Nibakumpere umubuserukizi bw'uburundi mu makungu cnk bakungirire umushikiranganji. Kandi aho ga wabivuze😅😅😅 Ivy'ijuru ni amabanga ndetse ibinyegezwa ata muntu n'umwe aba mw'isi abizi. Ni inyegezwa rero!!!
Biragoye iyo umuvugabutumwa avanga politique n'Ivyo Ijambo ry'Imana.Kubesha no gushikuza mugikorwa c'Imana nibibi.Mbe bishitse abatata bagasubiza hamwe,ubu naho hovugwa ubuhe butumwa kuvya Loti, Aburahamu na Yuda?????!!!!!!!! Hahahaha, reka kuvanga amasaka n'amahonda, Reka gupolitiza ijambo rya Ndiho. C'est très très très très dangereux.Fait demi tour,retourne à la croix.Qui à la ligne direct avec Dieu entre eux selon toi!!!! Ha ha ha ha ha. Bonne chance
Imana ikore umugisha ishishakare kugukomeza mukozi w, Imana
Urakoze cn pastor kuriryo jambo ry,imana udushikirije nuhabwicubahiro
Amen Amen pasta Imana ibaje imbere kandi ibongereze amavuta yokubaha inkomezi zokutubwiza ukuri maze tugahinduka muri bimwe bimwe 🙏🙏
Imana iguh'umugisha.Guca bugufi niyo ngero iduhesha icubahiro n'ubugingo budashira.
Pastori Mbayahaga ubutumwa utanga bukiza beshi ndumu devantiste wumusi windwi ariko ubutumwa ndabwunviriza IMANA ikujimbere amina
Va mu ba dive lero urazi ko mwavuye mu ba Temoins!
Ntimuhuze ijambo ry,Imana nivya Bunyoni mwabantu mwe irinijambo rya Ndiho.
J mbona abantu bakwiyumviy ivy Bunyoni
Imana ibandanye iguha ubwenge Kuko uriko ukoresha ingabire yawe neza.Turiko duhezagirwa.
Urazi kujanisha ibihe n'ijambo pe ! Mbe ubitora gute ? Urazi gusaba pe 👍
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Imana ishimwe ko imana yakugize inkingi ikomeye cane nguheruka kera
Imana idufashe itwigishe kworoha twicishe bugufi.
Mu rwanda turabakurikiye neza.Imana ibahezagire
Amen Imana ntacyo itaguha kuko byose nibyayo harimo ibyubahiro turwanira!!
Imana ibandanye igukoresha gutanga inyigisho zikiza imitima yabantu
Imana iguhezagire mukozi wimana
Imana ihabwe icubahiroo
imana ibazigame cn tugumana namwe tubumviriza Zambia Lusaka muhezagigwe
Imana ituzigamire uyu mutama wacu Apotre Isidore. Ukuri kwonyene niwo muti w’igihugu cacu n’isi yose. Respects Apostle!🙏🏽
Pasteri Imana imwongere amavuta nukuramba
Yesu weeeeeeeee bega ijambo ry imana uwukebura uwuwe Amara ibinonko wababwira ntibumva ameeeeen
Amen mukozi Mimana
YESU Ijambo ry Imana yigisha yakoresha Imigani 😅😅
Ibi byigisho ndabikunda imana iguhe umugisha
Babwire Ubwibone nibubi,kuyamenya iyuva ntumenya iyujya.Gusa wigisha neza ukajyanisha inyigisho nibihe biriho.
Ndagukunda pe❤ urimo ihishurirwa rikomeye cyane Imana ikumpere umugisha
Pastor adahengam
Mutama respect kbsa ndagukunze hano murwanda uza dusure murwanda
Nibakumpere umubuserukizi bw'uburundi mu makungu cnk bakungirire umushikiranganji.
Kandi aho ga wabivuze😅😅😅
Ivy'ijuru ni amabanga ndetse ibinyegezwa ata muntu n'umwe aba mw'isi abizi.
Ni inyegezwa rero!!!
Amen Amen Mana yancu urimw'ijuru habwicubahiro 🙌
Icubahiroo kibe ic' IMANA
Imaniguhezagire cane
Mbega vision de Jésus Christ IRI amajahh ?
Paster mbanje ndabaramutsa MBA Zambia imana ihabwe icubahiro
Imana ikuzigame muntu w imana
Uri umuntu wambere uduha amakuru agezweho. Courage 💪
Burya amakuru nivugabutumwa birasa
Ubutumwa bujanye n'ibihe Niko twovuga
😂😂 Pasteur urazi kuvugira mu migani. None Roti uriko uravuga ninde?
Bunyoni
😂😂😂😂😂 ibaze nawe 😂😂😂 ngira nurya nyen 😂😂😂
Murwanda turafashizwe pee muhabwe umugisha n lmana
Abari namatwi nitwumve! Burya ntskiba kitagezwe. Bibiriya irimwo uburongozi bwose. Ibigizi imisi biba birasiguritse neza keizi nyigisho zanyu zitumara inyota yubumenyi
Mugabo Pastor uragerageza ube umu Naziri w'ukuri!
Hezagirwa na Data wo mw'ijuru!
urakoze caane gose
Pastor mbe igifyoti co ntibagiteye injugujugu? Eeeh ubwibone, abafise ibiyo vyo kwirabiramwo bakibona, babimenagure ubwibone butarabateza ingorane
Bivugango natwe ntitugira Ubwenge neza abashaka kujya kwibera mubihugu byuzuyemo ubutingayi dusize amateraniro meza arimo bene wacu badusengera ukobwije.
