Gukora ikarata nyabwonko(Carte Mère) kuva ku busa, itarinze kuva hanze ubuhinga bushasha mu Burundi!
Вставка
- Опубліковано 3 жов 2024
- #Burundi: Kwiyumvira icokorwa kugira umuntu akinjike imfungurwa ata bidukikije birinzwe guhonywa, canke ata micafu myinshi bizanye, nico catumye Timoteyo Icoyangereye aserukira uruganda rwa #SGEC rukorera i #Gitega akora imbabura ifise ikarata nyabwonko (Carte Mère) iteka imfungurwa ku buryo bugezweho. Arashimira ikigo #PAEEJ camwizeye kikamuha ingurane yo kwagura umugambi wiwe akaba yipfuza no gukora imbabura nyinshi kugira zishorwe no muma kungu.
MUBURUNDI BWACU HARI IMPANO ZITANDUKANYE __NUKURABA BAKAZIKWIRIKIRANIRA HAFI GUKO IYO UBUZIMA BWANSE ABENSHI BACA BAJA MUMAHANGA AKABA ARIYO BACA BAZIGARAGARIZA . 🇧🇮BURUNDI BWACU BURAGAHORAHO❤❤
Hongera ndugu yangu. Ubushakashatsi ukora burafatika. Bagushigikire unononsore ibintu ukora. Hari moyens zo kubigira plus moderne ukabigeza ku isi yose. Tekereza kuri présentation y'imbabura uha uyikoresha facilité de contrôle. Ushyireho nka charnière ntibisabe guteruraho couvercle, ushyireho twa handle bafata baterura ngo badashya intoki. Merci
Imana ikomeze kubongera ubumenyi
Vyiza cane ❤❤
Uwakoze ino reportage hariho ikosa yakoze, ntiyatanze inomero abakeneye gushigikira uwo muhinga bomutorako
Emwe uburundi buratunze. Ivyiza vyinshi.
Ewe Evarisito urintwari mumakungu. Wagiriyeneza. Ugwaruka impano zarizaranyegezwe. Wazinyeguruye. Urihesheje iteka mumakungu. Wubahwe cane. Tuzokugwanira kugiciro cose. Utuyobore. Ibihevyose. Uruwamberepe.
Nangahe se izo mbabura
Ndi muri uganda iyo mbabura ayigirisha gute?
Mwoturonsa numéro ziw
Uyumuntu arakwiye gushigikigwa iyi ni mari ikomeye uyu ashobora guforoma abanhinga uBurundi bukagera kure umurundi akora transitor nama resistance kuri carte mere nafashwe
Murakore sensor enterpteur
Mukomere mukomere
None nta kuntu mwokora carte mère boshira kuri izi cuisinière z’ikizungu mukazi transfoma kugirango abazisanganywe batozita kuko zaguzwe amaframenshi kandi kugirango umuntu ashobore gutekera rimwe inkono zibiri kandi yotsa mw’ifuru en même temps