Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Pasteur uvuze ikintu kinkoze kumutima .mbabarira kko ndumunyakabi muri vyose.Ntanakimwe wigishije kitantsinze.mana mpumutima woguhinduka.Amen
Uhumure Imana iracari kuntebe y imbabazi
Karibu vision muyishikane i Karusi dusumire hafi amasomuyandi
Amen man of God 🙏 🙌 👏
Imana iguhe umugisha kubw'ijambo ryayo ugabura.
Amen
Amen murakoze 🙏 cane
Muhezagirwe kubwubu butumwa bwiza mwadushikirije
Aba pastor bakwiye gufatira aho bagasabira ubufasha abapfakazi ipfuvyi abarwaye abafunzwenabatagira shinge na rugero hakwisabira ibigira cumi
Ntihakomera umuntu hakomera ibihe
Niwubahwe mutama mbayaga kk ubugabo butava kubowakomerekeje ark buva kubowakomeje nabo wakomoreje❤❤❤❤thanks so munch
Komera mutama
Imana ikongere inkomezi 🙏🙏
Thank you very much Apotre.Our God Bless You.
Amajambo yigisha cane,
Nshima ingene uzana uburorero bufadika kandi mu kibano bibaho vyoroshe gutahura ico uriko uravuga.
Turanezerewe kukugira mukozi wi mana imana ibandanye igukoresha 🙌🙌🙌🙌
Ndagukengurukiye mukunzi
Amen amen ibihe vyose inyigisho zanyu ziranyubaka 🙏
Yooooo Pastor iryo jambo kugemurira abagwayi rirankoze kumutima. Kuko kumusi wanyuma Yezu azovuga ngo "Nimuze batoni ba data muri ubu bwami nabateguriye kuko nari gwaye muraza kundaba, nari mwibohero murandamutsa, nari kavantara murantora, nagenda gusa muranyambika, nari nshonje murangabirira kandi nari nyotewe murampa ivyo nywa"
Ndanezerwa ninyigisho zanyu mukozi w' Imana Lehoboth. Ndabafise kumutima nkumuvyeyi wanj w' impwemu. Mwompa numero yanyu ya watsap nkazobaramutsa. Hezagirwa
Amen!🙏💙
Imana ikwongere amavuta ndashaka kumenya aho musengera murampezagira cyane
AmemeKalibu cane. Ni EGLISE VISION DE JESUS CHRIST NGAGARA Quartier 10 Av. NYABISINDU
merci bcp pour ce riche enseignement.
Irijambo riradufata abarundi imana idutabare
Ameeeen muhezagirwe
Murakoze cyane
Amen🙏🙏🙏🙏
Hariho abarinda barenguka imbere y,umuremyi bakirindiriye igihe cabo pastor. None uvyumva gute?
Hari umudamu ngaho atikwije nka Esther. [Yambaye i mini.]
Pasta Imana muriwewe yubahwe🙏🔥🙏🔥

Ameme
Kalibu cane. Ni EGLISE VISION DE JESUS CHRIST
NGAGARA Quartier 10 Av. NYABISINDU