Amen Amen ❤❤❤
Muragahezagirwa caneee ❤❤❤
KBS Neva ni umugabo nkunda Cane
Plz Uwagira Numéro Ya Pasteur Yayiduha Turamukunda Cyane
Amen Pasta
AMEN ❤ ,iryo n'ijambo ry',Imana
I'mana iguhezagire cane mutama
Wubahwe warahezagiwe
Muhezagigwe mutama uzoshica beshi mukugororoka.
Urakoz can 😂
Mana wuri Mana
Muze ndagushimiye kuduhugura byuzuye
Iri shengero riri muri make afise abayoboke b'abagabo baruta abagore. Ibi ndabizi mu migambwe gusa. Ngira ni iterambere.
ikimenyetso cerekana ko arishengero riri stable
Hahaaa,ubu butumwa nibwo kabisa
Habwa umugishaaaa❤❤
Ni hatarium!
Mumpe Num za Isidore 😂
ndatahij bunyoni😂😂
❤❤❤❤murakoze ubwibone ningwara muzindi
Denis
God bless you all
Nawe wohemuka vuga make
Uuuuuuumm emera ukizwe igihe agihagaze ukukuri ni lazima akuvuge wavyumv utavyumva kazima yabikubwiye
Ariko weho wabay ute???? areke kuvuga ukuri gukwiye ???
Umvibyavuga ukuremo ijambo rikureba
Komeza Apotre
Gud
Uyumu pastor ndamukunda mana weeeeeeeeeeeeee
😭😭 IMANA idufashe pe
Hahahahahahaha politique yawe irakaze ndak aho uriko ukora kumuvyimba bunyoni mais nuko basaba nyene ibwami aho neva abutre yompi
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Amen amen❤❤❤❤❤❤❤😊
Uhezagigwe ngiye guhinduka
Wavuga nuko ibivurwa atarivy bikorwa kandi ababivug nibo babikora arik iraje ibeerekane yoyo idakora nkumwana wumuntu
Biragoye iyo umuvugabutumwa avanga politique n'Ivyo Ijambo ry'Imana.Kubesha no gushikuza mugikorwa c'Imana nibibi.Mbe bishitse abatata bagasubiza hamwe,ubu naho hovugwa ubuhe butumwa kuvya Loti, Aburahamu na Yuda?????!!!!!!!! Hahahaha, reka kuvanga amasaka n'amahonda,
Reka gupolitiza ijambo rya Ndiho.
C'est très très très très dangereux.Fait demi tour,retourne à la croix.Qui à la ligne direct avec Dieu entre eux selon toi!!!! Ha ha ha ha ha. Bonne chance
AMEN PASTA
Ivy'IMANA biroroshe kubivuga Ariko Gukora nkuko rivuga aho hoho haraduga kd kuvuga IMANA sikigoye Ariko Haruribanza imbere y'umuntu wese wavyawe n'umugore kd ntunumwe azorusimba nawe nanje tuzocigwa urwo rubanza nto procureur azoba ahari ntanumushingwamanza,ntawicubahiro,numwe azofata ijambo kuko ujejwe ubutungane w'ukuri azoca urubanza adasavye icabona kd ntunumwe azorenganwa
Ubwibone nindwara igoye gukira ku muntu utaranyagirwa n'ijambo ry'Imana ngo atohe nkuko imvura itosa ubutaka imbuto zikamera. Mu Rwanda turagukurikiye cyane habwa umugisha kuko uribugutege amatwi y'umutima aribuhindure ingendo agitijwe umwuka.
Imana irinze igucamwo ukanabivuga uko biri nkuku nuko hari ico Imana ishaka gukora mubantu bayo nawe fata umwanzuro uvuge ukuri kw'ijambo ry'Imana uko kuri ushake ureke kugororoka ubwawe ariko ubivugge turabe
Ariko uyumugabo nukuli mana uzomuhe kuramba umulindi icomwambura ubugingo cose uzomugwanire arambe kuko azokiza imitima yabeshi
Umwami nebukadineza niwe yihemukiye ntawomuririra
Na Bunyoni🤣
Nice
Amen Amen 👏👏👏💒💒💒💒
Kuri nivy
🥰🥰🥰
Uriko usomagura umu Pastor?
Ushaka kumugwisha ari wewe😂
@@ArcadeRICOSSO 😁😁😁😁😁
Ameeeeeeeeeeen
Amen❤
Sinari bwaronke youtube yawe kabisa ndishimye
Amen and Amen
Thank you pastor nkunda cyane my God bless you all the time
😂😂😂😂 AMEN PASTOR
🙏
Pm
Amen 🙏🙏🙏
🙏 🙏 🙏
Danger, hahaha
Il faut plus de sport et régime alimentaire pauvre.
Abantu turagoye....
Urabuze vyumutuka nimba uvuzwe none umuhore umubiri Imana yamuhaye😀😀
🥱🥱🥱
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏👏👏
Paster mbanje ndabaramutsa MBA Zambia imana ihabwe icubahiro
Uri umurundi ukongera ukaba numuzambia wo ku eastern province?ayine ba Banda 😅😅😅😅😅😅nadabwa ngako kkkkk
Amen
Amen 🙏 🙏 ❤
Amen
Amen
Dafy
Amen
Amen
Amen
Amen