja kuyiraba, nca ndacompara emwe Fizzo ndakwemeye ntiwihagararako pee, asha nanje naciye merereza kabisa
Sup uman
Gnl
❤🎉❤
We turakwera sha mugani wirambire
Komera mutama
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Beautiful studio but kuberiki mudafata amasanamu yerekana studio yose nkakurya kwa wasafi
ntaduhe amakolabo muri arubumu azoze arduhaaa imwemwe
Ivyo bintu vyoguteranya no ku diabolisa abanyarwanda muvuga ko bankana sivyiza . Nimba hari ibitagenze neza kuri Fiso mu Rwanda sukuvuga ko bose ari babi
Indege igusiga gute ko ku itike haba hariho isaha? Iyo ni negligence tout simplement. C'est bien fait pour toi. Ça t'apprendras à être ponctuele la prochaine fois
Nukuri edisson na claude mukora ikiganiro neza murafitingana sinigera ndambirwa
Connexion z'imihora zanse kabxa ko aba fans bumvikana
Ikiganiro ni ciza ariko kosora côté technique yanyu kuko visage ya Fizzo ntiboneka neza kubera micro .
NNE WEW NTUZIKO ABANYARWANDA BITWA BA MANENO
Ngangar
😂😂😂😂
1+1=?
Ikiganiro ciza
Fizzo yarakecuye nareke umuziki
Wewe wabuze ivyuvuga man wotuma wihorera
Banzumenye nikirundi we rofa, hakecura UMUKECURU😏😏😏😏
Dukeneye collabo boss @bigfizzo
Komera mutama wacu🇧🇮🇧🇮💪💪
Komera mutama